ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 104
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 104:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:1
  • +Zb 48:1; 77:13; 86:10; Dn 9:4
  • +1Ng 16:27; Yb 37:22; Zb 8:1; 96:6; Ezk 1:28; Dn 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2008, rup. 13

Zaburi 104:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:17; 1Yh 1:5
  • +Yes 40:22; 45:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2008, rup. 13

Zaburi 104:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:11; Am 9:6
  • +Gus 33:26; Yes 19:1
  • +2Sm 22:11; Yb 38:1; 40:6; Zb 18:10

Zaburi 104:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:21; Heb 1:7
  • +Ezk 1:13; Heb 1:14

Zaburi 104:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 26:7; 38:6; Zb 24:2; Img 3:19
  • +Zb 93:1; 96:10; Ums 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 5 2016 rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2008, rup. 31

Zaburi 104:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:2; Img 3:20
  • +Yb 38:9; Img 8:28; 2Pt 3:5

Zaburi 104:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:9; 8:1

Zaburi 104:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 8:5; Img 8:25

Zaburi 104:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 26:10; 38:10; Zb 33:7; Img 8:29; Yr 5:22
  • +It 9:11

Zaburi 104:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:7; Yes 41:18

Zaburi 104:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:16
  • +Yb 39:5

Zaburi 104:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:3; Lk 9:58
  • +Zb 147:9

Zaburi 104:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:11; Yb 38:37; Zb 147:8; Yr 10:13; Am 9:6; Zk 10:1; Mt 5:45; Ivk 14:17
  • +Zb 65:9

Zaburi 104:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:30; 1Bm 18:5; Yr 14:6; Yw 2:22
  • +It 1:29; 3:18; 9:3; Yb 38:27; Heb 6:7
  • +Yb 28:5; 1Kr 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 46

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2011, rup. 8

Zaburi 104:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 9:13; 2Sm 13:28; Est 1:10; Img 31:6; Ums 2:3; 9:7; 10:19
  • +Zb 92:10
  • +Yr 37:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 43

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2011, rup. 8

Zaburi 104:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:12; Ezk 17:23

Zaburi 104:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:21
  • +Yr 8:7

Zaburi 104:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 18:6
  • +Yb 39:1; Zb 50:10
  • +Img 30:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2004, rup. 9

Zaburi 104:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:16; Zb 136:9; Yr 31:35; 1Kr 15:41
  • +Zb 19:6

Zaburi 104:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:5; Zb 74:16; Yes 45:7

Zaburi 104:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:39; Yes 31:4; Am 3:4
  • +Zb 147:9; Yw 1:20

Zaburi 104:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:4; Nah 3:17

Zaburi 104:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:19; Ef 4:28
  • +Abc 19:16; 2Ts 3:8

Zaburi 104:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:6
  • +Zb 136:5; Img 3:19; Yr 10:12
  • +Zb 24:1; 50:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 55, 173-175

Zaburi 104:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 95:5
  • +It 1:21
  • +Yb 12:8

Zaburi 104:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:23
  • +Yb 41:1
  • +Yb 40:20; 41:5

Zaburi 104:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:6
  • +Zb 136:25; 145:15; 147:9; Mt 6:26; 24:45

Zaburi 104:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:24
  • +Zb 107:9; 145:16

Zaburi 104:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:7
  • +Yb 12:10; 34:14; Zb 146:4; Ums 8:8; 12:7; Yes 42:5; Ivk 17:25
  • +It 3:19; Ums 3:20

Zaburi 104:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:16; Yb 33:4; Zb 33:6; Yes 32:15; Ezk 37:9; Ivk 17:28

Zaburi 104:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:16; Rm 11:36; Gl 1:5
  • +It 1:31; Kv 31:17; Yes 65:19; Yr 32:41

Zaburi 104:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 3:10
  • +Kv 19:18; Zb 144:5

Zaburi 104:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 13:6; 21:13; 68:4
  • +Zb 63:4; 146:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 14

Zaburi 104:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:6
  • +Zb 32:11; 64:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

Zaburi 104:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:38; 101:8; Img 2:22
  • +Zb 37:10
  • +Zb 103:2; 104:1; 150:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 104:1Zb 103:1
Zab. 104:1Zb 48:1; 77:13; 86:10; Dn 9:4
Zab. 104:11Ng 16:27; Yb 37:22; Zb 8:1; 96:6; Ezk 1:28; Dn 7:9
Zab. 104:2Yak 1:17; 1Yh 1:5
Zab. 104:2Yes 40:22; 45:12
Zab. 104:3Zb 18:11; Am 9:6
Zab. 104:3Gus 33:26; Yes 19:1
Zab. 104:32Sm 22:11; Yb 38:1; 40:6; Zb 18:10
Zab. 104:41Bm 22:21; Heb 1:7
Zab. 104:4Ezk 1:13; Heb 1:14
Zab. 104:5Yb 26:7; 38:6; Zb 24:2; Img 3:19
Zab. 104:5Zb 93:1; 96:10; Ums 1:4
Zab. 104:6It 1:2; Img 3:20
Zab. 104:6Yb 38:9; Img 8:28; 2Pt 3:5
Zab. 104:7It 1:9; 8:1
Zab. 104:8It 8:5; Img 8:25
Zab. 104:9Yb 26:10; 38:10; Zb 33:7; Img 8:29; Yr 5:22
Zab. 104:9It 9:11
Zab. 104:10Gus 8:7; Yes 41:18
Zab. 104:11Zb 145:16
Zab. 104:11Yb 39:5
Zab. 104:12Zb 84:3; Lk 9:58
Zab. 104:12Zb 147:9
Zab. 104:13Gus 11:11; Yb 38:37; Zb 147:8; Yr 10:13; Am 9:6; Zk 10:1; Mt 5:45; Ivk 14:17
Zab. 104:13Zb 65:9
Zab. 104:14It 1:30; 1Bm 18:5; Yr 14:6; Yw 2:22
Zab. 104:14It 1:29; 3:18; 9:3; Yb 38:27; Heb 6:7
Zab. 104:14Yb 28:5; 1Kr 3:7
Zab. 104:15Abc 9:13; 2Sm 13:28; Est 1:10; Img 31:6; Ums 2:3; 9:7; 10:19
Zab. 104:15Zb 92:10
Zab. 104:15Yr 37:21
Zab. 104:16Zb 92:12; Ezk 17:23
Zab. 104:17Dn 4:21
Zab. 104:17Yr 8:7
Zab. 104:18Yes 18:6
Zab. 104:18Yb 39:1; Zb 50:10
Zab. 104:18Img 30:26
Zab. 104:19It 1:16; Zb 136:9; Yr 31:35; 1Kr 15:41
Zab. 104:19Zb 19:6
Zab. 104:20It 1:5; Zb 74:16; Yes 45:7
Zab. 104:21Yb 38:39; Yes 31:4; Am 3:4
Zab. 104:21Zb 147:9; Yw 1:20
Zab. 104:222Sm 23:4; Nah 3:17
Zab. 104:23It 3:19; Ef 4:28
Zab. 104:23Abc 19:16; 2Ts 3:8
Zab. 104:24Neh 9:6
Zab. 104:24Zb 136:5; Img 3:19; Yr 10:12
Zab. 104:24Zb 24:1; 50:12
Zab. 104:25Zb 95:5
Zab. 104:25It 1:21
Zab. 104:25Yb 12:8
Zab. 104:26Zb 107:23
Zab. 104:26Yb 41:1
Zab. 104:26Yb 40:20; 41:5
Zab. 104:27Zb 36:6
Zab. 104:27Zb 136:25; 145:15; 147:9; Mt 6:26; 24:45
Zab. 104:28Lk 12:24
Zab. 104:28Zb 107:9; 145:16
Zab. 104:29Zb 30:7
Zab. 104:29Yb 12:10; 34:14; Zb 146:4; Ums 8:8; 12:7; Yes 42:5; Ivk 17:25
Zab. 104:29It 3:19; Ums 3:20
Zab. 104:30Gh 27:16; Yb 33:4; Zb 33:6; Yes 32:15; Ezk 37:9; Ivk 17:28
Zab. 104:31Zb 102:16; Rm 11:36; Gl 1:5
Zab. 104:31It 1:31; Kv 31:17; Yes 65:19; Yr 32:41
Zab. 104:32Hab 3:10
Zab. 104:32Kv 19:18; Zb 144:5
Zab. 104:33Zb 13:6; 21:13; 68:4
Zab. 104:33Zb 63:4; 146:2
Zab. 104:34Zb 63:6
Zab. 104:34Zb 32:11; 64:10
Zab. 104:35Zb 37:38; 101:8; Img 2:22
Zab. 104:35Zb 37:10
Zab. 104:35Zb 103:2; 104:1; 150:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 104:1-35

Zaburi

104 Hezagira Yehova, mutima wanje+!

Ewe Yehova Mana yanje, wabonetse ko uhambaye cane+.

Wiyambika iteka n’ubwiza bwakaka+,

 2 Witwikira umuco nk’impuzu+,

Uramvura amajuru nk’igitambara c’ihema+,

 3 Ukaba Umwe yubaka mu mazi ivyumba vyiwe vyo hejuru akoresheje ibigiga+,

Akagira ibicu umukogote wiwe+,

Akagendera ku mababa y’umuyaga+,

 4 Akagira abamarayika biwe impwemu+,

Abasuku biwe akabagira umuriro urigata+.

 5 Yashinze isi ku bibanza vyayo bishimangiye+;

Ntizogenda inyiganyijwe gushika igihe kitagira urugero, emwe gushika ibihe bidahera+.

 6 Wayipfutse inyenga y’amazi nk’impuzu+.

Amazi yareremba hejuru y’imisozi+.

 7 Warahambaye atangura guhunga+;

Yumvise ijwi ry’umuturagaro wawe, yiruka yataye umutwe,

 8 Imisozi itangura kuduga+,

Ibiyaya vy’imibande bitangura kumanuka,

Yiruka aja mu kibanza wayashingiye.

 9 Washinze urubibe adakwiye kurenga+,

Ngo ntiyongere gupfuka isi+.

10 Arungika imbizi mu myonga+;

Ziguma zitemba hagati y’imisozi.

11 Ntizihengeshanya kunywesha ibikoko vyose vyo mu gahinga+;

Imparage+ zama zîzimya inyota.

12 Hejuru yazo ni ho ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyikinga+;

Biguma bijwiragirira mu mababi azitanye+.

13 Anywesha imisozi ari mu vyumba vyiwe vyo hejuru+.

Isi ihazwa n’ivyamwa vy’ibikorwa vyawe+.

14 Amereza ibikoko ivyatsi bitoto+,

N’ibimera ngo abantu bavyikoreko+,

Ngo atume ibifungurwa bisokoroka biva mw’ivu+,

15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,

Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,

N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.

16 Ibiti vya Yehova birahaga,

Amasederi y’i Libani yateragiye+,

17 Aho inyoni ubwazo zarika+.

Nayo agasoza, ibiti vy’imiberoshi ni vyo nzu yako+.

18 Imisozi miremire+ ni iy’impene zo mu misozi+;

Ibibuye vy’urutare ni ubuhungiro bw’inkezi zo mu bitandara+.

19 Yakoze ukwezi ku bw’ibihe vyashinzwe+;

Izuba ubwaryo rirazi neza iyo rirengera+.

20 Uzana umwiza, ngo habe mw’ijoro+;

Ibikoko vyo mu kibira vyose bigendagenda muri ryo.

21 Intambwe z’imikangara z’imigāra ziroha zirondera ico zicakira+,

No kugira zirondere ku Mana ico zirya+.

22 Izuba ritangura kwaka+, bikigira,

Bikiryamira mu bwikingo bwavyo.

23 Umuntu arasohoka akaja ku murimo wiwe+,

Akaja ku gikorwa ciwe gushika ku mugoroba+.

24 Ewe kuntu ibikorwa vyawe ari vyinshi, Yehova we+!

Vyose wabikoranye ubukerebutsi+.

Isi yuzuye ivyo wakoze+.

25 Nayo iki kiyaga amahanga kandi kigereza kure gutyo+,

Muri co hariyo ibigendagenda bitagira igitigiri+,

Ibinyabuzima, bitobito na bininibinini+.

26 Aho ni ho imeri zigendagenda+;

Nayo Lewiyatani+, wayibumvye ngo yiginagure muri co+.

27 Vyose, biguma bikurindiriye+

Ngo ubihe indya zavyo mu gihe cazo+.

28 Ico ubihaye biratora+.

Upfumbaturura ikiganza cawe, bigahaga ivyiza+.

29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.

Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,

Bigasubira mu mukungugu wavyo+.

30 Urungitse impwemu yawe, biraremwa+;

Ku buringanire bw’ubutaka uhagira hashasha.

31 Ubuninahazwa bwa Yehova buzokwamaho gushika igihe kitagira urugero+.

Yehova azonezererwa ibikorwa vyiwe+.

32 Araba isi, ikajugumira+;

Akora ku misozi, igafumba umwotsi+.

33 Nzoririmbira Yehova ubuzima bwanje bwose+;

Nzohibongoreza Imana yanje igihe cose nzoba nkiriho+.

34 Ukuzirikana ibiyerekeye kwanje nikube akaryoshe+.

Nayo jewe, nzonezerwa muri Yehova+.

35 Abacumuzi bazoherengetezwa kw’isi+;

Nayo ababisha, ntibazokwongera kubaho+.

Hezagira Yehova, mutima wanje! Shemeze Ya+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika