ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 28
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 28:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:17; 2Ng 36:10
  • +Yr 28:11
  • +Yos 11:19; 2Sm 21:2

Yeremiya 28:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:8; Mik 3:11

Yeremiya 28:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:13; Yr 27:16; Dn 1:2

Yeremiya 28:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:8; 25:27; Est 2:6; Yr 22:24; 37:1
  • +2Bm 23:36; 24:6
  • +2Bm 24:14; Yr 24:1
  • +Yr 30:8

Yeremiya 28:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:2; 19:14; 26:2

Yeremiya 28:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:36; Zb 41:13; Yr 11:5; 2Kr 1:20
  • +Yr 28:3

Yeremiya 28:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:28

Yeremiya 28:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:26; 28:15
  • +1Bm 22:8; Yon 3:6

Yeremiya 28:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:14; 14:13; Ezk 13:10
  • +Gus 18:22

Yeremiya 28:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:13; Yr 27:2

Yeremiya 28:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:1
  • +1Bm 13:18; 2Ng 18:10; Yr 23:17; 29:9
  • +Yr 28:4
  • +Img 14:7; 26:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 187-188

Yeremiya 28:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:30

Yeremiya 28:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:2; 28:10
  • +Gus 28:48

Yeremiya 28:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49
  • +Gus 28:48; Yr 5:19; 27:7
  • +Yr 27:6; Dn 2:38

Yeremiya 28:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:1
  • +Gus 13:1; Yr 14:14; 23:21; 27:15; 29:31; Ezk 13:3; Zk 13:3; Lk 6:26

Yeremiya 28:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:20; 1Sm 2:34
  • +Gus 13:5; Yr 29:32

Yeremiya 28:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 7:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 28:12Bm 24:17; 2Ng 36:10
Yer. 28:1Yr 28:11
Yer. 28:1Yos 11:19; 2Sm 21:2
Yer. 28:2Yr 27:8; Mik 3:11
Yer. 28:32Bm 24:13; Yr 27:16; Dn 1:2
Yer. 28:42Bm 24:8; 25:27; Est 2:6; Yr 22:24; 37:1
Yer. 28:42Bm 23:36; 24:6
Yer. 28:42Bm 24:14; Yr 24:1
Yer. 28:4Yr 30:8
Yer. 28:5Yr 7:2; 19:14; 26:2
Yer. 28:61Bm 1:36; Zb 41:13; Yr 11:5; 2Kr 1:20
Yer. 28:6Yr 28:3
Yer. 28:71Bm 22:28
Yer. 28:8Gus 4:26; 28:15
Yer. 28:81Bm 22:8; Yon 3:6
Yer. 28:9Yr 6:14; 14:13; Ezk 13:10
Yer. 28:9Gus 18:22
Yer. 28:10Zb 10:13; Yr 27:2
Yer. 28:11Yr 28:1
Yer. 28:111Bm 13:18; 2Ng 18:10; Yr 23:17; 29:9
Yer. 28:11Yr 28:4
Yer. 28:11Img 14:7; 26:4
Yer. 28:12Yr 29:30
Yer. 28:13Yr 27:2; 28:10
Yer. 28:13Gus 28:48
Yer. 28:14Gus 28:49
Yer. 28:14Gus 28:48; Yr 5:19; 27:7
Yer. 28:14Yr 27:6; Dn 2:38
Yer. 28:15Yr 28:1
Yer. 28:15Gus 13:1; Yr 14:14; 23:21; 27:15; 29:31; Ezk 13:3; Zk 13:3; Lk 6:26
Yer. 28:16Gus 18:20; 1Sm 2:34
Yer. 28:16Gus 13:5; Yr 29:32
Yer. 28:172Bm 7:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 28:1-17

Yeremiya

28 Maze muri uwo mwaka, mu ntango y’ubwami bwa Zedekiya+ umwami wa Yuda, mu mwaka ugira kane, mu kwezi kugira gatanu, Hananiya+ mwene Azuri, umuhanuzi yava i Gibeyoni+, ambwirira mu nzu ya Yehova mu maso y’abaherezi n’ay’abantu bose ati: 2 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Nzovuna ingǒgo y’umwami wa Babiloni+. 3 Mu myaka ibiri yuzuye ngiye kugarukana aha hantu ibikoresho vyose vyo mu nzu ya Yehova Nebukadinezari umwami wa Babiloni+ yakuye aha hantu akabijana i Babiloni.’” 4 “‘Kandi Yekoniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, n’abagizwe inyagano bose ba Yuda bashitse i Babiloni+, ngira ndabagarukane aha hantu,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko nzovuna ingǒgo+ y’umwami wa Babiloni.’”

5 Nuko Yeremiya umuhanuzi abwirira Hananiya umuhanuzi mu maso y’abaherezi no mu maso y’abantu bose bari bahagaze mu nzu ya Yehova+, 6 egome, Yeremiya umuhanuzi avuga ati: “Amen+! Yehova agire gutyo! Yehova ashimangire amajambo yawe y’ubuhanuzi wavuze, mu kugarukana aha hantu ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova n’abantu bose bagizwe inyagano, abikuye i Babiloni+! 7 Ariko rero, ndakwinginze wumve iri jambo ngira mvugire mu matwi yawe no mu matwi y’abantu bose+. 8 Ku vyerekeye abahanuzi banyitangiye imbere bakakwitangira imbere nawe kuva kera+, na bo nyene bahora bavuga ubuhanuzi bw’intambara n’ubw’ivyago n’ubw’ikiza ku bijanye n’ibihugu vyinshi no ku bijanye n’ubwami bukomakomeye+. 9 Ku vyerekeye umuhanuzi avuga ubuhanuzi bw’amahoro+, ijambo ry’uwo muhanuzi niryashika ni ho umuhanuzi yatumwe vy’ukuri na Yehova azomenyekana+.”

10 Hananiya umuhanuzi aca akura wa mutambikwa w’ingǒgo kw’izosi rya Yeremiya umuhanuzi, arawuvuna+. 11 Maze Hananiya+ avugira mu maso y’abantu bose ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze+: ‘Uku ni ko nzovuna ingǒgo ya Nebukadinezari umwami wa Babiloni mu myaka ibiri yuzuye ndayikuye kw’izosi ry’amahanga yose+.’” Nuko Yeremiya umuhanuzi arigira+.

12 Maze ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya+, aho Hananiya umuhanuzi amariye kuvuna nya mutambikwa w’ingǒgo awukuye kw’izosi rya Yeremiya umuhanuzi, riti: 13 “Genda ubwire Hananiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Wavunye imitambikwa y’ingǒgo+ y’ibiti, ariko mu kibanza cayo uzokora imitambikwa y’ingǒgo y’ivyuma+.” 14 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzoshira ingǒgo y’icuma kw’izosi ry’aya mahanga yose, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni+; kandi azomukorera ata kabuza+. Mbere n’ibikoko vyo mu gahinga nzobimuha+.”’”

15 Yeremiya umuhanuzi yongera kubwira Hananiya+ umuhanuzi ati: “Ndakwinginze wumvirize, ewe Hananiya! Yehova ntiyagutumye, mugabo wewe watumye aba bantu bizigira ikinyoma+. 16 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndakwirukane ku buringanire bw’ubutaka. Muri uyu mwaka uzopfa ata kabuza+, kuko wavuze ivy’ukugarariza Yehova bimwe vyeruye+.’”

17 Nuko Hananiya umuhanuzi apfa muri uwo mwaka, mu kwezi kugira indwi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika