ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:22; Yr 6:13; Ezk 13:2; Zk 13:4
  • +Yr 23:25; 27:9
  • +Mr 13:22; 2Ts 2:9

Gusubira mu vyagezwe 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:9; Mt 7:22

Gusubira mu vyagezwe 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:19
  • +Gus 8:2; Zb 66:10; Mt 24:24; 1Kr 11:19; 2Ts 2:11
  • +Gus 6:5; 10:12; Mt 22:37

Gusubira mu vyagezwe 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2002, rup. 16-17

Gusubira mu vyagezwe 13:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:15
  • +Gus 18:20; Yr 14:14; Zk 13:3
  • +Gus 6:14
  • +Gus 17:7; 1Kr 5:13

Gusubira mu vyagezwe 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 18:1
  • +1Bm 11:4; 2Pt 2:1

Gusubira mu vyagezwe 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:10; Gl 1:8
  • +Ezk 9:5

Gusubira mu vyagezwe 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:20; 32:27; Gh 25:5
  • +Gus 17:7

Gusubira mu vyagezwe 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:2, 27; Gus 17:5
  • +Kv 13:3

Gusubira mu vyagezwe 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:13; 19:20; 1Tm 1:20; 5:20

Gusubira mu vyagezwe 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:12; 1Bm 21:10; Yud 19
  • +2Bm 17:21

Gusubira mu vyagezwe 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:4; 19:15; 1Tm 5:19; Heb 10:28

Gusubira mu vyagezwe 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:6
  • +Kv 22:20; Lw 27:28

Gusubira mu vyagezwe 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 6:24
  • +Yos 8:28; Yr 49:2; Mik 1:6

Gusubira mu vyagezwe 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 6:18; 7:1
  • +Yos 7:26; 22:20
  • +Kv 33:19; Zb 78:38
  • +It 22:17; 26:4; 28:14

Gusubira mu vyagezwe 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:32; Neh 1:5; Zb 119:4; 1Yh 5:3
  • +Kv 15:26; Gus 6:18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 13:1Gus 18:22; Yr 6:13; Ezk 13:2; Zk 13:4
Gus. 13:1Yr 23:25; 27:9
Gus. 13:1Mr 13:22; 2Ts 2:9
Gus. 13:2Yr 28:9; Mt 7:22
Gus. 13:3Yes 8:19
Gus. 13:3Gus 8:2; Zb 66:10; Mt 24:24; 1Kr 11:19; 2Ts 2:11
Gus. 13:3Gus 6:5; 10:12; Mt 22:37
Gus. 13:4Gus 10:20
Gus. 13:5Yes 9:15
Gus. 13:5Gus 18:20; Yr 14:14; Zk 13:3
Gus. 13:5Gus 6:14
Gus. 13:5Gus 17:7; 1Kr 5:13
Gus. 13:61Sm 18:1
Gus. 13:61Bm 11:4; 2Pt 2:1
Gus. 13:8Img 1:10; Gl 1:8
Gus. 13:8Ezk 9:5
Gus. 13:9Kv 22:20; 32:27; Gh 25:5
Gus. 13:9Gus 17:7
Gus. 13:10Lw 20:2, 27; Gus 17:5
Gus. 13:10Kv 13:3
Gus. 13:11Gus 17:13; 19:20; 1Tm 1:20; 5:20
Gus. 13:131Sm 2:12; 1Bm 21:10; Yud 19
Gus. 13:132Bm 17:21
Gus. 13:14Gus 17:4; 19:15; 1Tm 5:19; Heb 10:28
Gus. 13:152Ng 28:6
Gus. 13:15Kv 22:20; Lw 27:28
Gus. 13:16Yos 6:24
Gus. 13:16Yos 8:28; Yr 49:2; Mik 1:6
Gus. 13:17Yos 6:18; 7:1
Gus. 13:17Yos 7:26; 22:20
Gus. 13:17Kv 33:19; Zb 78:38
Gus. 13:17It 22:17; 26:4; 28:14
Gus. 13:18Gus 12:32; Neh 1:5; Zb 119:4; 1Yh 5:3
Gus. 13:18Kv 15:26; Gus 6:18
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 13:1-18

Gusubira mu vyagezwe

13 “Nihagira umuhanuzi+ canke umurosi+ w’indoto ahaguruka hagati yawe akaguha koko ikimenyetso canke imburizi+, 2 kandi nya kimenyetso canke nya mburizi bikaranguka koko, ari vyo yari yakubwiye+ avuga ngo: ‘Tugendere inyuma y’izindi mana utamenye, tuzikorere,’ 3 ntuze wumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi w’iyo ndoto+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira amenye nimba mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+. 4 Inyuma ya Yehova Imana yanyu ni ho mukwiye kugendera, kandi ni we mukwiye gutinya, kandi amabwirizwa yiwe ni yo mukwiye kugumya, kandi ijwi ryiwe ni ryo mukwiye kwumviriza, kandi ni we mukwiye gukorera, kandi ni we mukwiye kwumirako+. 5 Uyo muhanuzi+ canke uyo murosi wa nya ndoto aze yicwe+, kuko yavuze ivy’ukugarariza Yehova Imana yanyu yabakuye mu gihugu ca Misiri akagucungura ukava mu nzu y’abashumba, nya muntu akabigira ngo aguhindukize uve mu nzira Yehova Imana yawe yagutegetse kugenderamwo+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.

6 “Mwene wanyu, mwene nyoko wawe, canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe canke umugore wawe ukunda cane canke umugenzi wawe pfampfe+, niyagerageza kuguhendahenda mu mpisho, ngo: ‘Tugende dukorere izindi mana+,’ izo utamenye yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, 7 zimwe mu mana z’ibisata vy’abantu biri irya n’ino yanyu, ibiri hafi yawe canke ibiri kure yawe, kuva ku mpera imwe y’igihugu gushika ku yindi, 8 ntuze ukundire icipfuzo ciwe canke ngo umwumvirize+, eka n’ijisho ryawe ntirize rimwumvire akagongwe, eka kandi ntuze umwumvire impuhwe+, canke ngo umuhishire; 9 ahubwo uze umwice ata kabuza+. Ukuboko kwawe ni kwo ubwa mbere gukwiye kuza kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+. 10 Uze umutere amabuye, apfe+, kuko yarondeye kuguhindukiza ngo uve kuri Yehova Imana yawe yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+. 11 Maze Isirayeli yose izovyumva itinye, kandi ntibazokwongera gukora ikintu kibi nk’ico hagati yawe+.

12 “Muri kimwe mu bisagara vyawe Yehova Imana yawe agira aguhe ngo ubemwo hariya, niwumva bivugwa 13 ngo: ‘Hari abagabo b’imburakimazi basohotse bava hagati yawe+ kugira bagerageze guhindukiza ababa mu gisagara cabo+, bavuga ngo: “Tugende dukorere izindi mana,” izo mutamenye,’ 14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe, 15 ukwiye ata kabuza gukubita ubugi bw’inkota ababa muri ico gisagara+. Uze ugitikize be n’ikintu cose kiri muri co, n’ibitungwa vyaco+, biciye ku bugi bw’inkota. 16 Isahu ryaco ryose uze uryegeranirize hagati mu kibanza ca bose caho, kandi utegerezwa guturira mu muriro nya gisagara+ be n’isahu ryaco ryose bibe ishikanwa ritangwa uko ryakabaye rihabwa Yehova Imana yawe, kandi gitegerezwa gucika ikirundo c’ibihomvagurike gushika igihe kitagira urugero+. Ntikize cigere congera kwubakwa. 17 Kandi ntihaze hagire ikintu na kimwe, emwe na kimwe, kimata ku kuboko kwawe co ku kintu caziririjwe kikagirwa ceranda+, kugira ngo Yehova ahindukire areke ishavu ryiwe rirurumba+, maze akugirire koko imbabazi kandi akwereke koko imbabazi+ yongere akugwize, nk’uko nyene yarahiye ba sogokuruza bawe+. 18 Kuko ukwiye kwumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kugumya amabwirizwa yose+ ndagutegetse uno musi, kugira ukore ibigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika