ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 98
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 98:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:3; 96:1; 149:1; Yes 42:10
  • +Kv 15:11; Zb 77:14; 86:10; 105:5; 111:2; 136:4; Lk 1:49
  • +Kv 15:6; Zb 2:6; 110:2; Yes 52:10; 59:16; 63:5

Zaburi 98:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 2:30
  • +Yes 5:16; 60:3; 62:2; Rm 3:25

Zaburi 98:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:42; Gus 4:31; Lk 1:54
  • +Yes 49:6; Ivk 13:47; 28:28; Rm 10:18; Kl 1:23

Zaburi 98:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 95:1
  • +Zb 67:4

Zaburi 98:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:2
  • +Zb 47:1; 92:3; Ef 5:19; Kl 3:16

Zaburi 98:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:10; 1Ng 15:28; 2Ng 29:27

Zaburi 98:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:11
  • +Zb 24:1; 33:8; 96:13

Zaburi 98:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:23; 49:13; 55:12

Zaburi 98:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:8; 96:10; Ivk 17:31
  • +Ivh 19:2
  • +Zb 67:4; Rm 2:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 98:1Zb 33:3; 96:1; 149:1; Yes 42:10
Zab. 98:1Kv 15:11; Zb 77:14; 86:10; 105:5; 111:2; 136:4; Lk 1:49
Zab. 98:1Kv 15:6; Zb 2:6; 110:2; Yes 52:10; 59:16; 63:5
Zab. 98:2Lk 2:30
Zab. 98:2Yes 5:16; 60:3; 62:2; Rm 3:25
Zab. 98:3Lw 26:42; Gus 4:31; Lk 1:54
Zab. 98:3Yes 49:6; Ivk 13:47; 28:28; Rm 10:18; Kl 1:23
Zab. 98:4Zb 95:1
Zab. 98:4Zb 67:4
Zab. 98:5Zb 33:2
Zab. 98:5Zb 47:1; 92:3; Ef 5:19; Kl 3:16
Zab. 98:6Gh 10:10; 1Ng 15:28; 2Ng 29:27
Zab. 98:7Zb 96:11
Zab. 98:7Zb 24:1; 33:8; 96:13
Zab. 98:8Yes 44:23; 49:13; 55:12
Zab. 98:9Zb 9:8; 96:10; Ivk 17:31
Zab. 98:9Ivh 19:2
Zab. 98:9Zb 67:4; Rm 2:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 98:1-9

Zaburi

Agahibongozo.

98 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,

Kuko ivyo yakoze ari agatangaza+.

Ukuryo kwiwe, mbere ukuboko kwiwe kweranda, kwamuronkeje ubukiriro+.

 2 Yehova yamenyesheje ubukiriro bwiwe+;

Yahishuye ubugororotsi bwiwe mu maso y’amahanga+.

 3 Yibutse ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe ku bw’inzu ya Isirayeli+.

Impera zose z’isi zibonye ubukiriro Imana yacu itanga+.

 4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!

Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+.

 5 Nimuhibongoreze Yehova mukoresheje inanga+,

Mukoresheje inanga be n’ijwi ry’agahibongozo+.

 6 Mukoresheje inzumbete be n’ijwi ry’inzamba+,

Mwihe akaruru k’intsinzi imbere y’Umwami, Yehova.

 7 Ikiyaga nigituragare be n’ibicuzuye+,

Ubutaka bwimbuka n’ababubako+.

 8 Inzuzi nizikome amashi;

Imisozi, yose hamwe, niyihe akamo k’umunezero+

 9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.

Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,

N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika