ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 58:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:9
  • +Yes 1:2; 31:6; 59:13

Yesaya 58:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:34
  • +Img 15:8; Yes 29:13; Ezk 33:32; Mt 15:8
  • +Yes 1:15; Yr 42:2, 20

Yesaya 58:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 7:5; Mal 3:14
  • +Lw 16:29; Zb 35:13
  • +Img 15:29; Mik 3:4
  • +Neh 5:7; Yr 34:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2009, rup. 29

Yesaya 58:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:12
  • +1Bm 21:9

Yesaya 58:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:3; Neh 9:1; Est 4:3
  • +2Sm 21:10; Yw 1:13
  • +Img 15:8

Yesaya 58:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 5:10
  • +Yr 34:8; Ezk 18:8
  • +Neh 5:8; Img 28:27
  • +Img 14:21

Yesaya 58:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:1; 112:9; Img 22:9; Ums 11:1; Ezk 18:7; Mt 25:35
  • +Img 19:17; Rm 12:13; Heb 13:2
  • +2Ng 28:15; Ezk 18:7; Mt 25:36; Yak 2:15; 1Yh 3:17
  • +2Sm 5:1; Neh 5:5

Yesaya 58:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:6; 112:4; Img 4:18
  • +Yes 57:18
  • +Zb 85:13; Ivk 10:35
  • +Kv 14:19; Yes 52:12

Yesaya 58:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:15; 116:1; Yr 29:12
  • +Yes 58:6
  • +Img 6:13; Yes 57:4
  • +Zb 12:2; Yes 32:6; 59:3

Yesaya 58:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:7; Zb 41:1; Img 28:27
  • +Zb 37:6; Yes 58:8

Yesaya 58:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 48:14; Yes 49:10
  • +Zb 25:9; 73:24
  • +Zb 33:19; 37:19; Yes 33:16; Hs 13:5
  • +Img 3:8
  • +Yes 61:11; Yr 31:12

Yesaya 58:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:5; Yr 31:38; Am 9:14
  • +Yes 61:4
  • +Neh 6:1; Am 9:11

Yesaya 58:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:15; Yes 56:2; Yr 17:21
  • +Gus 5:12

Yesaya 58:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:7; 37:4; Hab 3:18
  • +Gus 32:13; Yes 33:16; Hab 3:19
  • +Zb 105:11; 135:12; Yr 3:18
  • +Yes 40:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 58:1Zb 40:9
Yes. 58:1Yes 1:2; 31:6; 59:13
Yes. 58:2Zb 78:34
Yes. 58:2Img 15:8; Yes 29:13; Ezk 33:32; Mt 15:8
Yes. 58:2Yes 1:15; Yr 42:2, 20
Yes. 58:3Zk 7:5; Mal 3:14
Yes. 58:3Lw 16:29; Zb 35:13
Yes. 58:3Img 15:29; Mik 3:4
Yes. 58:3Neh 5:7; Yr 34:9
Yes. 58:4Yr 18:12
Yes. 58:41Bm 21:9
Yes. 58:52Ng 20:3; Neh 9:1; Est 4:3
Yes. 58:52Sm 21:10; Yw 1:13
Yes. 58:5Img 15:8
Yes. 58:6Neh 5:10
Yes. 58:6Yr 34:8; Ezk 18:8
Yes. 58:6Neh 5:8; Img 28:27
Yes. 58:6Img 14:21
Yes. 58:7Zb 41:1; 112:9; Img 22:9; Ums 11:1; Ezk 18:7; Mt 25:35
Yes. 58:7Img 19:17; Rm 12:13; Heb 13:2
Yes. 58:72Ng 28:15; Ezk 18:7; Mt 25:36; Yak 2:15; 1Yh 3:17
Yes. 58:72Sm 5:1; Neh 5:5
Yes. 58:8Zb 37:6; 112:4; Img 4:18
Yes. 58:8Yes 57:18
Yes. 58:8Zb 85:13; Ivk 10:35
Yes. 58:8Kv 14:19; Yes 52:12
Yes. 58:9Zb 34:15; 116:1; Yr 29:12
Yes. 58:9Yes 58:6
Yes. 58:9Img 6:13; Yes 57:4
Yes. 58:9Zb 12:2; Yes 32:6; 59:3
Yes. 58:10Gus 15:7; Zb 41:1; Img 28:27
Yes. 58:10Zb 37:6; Yes 58:8
Yes. 58:11Zb 48:14; Yes 49:10
Yes. 58:11Zb 25:9; 73:24
Yes. 58:11Zb 33:19; 37:19; Yes 33:16; Hs 13:5
Yes. 58:11Img 3:8
Yes. 58:11Yes 61:11; Yr 31:12
Yes. 58:12Neh 2:5; Yr 31:38; Am 9:14
Yes. 58:12Yes 61:4
Yes. 58:12Neh 6:1; Am 9:11
Yes. 58:13Neh 13:15; Yes 56:2; Yr 17:21
Yes. 58:13Gus 5:12
Yes. 58:14Zb 36:7; 37:4; Hab 3:18
Yes. 58:14Gus 32:13; Yes 33:16; Hab 3:19
Yes. 58:14Zb 105:11; 135:12; Yr 3:18
Yes. 58:14Yes 40:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 58:1-14

Yesaya

58 “Semerera uherezeko agahogo; ntiwitinye+. Duza ijwi ryawe nk’inzamba, ubwire abantu banje umugararizo+ wabo, n’inzu ya Yakobo ibicumuro vyabo. 2 Yamara ni je bagumye barondera uko bukeye uko bwije, bakerekana ko ukumenya inzira zanje ari kwo kubahimbara+, nk’ihanga ryashishikara ubugororotsi, ritari ryahevye ubutungane bw’Imana yabo+, kuko baguma bansaba imanza zigororotse, bakegera Imana bahimbarirwa, ngo+:

3 “‘Kubera iki twisonzesheje ntubibone+, tukibabaza+ ntuvyiteho+?’

“Vy’ukuri, mwahimbarwa n’umusi w’ukwisonzesha kwanyu, igihe mwahindagiza ku bikorwa abakozi banyu bose bacumukura+. 4 Vy’ukuri, mwisonzeshereza imitongano n’intambara+, be no gukubitisha igipfunsi c’ububisha+. Mbega ntimwaguma mwisonzesha nko ku musi wo kwumvikanisha ijwi ryanyu iyo hejuru? 5 Mbega ukwo ni ko ukwisonzesha nshima gukwiye kumera, nk’umusi w’uko umuntu yakuwe mw’ivu yibabaza+, akunamika umutwe nk’urukangaga, agasanza igunira n’iminyota ngo bibe uburiri bwiwe+? Mbega ico ni co mwita ukwisonzesha be n’umusi vyemerwa na Yehova+?

6 “Mbega uku si kwo kwisonzesha nshima: gutekurura amapingu y’ububisha+, kubohora imizana y’umutambikwa w’ingǒgo+, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, mukavuna umutambikwa wose w’ingǒgo+? 7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?

8 “Ico gihe umuco wawe woseruka nk’umutwenzi+; ugusubirana kwawe kwonaga ningoga+. Kandi ubugororotsi bwawe bwogendera imbere yawe+; ubuninahazwa bwa Yehova ni bwo bwokubera abacunzi b’inyuma+. 9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’

“Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+; 10 niwaha uwushonje ico wipfuza, ugahaza uwuhahazwa+, umuco wawe rero ntuzobura kurabiriza mu mwiza, n’umuzimagiza wawe ukamera nk’umutaga+. 11 Yehova ntazobura kwama+ akuyobora+ kandi akaguhaza no mu gihugu kibabutse+, kandi azogarukanira ingoga amagufa yawe+; uzomera nk’umurima uvomerwa neza+, umere kandi nk’isôko ry’amazi, amazi atabesha. 12 Bivuye kuri wewe, ntibazobura kwubaka ibibanza vyatikijwe kuva kera+; uzoduza mbere imishinge y’amayaruka akurikirana+. Kandi uzokwitwa vy’ukuri umusanuzi w’igihengeri+, uwusubizaho amabarabara umuntu ashobora kuba iruhande.

13 “Kubera isabato, niwasubiza inyuma ikirenge cawe ku bijanye no gukora ibiguhimbara ubwawe ku musi wanje mweranda+, kandi isabato ukayita vy’ukuri akaryoshe, umusi mweranda wa Yehova, umusi uninahazwa+, kandi ukawuninahaza aho gukora ivy’inzira zawe bwite, aho kurondera ibiguhimbara no kuvuga amajambo, 14 ni ho uzososerwa na Yehova+, nanje nzotuma ugendera ku bibanza bikirurutse vy’isi+; kandi nzotuma urya ku ntoranwa ya Yakobo sogokuruza wawe+, kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika