ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3; 20:23; Gus 12:30
  • +Yes 47:13

Yeremiya 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:30
  • +Yes 40:20
  • +Yes 44:14; 45:20; Hab 2:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 41-42

Yeremiya 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:4; 135:15; Yes 40:19; Hs 13:2
  • +Yes 41:7; 46:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 41-42

Yeremiya 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:5; 135:16; Yes 46:7; Hab 2:19; 1Kr 12:2
  • +Zb 115:7; Yes 46:1, 7
  • +Yes 41:23; 44:9; 45:20; 1Kr 8:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 41-42

Yeremiya 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:11; 2Sm 7:22; Zb 86:8
  • +Neh 4:14; 9:32; Zb 48:1; 145:3; Yr 32:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 38

Yeremiya 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:24; Lk 12:5; Ivh 15:4
  • +Zb 22:28; 93:1; Ivh 11:17
  • +Zb 89:6; Dn 4:35

Yeremiya 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:8; Yes 41:29; Yr 51:17; Hab 2:18; Zk 10:2; Rm 1:22
  • +Yes 44:19

Yeremiya 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:22; 2Ng 9:21
  • +Dn 10:5
  • +Zb 115:4

Yeremiya 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:5
  • +Yos 3:10; Dn 6:26; Yoh 6:57; 2Kr 6:16; 1Ts 1:9
  • +Zb 10:16; Dn 4:3; Hab 1:12; Ivh 15:3
  • +Nah 1:5
  • +Zb 76:7; 90:11; Yw 2:11

Yeremiya 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:5
  • +Yes 2:18; Yr 51:18; Zf 2:11; Zk 13:2

Yeremiya 10:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; Yb 38:4; Zb 89:11; Yes 40:28; Yr 51:15; Ivk 14:15; Ivh 4:11
  • +Zb 24:2; 93:1; Img 3:19; Yes 45:18
  • +Yb 9:8; Zb 104:2; 136:5; Yes 40:22; 42:5; 45:12; Zk 12:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 51-53

Yeremiya 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:2; 38:34, 36; Zb 18:13; 68:33
  • +Yb 36:27; Zb 135:7
  • +Yb 38:25; Yes 45:8; Yr 51:16; Zk 10:1
  • +It 8:1; Kv 14:21; Gh 11:31; Zb 107:25; 147:18; Yon 1:4

Yeremiya 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:6
  • +Zb 97:7; Yes 42:17; 44:11
  • +Hab 2:18; 1Kr 8:4
  • +Zb 135:17; Yr 51:17

Yeremiya 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:29
  • +Yr 51:18

Yeremiya 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 16:5; 73:26; 119:57; 142:5
  • +Yes 45:7
  • +Gus 32:9; Zb 74:2; 135:4
  • +Yes 47:4; Yr 51:19

Yeremiya 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:3
  • +Mik 2:10

Yeremiya 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:63; 1Sm 25:29; Yr 16:13
  • +Yr 23:20; Ezk 6:10

Yeremiya 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:19; 8:21; Int 2:11
  • +Mik 7:9

Yeremiya 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:20; Int 2:4
  • +Yr 31:15

Yeremiya 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:8; Yr 5:31; 12:10
  • +Yr 2:8; 8:9
  • +Yr 23:1; Ezk 34:5

Yeremiya 10:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:15; 4:6; 6:22; Hab 1:6
  • +Yr 9:11

Yeremiya 10:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:5; 37:23; Img 16:3; 20:24; Yr 17:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2021 rup. 6

    Be maso!,

    no. 1 2019 rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2012, rup. 6

    15/12/2011, rup. 14

    15/4/2008, rup. 9-10

    1/11/2005, rup. 22

    1/11/2000, rup. 12

    1/9/1999, rup. 26-27

    Senga Imana, rup. 51-53

    Ubumenyi, rup. 12

Yeremiya 10:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:1; Yr 30:11
  • +Zb 38:1
  • +Yes 40:23

Yeremiya 10:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:17; 79:6; Yes 34:2
  • +Yb 18:21; 1Ts 4:5; 2Ts 1:8; Ivh 16:1
  • +Zf 1:6
  • +Zb 79:7; Yr 51:34
  • +Yes 10:22
  • +Yr 8:16; Int 2:22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 10:2Lw 18:3; 20:23; Gus 12:30
Yer. 10:2Yes 47:13
Yer. 10:3Lw 18:30
Yer. 10:3Yes 40:20
Yer. 10:3Yes 44:14; 45:20; Hab 2:18
Yer. 10:4Zb 115:4; 135:15; Yes 40:19; Hs 13:2
Yer. 10:4Yes 41:7; 46:7
Yer. 10:5Zb 115:5; 135:16; Yes 46:7; Hab 2:19; 1Kr 12:2
Yer. 10:5Zb 115:7; Yes 46:1, 7
Yer. 10:5Yes 41:23; 44:9; 45:20; 1Kr 8:4
Yer. 10:6Kv 15:11; 2Sm 7:22; Zb 86:8
Yer. 10:6Neh 4:14; 9:32; Zb 48:1; 145:3; Yr 32:18
Yer. 10:7Yb 37:24; Lk 12:5; Ivh 15:4
Yer. 10:7Zb 22:28; 93:1; Ivh 11:17
Yer. 10:7Zb 89:6; Dn 4:35
Yer. 10:8Zb 115:8; Yes 41:29; Yr 51:17; Hab 2:18; Zk 10:2; Rm 1:22
Yer. 10:8Yes 44:19
Yer. 10:91Bm 10:22; 2Ng 9:21
Yer. 10:9Dn 10:5
Yer. 10:9Zb 115:4
Yer. 10:10Zb 31:5
Yer. 10:10Yos 3:10; Dn 6:26; Yoh 6:57; 2Kr 6:16; 1Ts 1:9
Yer. 10:10Zb 10:16; Dn 4:3; Hab 1:12; Ivh 15:3
Yer. 10:10Nah 1:5
Yer. 10:10Zb 76:7; 90:11; Yw 2:11
Yer. 10:11Zb 96:5
Yer. 10:11Yes 2:18; Yr 51:18; Zf 2:11; Zk 13:2
Yer. 10:12It 1:1; Yb 38:4; Zb 89:11; Yes 40:28; Yr 51:15; Ivk 14:15; Ivh 4:11
Yer. 10:12Zb 24:2; 93:1; Img 3:19; Yes 45:18
Yer. 10:12Yb 9:8; Zb 104:2; 136:5; Yes 40:22; 42:5; 45:12; Zk 12:1
Yer. 10:13Yb 37:2; 38:34, 36; Zb 18:13; 68:33
Yer. 10:13Yb 36:27; Zb 135:7
Yer. 10:13Yb 38:25; Yes 45:8; Yr 51:16; Zk 10:1
Yer. 10:13It 8:1; Kv 14:21; Gh 11:31; Zb 107:25; 147:18; Yon 1:4
Yer. 10:14Zb 92:6
Yer. 10:14Zb 97:7; Yes 42:17; 44:11
Yer. 10:14Hab 2:18; 1Kr 8:4
Yer. 10:14Zb 135:17; Yr 51:17
Yer. 10:15Yes 41:29
Yer. 10:15Yr 51:18
Yer. 10:16Zb 16:5; 73:26; 119:57; 142:5
Yer. 10:16Yes 45:7
Yer. 10:16Gus 32:9; Zb 74:2; 135:4
Yer. 10:16Yes 47:4; Yr 51:19
Yer. 10:17Ezk 12:3
Yer. 10:17Mik 2:10
Yer. 10:18Gus 28:63; 1Sm 25:29; Yr 16:13
Yer. 10:18Yr 23:20; Ezk 6:10
Yer. 10:19Yr 4:19; 8:21; Int 2:11
Yer. 10:19Mik 7:9
Yer. 10:20Yr 4:20; Int 2:4
Yer. 10:20Yr 31:15
Yer. 10:21Zb 94:8; Yr 5:31; 12:10
Yer. 10:21Yr 2:8; 8:9
Yer. 10:21Yr 23:1; Ezk 34:5
Yer. 10:22Yr 1:15; 4:6; 6:22; Hab 1:6
Yer. 10:22Yr 9:11
Yer. 10:23Zb 17:5; 37:23; Img 16:3; 20:24; Yr 17:9
Yer. 10:24Zb 6:1; Yr 30:11
Yer. 10:24Zb 38:1
Yer. 10:24Yes 40:23
Yer. 10:25Zb 9:17; 79:6; Yes 34:2
Yer. 10:25Yb 18:21; 1Ts 4:5; 2Ts 1:8; Ivh 16:1
Yer. 10:25Zf 1:6
Yer. 10:25Zb 79:7; Yr 51:34
Yer. 10:25Yes 10:22
Yer. 10:25Yr 8:16; Int 2:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 10:1-25

Yeremiya

10 Nimwumve ijambo Yehova avuze kuri mwebwe, ewe nzu ya Isirayeli! 2 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ntimwige inzira y’amahanga+, kandi ntimucibwe ivutu n’ibimenyetso vyo mu majuru, kuko amahanga aciwe ivutu na vyo+. 3 Kuko imigenzo y’ibisata vy’abantu+ ari impemu zisohotse gusa, kubera ko igiti buti+ co mu kibira ari co umuntu yaciye, igikorwa amaboko y’umuhinguzi w’utugenegene yakoresheje umuhoro+. 4 Umuntu akigira ciza akoresheje ifeza n’inzahabu+. Babigumisha imisumari n’inyundo, kugira ntihagire na kimwe kizungazunga+. 5 Bimeze nk’igikanganyoni co mu murima w’amakonkombure, ntibishobora kuvuga+. Ntibabura kubirerura, kuko bidashobora gutera intambwe+. Ntutinye kubera vyo, kuko ata kibi bishobora gukora, kandi nta n’iciza bishobora gukora+.”

6 Nta n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe, ewe Yehova+! Urahambaye, kandi izina ryawe rirahambaye mu bushobozi+. 7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+. 8 Bose icarimwe ni imburabwenge be n’ibijuju+. Igiti ni igihimiriza ivy’ubusa gusa+. 9 Bazana ifeza yahondaguwe igacika utubate bayikuye i Tarushishi+, n’inzahabu bayikuye i Ufazi+, ivyahinguwe n’umuhinguzi w’utugenegene be n’amaboko y’uwukora ivy’ivyuma; ivyambarwa vyavyo ni inyuzi z’ubururu be n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura. Vyose ni ibihingurwa n’abantu b’abahanga+.

10 Mugabo Yehova mu vy’ukuri ni Imana+. Ni we Mana nzima+ akaba n’Umwami gushika igihe kitagira urugero+. Isi izotigitishwa+ n’uburakari bwiwe, kandi amahanga ntazokwihanganira imisibo yiwe+. 11 Ibi ni vyo muzobabwira: “Imana+ zitakoze amajuru n’isi ni zo zizoyogera zikava kw’isi+ no munsi y’ayo majuru.” 12 Ni we yahinguye isi akoresheje ububasha bwiwe+, Umwe yashimangira ubutaka bwimbuka akoresheje ubukerebutsi bwiwe+, Umwe yagaranzura amajuru akoresheje ugutegera kwiwe+. 13 Arekura ijwi hakaba uruyogoyogo rw’amazi mu majuru+, kandi atuma imyuka iduga ivuye ku mpera y’isi+. Yakoreye ingomero imvura+, kandi asohora umuyaga mu bigega vyiwe+.

14 Umuntu wese yarerekanye ko atiyumvira ku buryo atagira ubumenyi+. Uwukora ivy’ivyuma wese azomaramara ata gukeka kubera igishusho c’ikibazano+; kuko igishusho ciwe c’icuma gishongeshejwe ari ikinyoma+, nta mpwemu iri muri vyo+. 15 Ni ubusa, ni igikorwa c’agatwengo+. Ivyavyo nivyarabwa bizoyogera+.

16 Muturi wa Yakobo+ ntameze nk’ivyo bintu, kuko ari we Mubumvyi w’ibintu vyose+, kandi Isirayeli ni we nkoni y’intoranwa yiwe+. Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+.

17 Andūra umutekero wawe hasi+, ewe mugore aba mu maganya+! 18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ubu ngira nshibure n’umugozi ababa kw’isi+, kandi nzobateza amarushwa kugira ngo babone+.”

19 Ndagowe kubera ugusenyuka kwanje+! Uruguma rwanje ruransesereje. Nanje navuze nti: “Ni ukuri iyi ni yo ndwara yanje, kandi nzoyigendana+. 20 Ihema ryanje riranyazwe, kandi imigozi yanje y’ihema iracitse yose+. Abahungu banje basohotse bava iwanje, ntibakiriho+. Nta n’umwe akiramvura ihema ryanje canke ngo ahagarike ibitambara vyanje vy’ihema. 21 Kuko abungere berekanye ko batiyumvira+, ntibarondera Yehova+. Ni co gituma batakoranye ugutahura kwimbitse, kandi ibitungwa vyose baragira vyarashwiragiye+.”

22 Umviriza inkuru! Ehe iraje, be n’ugusya gukomeye kuvuye mu gihugu co mu buraruko+, kugira ngo bitume ibisagara vya Yuda bicika igiharabuga, aho imbwebwe zitaha+.

23 Ewe Yehova, ndazi neza yuko inzira y’umuntu yakuwe mw’ivu atari iyiwe. Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe+. 24 Nunkosore, ewe Yehova, ariko ukoresheje ubutungane+; ntubigirane ishavu+, kugira ngo ntunzimanganye+. 25 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga+ yakwirengagije+, no ku miryango itambaje izina ryawe+. Kuko bamirāje Yakobo+. Egome, baramurigase, kandi baguma bamutikiza+; ahantu yaba bahagize umusaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika