ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 102
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 102:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 61:2; 142:2

Zaburi 102:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:2; 55:1; Dn 9:17
  • +Kv 2:23; 1Sm 9:16; Zb 18:6; 145:19

Zaburi 102:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:29; Zb 13:1; 27:9; 69:17; 88:14; Int 1:20
  • +Zb 71:2; 88:2
  • +Zb 143:7; Yes 65:24

Zaburi 102:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:83; Yak 4:14
  • +Yb 30:30; Zb 31:10; Int 1:13

Zaburi 102:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:11; 143:4; Yes 40:7
  • +Ezr 10:6

Zaburi 102:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:6; 38:8
  • +Yb 19:20; Img 17:22; Int 4:8

Zaburi 102:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:11; Zf 2:14

Zaburi 102:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2014, rup. 16

Zaburi 102:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:11; 42:10; 74:10; 79:4; 89:51; Rm 15:3
  • +Ivk 23:12

Zaburi 102:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 3:15
  • +Zb 42:3; 80:5

Zaburi 102:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:7; 38:3; 90:7
  • +2Ng 25:8

Zaburi 102:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:2; Zb 39:5; 109:23; 144:4; Yak 4:14
  • +Zb 102:4; Yes 40:7; Yak 1:10; 1Pt 1:24

Zaburi 102:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:7; 90:2; Int 5:19
  • +Kv 3:15; Zb 97:12; 135:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2014, rup. 16

Zaburi 102:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:18; 69:35; Yes 49:15; 60:10; Yr 31:12; Zk 2:10
  • +Ezr 1:1; Yes 40:2; Dn 9:2

Zaburi 102:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:3; 4:6; Zb 137:5; Dn 9:16
  • +Zb 79:1

Zaburi 102:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:43; Zb 86:9; Ivh 15:4
  • +Zb 138:4; Yes 60:3; Zk 8:22

Zaburi 102:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:18; 147:2; Yr 33:7
  • +Yes 6:1; 60:1

Zaburi 102:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:12; Dn 9:21
  • +Zb 22:24

Zaburi 102:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Ya” ni impfunyapfunyo y’izina “Yehova.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:18; 78:4; Rm 15:4; 1Kr 10:11
  • +Zb 22:31; 45:17; Yes 43:21

Zaburi 102:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 26:15; 2Ng 16:9; Zb 14:2
  • +Zb 33:13; 113:6

Zaburi 102:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:7; Zb 79:11; Yes 61:1
  • +2Ng 33:13

Zaburi 102:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:14; 22:22
  • +Yes 51:11

Zaburi 102:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; Yes 11:10; 49:22
  • +Zb 72:11; Yes 60:3

Zaburi 102:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:40
  • +Yb 21:21; Zb 89:45

Zaburi 102:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 38:10
  • +Zb 90:2; 102:12; Hab 1:12; Ivh 1:8

Zaburi 102:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; 2:1; Yb 38:4; Yes 48:13; Zk 12:1
  • +Zb 8:3, 6; Heb 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2011, rup. 27

    1/1/2006, rup. 30

Zaburi 102:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:4
  • +Yes 51:6; Heb 1:11
  • +Heb 1:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2018 rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2011, rup. 27-28

    1/4/2008, rup. 11-12

    1/1/2006, rup. 30

Zaburi 102:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 36:26; Zb 90:4; Mal 3:6; Yak 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2014, rup. 16

    1/7/2011, rup. 27

Zaburi 102:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:36
  • +2Sm 7:12; Zb 90:16; Yes 66:22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 102:akajambo k’intangamararaZb 61:2; 142:2
Zab. 102:1Zb 5:2; 55:1; Dn 9:17
Zab. 102:1Kv 2:23; 1Sm 9:16; Zb 18:6; 145:19
Zab. 102:2Yb 34:29; Zb 13:1; 27:9; 69:17; 88:14; Int 1:20
Zab. 102:2Zb 71:2; 88:2
Zab. 102:2Zb 143:7; Yes 65:24
Zab. 102:3Zb 119:83; Yak 4:14
Zab. 102:3Yb 30:30; Zb 31:10; Int 1:13
Zab. 102:4Zb 102:11; 143:4; Yes 40:7
Zab. 102:4Ezr 10:6
Zab. 102:5Zb 6:6; 38:8
Zab. 102:5Yb 19:20; Img 17:22; Int 4:8
Zab. 102:6Yes 34:11; Zf 2:14
Zab. 102:7Zb 38:11
Zab. 102:8Zb 31:11; 42:10; 74:10; 79:4; 89:51; Rm 15:3
Zab. 102:8Ivk 23:12
Zab. 102:9Int 3:15
Zab. 102:9Zb 42:3; 80:5
Zab. 102:10Zb 30:7; 38:3; 90:7
Zab. 102:102Ng 25:8
Zab. 102:11Yb 14:2; Zb 39:5; 109:23; 144:4; Yak 4:14
Zab. 102:11Zb 102:4; Yes 40:7; Yak 1:10; 1Pt 1:24
Zab. 102:12Zb 9:7; 90:2; Int 5:19
Zab. 102:12Kv 3:15; Zb 97:12; 135:13
Zab. 102:13Zb 51:18; 69:35; Yes 49:15; 60:10; Yr 31:12; Zk 2:10
Zab. 102:13Ezr 1:1; Yes 40:2; Dn 9:2
Zab. 102:14Neh 2:3; 4:6; Zb 137:5; Dn 9:16
Zab. 102:14Zb 79:1
Zab. 102:151Bm 8:43; Zb 86:9; Ivh 15:4
Zab. 102:15Zb 138:4; Yes 60:3; Zk 8:22
Zab. 102:16Zb 51:18; 147:2; Yr 33:7
Zab. 102:16Yes 6:1; 60:1
Zab. 102:17Zb 72:12; Dn 9:21
Zab. 102:17Zb 22:24
Zab. 102:18Zb 71:18; 78:4; Rm 15:4; 1Kr 10:11
Zab. 102:18Zb 22:31; 45:17; Yes 43:21
Zab. 102:19Gus 26:15; 2Ng 16:9; Zb 14:2
Zab. 102:19Zb 33:13; 113:6
Zab. 102:20Kv 3:7; Zb 79:11; Yes 61:1
Zab. 102:202Ng 33:13
Zab. 102:21Zb 9:14; 22:22
Zab. 102:21Yes 51:11
Zab. 102:22It 49:10; Yes 11:10; 49:22
Zab. 102:22Zb 72:11; Yes 60:3
Zab. 102:23Zb 89:40
Zab. 102:23Yb 21:21; Zb 89:45
Zab. 102:24Yes 38:10
Zab. 102:24Zb 90:2; 102:12; Hab 1:12; Ivh 1:8
Zab. 102:25It 1:1; 2:1; Yb 38:4; Yes 48:13; Zk 12:1
Zab. 102:25Zb 8:3, 6; Heb 1:10
Zab. 102:26Yes 34:4
Zab. 102:26Yes 51:6; Heb 1:11
Zab. 102:26Heb 1:12
Zab. 102:27Yb 36:26; Zb 90:4; Mal 3:6; Yak 1:17
Zab. 102:28Zb 69:36
Zab. 102:282Sm 7:12; Zb 90:16; Yes 66:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 102:1-28

Zaburi

Isengesho ry’umurushwa mu gihe yaregeye, agasuka amaganya yiwe imbere ya Yehova ubwiwe+.

102 Ewe Yehova, niwumve isengesho ryanje+;

Kandi ugutabaza kwanje nikugushikire+.

 2 Ntumpishe mu maso hawe ku musi ngeze habi+.

Ntega ugutwi+;

Ku musi mpamagaye, nunyaruke, unyishure+.

 3 Kuko imisi yanje irangiye nk’umwotsi+,

N’amagufa yanje akaba arunguriye nk’iziko+.

 4 Umutima wanje ukubiswe nk’ivyatsi kandi urumye+,

Kuko nibagiye gufungura udufungurwa twanje+.

 5 Kubera ijwi ry’ukuniha kwanje+,

Amagufa yanje amatanye n’inyama zanje+.

 6 Nsa n’ikinyoni ntamayuruzi co mu gahinga+.

Ncitse nk’agahuna gatoyi k’ahantu hagizwe umusaka.

 7 Ndanamvye;

Mbaye nk’akanyoni kari ukwa konyene ku gisenge+.

 8 Abansi banje bansize iceyi burinda bwira+.

Abankengereza ni jewe barahiye+.

 9 Kuko nariye iminyota nk’umukate+;

Kandi ivyo nywa nabivanze n’amarira+,

10 Kubera imisibo yawe n’uburakari bwawe+;

Kuko wandugije hejuru, kugira ngo unte kure+.

11 Imisi yanje ni nk’igitutu kiyonze+,

Kandi jewe numye nk’ivyatsi+.

12 Nayo wewe, ewe Yehova, uzobaho gushika igihe kitagira urugero+,

Kandi icibutso cawe kizokwamaho uko iyaruka rikurikira irindi+.

13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,

Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,

Kuko igihe cashinzwe gishitse+.

14 Kuko abasavyi bawe bahimbawe n’amabuye yaho+,

Kandi ubutoni bwabo babwerekeza ku mukungugu waho+.

15 Amahanga azotinya izina rya Yehova+,

Abami bose bo mw’isi na bo batinye ubuninahazwa bwawe+.

16 Kuko Yehova atazobura kwubaka Siyoni+;

Emwe, azoseruka mu buninahazwa bwiwe+.

17 Ntazobura guhindukira ngo yumve isengesho ry’abakobwe ibintu vyose+,

Kandi ntazosuzugura isengesho ryabo+.

18 Ibi vyandikiwe iyaruka rizoza+;

Kandi igisata c’abantu kizoremwa kizoshemeza Ya*+.

19 Kuko yaravye hasi ari iyo hejuru hiwe heranda+,

Yehova ubwiwe yaravye isi ari mu majuru+,

20 Kugira ngo yumve ukuniha kw’imbohe+,

Kugira ngo abohore abagenewe urupfu+;

21 Kugira ngo izina rya Yehova rimenyeshwe i Siyoni+,

Ishemezo ryiwe na ryo rimenyeshwe i Yeruzalemu+,

22 Ibisata vy’abantu nivyakoranirizwa hamwe vyose+,

Be n’ubwami, kugira bikorere Yehova+.

23 Ku nzira, yaruhije inkomezi zanje+,

Yagabanije imisi yanje+.

24 Naciye mvuga nti: “Ewe Mana yanje,

Ntunkureho ncagatije imisi yanje+;

Imyaka yawe yamaho mu mayaruka yose+.

25 Kera washinze imishinge y’isi+,

Kandi amajuru ni igikorwa c’amaboko yawe+.

26 Vyo bizoyogera, mugabo wewe uzogumaho+;

Bizoshira vyose nka kurya kw’impuzu+.

Nka kurya kw’icambarwa, uzobisubiriza, bimare ikiringo cavyo+.

27 Ariko wewe wama uri wa wundi, kandi imyaka yawe ntizohera+.

28 Abana b’abasavyi bawe bazobandanya kwiberaho+;

Kandi imbere yawe, uruvyaro rwabo ruzoshimangirwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika