ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 19
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 19:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rs 4:1; Est 2:19
  • +It 18:2; 1Sm 24:8

Itanguriro 19:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:4; Yb 31:32; Yoh 13:12
  • +Abc 19:9; 1Sm 29:10
  • +Abc 19:15

Itanguriro 19:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 19:20; Lk 24:29; Ivk 16:15
  • +It 18:8; 2Bm 6:23
  • +Abc 6:19; 1Sm 28:24

Itanguriro 19:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 19:22
  • +Img 4:16; Ef 4:19

Itanguriro 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:22; 20:13; Rm 1:27; 1Kr 6:9; Yud 7

Itanguriro 19:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:24; 2Pt 2:12; Yud 10

Itanguriro 19:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:16
  • +Abc 19:24
  • +Rm 1:26; 2Pt 2:9
  • +Gus 10:19; Abc 19:23; Yes 58:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2005, rup. 24-26

    15/1/2004, rup. 27

Itanguriro 19:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:21
  • +Ivk 7:27; 1Pt 4:4
  • +Zb 118:13
  • +Img 14:16

Itanguriro 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 6:18; Ivk 13:11
  • +Yr 8:10
  • +Ums 10:15; Mt 15:14

Itanguriro 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:26; 1Sm 15:6; Yr 51:6

Itanguriro 19:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:13; 18:20; Yes 3:9
  • +1Ng 21:15; Zb 11:6; Mt 13:41

Itanguriro 19:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:45; Ivh 18:4
  • +2Ng 36:16; Lk 17:28

Itanguriro 19:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 17:31
  • +Gh 16:26

Itanguriro 19:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:11
  • +Kv 33:19; Yw 2:18
  • +Yos 6:23; 2Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 28

    1/1/2003, rup. 16-17

Itanguriro 19:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 19:11
  • +Lk 9:62; Fp 3:13
  • +It 13:10; Yr 45:5; 51:50
  • +Mt 24:16; Heb 2:3

Itanguriro 19:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:3; Abc 6:17
  • +Kv 15:13; Mik 7:18
  • +Zb 41:2; 143:11
  • +Zb 6:4; Mt 8:25

Itanguriro 19:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 3:18
  • +Zb 68:20; 119:175

Itanguriro 19:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:15
  • +It 19:30

Itanguriro 19:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 2:3; 2Pt 3:9; Ivh 7:3
  • +It 14:2

Itanguriro 19:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:27

Itanguriro 19:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:23; Zb 11:6; Yes 1:9; Am 4:11; Lk 17:29; 2Pt 2:6

Itanguriro 19:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:10; Zb 107:34; Yr 49:18; Zf 2:9

Itanguriro 19:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 17:32; Heb 10:38

Itanguriro 19:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:22

Itanguriro 19:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yud 7

Itanguriro 19:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 2:7

Itanguriro 19:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:17
  • +It 19:22

Itanguriro 19:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:8

Itanguriro 19:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:21; Hab 2:15
  • +Lw 18:6

Itanguriro 19:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:7

Itanguriro 19:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:7; Ezk 22:10

Itanguriro 19:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 2:9
  • +Rs 2:6; 1Ng 18:2

Itanguriro 19:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 2:19; Abc 11:4; Neh 13:1; Zf 2:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 19:1Rs 4:1; Est 2:19
Ita. 19:1It 18:2; 1Sm 24:8
Ita. 19:2It 18:4; Yb 31:32; Yoh 13:12
Ita. 19:2Abc 19:9; 1Sm 29:10
Ita. 19:2Abc 19:15
Ita. 19:3Abc 19:20; Lk 24:29; Ivk 16:15
Ita. 19:3It 18:8; 2Bm 6:23
Ita. 19:3Abc 6:19; 1Sm 28:24
Ita. 19:4Abc 19:22
Ita. 19:4Img 4:16; Ef 4:19
Ita. 19:5Lw 18:22; 20:13; Rm 1:27; 1Kr 6:9; Yud 7
Ita. 19:7Rm 1:24; 2Pt 2:12; Yud 10
Ita. 19:8It 24:16
Ita. 19:8Abc 19:24
Ita. 19:8Rm 1:26; 2Pt 2:9
Ita. 19:8Gus 10:19; Abc 19:23; Yes 58:7
Ita. 19:9Kv 22:21
Ita. 19:9Ivk 7:27; 1Pt 4:4
Ita. 19:9Zb 118:13
Ita. 19:9Img 14:16
Ita. 19:112Bm 6:18; Ivk 13:11
Ita. 19:11Yr 8:10
Ita. 19:11Ums 10:15; Mt 15:14
Ita. 19:12Gh 16:26; 1Sm 15:6; Yr 51:6
Ita. 19:13It 13:13; 18:20; Yes 3:9
Ita. 19:131Ng 21:15; Zb 11:6; Mt 13:41
Ita. 19:14Gh 16:45; Ivh 18:4
Ita. 19:142Ng 36:16; Lk 17:28
Ita. 19:15Lk 17:31
Ita. 19:15Gh 16:26
Ita. 19:16Rm 12:11
Ita. 19:16Kv 33:19; Yw 2:18
Ita. 19:16Yos 6:23; 2Pt 2:9
Ita. 19:171Sm 19:11
Ita. 19:17Lk 9:62; Fp 3:13
Ita. 19:17It 13:10; Yr 45:5; 51:50
Ita. 19:17Mt 24:16; Heb 2:3
Ita. 19:19It 18:3; Abc 6:17
Ita. 19:19Kv 15:13; Mik 7:18
Ita. 19:19Zb 41:2; 143:11
Ita. 19:19Zb 6:4; Mt 8:25
Ita. 19:202Bm 3:18
Ita. 19:20Zb 68:20; 119:175
Ita. 19:21Zb 34:15
Ita. 19:21It 19:30
Ita. 19:22Hab 2:3; 2Pt 3:9; Ivh 7:3
Ita. 19:22It 14:2
Ita. 19:23It 19:27
Ita. 19:24Gus 29:23; Zb 11:6; Yes 1:9; Am 4:11; Lk 17:29; 2Pt 2:6
Ita. 19:25It 13:10; Zb 107:34; Yr 49:18; Zf 2:9
Ita. 19:26Lk 17:32; Heb 10:38
Ita. 19:27It 18:22
Ita. 19:28Yud 7
Ita. 19:292Pt 2:7
Ita. 19:30It 19:17
Ita. 19:30It 19:22
Ita. 19:31It 38:8
Ita. 19:32It 9:21; Hab 2:15
Ita. 19:32Lw 18:6
Ita. 19:331Ts 5:7
Ita. 19:36Lw 18:7; Ezk 22:10
Ita. 19:37Gus 2:9
Ita. 19:37Rs 2:6; 1Ng 18:2
Ita. 19:38Gus 2:19; Abc 11:4; Neh 13:1; Zf 2:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 19:1-38

Itanguriro

19 Nuko ba bamarayika babiri bashika i Sodomu ku mugoroba, kandi Loti yari yicaye mw’irembo rya Sodomu+. Loti ababonye, arahaguruka rero aja kubasanganira maze arunama mu maso hiwe hakora hasi+. 2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.” 3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya.

4 Imbere y’uko baryama, abagabo bo muri ico gisagara, abagabo b’i Sodomu, bakikuza nya nzu+, uhereye ku gahungu ugashika ku mutama, abantu bose mu mugwi umwe+. 5 Nuko baguma basemerera kuri Loti bamubwira bati: “Ba bagabo binjiye iwawe iri joro bari he? Basohore ubazane aho turi turyamane na bo+.”

6 Amaherezo Loti arasohoka aja iyo bari ku bwinjiriro, mugabo yugara umuryango inyuma yiwe. 7 Maze avuga ati: “Ndabinginze, bene wacu, ntimukore nabi+. 8 Ndabinginze, ehe mfise abakobwa babiri batigeze baryamana n’umugabo+. Ndabinginze, hinge ndababasohorere. Maze mubakorere nk’uko mubona ko ari vyiza mu maso yanyu+. Gusa aba bagabo ntihagire ico mubagira+, kuko ari co catumye baza mu gitutu c’igisenge canje+.” 9 Na bo bavuga bati: “Igira hariya!” Bongerako bati: “Uyu mugabo w’inyakamwe yaje hano kuhaba ari kavamahanga+, yamara agomba vy’ukuri kwigira umucamanza+. Ubu rero tugiye kukugirira nabi kuruta bo.” Maze basunika cane uwo mugabo+ Loti, kandi bariko begereza kumena umuryango+. 10 Nuko nya bagabo batuma amaboko maze bazana Loti aho bari mu nzu, baraheza bugara umuryango. 11 Mugabo bateza uruhumyi nya bagabo bari ku bwinjiriro bw’inzu+, kuva ku mutoyi gushika ku wuhambaye+, ku buryo biruhisha barondera ubwinjiriro+.

12 Maze nya bagabo babwira Loti bati: “Hari uwundi muntu ufise ng’aha? Umukwe, abahungu bawe n’abakobwa bawe n’abo ufise bose muri iki gisagara, basohore bave aha hantu+! 13 Kuko tugira duhonye aha hantu, kubera ko amaborogo abantu baho baborogerwa yabaye menshi imbere ya Yehova+, bigatuma Yehova adutuma guhonya iki gisagara+.” 14 Ku bw’ivyo Loti arasohoka maze atangura kubwira abakwe biwe botwaye abakobwa biwe, aguma avuga ati: “Haguruke! Nimuve aha hantu, kuko Yehova agira ahonye iki gisagara+!” Mugabo mu maso y’abakwe biwe yasa n’umuntu yijajurira+.

15 Ariko umutwenzi utambitse, nya bamarayika batangura guhutagiza Loti bati: “Haguruka! Tora umugore wawe n’abakobwa bawe babiri bari ng’aha+, kugira ntuzimanganywe mw’ikosa ry’iki gisagara+!” 16 Agumye ahinahina+, nya bagabo, ku bw’impuhwe za Yehova zari kuri we+, baca bafata ukuboko kwiwe n’ukuboko kw’umugore wiwe n’amaboko y’abakobwa biwe babiri maze baramusohora, bamushira hanze y’igisagara+. 17 Nuko, bakimara kubashikana ku mubari w’igisagara, avuga ati: “Hunga unyage amagara+! Nturabe inyuma yawe+ kandi ntuhagarare muri iyi Ntara yose+! Hungira mu karere k’imisozi ntuhave uzimanganywa+!”

18 Maze Loti ababwira ati: “Oya Yehova, si ukwo! 19 Umusavyi wawe yaragize ubutoni mu maso yawe+ ku buryo uriko ukuza ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+, ubwo wangiriye mu kunzigamira ubuzima+, mugabo jewe​—⁠jewe sinshoboye guhungira mu karere k’imisozi, kuko ivyago vyohava bimpamvya ngapfa ata kabuza+. 20 Erega iki gisagara ni co kiri hafi co guhungiramwo, kandi ni ikintu gitoya+. Ndakwinginze unkundire mpungireyo​—⁠none si ikintu gitoya?⁠—​mbone kubandanya kubaho+.” 21 Nuko amubwira ati: “Ehe ndakwemereye n’ico kintu usavye+. Sindandura igisagara uvuze+. 22 Nyaruka uhungireyo, kuko ata co nshobora gukora utarashikayo+!” Ni co catumye yita nya gisagara Zowari+.

23 Loti ashika i Zowari izuba riri hejuru y’ico gihugu+. 24 Maze Yehova agwisha kuri Sodomu no kuri Gomora imvura y’amazuku n’umuriro bivuye kuri Yehova, bivuye mu majuru+. 25 Gutyo yubika ivyo bisagara, egome, nya Ntara yose n’ababa muri ivyo bisagara bose be n’ibiterwa vyo ku butaka+. 26 Umugore wiwe atangura rero kuraba inyuma ari inyuma yiwe, aca acika inkingi y’umunyu+.

27 Aburahamu afata inzira kare mu gitondo, aja ha hantu yari yahagaze imbere ya Yehova+. 28 Hanyuma araba epfo amaja i Sodomu n’i Gomora n’amaja mu gihugu cose ca nya Ntara, abona ikintu gitangaje. Erega, ehe umwotsi w’umuzitanya wariko uraduga uvuye muri ico gihugu nk’umwotsi w’umuzitanya w’itanure+! 29 Kandi igihe Imana yahonya ibisagara vyo muri iyo Ntara, yariyumviriye Aburahamu mu kugira ico ikoze igakiza Loti agatikizo, igihe yatikiza ibisagara Loti yabamwo+.

30 Mu nyuma Loti araduga avuye i Zowari maze atangura kuba mu karere k’imisozi, ari kumwe n’abakobwa biwe babiri+, kuko yatinye kuba i Zowari+. Nuko aba mw’isenga, we n’abakobwa biwe babiri. 31 Maze imfura ibwira umuto iti: “Data arashaje kandi nta mugabo ariho mu gihugu ngo aryamane natwe, nk’uko bigenda mw’isi yose+. 32 Ingo duhe data umuvinyu anywe+, maze turyamane na we duheze tuzigame uruvyaro kuri data+.”

33 Baguma rero baha se umuvinyu ngo anywe muri iryo joro+; maze imfura irinjira iryamana na se, mugabo uno ntiyamenya igihe nya mukobwa yaryamiye n’igihe yavyukiye. 34 Ku musi ukurikira, imfura ibwira rero umuto iti: “Ehe naryamanye na dawe mw’ijoro ryakeye. Tumuhe umuvinyu anywe no muri rino joro. Hanyuma winjire uryamane na we, maze tuzigame uruvyaro kuri data.” 35 Nuko baguma baha se umuvinyu ngo anywe no muri iryo joro; maze umuto arahaguruka aryamana na we, mugabo ntiyamenya igihe nya mukobwa yaryamiye n’igihe yavyukiye. 36 Maze nya bakobwa ba Loti bompi baribungenga bivuye kuri se+. 37 Mu nyuma imfura ivyara umuhungu, imwita Mowabu+. Ni we se w’Abanyamowabu gushika n’uyu musi+. 38 Umuto na we nyene yibaruka umuhungu, amwita Beni-ami. Ni we se wa bene Amoni+ gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika