ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 56
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 56:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 112:5; Img 29:4; Yes 32:1; Mik 6:8
  • +2Sm 8:15; 2Ng 9:8
  • +Zb 85:9; Yes 51:5; 2Kr 6:2
  • +Yes 46:13; Rm 1:17

Yesaya 56:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:3; Lk 11:28
  • +Lw 26:3; Img 4:13
  • +Neh 13:15; Yes 58:13; Heb 4:9
  • +Img 4:27; 8:13; Rm 12:9

Yesaya 56:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:10; Zk 8:23; Ivh 7:9
  • +It 12:3; 22:18
  • +Mt 19:12; 1Kr 7:38; 2Kr 5:16

Yesaya 56:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:111; Ums 12:13; Ivk 10:35
  • +Yes 55:3; Dn 9:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2009, rup. 26

Yesaya 56:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:22
  • +Yes 44:5; Yoh 1:12
  • +Yes 65:15
  • +1Sm 1:8
  • +Ivh 3:12
  • +Ivh 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2009, rup. 26

Yesaya 56:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:5; Ivk 10:45
  • +Img 18:10; Mal 1:11; Mr 12:30; Yak 1:12
  • +Yes 56:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 27

    15/1/2007, rup. 10

    1/12/2000, rup. 11

    1/2/1998, rup. 32

    1/7/1996, rup. 27-28

Yesaya 56:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:6; Yes 2:3; Mik 4:2; Zk 8:3
  • +1Bm 8:29
  • +Rm 12:1
  • +Heb 13:15; 1Pt 2:5
  • +Heb 13:10
  • +1Bm 8:43; Mt 21:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 101-102

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 27

    1/2/1998, rup. 32

    1/7/1996, rup. 27-28

Yesaya 56:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Yes 27:12; Hs 1:11; Mt 24:31
  • +Yes 49:22; 60:4; Mt 15:24

Yesaya 56:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 12:9; Ezk 39:17; Ivh 19:17

Yesaya 56:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:10; 29:10; Mt 15:14
  • +Yr 6:14; Ezk 13:16
  • +Ezk 33:6
  • +Img 6:10; Mr 13:36

Yesaya 56:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 23:2; Hab 2:5
  • +Ivk 20:29; 2Pt 2:3, 10
  • +Mik 3:6; Zk 11:16
  • +Yr 22:27; 2Pt 2:15

Yesaya 56:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 31:4; Yes 5:22; 28:7; Hs 4:11; Mt 24:49
  • +Zb 10:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 56:1Zb 112:5; Img 29:4; Yes 32:1; Mik 6:8
Yes. 56:12Sm 8:15; 2Ng 9:8
Yes. 56:1Zb 85:9; Yes 51:5; 2Kr 6:2
Yes. 56:1Yes 46:13; Rm 1:17
Yes. 56:2Zb 106:3; Lk 11:28
Yes. 56:2Lw 26:3; Img 4:13
Yes. 56:2Neh 13:15; Yes 58:13; Heb 4:9
Yes. 56:2Img 4:27; 8:13; Rm 12:9
Yes. 56:3Yes 60:10; Zk 8:23; Ivh 7:9
Yes. 56:3It 12:3; 22:18
Yes. 56:3Mt 19:12; 1Kr 7:38; 2Kr 5:16
Yes. 56:4Zb 119:111; Ums 12:13; Ivk 10:35
Yes. 56:4Yes 55:3; Dn 9:27
Yes. 56:5Ef 2:22
Yes. 56:5Yes 44:5; Yoh 1:12
Yes. 56:5Yes 65:15
Yes. 56:51Sm 1:8
Yes. 56:5Ivh 3:12
Yes. 56:5Ivh 3:5
Yes. 56:6Yr 50:5; Ivk 10:45
Yes. 56:6Img 18:10; Mal 1:11; Mr 12:30; Yak 1:12
Yes. 56:6Yes 56:2
Yes. 56:7Zb 2:6; Yes 2:3; Mik 4:2; Zk 8:3
Yes. 56:71Bm 8:29
Yes. 56:7Rm 12:1
Yes. 56:7Heb 13:15; 1Pt 2:5
Yes. 56:7Heb 13:10
Yes. 56:71Bm 8:43; Mt 21:13
Yes. 56:8Gus 30:3; Yes 27:12; Hs 1:11; Mt 24:31
Yes. 56:8Yes 49:22; 60:4; Mt 15:24
Yes. 56:9Yr 12:9; Ezk 39:17; Ivh 19:17
Yes. 56:10Yes 6:10; 29:10; Mt 15:14
Yes. 56:10Yr 6:14; Ezk 13:16
Yes. 56:10Ezk 33:6
Yes. 56:10Img 6:10; Mr 13:36
Yes. 56:11Img 23:2; Hab 2:5
Yes. 56:11Ivk 20:29; 2Pt 2:3, 10
Yes. 56:11Mik 3:6; Zk 11:16
Yes. 56:11Yr 22:27; 2Pt 2:15
Yes. 56:12Img 31:4; Yes 5:22; 28:7; Hs 4:11; Mt 24:49
Yes. 56:12Zb 10:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 56:1-12

Yesaya

56 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimugumye ubutungane+, kandi mukore ibigororotse+. Kuko ubukiriro bwanje buri hafi gushika+, n’ubugororotsi bwanje bukaba buri hafi guhishurwa+. 2 Hahiriwe umuntu akora ivyo+, n’umwana w’abantu abigumya+, akubahiriza isabato kugira ntayihumanye+, kandi akarinda ukuboko kwiwe kugira ntigukore ikibi na kimwe+. 3 Kandi umunyamahanga yifatanije na Yehova ntavuge ngo+: ‘Yehova ntazobura kuntandukanya n’abantu biwe+.’ Kandi inkone*+ ntivuge ngo: ‘Raba! Ndi igiti cumye.’”

4 Kuko ibi ari vyo Yehova abwiye inkone zigumya amasabato yanje, zikaba zahisemwo ivyampimbaye+, kandi zigacakira isezerano ryanje+: 5 “Mbere nzobaha mu nzu yanje+ no mu mpome zanje icibutso+ n’izina+, ikintu ciza kuruta abahungu n’abakobwa+. Nzobaha izina gushika igihe kitagira urugero+, iritazorandurwa+.

6 “Abanyamahanga bifatanije na Yehova ngo bamusukurire+ kandi ngo bakunde izina rya Yehova+, kugira ngo bamubere abasavyi, abubahiriza isabato bose kugira ngo ntibayihumanye kandi bakagumya isezerano ryanje+, 7 nzobazana rero ku musozi wanje mweranda+, ndabanezereze mu nzu yanje yo gusengeramwo+. Amashikanwa yabo aturirwa uko yakabaye+ be n’ibimazi+ vyabo bizoba ivyo kwemerwa ku gicaniro canje+. Kuko inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo ku bisata vy’abantu vyose+.”

8 Ivyo Umukama Segaba Yehova avuze, umwe ariko akoraniriza hamwe abashwiragiye ba Isirayeli+, ni ibi: “Nzokoraniriza hamwe kuri we abandi uretse abo mu biwe bamaze gukoranirizwa hamwe+.”

9 Mwa bikoko vyo mu gahinga mwese, nimuze murye, mwa bikoko vyo mu kibira mwese+! 10 Inderetsi ziwe ni impumyi+. Nta n’umwe muri bo yitayeho ibintu+. Bose ni imbwa z’ibiragi; ntibashoboye gukuga+: barahezagirika, bakiryamira, bakikundira guhunikira+. 11 Mbere ni imbwa z’ameru akaze+; ntibamenye guhaga ico ari co+. Vyongeye, ni abungere batamenye gutegera+. Bose uko bangana barahindukiye bagana inzira yabo bwite, umwe wese akarondera inyungu yiwe y’akarenganyo ku mupaka wiwe bwite+: 12 “Nimuze! Reka mfate akavinyu, tunywe inzoga iboreza twikure+. Kandi ejo ntihazobura kumera nk’uno musi, habe ahakomeye cane rwose kuruta+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika