ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 149
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 149:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 113:1
  • +Zb 33:3; 96:1; Yes 42:10; Ivh 5:9
  • +Zb 22:22; Heb 2:12

Zaburi 149:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:7; 1Sm 12:22; Zb 100:3; Yes 54:5
  • +Zb 47:7

Zaburi 149:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:20; Abc 11:34; Zb 150:4; Yr 31:13
  • +Zb 81:2; 144:9; 150:4

Zaburi 149:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:27; 84:11
  • +Zb 132:16; Yes 61:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 20

Zaburi 149:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:6

Zaburi 149:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:5
  • +Heb 4:12; Ivh 1:16

Zaburi 149:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:2; Zb 79:6; 110:6
  • +Zb 44:2

Zaburi 149:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:24; 12:7

Zaburi 149:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:1
  • +Zb 148:14; 1Kr 6:2; Ivh 20:4
  • +Zb 111:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 149:1Zb 113:1
Zab. 149:1Zb 33:3; 96:1; Yes 42:10; Ivh 5:9
Zab. 149:1Zb 22:22; Heb 2:12
Zab. 149:2Gus 12:7; 1Sm 12:22; Zb 100:3; Yes 54:5
Zab. 149:2Zb 47:7
Zab. 149:3Kv 15:20; Abc 11:34; Zb 150:4; Yr 31:13
Zab. 149:3Zb 81:2; 144:9; 150:4
Zab. 149:4Zb 35:27; 84:11
Zab. 149:4Zb 132:16; Yes 61:10
Zab. 149:5Zb 63:6
Zab. 149:6Neh 9:5
Zab. 149:6Heb 4:12; Ivh 1:16
Zab. 149:7Gh 31:2; Zb 79:6; 110:6
Zab. 149:7Zb 44:2
Zab. 149:8Yos 10:24; 12:7
Zab. 149:9Gus 7:1
Zab. 149:9Zb 148:14; 1Kr 6:2; Ivh 20:4
Zab. 149:9Zb 111:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 149:1-9

Zaburi

149 Shemeze Ya+!

Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,

Ririmbe ishemezo ryiwe mw’ishengero ry’intahemuka+.

 2 Isirayeli ninezererwe Umuhinguzi wayo Ahambaye+,

Abana ba Siyoni, emwe, nibahimbarirwe Umwami wabo+.

 3 Nibashemeze izina ryiwe batamba+.

Nibamuhibongoreze bavuza akagoma n’inanga+.

 4 Kuko Yehova ahimbarwa n’abantu biwe+.

Aha ubwiza abatekereza mu kubambika ubukiriro+.

 5 Intahemuka nibigine mu buninahazwa;

Nibihe akamo k’umunezero ku bitanda vyabo+.

 6 Indirimbo zihayagiza Imana nizibe mu muhogo wabo+,

Inkota y’ubugi bubiri ibe mu kuboko kwabo+,

 7 Ngo hashitswe ukwihōra ku mahanga+,

Uguhambarirwa ku miryango y’amahanga+,

 8 Ngo abami babo baboheshwe iminyororo+,

Abaninahaye babo na bo amapingu y’icuma,

 9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.

Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.

Shemeze Ya+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika