ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 49
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 49:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:1; 42:4; 51:5; 60:9
  • +Yes 43:9; 55:4
  • +Yes 1:1
  • +Zb 71:6; Yes 44:2; 46:3
  • +Zb 139:16

Yesaya 49:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:15; Rm 9:27; 10:20
  • +Zb 63:8; 91:1; Yes 51:16
  • +Zb 17:8; 36:7; 57:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2008, rup. 15

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 282

Yesaya 49:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:10; Mt 24:45
  • +Yes 44:23

Yesaya 49:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:16; Yes 65:12
  • +Img 9:7
  • +Zb 35:23; 140:12
  • +Yes 40:10

Yesaya 49:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:1
  • +Mt 15:24; Ivk 10:36
  • +Yes 56:8; Mt 23:37

Yesaya 49:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:26; 15:8
  • +Yes 42:6; Mt 12:18; Lk 2:32; Ivk 13:47
  • +Zb 98:2; Yes 2:2; 11:10; 52:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 21-22

    15/1/2007, rup. 9

    1/1/1999, rup. 14

Yesaya 49:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:14
  • +Zb 69:7; Yes 53:3; Lk 23:18
  • +Mt 26:67
  • +Mr 10:45; Lk 22:27
  • +Zb 2:12; Yes 52:15; 60:3
  • +Gus 7:9; 1Kr 1:9; 1Ts 5:24; 1Pt 4:19
  • +Yes 42:1; 1Pt 2:4

Yesaya 49:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:13; 2Kr 6:2
  • +Lk 1:69; 22:43; Heb 5:7
  • +Yes 42:6
  • +Yes 51:16
  • +Zb 2:8; Yes 54:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 23

    1/1/1999, rup. 14

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 126-127

Yesaya 49:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:20; Yes 42:7
  • +2Kr 6:17; Ivh 18:4
  • +Zb 112:4; Yes 9:2; Lk 1:79
  • +Zb 110:3
  • +Ivh 7:17

Yesaya 49:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 65:13; Ivh 7:16
  • +Yes 55:1
  • +Yes 32:2
  • +Ezk 34:23
  • +Zb 23:2; Yr 31:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 126-127

Yesaya 49:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:7; Yes 11:16; 40:3

Yesaya 49:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:4; Zb 22:27
  • +Yes 43:6
  • +Mt 8:11

Yesaya 49:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:11; Yes 44:23
  • +Zb 98:4; Yes 42:10
  • +Yes 55:12
  • +Yes 12:1; 40:1; 66:13
  • +Yes 61:3; Yr 31:13; 2Ts 2:16

Yesaya 49:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:7
  • +Zb 13:1; Int 5:20

Yesaya 49:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 3:26; Zb 103:13
  • +Lw 26:29; Gus 28:56; 2Bm 6:28
  • +Yes 44:21; Yr 31:20; Rm 11:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2021, rup. 25

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 18

    Niwiyegereze, rup. 250-251

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2012, rup. 15

    1/5/2008, rup. 8-9

    15/9/2007, rup. 21-22

    1/7/2003, rup. 18-19

    1/12/1998, rup. 32

    Ukwizera nyakuri, rup. 3

Yesaya 49:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ind 8:6
  • +Yes 26:1; 60:18

Yesaya 49:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:5; 60:4; Mt 24:31
  • +It 22:16; Heb 6:13
  • +Yr 2:32

Yesaya 49:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:3; Yr 30:18
  • +Yr 30:16; 51:34

Yesaya 49:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 6:9
  • +Yos 17:15; 2Bm 6:1; Yes 54:1
  • +Yes 54:2

Yesaya 49:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:13
  • +Yes 43:5; Yr 31:17; Mt 24:31
  • +Int 1:1
  • +Yes 62:4

Yesaya 49:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:12
  • +Ezr 1:3; Yes 11:10; 62:10
  • +Yes 60:4; 66:20

Yesaya 49:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:12; Yes 52:15; 60:10, 16
  • +Zb 72:9; Yes 60:14
  • +Mik 7:17
  • +Zb 25:3; Yes 25:9; 64:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 60-61

Yesaya 49:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 12:29; Lk 11:21
  • +Ezr 9:9; Neh 9:37

Yesaya 49:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:14; 46:27; Hs 6:11; Yw 3:1
  • +Yes 10:27; 52:2; Yr 29:10; 50:34; Zk 9:11
  • +Yes 54:17; Rm 8:31
  • +Yes 33:22

Yesaya 49:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:16; 58:11; Ezk 39:28
  • +Zb 17:7; 1Tm 1:1
  • +Yes 41:14; 48:20
  • +Zb 132:5; Yes 1:24; 60:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 49:1Yes 41:1; 42:4; 51:5; 60:9
Yes. 49:1Yes 43:9; 55:4
Yes. 49:1Yes 1:1
Yes. 49:1Zb 71:6; Yes 44:2; 46:3
Yes. 49:1Zb 139:16
Yes. 49:22Ng 36:15; Rm 9:27; 10:20
Yes. 49:2Zb 63:8; 91:1; Yes 51:16
Yes. 49:2Zb 17:8; 36:7; 57:1
Yes. 49:3Yes 43:10; Mt 24:45
Yes. 49:3Yes 44:23
Yes. 49:42Ng 36:16; Yes 65:12
Yes. 49:4Img 9:7
Yes. 49:4Zb 35:23; 140:12
Yes. 49:4Yes 40:10
Yes. 49:5Yes 49:1
Yes. 49:5Mt 15:24; Ivk 10:36
Yes. 49:5Yes 56:8; Mt 23:37
Yes. 49:6Rm 11:26; 15:8
Yes. 49:6Yes 42:6; Mt 12:18; Lk 2:32; Ivk 13:47
Yes. 49:6Zb 98:2; Yes 2:2; 11:10; 52:10
Yes. 49:7Yes 43:14
Yes. 49:7Zb 69:7; Yes 53:3; Lk 23:18
Yes. 49:7Mt 26:67
Yes. 49:7Mr 10:45; Lk 22:27
Yes. 49:7Zb 2:12; Yes 52:15; 60:3
Yes. 49:7Gus 7:9; 1Kr 1:9; 1Ts 5:24; 1Pt 4:19
Yes. 49:7Yes 42:1; 1Pt 2:4
Yes. 49:8Zb 69:13; 2Kr 6:2
Yes. 49:8Lk 1:69; 22:43; Heb 5:7
Yes. 49:8Yes 42:6
Yes. 49:8Yes 51:16
Yes. 49:8Zb 2:8; Yes 54:3
Yes. 49:9Zb 102:20; Yes 42:7
Yes. 49:92Kr 6:17; Ivh 18:4
Yes. 49:9Zb 112:4; Yes 9:2; Lk 1:79
Yes. 49:9Zb 110:3
Yes. 49:9Ivh 7:17
Yes. 49:10Yes 65:13; Ivh 7:16
Yes. 49:10Yes 55:1
Yes. 49:10Yes 32:2
Yes. 49:10Ezk 34:23
Yes. 49:10Zb 23:2; Yr 31:9
Yes. 49:11Zb 107:7; Yes 11:16; 40:3
Yes. 49:12Gus 30:4; Zb 22:27
Yes. 49:12Yes 43:6
Yes. 49:12Mt 8:11
Yes. 49:13Zb 96:11; Yes 44:23
Yes. 49:13Zb 98:4; Yes 42:10
Yes. 49:13Yes 55:12
Yes. 49:13Yes 12:1; 40:1; 66:13
Yes. 49:13Yes 61:3; Yr 31:13; 2Ts 2:16
Yes. 49:14Yes 54:7
Yes. 49:14Zb 13:1; Int 5:20
Yes. 49:151Bm 3:26; Zb 103:13
Yes. 49:15Lw 26:29; Gus 28:56; 2Bm 6:28
Yes. 49:15Yes 44:21; Yr 31:20; Rm 11:1
Yes. 49:16Ind 8:6
Yes. 49:16Yes 26:1; 60:18
Yes. 49:18Yes 43:5; 60:4; Mt 24:31
Yes. 49:18It 22:16; Heb 6:13
Yes. 49:18Yr 2:32
Yes. 49:19Yes 51:3; Yr 30:18
Yes. 49:19Yr 30:16; 51:34
Yes. 49:20Ezk 6:9
Yes. 49:20Yos 17:15; 2Bm 6:1; Yes 54:1
Yes. 49:20Yes 54:2
Yes. 49:21Int 1:13
Yes. 49:21Yes 43:5; Yr 31:17; Mt 24:31
Yes. 49:21Int 1:1
Yes. 49:21Yes 62:4
Yes. 49:22Yes 11:12
Yes. 49:22Ezr 1:3; Yes 11:10; 62:10
Yes. 49:22Yes 60:4; 66:20
Yes. 49:23Gh 11:12; Yes 52:15; 60:10, 16
Yes. 49:23Zb 72:9; Yes 60:14
Yes. 49:23Mik 7:17
Yes. 49:23Zb 25:3; Yes 25:9; 64:4
Yes. 49:24Mt 12:29; Lk 11:21
Yes. 49:24Ezr 9:9; Neh 9:37
Yes. 49:25Yr 29:14; 46:27; Hs 6:11; Yw 3:1
Yes. 49:25Yes 10:27; 52:2; Yr 29:10; 50:34; Zk 9:11
Yes. 49:25Yes 54:17; Rm 8:31
Yes. 49:25Yes 33:22
Yes. 49:26Zb 9:16; 58:11; Ezk 39:28
Yes. 49:26Zb 17:7; 1Tm 1:1
Yes. 49:26Yes 41:14; 48:20
Yes. 49:26Zb 132:5; Yes 1:24; 60:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 49:1-26

Yesaya

49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+. 2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe. 3 Araheza ambwira ati: “Uri umusavyi wanje, ewe Isirayeli+, wewe uwo nzokwerekaniramwo ubwiza bwanje+.”

4 Nayo jewe, navuze nti: “Nacumukuriye ubusa+. Inkomezi zanje nazimariye ku bitabaho no ku vy’ubusa+. Vy’ukuri, urubanza rwanje ruri kwa Yehova+, impembo yanje na yo ku Mana yanje+.” 5 None rero, Yehova Umwe yambumba kuva mu nda nk’umusavyi wiwe+, yavuze ngo ngarukane Yakobo kuri we+, kugira ngo Isirayeli ubwayo ikoranirizwe kuri we+. Nzoninahazwa mu maso ya Yehova, kandi Imana yanje izoba yacitse inkomezi zanje. 6 Araheza avuga ati: “Kuri wewe vyabaye ikintu kirengeye igisanzwe kuba umusavyi wanje wo guhagurutsa imiryango ya Yakobo no kugarukana abazigamwe ba Isirayeli+; nanje nagutanze ngo ube umuco w’amahanga+, ngo ubukiriro bwanje bushike ku mpera y’isi+.”

7 Ibi ni vyo Yehova, Umucunguzi wa Isirayeli+, Umweranda wiwe, abwiye uwusuzugurwa rwose+, uwankwa n’ihanga urunuka+, umusuku w’abatware+: “Abami ubwabo bazobibona bahaguruke koko+, n’abaganwa, kandi bazokwunama, kubera Yehova uwuri umwizigirwa+, wa Mweranda wa Isirayeli, umwe agutora+.”

8 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mu gihe c’ubutoni narakwishuye+, kandi ku musi w’ubukiriro naragutabaye+; nagumye ndakuzigama kugira ngo ndagutange nk’isezerano ku bantu+, kugira ngo igihugu gisubizwe umutamana+, kugira ngo intoranwa zacitse umusaka bazisubireko+, 9 kugira ngo imbohe zibwirwe ngo+: ‘Nimusohoke+!’, abari mu mwiza na bo ngo+: ‘Nimwiyerekane+!’ Iruhande y’amayira ni ho bazorisha, ku minyuro yose inoze+. 10 Ntibazosonza+, eka ntibazonyoterwa+, eka kandi ubushuhe bugatura canke izuba ntibizobakubita+. Kuko Umwe abumvira ikigongwe ari we azobayobora+, kandi azobarongōra iruhande y’imbizi z’amazi+. 11 Imisozi yanje yose nzoyigira inzira, kandi inzira z’ibirari zanje zizoba ahakirurutse+. 12 Raba! Abo bazoza bavuye kure+, aba bave mu buraruko+ no mu burengero+, aba na bo mu gihugu ca Sinimu.”

13 Nimwihe akamo k’akamwemwe mwa majuru+, unezerwe nawe si+! Imisozi nigire akamwemwe n’akamo k’urweze+. Kuko Yehova yahojeje abantu biwe+, kandi yumvira ikigongwe abarushwa biwe+.

14 Mugabo Siyoni yagumye avuga ngo: “Yehova yarampevye+, Yehova ubwiwe yaranyibagiye+.” 15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+. 16 Raba! Nagusaruye mu biganza vyanje+. Impome zawe zama imbere yanje+. 17 Abana bawe bihuse. Abagusambura bakagutikiza bazova iwawe. 18 Raramura amaso weraguze irya n’ino, urabe. Bose uko bangana bakoranirijwe hamwe+. Baje kuri wewe. “Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze+, “bose uko bangana uzobambara nk’udusharizo, kandi uzobiboherako nk’umugeni+. 19 Naho hari ibibanza vyawe vyatikijwe n’ibibanza vyawe vyagizwe umusaka be n’igihugu c’ibihomvagurike vyawe+, naho ubu waga cane ku buryo batari bukubemwo, kandi abakumira miyonzwa bakaba bagiye kure+, 20 ntikizobuza ko mu matwi yawe abana b’uguhekurwa kwawe+ bavuga bati: ‘Ndagiwe+. Nundonse ikibanza, ndahabe+.’ 21 Kandi ntuzobura kuvuga mu mutima wawe uti: ‘Aba ni nde yabamvyariye, ko ndi umugore yahekuwe kandi w’ingumba, yagiye mu bunyagano kandi akajanwa ari imbohe+? Aba bo ni nde yabareze+? Raba! Jewe nari natawe jenyene+. Aba, bahora he+?’”

22 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Nzodugiriza amahanga ukuboko kwanje+, ndugirize ibisata vy’abantu ikimenyetso canje+. Na bo bazozana abana bawe mu gikiriza, batware ku rutugu abakobwa bawe+. 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”

24 Mbega abamaze kujanwa boshobora gukurwa mu kuboko kw’umugabo w’inkomezi+? Canke, mbega umugwi w’imbohe w’intwazamukazo woshobora kurokoka+? 25 Mugabo ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbere n’umugwi w’imbohe w’umugabo w’inkomezi uzojanwa+, kandi abamaze kujanwa n’intwazamukazo bazorokoka+. Jewe ubwanje nzonigana n’abanigana nawe+, kandi abana bawe jewe ubwanje nzobakiza+. 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika