ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Malaki 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Malaki 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 1:21

Malaki 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:6; 10:15; Yes 41:8; Rm 11:28
  • +Yes 49:14
  • +It 25:25
  • +Rm 9:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 19

Malaki 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:34; 27:41; Heb 12:16
  • +Yes 34:10; Yr 49:20; Ezk 25:13; 35:3; Yw 3:19; Ob 10
  • +Yes 34:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 19-20

Malaki 1:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:14; Zb 127:1
  • +Zb 137:7; Yes 34:5; Ob 18

Malaki 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:27

Malaki 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:12; Mt 15:4; Mr 10:19; Ef 6:2
  • +1Tm 6:1; Tt 2:9
  • +Kv 4:22
  • +Yes 1:2; Mt 6:9
  • +Img 8:13; 1Pt 2:17
  • +Yr 5:31; 23:11; Ezk 22:26; Hs 4:6

Malaki 1:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:6
  • +Ezk 41:22; 1Kr 10:21
  • +1Sm 2:17

Malaki 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:20; Gus 15:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 20-21

Malaki 1:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mworoshe mu maso h’Imana.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:11; Yr 26:19; Yw 1:13, 14
  • +Yw 2:17

Malaki 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 23:4
  • +Yr 6:13; Mik 3:11
  • +Yes 1:11; Yr 6:20; 14:12; Am 5:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 27

    1/5/2002, rup. 21

Malaki 1:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke “kuva izuba rirashe gushika rirenze.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 113:3; Yes 45:6; 59:19; Zk 14:16
  • +Zb 66:15; Rm 12:1; Heb 13:15
  • +Yes 66:20; Yoh 4:23
  • +Zb 22:27; Zf 3:9; Mt 28:19; Ivh 15:4

Malaki 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 22:26
  • +Mal 1:7

Malaki 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:22; Mik 6:3
  • +Gus 15:21; 17:1
  • +Lw 22:20; Yes 1:13; Mal 2:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 21-22

Malaki 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:3
  • +Zb 47:2; Yr 10:10; Dn 9:4
  • +Zb 76:12; Ivh 15:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mal. 1:12Pt 1:21
Mal. 1:2Gus 7:6; 10:15; Yes 41:8; Rm 11:28
Mal. 1:2Yes 49:14
Mal. 1:2It 25:25
Mal. 1:2Rm 9:13
Mal. 1:3It 25:34; 27:41; Heb 12:16
Mal. 1:3Yes 34:10; Yr 49:20; Ezk 25:13; 35:3; Yw 3:19; Ob 10
Mal. 1:3Yes 34:13
Mal. 1:4Yb 12:14; Zb 127:1
Mal. 1:4Zb 137:7; Yes 34:5; Ob 18
Mal. 1:5Zb 35:27
Mal. 1:6Kv 20:12; Mt 15:4; Mr 10:19; Ef 6:2
Mal. 1:61Tm 6:1; Tt 2:9
Mal. 1:6Kv 4:22
Mal. 1:6Yes 1:2; Mt 6:9
Mal. 1:6Img 8:13; 1Pt 2:17
Mal. 1:6Yr 5:31; 23:11; Ezk 22:26; Hs 4:6
Mal. 1:7Lw 21:6
Mal. 1:7Ezk 41:22; 1Kr 10:21
Mal. 1:71Sm 2:17
Mal. 1:8Lw 22:20; Gus 15:21
Mal. 1:9Kv 32:11; Yr 26:19; Yw 1:13, 14
Mal. 1:9Yw 2:17
Mal. 1:102Ng 23:4
Mal. 1:10Yr 6:13; Mik 3:11
Mal. 1:10Yes 1:11; Yr 6:20; 14:12; Am 5:21
Mal. 1:11Zb 113:3; Yes 45:6; 59:19; Zk 14:16
Mal. 1:11Zb 66:15; Rm 12:1; Heb 13:15
Mal. 1:11Yes 66:20; Yoh 4:23
Mal. 1:11Zb 22:27; Zf 3:9; Mt 28:19; Ivh 15:4
Mal. 1:12Ezk 22:26
Mal. 1:12Mal 1:7
Mal. 1:13Yes 43:22; Mik 6:3
Mal. 1:13Gus 15:21; 17:1
Mal. 1:13Lw 22:20; Yes 1:13; Mal 2:13
Mal. 1:14Ivk 5:3
Mal. 1:14Zb 47:2; Yr 10:10; Dn 9:4
Mal. 1:14Zb 76:12; Ivh 15:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Malaki 1:1-14

Malaki

1 Ijambo ryamenyeshejwe:

Ng’iri ijambo Yehova+ yavuze ku vyerekeye Isirayeli biciye kuri Malaki:

2 “Narabakunze+,” ni ko Yehova avuze.

Namwe mwavuze muti: “Wadukunze gute+?”

“Mbega Esawu ntiyari mwene wabo na Yakobo+?”, ni ko Yehova avuze. “Ariko nakunze Yakobo+, 3 Esawu+ na we naramwanse; kandi amaherezo imisozi yiwe nayihinduye igiharabuga+, intoranwa yiwe ndayiha imbwebwe zo mu gahinga+.”

4 “Ko Edomu aguma avuga ngo: ‘Twarajanjaguwe, ariko tuzogaruka twubake ibibanza vyatikijwe,’ ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo* avuze: ‘Bobo bazokwubaka, nanje nsambure+. Kandi ntibazobura kubita “akarere k’ububisha,” babite kandi “abantu Yehova yasutseko imisibo+ gushika igihe kitagira urugero*.” 5 Amaso yanyu azovyibonera, namwe ubwanyu muvuge muti: “Yehova ashimagizwe ku karere ka Isirayeli+.”’”

6 “‘Umwana aratera iteka se+, n’umusuku agatera iteka shebuja wiwe ahambaye+. None nimba ndi so+, iteka ryanje riri hehe+? Kandi nimba ndi Shobuja Ahambaye, ukuntinya+ kuri hehe?’ ni ko Yehova nyen’ingabo ababwiye, yemwe baherezi musuzugura izina ryanje+.

“‘Namwe mwavuze muti: “Izina ryawe twarisuzuguye gute?”’

7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’

“‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’

“‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.” 8 Iyo mushikirije igitungwa gihumye ngo gitangweko ikimazi, muvuga ngo: “Nta kibi kirimwo.” Kandi iyo mushikirije igitungwa gicumbagira canke kirwaye, muvuga ngo: “Nta kibi kirimwo+.”’”

“Enda nuvyegereze buramatari wawe. Mbega yoguhimbarirwa, canke akakwakirana ubuntu?”, ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

9 “Enda rero nimutakambire+ Imana*, itugirire ubutoni+. Ivyo vyavuye mu kuboko kwanyu. Mbega hari n’umwe muri mwebwe izokwakirana ubuntu?”, ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

10 “Mbega hoho ni nde muri mwebwe yokwugara imiryango+? Kandi mwebwe ntimwocana umuriro ku gicaniro canje​—⁠ivyo ngo mubigire ata co muhawe+. Ntimumpimbara na gatoyi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “n’ishikanwa ryo mu kuboko kwanyu ntirinezera na gatoyi+.”

11 “Kuko kuva iyo izuba rirasira gushika iyo rirengera*, izina ryanje rizoba irihambaye mu mahanga+, kandi ahantu hose bazohafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+, bashikirize ishikanwa ku bw’izina ryanje, emwe, ituro ridahumanye+; kuko izina ryanje rizoba irihambaye mu mahanga+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

12 “Ariko mwebwe murampumanya+ mu kuvuga ngo: ‘Imeza ya Yehova ni ikintu canduye, kandi icamwa cayo, ari vyo bifungurwa bishirwa kuri yo, ni ikintu co gusuzugurwa+.’ 13 Kandi mwavuze ngo: ‘Ewe muruho uraho+!’, kandi mwatumye bibonwa nk’akanuka,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mwazanye icatwawe ku nguvu, n’igicumbagira, n’ikirwaye+; egome, mwabizanye ngo bibe ituro. Mbega mubimpaye vyompimbara+?”, ni ko Yehova avuze.

14 “Aravumwe uwukorana urwenge kandi mu busho bwiwe hariyo igitungwa c’ikigabo, akagira indagano hanyuma agashikanira Yehova icononekaye+. Kuko ndi Umwami ahambaye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “kandi izina ryanje rizoba iriteye ubwoba mu mahanga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika