ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:7; Ef 6:5; Kl 3:22
  • +Rm 2:24; Tt 2:5; 1Pt 2:13

1 Timoteyo 6:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 6:9
  • +Kl 4:1
  • +Fm 16
  • +1Tm 4:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 31

1 Timoteyo 6:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ntungamagara.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:9; Yr 17:13; Gl 1:7
  • +2Tm 1:13
  • +Tt 1:1

1 Timoteyo 6:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:25; Gl 6:3; 1Tm 3:6
  • +1Kr 8:2
  • +Rm 1:28; Tt 3:11
  • +2Tm 2:14; Tt 1:10; 3:9
  • +Gl 5:21
  • +2Pt 2:11

1 Timoteyo 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:3; 2Tm 3:8; Yud 10
  • +Fp 3:18; 2Tm 4:4; Tt 1:14
  • +1Kr 13:2; 1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2002, rup. 12

1 Timoteyo 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:1; 1Tm 3:16
  • +Fp 4:11
  • +2Kr 4:18; Fp 1:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2014, rup. 15

    15/11/2011, rup. 19-20

    1/6/2003, rup. 9

1 Timoteyo 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:21; Zb 49:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

1 Timoteyo 6:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:8; Heb 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 5

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Be maso!,

    7/2015, rup. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2003, rup. 5-6

    1/6/2003, rup. 9

    1/7/2001, rup. 6-7

    1/2/1998, rup. 15-16

    Senga Imana, rup. 103-104

    Agahimbare mu rugo, rup. 40

1 Timoteyo 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:22; Yak 5:1
  • +Img 20:21; Kl 3:5; Tt 1:7
  • +Img 28:20, 22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 18-19

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 22-23

    1/6/1998, rup. 5-6

    1/2/1998, rup. 15-16

    1/8/1997, rup. 11-12

    Senga Imana, rup. 103-104

1 Timoteyo 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:24; Lk 12:34; Heb 12:1
  • +Yak 1:15
  • +Gus 16:19; Ezk 22:12
  • +1Tm 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 166

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 18-19

    Be maso!,

    3/2014, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2010, rup. 4

    1/3/2002, rup. 31

    1/7/2001, rup. 5-6

    1/6/1998, rup. 5-6

    Senga Imana, rup. 103-104

1 Timoteyo 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 2:22
  • +Img 15:1; Mt 5:5; Gl 5:22; Kl 3:12; 1Pt 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 10, 11-15

    1/4/2003, rup. 19-20

    1/7/2001, rup. 7-8

1 Timoteyo 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 9:26; Yud 3
  • +Heb 10:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2004, rup. 26-27

    Imizimu, rup. 62

1 Timoteyo 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:4
  • +Yoh 18:36; 19:11
  • +Mt 27:11
  • +1Ts 4:2

1 Timoteyo 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:8; 2Tm 4:1, 8

1 Timoteyo 6:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:14
  • +Ivk 1:7
  • +Dn 2:44; Ivh 17:14
  • +Ivh 19:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 31

    1/9/2005, rup. 27

1 Timoteyo 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 7:16, 25
  • +Ivk 9:3; 22:6; Ivh 1:16
  • +Mt 25:37; Yoh 14:19; 1Pt 3:18
  • +Yoh 17:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 31

    1/9/2005, rup. 27

1 Timoteyo 6:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 10:23
  • +Img 28:11
  • +Mt 13:22
  • +Ums 5:19; Mt 6:33; Yak 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2013, rup. 13-14

    1/8/2007, rup. 24-25

    1/2/2004, rup. 30

    1/7/2001, rup. 8

1 Timoteyo 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:28; Yak 1:27
  • +Mt 28:19; Tt 3:8
  • +Rm 12:13; 2Kr 8:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 30

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2013, rup. 13-14

    1/7/2001, rup. 8

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    6/2000, rup. 1

1 Timoteyo 6:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:20
  • +Lk 6:48; 2Tm 2:19
  • +Lk 16:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 203-204

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 192-193

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2007, rup. 17-18

    1/7/2001, rup. 8

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    9/2003, rup. 8

1 Timoteyo 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 3:14; 4:5; Tt 1:9
  • +1Kr 2:13; 3:19; Kl 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 26-30

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 22

1 Timoteyo 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 1:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 6:1Rm 13:7; Ef 6:5; Kl 3:22
1 Tim. 6:1Rm 2:24; Tt 2:5; 1Pt 2:13
1 Tim. 6:2Ef 6:9
1 Tim. 6:2Kl 4:1
1 Tim. 6:2Fm 16
1 Tim. 6:21Tm 4:11
1 Tim. 6:3Img 11:9; Yr 17:13; Gl 1:7
1 Tim. 6:32Tm 1:13
1 Tim. 6:3Tt 1:1
1 Tim. 6:4Img 28:25; Gl 6:3; 1Tm 3:6
1 Tim. 6:41Kr 8:2
1 Tim. 6:4Rm 1:28; Tt 3:11
1 Tim. 6:42Tm 2:14; Tt 1:10; 3:9
1 Tim. 6:4Gl 5:21
1 Tim. 6:42Pt 2:11
1 Tim. 6:52Kr 11:3; 2Tm 3:8; Yud 10
1 Tim. 6:5Fp 3:18; 2Tm 4:4; Tt 1:14
1 Tim. 6:51Kr 13:2; 1Pt 5:2
1 Tim. 6:6Rm 12:1; 1Tm 3:16
1 Tim. 6:6Fp 4:11
1 Tim. 6:62Kr 4:18; Fp 1:21
1 Tim. 6:7Yb 1:21; Zb 49:17
1 Tim. 6:8Img 30:8; Heb 13:5
1 Tim. 6:9Mt 13:22; Yak 5:1
1 Tim. 6:9Img 20:21; Kl 3:5; Tt 1:7
1 Tim. 6:9Img 28:20, 22
1 Tim. 6:10Mt 6:24; Lk 12:34; Heb 12:1
1 Tim. 6:10Yak 1:15
1 Tim. 6:10Gus 16:19; Ezk 22:12
1 Tim. 6:101Tm 1:19
1 Tim. 6:112Tm 2:22
1 Tim. 6:11Img 15:1; Mt 5:5; Gl 5:22; Kl 3:12; 1Pt 3:15
1 Tim. 6:121Kr 9:26; Yud 3
1 Tim. 6:12Heb 10:23
1 Tim. 6:13Yes 55:4
1 Tim. 6:13Yoh 18:36; 19:11
1 Tim. 6:13Mt 27:11
1 Tim. 6:131Ts 4:2
1 Tim. 6:142Ts 2:8; 2Tm 4:1, 8
1 Tim. 6:15Dn 7:14
1 Tim. 6:15Ivk 1:7
1 Tim. 6:15Dn 2:44; Ivh 17:14
1 Tim. 6:15Ivh 19:16
1 Tim. 6:16Heb 7:16, 25
1 Tim. 6:16Ivk 9:3; 22:6; Ivh 1:16
1 Tim. 6:16Mt 25:37; Yoh 14:19; 1Pt 3:18
1 Tim. 6:16Yoh 17:24
1 Tim. 6:17Mr 10:23
1 Tim. 6:17Img 28:11
1 Tim. 6:17Mt 13:22
1 Tim. 6:17Ums 5:19; Mt 6:33; Yak 1:17
1 Tim. 6:18Ef 4:28; Yak 1:27
1 Tim. 6:18Mt 28:19; Tt 3:8
1 Tim. 6:18Rm 12:13; 2Kr 8:14
1 Tim. 6:19Mt 6:20
1 Tim. 6:19Lk 6:48; 2Tm 2:19
1 Tim. 6:19Lk 16:9
1 Tim. 6:202Tm 3:14; 4:5; Tt 1:9
1 Tim. 6:201Kr 2:13; 3:19; Kl 2:8
1 Tim. 6:211Tm 1:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
1 Timoteyo 6:1-21

1 Timoteyo

6 Abari munsi y’ingǒgo y’ubushumba bose nibagume babona ko ba shebuja babereye iteka ryuzuye+, kugira ngo izina ry’Imana be n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+. 2 Vyongeye, abafise ba shebuja bemera+ ntibabagaye+ ngo ni uko ari bene wacu+. Ahubwo riho, nibarushirize kuba abashumba, kuko abungukira ku gikorwa ciza cabo ari abemera n’abakundwa.

Ugume wigisha ivyo bintu+ wongera ushikiriza aya majambo yo guhimiriza. 3 Nimba hari umuntu yigisha izindi nyigisho+ kandi ntiyemere ya majambo ngirakamaro*+, amwe y’Umukama wacu Yezu Kristu, canke ntiyemere inyigisho ihuye n’ukwihebera Imana+, 4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi, 5 impari zikaze ku bintu bitagira mvura zigirwa n’abantu bononekaye mu muzirikanyi+ banyazwe ukuri+, bakiyumvira ko ukwihebera Imana ari uburyo bwo kuronka inyungu+. 6 Nkako, ukwo kwihebera Imana+, kuri kumwe n’ukwikwira+, ni uburyo bwo kuronka inyungu ikomeye+. 7 Kuko ata co twazanye mw’isi, kandi nta na kimwe dushobora kuyikuramwo+. 8 Iyo rero dufise ivyo kurya n’ivyo kwambara, ivyo biratubumba+.

9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+. 10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.

11 Ariko weho ga muntu w’Imana, hunga ivyo bintu+. Mugabo ukurikirane ubugororotsi, ukwihebera Imana, ukwizera, urukundo, ukwihangana, ubwitonzi+. 12 Rwana indwano nziza y’ukwizera+, ucakire ubuzima budahera wahamagariwe kandi ukabushingira intahe nziza icese+ imbere y’ivyabona vyinshi.

13 Imbere y’Imana, yo izigamira ubuzima ibintu vyose, n’imbere ya Kristu Yezu, we bwa cabona+ yashinze intahe nziza icese+ imbere ya Ponsiyo Pilato+, ngutegetse+ 14 kwubahiriza ibwirizwa mu buryo butagira agatosi kandi butagira ico bunegurwa gushika ku kwigaragaza+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu. 15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara, 16 umwe wenyene afise ukudapfa+, aba mu muco utegerwa+, wa wundi ata n’umwe mu bantu yamubonye canke ashobora kumubona+. Iteka+ n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe bidahera. Amen.

17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+; 18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+, 19 bibikire nk’ubutunzi+ ahatagira inkomanzi umushinge+ mwiza ku bwa kazoza, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.

20 Ewe Timoteyo, rinda ico wabikijwe+, uhunge amajambo agaragara asiga iceyi ibintu vyeranda, uhunge n’amajambo avuguruzanya y’ivyitwa ngo ni “ubumenyi+.” 21 Kubera uguhaya mwene ubwo bumenyi bamwe barakebeje bata ukwizera+.

Ubuntu ata wari abukwiriye bubane namwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika