ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 49
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 49:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:37

Zaburi 49:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:14; Heb 1:2

Zaburi 49:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “bana b’ubwoko-muntu namwe bana b’umuntu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 62:9

Zaburi 49:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:23; Ums 10:12
  • +Zb 143:5; Img 14:33; Mt 12:35; Fp 4:8

Zaburi 49:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:2; Mt 13:35
  • +Img 1:6

Zaburi 49:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:1; Ef 5:16
  • +2Sm 15:12

Zaburi 49:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:17; Zb 52:7; Img 10:15; 18:11; 1Tm 6:17; 1Yh 2:16
  • +Est 5:11; Yr 9:23; Lk 12:19

Zaburi 49:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:4; Mt 16:26

Zaburi 49:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 36:18

Zaburi 49:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:48

Zaburi 49:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 2:16; Rm 5:12
  • +Ums 3:19
  • +Zb 39:6; Img 11:4; 23:4; Ums 2:18; Yr 17:11; Lk 12:20

Zaburi 49:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:9; Zb 17:14
  • +Ums 1:4
  • +It 4:17; 1Sm 15:12; 2Sm 18:18

Zaburi 49:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:5; Yak 1:11
  • +Ums 3:20

Zaburi 49:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:20

Zaburi 49:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:13
  • +Yb 24:19; Rm 5:14; Ivh 6:8
  • +Zb 30:5; Mal 4:3
  • +Zb 39:11
  • +1Sm 2:6; Yb 7:9

Zaburi 49:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 33:28; Zb 16:10; 30:3; 56:13; 86:13

Zaburi 49:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 3:1
  • +Est 5:11

Zaburi 49:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:21; Ums 5:15; Lk 12:20; 1Tm 6:17
  • +Yes 10:3

Zaburi 49:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:19; Lk 12:19
  • +Img 14:20

Zaburi 49:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:15
  • +Yb 33:30; Zb 56:13

Zaburi 49:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 4:21; Zb 49:12; Img 16:16
  • +Ums 3:19; 2Pt 2:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 49:akajambo k’intangamarara1Ng 6:37
Zab. 49:1Zb 17:14; Heb 1:2
Zab. 49:2Zb 62:9
Zab. 49:3Img 16:23; Ums 10:12
Zab. 49:3Zb 143:5; Img 14:33; Mt 12:35; Fp 4:8
Zab. 49:4Zb 78:2; Mt 13:35
Zab. 49:4Img 1:6
Zab. 49:5Zb 27:1; Ef 5:16
Zab. 49:52Sm 15:12
Zab. 49:6Gus 8:17; Zb 52:7; Img 10:15; 18:11; 1Tm 6:17; 1Yh 2:16
Zab. 49:6Est 5:11; Yr 9:23; Lk 12:19
Zab. 49:7Img 11:4; Mt 16:26
Zab. 49:8Yb 36:18
Zab. 49:9Zb 89:48
Zab. 49:10Ums 2:16; Rm 5:12
Zab. 49:10Ums 3:19
Zab. 49:10Zb 39:6; Img 11:4; 23:4; Ums 2:18; Yr 17:11; Lk 12:20
Zab. 49:11Yb 21:9; Zb 17:14
Zab. 49:11Ums 1:4
Zab. 49:11It 4:17; 1Sm 15:12; 2Sm 18:18
Zab. 49:12Zb 39:5; Yak 1:11
Zab. 49:12Ums 3:20
Zab. 49:13Lk 12:20
Zab. 49:14Yb 21:13
Zab. 49:14Yb 24:19; Rm 5:14; Ivh 6:8
Zab. 49:14Zb 30:5; Mal 4:3
Zab. 49:14Zb 39:11
Zab. 49:141Sm 2:6; Yb 7:9
Zab. 49:15Yb 33:28; Zb 16:10; 30:3; 56:13; 86:13
Zab. 49:16Est 3:1
Zab. 49:16Est 5:11
Zab. 49:17Yb 1:21; Ums 5:15; Lk 12:20; 1Tm 6:17
Zab. 49:17Yes 10:3
Zab. 49:18Gus 29:19; Lk 12:19
Zab. 49:18Img 14:20
Zab. 49:19It 15:15
Zab. 49:19Yb 33:30; Zb 56:13
Zab. 49:20Yb 4:21; Zb 49:12; Img 16:16
Zab. 49:20Ums 3:19; 2Pt 2:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 49:1-20

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya bene Kora+. Agahibongozo.

49 Nimwumve ibi, yemwe bisata vy’abantu mwese!

Tege ugutwi, yemwe ababayeho muri iki gihe* mwese+,

 2 Yemwe bantu mwese*,

Wewe mutunzi nawe mworo, mwese hamwe+!

 3 Akanwa kanje kazovuga ibintu vy’ubukerebutsi+,

Kandi ukuzirikana kw’umutima wanje kuzoba ku bintu vy’ugutegera+.

 4 Nzotega ugutwi ijambo ry’akagani+;

Nzohishurira agapfindo kanje ku nanga+.

 5 Kubera iki notinya mu misi y’ikibi+,

Igihe ikosa ry’abagomba kuntembagaza rinkikuje+?

 6 Abizigira ibibabeshaho+,

Bakaguma biratira ubwinshi bw’ubutunzi bwabo+,

 7 Nta n’umwe muri bo ashobora na gato gucungura mwene wabo+,

Canke ngo amutangire incungu* ku Mana;

 8 (Kandi ikiguzi c’icungurwa ry’ubuzima bwabo ni ic’agaciro cane+

Ku buryo cabuze gushika igihe kitagira urugero)

 9 Kugira ngo abandanye kubaho ibihe bidahera, ntabone icobo+.

10 Kuko abona yuko n’abantu b’inkerebutsi bapfa+,

Imburabwenge n’abatiyumvira bakayogerera hamwe+,

Ibibabeshaho bagategerezwa kubisigira abandi+.

11 Mu mutima wabo ico bashaka ni uko amazu yabo yokwamaho gushika igihe kitagira urugero+,

Amataberenakulo yabo akamaho iyaruka ku rindi+.

Amatongo yabo bayitiriye amazina yabo+.

12 Yamara umuntu yakuwe mw’ivu naho aba ari n’iteka, ntashobora kugumaho+;

Vy’ukuri, yogereranywa n’ibikoko vyatikijwe+.

13 Iyo ni yo nzira y’abari n’ubujuju+,

Be n’ababakurikira bahimbarwa n’amajambo y’akanwa kabo. Sela.

14 Bagenewe ukuzimu nk’intama+;

Urupfu ni rwo ruzobaragira+;

Abagororotse bazobaganza mu gitondo+,

Kandi imibiri yabo izobwirizwa gusanguka+;

Umwe wese agenewe ukuzimu, aho kugenerwa uburaro buhanitse+.

15 Ariko Imana ubwayo izoncungura mu vyara vy’ukuzimu+,

Kuko izonyakīra. Sela.

16 Ntutinye ngo ni uko umuntu aronse ubutunzi+,

Ngo ni uko ubuninahazwa bw’inzu yiwe bwongerekanye+,

17 Kuko iyo apfuye ata na kimwe ashobora kujana+;

Ubuninahazwa bwiwe ntibuzomanukana na we+.

18 Kuko akiriho yaguma ahezagira ubuzima bwiwe+;

(Kandi abantu bazoguhaya kubera ko umerewe neza+)

19 Ubuzima bwiwe amaherezo bugarukira gusa kw’iyaruka rya ba sekuruza+.

Ntibazokwongera kubona umuco+.

20 Umuntu yakuwe mw’ivu naho aba ari n’iteka, mugabo adatahura+,

Vy’ukuri yogereranywa n’ibikoko vyatikijwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika