ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:20
  • +Ivk 19:1; Ef 1:1
  • +Ivh 1:16
  • +Ivh 1:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    11/2019, rup. 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 33

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 11

    1/12/1999, rup. 27-28

Ivyahishuwe 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 2:25; Ivh 2:19; 3:1
  • +1Yh 4:1
  • +Ivk 20:30; 2Kr 11:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 33-34

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 11

Ivyahishuwe 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:19; Heb 12:1
  • +1Pt 4:14
  • +Gl 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 33

Ivyahishuwe 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 22-26

    15/3/2007, rup. 12

    15/5/2003, rup. 11-12

    1/10/2002, rup. 20-21

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 30, 34-35

Ivyahishuwe 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 26:20; Ivh 3:19
  • +Ivh 2:16
  • +Ivh 1:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 12

    15/5/2003, rup. 11

    1/10/2002, rup. 20-21

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 35

Ivyahishuwe 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:21
  • +1Kr 11:19; Ivh 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 35-36

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 11

Ivyahishuwe 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:15; Ivh 2:17, 29
  • +1Yh 5:4
  • +Rm 2:7; Ivh 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 31

    15/5/2003, rup. 11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 36-37, 306

Ivyahishuwe 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 2:1
  • +Ivh 1:17
  • +Rm 14:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 37-38

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 12

Ivyahishuwe 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 6:10; 1Tm 6:18; Yak 2:5
  • +Ivk 13:45
  • +2Kr 11:14; Ivh 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 38

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 12

Ivyahishuwe 2:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Dufatiye ku kigiriki ni “Diyabolosi,” bisobanura ngo “Umubesheranyi.” Raba kandi Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:28
  • +1Pt 5:8
  • +2Kr 8:2; Heb 2:18
  • +Rm 8:35; Heb 10:33
  • +2Tm 4:7
  • +Rm 2:7; Yak 1:12; Ivh 20:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 31

    15/8/2006, rup. 24

    15/5/2003, rup. 12-13

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 38-41

Ivyahishuwe 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 13:9
  • +1Yh 4:2
  • +1Yh 5:5
  • +Ivh 20:6, 14; 21:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 28-29, 38

Ivyahishuwe 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:16; 19:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 41-42

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 13

Ivyahishuwe 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 13:9; Ivh 2:3
  • +Lk 12:8; Yoh 14:1; 1Yh 2:23
  • +Ivk 1:8
  • +Mt 24:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    6/2013, rup. 7

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 42-43

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 13

Ivyahishuwe 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 22:6; 31:16; 2Pt 2:15; Yud 11
  • +Gh 22:4
  • +Gh 25:2; Ivk 15:29; 1Kr 5:9; 10:8; Ef 5:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 43-44

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 13-14

Ivyahishuwe 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 2:1; Ivh 2:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 30, 44-45

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 14

Ivyahishuwe 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:19
  • +Yes 11:4
  • +Ivh 1:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 44-45

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 14

Ivyahishuwe 2:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 2:7
  • +1Yh 5:5; Ivh 3:12
  • +Kv 16:15, 31; Zb 78:24; Yoh 6:51; Heb 9:4
  • +Img 22:1; Ivh 3:12
  • +Ivh 19:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 45-47

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 14

Ivyahishuwe 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:14
  • +Yoh 20:31
  • +Ivh 1:14; 19:12
  • +Ivh 1:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 47-48

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 15-16

Ivyahishuwe 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 6:10
  • +Yak 2:20
  • +Fp 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 48

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 16

Ivyahishuwe 2:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:31; 2Bm 9:22
  • +1Tm 2:12
  • +Ef 6:6
  • +Ivk 15:29; 1Kr 5:11; Gl 5:19; Ef 5:5
  • +Ivh 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 30, 48-49

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 16

Ivyahishuwe 2:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 2:4
  • +Rm 2:5; Ivh 21:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 49-50

Ivyahishuwe 2:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 49-50

Ivyahishuwe 2:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:27; Ivh 22:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 15

    15/9/2010, rup. 27

    1/12/1999, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 50-51

Ivyahishuwe 2:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 64:6; Yoh 8:44; Ivk 13:10; 1Kr 4:5
  • +Ivk 15:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 27

    15/5/2003, rup. 16

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 51-52

Ivyahishuwe 2:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 3:11

Ivyahishuwe 2:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:20
  • +Zb 2:8; Mt 19:28; Lk 22:29; Ivh 3:21; 20:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 52-53, 281

Ivyahishuwe 2:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:5; 19:15
  • +Zb 2:9; Dn 2:44; Mik 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 52-53, 281

Ivyahishuwe 2:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:17; Ivh 22:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 53

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 16

Ivyahishuwe 2:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:2
  • +Ivh 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 54

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 2:1Ivh 1:20
Ivyah. 2:1Ivk 19:1; Ef 1:1
Ivyah. 2:1Ivh 1:16
Ivyah. 2:1Ivh 1:13
Ivyah. 2:2Yoh 2:25; Ivh 2:19; 3:1
Ivyah. 2:21Yh 4:1
Ivyah. 2:2Ivk 20:30; 2Kr 11:13
Ivyah. 2:3Lk 21:19; Heb 12:1
Ivyah. 2:31Pt 4:14
Ivyah. 2:3Gl 6:9
Ivyah. 2:4Mt 24:12
Ivyah. 2:5Ivk 26:20; Ivh 3:19
Ivyah. 2:5Ivh 2:16
Ivyah. 2:5Ivh 1:20
Ivyah. 2:6Zb 139:21
Ivyah. 2:61Kr 11:19; Ivh 2:15
Ivyah. 2:7Mt 11:15; Ivh 2:17, 29
Ivyah. 2:71Yh 5:4
Ivyah. 2:7Rm 2:7; Ivh 2:10
Ivyah. 2:8Ivh 2:1
Ivyah. 2:8Ivh 1:17
Ivyah. 2:8Rm 14:9
Ivyah. 2:92Kr 6:10; 1Tm 6:18; Yak 2:5
Ivyah. 2:9Ivk 13:45
Ivyah. 2:92Kr 11:14; Ivh 3:9
Ivyah. 2:102Tm 4:7
Ivyah. 2:10Rm 2:7; Yak 1:12; Ivh 20:4
Ivyah. 2:10Mt 10:28
Ivyah. 2:101Pt 5:8
Ivyah. 2:102Kr 8:2; Heb 2:18
Ivyah. 2:10Rm 8:35; Heb 10:33
Ivyah. 2:11Ivh 13:9
Ivyah. 2:111Yh 4:2
Ivyah. 2:111Yh 5:5
Ivyah. 2:11Ivh 20:6, 14; 21:8
Ivyah. 2:12Ivh 1:16; 19:15
Ivyah. 2:13Mr 13:9; Ivh 2:3
Ivyah. 2:13Lk 12:8; Yoh 14:1; 1Yh 2:23
Ivyah. 2:13Ivk 1:8
Ivyah. 2:13Mt 24:9
Ivyah. 2:14Gh 22:6; 31:16; 2Pt 2:15; Yud 11
Ivyah. 2:14Gh 22:4
Ivyah. 2:14Gh 25:2; Ivk 15:29; 1Kr 5:9; 10:8; Ef 5:5
Ivyah. 2:152Pt 2:1; Ivh 2:6
Ivyah. 2:16Ivk 3:19
Ivyah. 2:16Yes 11:4
Ivyah. 2:16Ivh 1:16
Ivyah. 2:17Ivh 2:7
Ivyah. 2:171Yh 5:5; Ivh 3:12
Ivyah. 2:17Kv 16:15, 31; Zb 78:24; Yoh 6:51; Heb 9:4
Ivyah. 2:17Img 22:1; Ivh 3:12
Ivyah. 2:17Ivh 19:12
Ivyah. 2:18Ivk 16:14
Ivyah. 2:18Yoh 20:31
Ivyah. 2:18Ivh 1:14; 19:12
Ivyah. 2:18Ivh 1:15
Ivyah. 2:19Heb 6:10
Ivyah. 2:19Yak 2:20
Ivyah. 2:19Fp 3:16
Ivyah. 2:201Bm 16:31; 2Bm 9:22
Ivyah. 2:201Tm 2:12
Ivyah. 2:20Ef 6:6
Ivyah. 2:20Ivk 15:29; 1Kr 5:11; Gl 5:19; Ef 5:5
Ivyah. 2:20Ivh 2:14
Ivyah. 2:21Rm 2:4
Ivyah. 2:21Rm 2:5; Ivh 21:8
Ivyah. 2:23Mt 16:27; Ivh 22:12
Ivyah. 2:24Zb 64:6; Yoh 8:44; Ivk 13:10; 1Kr 4:5
Ivyah. 2:24Ivk 15:28
Ivyah. 2:25Ivh 3:11
Ivyah. 2:26Mt 28:20
Ivyah. 2:26Zb 2:8; Mt 19:28; Lk 22:29; Ivh 3:21; 20:4
Ivyah. 2:27Ivh 12:5; 19:15
Ivyah. 2:27Zb 2:9; Dn 2:44; Mik 4:13
Ivyah. 2:28Gh 24:17; Ivh 22:16
Ivyah. 2:291Yh 4:2
Ivyah. 2:29Ivh 2:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 2:1-29

Ivyahishuwe

2 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Efeso+ uti: Ibi ni vyo avuga umwe afashe za nyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, umwe agendagenda hagati ya vya bitereko vy’amatara indwi vy’inzahabu+: 2 ‘Ndazi ibikorwa vyawe+, n’ukubira akuya kwawe n’ukwihangana kwawe, be n’uko udashobora kwihanganira abantu babi, be n’uko wagejeje+ abavuga ko ari intumwa+, mugabo atari zo, usanga ni ababeshi. 3 Urerekana kandi ukwihangana+, kandi wararindiyeko ku bw’izina ryanje+, ntiwarambirwa+. 4 Yamara rero, mfise iki kintu nkugaya: ni uko waretse urukundo wari ufise ubwa mbere+.

5 “‘Ibuka rero aho watemvye uva, maze wigaye+, ukore ibikorwa vya kera. Utabigize, ndaje kuri wewe+, kandi nzokura igitereko c’amatara+ cawe mu kibanza caco, kiretse wigaye. 6 Yamara rero urafise iki kintu: uranka+ ibikorwa vya wa muce wa Nikola+, ivyo na jewe nanka. 7 Uwuri n’ugutwi niyumve ico impwemu+ ibwira amashengero: Uwutsinda+ nzomuha kurya ku giti c’ubuzima+ kiri mw’iparadizo y’Imana.’

8 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Simuruna na we uti: Ibi ni vyo avuga umwe ‘wa Mbere n’uwa Nyuma+,’ uwapfuye akongera kuba muzima+: 9 ‘Ndazi amakuba yawe n’ubworo bwawe—⁠mugabo uri umutunzi+—nkamenya n’ukurogota kw’abivuga ko ari Abayuda+ yamara atari bo, ahubwo ari isinagogi ya Shetani+. 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+. 11 Uwuri n’ugutwi niyumve+ ico impwemu+ ibwira amashengero: Uwutsinda+, urupfu rwa kabiri+ nta co ruzogenda rumugize.’

12 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Perugamo na we uti: Ibi ni vyo avuga umwe afise ya nkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+: 13 ‘Ndazi aho uba, ni ukuvuga aho intebe y’ubwami ya Shetani iri; yamara ubandanya kugumya izina ryanje+, kandi ntiwihakanye ukwizera ufise muri jewe+ mbere no mu misi ya Antipa, icabona+ canje, umwizigirwa, uwiciwe+ iruhande yanyu, aho Shetani aba.

14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+. 15 Na wewe nyene urafise abagumya inyigisho ya wa muce wa Nikola+. 16 Niwigaye rero+. Utabigize, ndaje kuri wewe ningoga, kandi nzorwana+ na bo nkoresheje ya nkota ndende yo mu kanwa kanje+.

17 “‘Uwuri n’ugutwi niyumve ico impwemu ibwira amashengero+: Uwutsinda+ nzomuha kuri manu*+ yanyegejwe, kandi nzomuha akabuye kera, kuri nya kabuye hakaba handitseko izina rishasha+ ata n’umwe arizi atari uwurironka+.’

18 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Tiyatira+ na we uti: Ibi ni vyo Umwana+ w’Imana avuga, umwe afise amaso ameze nk’urubeya rw’umuriro+, ibirenge vyiwe na vyo bikaba bimeze nk’umujumpu uramuye+: 19 ‘Ndazi ibikorwa vyawe, n’urukundo+ rwawe, n’ukwizera kwawe, n’ubusuku bwawe, n’ukwihangana kwawe, be n’uko ibikorwa+ vyawe vyo hanyuma biruta ivyo hambere+.

20 “‘Yamara rero, mfise iki kintu nkugaya: ni uko urekerana urya mugore Yezebeli+ yiyita umuhanuzikazi, akigisha+ akongera akazimiza abashumba banje+ ngo bakore ubusambanyi+ bongere barye ivyashikaniwe ibigirwamana+. 21 Kandi naramuhaye umwanya wo kwigaya+, mugabo ntagomba kwigaya ubusambanyi+ bwiwe. 22 Ehe ngira ndamute ku buriri bw’umurwayi, n’abarengana ibigo na we ndabate mu makuba akomeye, kiretse bigaye ibikorwa vyiwe. 23 Kandi abana biwe nzobicisha ikiza cica, ku buryo amashengero yose azomenya yuko ndi umwe asesangura amafyigo n’imitima, kandi namwe nzobaha umwumwe ibihuye n’ibikorwa vyanyu+.

24 “‘Ariko rero, mbwira abasigaye bo muri mwebwe bari i Tiyatira, abo bose badafise iyo nyigisho, barya nyene batamenye “ibintu vyimbitse vya Shetani+,” nk’uko bavuga, nti: Nta wundi muzigo ndabikoreje+. 25 Kimwe gusa, mugumye ico mufise+ gushika nje. 26 Kandi uwutsinda akongera akisunga ibikorwa vyanje gushika kw’iherezo+ nzomuha ububasha ku mahanga+, 27 nk’uko nanje nabuhawe na Data, kandi azoragiza abantu inkoni y’icuma+ ku buryo bazomenagurwa nk’ivyombo vy’ibumba+, 28 kandi nzomuha inyenyeri y’agatondo+. 29 Uwuri n’ugutwi niyumve ico impwemu+ ibwira amashengero+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika