ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Amosi 9
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Amosi 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:1; Ezk 1:28
  • +Zb 68:21; Hab 3:13
  • +Yes 24:18; 30:16; Am 2:14

Amosi 9:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo ni “Sheoli” (she’ohlʹ). Raba Inyongera ya 7.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:8; Img 15:11
  • +Yb 20:6; Yr 49:16; 51:53; Ob 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 18

Amosi 9:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:22; Zb 139:7; Yr 23:24
  • +Zb 139:9

Amosi 9:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:65; Ezk 5:12
  • +Lw 17:10; Gus 28:63; Yr 44:11; 1Pt 3:12

Amosi 9:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; Mik 1:4
  • +Hs 4:3
  • +Am 8:8

Amosi 9:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:19
  • +Yes 45:18
  • +Yb 36:27; Zb 135:7
  • +Zb 147:8; Am 5:8
  • +Kv 3:15; Yr 31:35; Am 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2009, rup. 16-17

Amosi 9:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:51; Hs 12:13; Am 2:10
  • +Yr 47:4
  • +2Bm 16:9; Yes 22:6; Am 1:5

Amosi 9:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4; Img 5:21; 15:3
  • +1Bm 13:34; 2Bm 18:11
  • +Yr 30:11

Amosi 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:64

Amosi 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:12; Ezk 20:38; Nah 1:3
  • +Zb 10:13; 2Pt 3:4

Amosi 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:6; 11:1; Yr 23:5; Ezk 17:24; 37:24; Zk 12:8; Lk 1:31
  • +Yes 16:5
  • +Ezk 21:27; Ivk 15:16
  • +2Sm 7:11; Zb 89:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 8-9

    Nushinge intahe, rup. 109

Amosi 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:18; Yes 11:14; Ob 19
  • +Ivk 15:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 5

    Nushinge intahe, rup. 109

Amosi 9:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:5; Ezk 36:35
  • +Hs 2:22
  • +Yw 3:18
  • +Yes 35:1; 55:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 18-19

Amosi 9:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:1; Yr 30:3; Ezk 39:25
  • +Yes 61:4; 65:21; Ezk 36:33
  • +Yes 62:8; Yr 30:10; Ezk 28:26; Mik 4:4

Amosi 9:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:21; Yr 24:6; Ezk 34:28; 37:25; Yw 3:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Am. 9:1Yes 6:1; Ezk 1:28
Am. 9:1Zb 68:21; Hab 3:13
Am. 9:1Yes 24:18; 30:16; Am 2:14
Am. 9:2Zb 139:8; Img 15:11
Am. 9:2Yb 20:6; Yr 49:16; 51:53; Ob 4
Am. 9:3Yb 34:22; Zb 139:7; Yr 23:24
Am. 9:3Zb 139:9
Am. 9:4Lw 26:33; Gus 28:65; Ezk 5:12
Am. 9:4Lw 17:10; Gus 28:63; Yr 44:11; 1Pt 3:12
Am. 9:5Zb 46:6; Mik 1:4
Am. 9:5Hs 4:3
Am. 9:5Am 8:8
Am. 9:6Zb 102:19
Am. 9:6Yes 45:18
Am. 9:6Yb 36:27; Zb 135:7
Am. 9:6Zb 147:8; Am 5:8
Am. 9:6Kv 3:15; Yr 31:35; Am 4:13
Am. 9:7Kv 12:51; Hs 12:13; Am 2:10
Am. 9:7Yr 47:4
Am. 9:72Bm 16:9; Yes 22:6; Am 1:5
Am. 9:8Zb 11:4; Img 5:21; 15:3
Am. 9:81Bm 13:34; 2Bm 18:11
Am. 9:8Yr 30:11
Am. 9:9Lw 26:33; Gus 28:64
Am. 9:102Bm 18:12; Ezk 20:38; Nah 1:3
Am. 9:10Zb 10:13; 2Pt 3:4
Am. 9:11Yes 9:6; 11:1; Yr 23:5; Ezk 17:24; 37:24; Zk 12:8; Lk 1:31
Am. 9:11Yes 16:5
Am. 9:11Ezk 21:27; Ivk 15:16
Am. 9:112Sm 7:11; Zb 89:36
Am. 9:12Gh 24:18; Yes 11:14; Ob 19
Am. 9:12Ivk 15:17
Am. 9:13Lw 26:5; Ezk 36:35
Am. 9:13Hs 2:22
Am. 9:13Yw 3:18
Am. 9:13Yes 35:1; 55:12
Am. 9:14Ezr 3:1; Yr 30:3; Ezk 39:25
Am. 9:14Yes 61:4; 65:21; Ezk 36:33
Am. 9:14Yes 62:8; Yr 30:10; Ezk 28:26; Mik 4:4
Am. 9:15Yes 60:21; Yr 24:6; Ezk 34:28; 37:25; Yw 3:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Amosi 9:1-15

Amosi

9 Nabonye Yehova ahagaze hejuru y’igicaniro+, araheza avuga ati: “Kubita umutwe w’inkingi, aminjiriro atigite. Zigegene ku mitwe, zose+. Abasigaye bo muri bo nzobicisha inkota. Nta wo muri bo agerageza guhunga azoshobora guhunga ngo akire, kandi nta wo muri bo agerageza gucika kw’icumu azoshobora kuyanyaga+. 2 Nibimba bakaja mu kuzimu*, ukuboko kwanje kuzobakurayo+; kandi nibaduga mu majuru, nzobamanurayo+. 3 Nibinyegeza kw’isonga rya Karumeli, nzobaronderayo nitonze nshirwe ndabafashe+. Nibihisha amaso yanje hasi mu kiyaga+, nzotegekerayo inzoka, ibakomore. 4 Nibajanwa kugirwa imbohe bashorewe n’abansi babo, nzotegekerayo inkota, ibice+; kandi nzobashinga ijisho ku bw’inabi, atari ku bw’ineza+. 5 Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo*, ni We akora ku gihugu, kigashonga+; kandi abakibamwo bose bazobwirizwa kugandara+; kandi ntikizobura kuduga cose nka Nili, kikadwibira nka Nili yo mu Misiri+.

6 “‘Umwe yubaka ingazi ziwe mu majuru+, akubaka n’inyubakwa yiwe hejuru y’isi yashizeho+, umwe ahamagara amazi y’ikiyaga+, ngo ayasuke ku buringanire bw’isi+—Yehova ni ryo zina ryiwe+.’

7 “‘Mbega kuri jewe ntimumeze nk’abana b’Abakushi, ga yemwe bene Isirayeli?’ ni ko Yehova avuze. ‘Mbega sinaduganye Isirayeli nkayikura mu gihugu ca Misiri+, n’Abafilisitiya+ nkabakura i Kirete, na Siriya nkayikura i Kiri+?’

8 “‘Raba! Amaso y’Umukama Segaba Yehova ari ku bwami bucumura+, kandi azobuzimanganya koko ku buringanire bw’ubutaka+. Yamara rero, sinzozimanganya buhere inzu ya Yakobo+,’ ni ko Yehova avuze. 9 ‘Kuko ehe ndatanze itegeko; nzonyiganza inzu ya Isirayeli mu mahanga yose+, nk’uko umuntu anyiganza ikiyunguruzo, ku buryo hatagira n’akabuye kagwa hasi. 10 Bazokwicishwa inkota, abacumuzi bose bo mu bantu banje+, abavuga ngo: “Ivyago ntibizotwegera canke ngo bishike aho turi+.”’

11 “‘Kuri uwo musi nzovyura+ urusago+ rwa Dawidi rwatemvye+, nzibire n’ibihengeri vyabo. Ibihomvagurike vyarwo nzobivyura, ndarwubake nko mu misi ya kera+, 12 kugira ngo bigarurire ibisigaye vyo kuri Edomu+, be n’amahanga yose izina ryanje ryambarijwemwo+,’ ni ko Yehova avuze, ari na we akora ivyo.

13 “‘Ehe imisi iraje,’ ni ko Yehova avuze: ‘umurimyi azohamvya umwimbuzi+, n’uwuganisha ibirenge inzabibu ahamvye uwikorera imbuto+; imisozi izotonyanga umuvinyu usosa+, n’imirambi yose isange iriko irashonga+. 14 Kandi nzogarukana abagizwe imbohe bo mu bantu banje Isirayeli+, na bo bazokwubaka vy’ukuri ibisagara vyagizwe umusaka babibemwo+, batere imirima y’imizabibu binywere umuvinyu wayo, barime n’imirima birire ivyamwa vyayo+.’

15 “‘Nzobateragira koko ku butaka bwabo, kandi ntibazokwongera kurandurwa ku butaka bwabo nabihereye+,’ ni ko Yehova Imana yawe avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika