ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abanyefeso 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 8:22; Kl 2:13; 1Tm 5:6; 1Pt 4:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 290

Abanyefeso 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “urutonde rw’ibintu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:2; Ef 4:17
  • +Yoh 12:31
  • +1Kr 2:12; Yak 4:5
  • +Mt 13:38; Kl 3:6; 1Yh 2:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 53-54

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 13

    15/7/2010, rup. 3-4

    15/8/2008, rup. 27

    15/6/2007, rup. 26

    1/6/2007, rup. 5

    1/9/1999, rup. 16

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    8/2006, rup. 4

Abanyefeso 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:11
  • +Mt 26:41; 1Pt 4:3
  • +Yoh 3:36

Abanyefeso 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:9; Yes 54:10; Rm 10:12
  • +Rm 5:8; 1Yh 4:9, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2021, rup. 8-9

Abanyefeso 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 2:13
  • +Yoh 1:17

Abanyefeso 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 2:12
  • +Ef 1:3; 1Pt 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2015, rup. 13

    15/8/2008, rup. 27

    15/2/2006, rup. 21

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-137, 199

Abanyefeso 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 6:5
  • +Ef 1:7
  • +Yoh 17:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 29

Abanyefeso 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 4:16
  • +Yoh 6:44
  • +Yoh 1:12

Abanyefeso 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:20; Yak 2:22
  • +1Kr 1:29

Abanyefeso 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 5:5
  • +Gl 6:15
  • +Ef 1:4
  • +Kl 1:10
  • +Ef 1:5

Abanyefeso 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 12:2
  • +Yos 5:3

Abanyefeso 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:18
  • +Kl 1:21
  • +Rm 9:4
  • +1Ts 4:13
  • +Yes 65:1

Abanyefeso 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 10:19

Abanyefeso 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:20
  • +Lw 20:26
  • +Ivk 10:35; Rm 11:24; Kl 3:11
  • +Kl 2:14
  • +Ef 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2008, rup. 21

Abanyefeso 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:3
  • +Mr 7:28
  • +Gus 4:8
  • +Rm 2:10
  • +1Kr 12:12

Abanyefeso 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:22
  • +Gl 3:28; Ef 4:4
  • +Heb 12:2
  • +Ivk 10:28

Abanyefeso 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:7
  • +Yes 57:19

Abanyefeso 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 10:12
  • +Heb 7:25
  • +1Kr 12:13

Abanyefeso 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:12
  • +Heb 11:13
  • +Fp 3:20
  • +Kl 1:12
  • +Yes 56:5; 1Tm 3:15; Heb 3:6

Abanyefeso 2:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 3:10
  • +Ivh 21:14
  • +1Kr 12:28
  • +Yes 28:16

Abanyefeso 2:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 2:19
  • +Zk 6:12; 1Kr 3:16; 6:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 22

Abanyefeso 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:23
  • +1Pt 2:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ef. 2:1Mt 8:22; Kl 2:13; 1Tm 5:6; 1Pt 4:6
Ef. 2:2Rm 12:2; Ef 4:17
Ef. 2:2Yoh 12:31
Ef. 2:21Kr 2:12; Yak 4:5
Ef. 2:2Mt 13:38; Kl 3:6; 1Yh 2:16
Ef. 2:31Kr 6:11
Ef. 2:3Mt 26:41; 1Pt 4:3
Ef. 2:3Yoh 3:36
Ef. 2:4Zb 145:9; Yes 54:10; Rm 10:12
Ef. 2:4Rm 5:8; 1Yh 4:9, 19
Ef. 2:5Kl 2:13
Ef. 2:5Yoh 1:17
Ef. 2:6Kl 2:12
Ef. 2:6Ef 1:3; 1Pt 1:4
Ef. 2:7Heb 6:5
Ef. 2:7Ef 1:7
Ef. 2:7Yoh 17:21
Ef. 2:8Rm 4:16
Ef. 2:8Yoh 6:44
Ef. 2:8Yoh 1:12
Ef. 2:9Rm 3:20; Yak 2:22
Ef. 2:91Kr 1:29
Ef. 2:102Kr 5:5
Ef. 2:10Gl 6:15
Ef. 2:10Ef 1:4
Ef. 2:10Kl 1:10
Ef. 2:10Ef 1:5
Ef. 2:111Kr 12:2
Ef. 2:11Yos 5:3
Ef. 2:12Yes 65:1
Ef. 2:12Ef 4:18
Ef. 2:12Kl 1:21
Ef. 2:12Rm 9:4
Ef. 2:121Ts 4:13
Ef. 2:13Heb 10:19
Ef. 2:14Kl 1:20
Ef. 2:14Lw 20:26
Ef. 2:14Ivk 10:35; Rm 11:24; Kl 3:11
Ef. 2:14Kl 2:14
Ef. 2:14Ef 2:12
Ef. 2:15Rm 8:3
Ef. 2:15Mr 7:28
Ef. 2:15Gus 4:8
Ef. 2:15Rm 2:10
Ef. 2:151Kr 12:12
Ef. 2:16Kl 1:22
Ef. 2:16Gl 3:28; Ef 4:4
Ef. 2:16Heb 12:2
Ef. 2:16Ivk 10:28
Ef. 2:17Yes 52:7
Ef. 2:17Yes 57:19
Ef. 2:18Rm 10:12
Ef. 2:18Heb 7:25
Ef. 2:181Kr 12:13
Ef. 2:19Ef 2:12
Ef. 2:19Heb 11:13
Ef. 2:19Fp 3:20
Ef. 2:19Kl 1:12
Ef. 2:19Yes 56:5; 1Tm 3:15; Heb 3:6
Ef. 2:201Kr 3:10
Ef. 2:20Ivh 21:14
Ef. 2:201Kr 12:28
Ef. 2:20Yes 28:16
Ef. 2:21Kl 2:19
Ef. 2:21Zk 6:12; 1Kr 3:16; 6:19
Ef. 2:22Yoh 17:23
Ef. 2:221Pt 2:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Abanyefeso 2:1-22

Abanyefeso

2 Vyongeye, ni mwebwe Imana yagize bazima naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+, 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+. 3 Egome, muri bo ni ho twese twahora tugendera kera duhuza n’ivyipfuzo vy’umubiri wacu+, dukora ivyo umubiri+ n’ivyiyumviro bigomba, kandi twari dusanzwe turi abana bo kurakirwa+ nk’abandi bose. 4 Mugabo Imana, imwe igwije imbabazi+, kubera urukundo rwinshi yadukunze+, 5 yaratugize bazima hamwe na Kristu, mu gihe nyene twari twarapfiriye mu makosa+—mukaba mwakirishijwe ubuntu ata wari abukwiriye+— 6 kandi yatuzuriye+ hamwe, itwicarika hamwe mu bibanza vyo mw’ijuru+ mu bumwe na Kristu Yezu, 7 kugira ngo mu bihe bizoza+ haze herekanwe ubutunzi buhebuje+ bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo mu butoni bwayo itugirira mu bumwe+ na Kristu Yezu.

8 Mu vy’ukuri, ubwo buntu ata wari abukwiriye ni bwo mwakirishijwe biciye mu kwizera+; kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe+, ni ingabirano y’Imana+. 9 Oya, ntibiva ku bikorwa+, kugira ngo ntihagire umuntu aronka imvo yo kwirata+. 10 Kuko turi igikorwa cayo+, tukaba twaremwe+ mu bumwe+ na Kristu Yezu kugira dukore ibikorwa vyiza+, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe+ ngo tubigenderemwo.

11 Mwibuke rero yuko kera mwari abanyamahanga ku bijanye n’umubiri+; ico gihe mwitwa “ukutagenyerwa” muvyiswe na kimwe bita “ukugenyerwa” gikorwa n’amaboko mu mubiri+— 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+. 13 Mugabo ubu, mu bumwe na Kristu Yezu, mwebwe abari kure cane kera mwarigiye hafi biciye ku maraso+ ya Kristu. 14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+. 15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro; 16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene. 17 Kandi yaraje amenyesha inkuru nziza y’amahoro+ mwebwe abari kure cane, amenyesha n’amahoro abari hafi+, 18 kubera ko biciye kuri we, twebwe, vya bisata vyompi+, dushobora kwegera+ Data biciye ku mpwemu imwe+.

19 Vy’ukuri rero, ntimukiri ab’ahandi+ na kavamahanga+, ahubwo musangiye ubwenegihugu+ n’aberanda+, mukaba n’abo mu rugo+ rw’Imana, 20 kandi mwubatswe ku mushinge+ w’intumwa+ n’abahanuzi+, Kristu Yezu na we ubwiwe akaba ari we buye ry’umushinge rigumya imfuruka+. 21 Mu bumwe na we inyubakwa yose, mu kuba ifatanirijwe hamwe ikanywana+, irakura ikaba urusengero rweranda ku bwa Yehova+. 22 Mu bumwe na we+, na mwebwe nyene muriko murubakirwa hamwe ngo muhinduke ahantu Imana iba biciye mu mpwemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika