ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 26
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 26:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:34; 2Ng 36:4; Yr 1:3; 25:1; 35:1; 36:1

Yeremiya 26:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 19:14; Yoh 18:20; Ivk 5:20
  • +Yes 58:1; Yr 1:7
  • +Gus 4:2; Ivk 20:27; Ivh 22:19

Yeremiya 26:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:16; 55:7; Yr 36:3; Ezk 18:27
  • +1Bm 21:29; Yr 18:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 151

Yeremiya 26:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:14; Gus 28:15
  • +Yr 44:10

Yeremiya 26:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:13; Yr 7:13; 11:7; 25:3

Yeremiya 26:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:60; Yr 7:12
  • +Yr 24:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    4/2017, rup. 7

Yeremiya 26:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 26:2

Yeremiya 26:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:32; Am 5:10

Yeremiya 26:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:60

Yeremiya 26:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 38:4
  • +2Bm 15:35; 2Ng 27:3; Yr 36:10

Yeremiya 26:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:20; Mt 26:66
  • +Yr 26:2; 38:4

Yeremiya 26:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:17

Yeremiya 26:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:3; 35:15
  • +Zb 103:10; Yr 18:8; 36:3; Ezk 18:32; Yon 3:9

Yeremiya 26:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:25; Yr 38:5
  • +2Sm 15:26

Yeremiya 26:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 35:33; Gus 19:10; Img 6:17
  • +Yr 1:17; 26:2

Yeremiya 26:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:19
  • +Img 16:7; Yr 38:9
  • +Yak 5:10

Yeremiya 26:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:34

Yeremiya 26:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 1:1
  • +Mik 1:14
  • +2Ng 29:1
  • +Zb 79:1
  • +Yr 9:11
  • +Mik 3:12

Yeremiya 26:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “kworosha mu maso ha.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:26
  • +Kv 32:14; 2Sm 24:16
  • +Gh 35:33; Ivk 5:39

Yeremiya 26:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:60; 18:14; 1Sm 7:2

Yeremiya 26:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:34; 2Ng 36:5
  • +2Ng 16:10
  • +1Bm 19:3; Img 29:25; Mt 10:28

Yeremiya 26:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:12; Yr 36:12

Yeremiya 26:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:30; Mt 23:31; 1Ts 2:15

Yeremiya 26:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:12; 2Ng 34:20; Yr 39:14; 40:5
  • +2Bm 22:10
  • +1Bm 18:4; Ivk 23:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 122

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 26:12Bm 23:34; 2Ng 36:4; Yr 1:3; 25:1; 35:1; 36:1
Yer. 26:2Yr 19:14; Yoh 18:20; Ivk 5:20
Yer. 26:2Yes 58:1; Yr 1:7
Yer. 26:2Gus 4:2; Ivk 20:27; Ivh 22:19
Yer. 26:3Yes 1:16; 55:7; Yr 36:3; Ezk 18:27
Yer. 26:31Bm 21:29; Yr 18:8
Yer. 26:4Lw 26:14; Gus 28:15
Yer. 26:4Yr 44:10
Yer. 26:52Bm 17:13; Yr 7:13; 11:7; 25:3
Yer. 26:6Zb 78:60; Yr 7:12
Yer. 26:6Yr 24:9
Yer. 26:7Yr 26:2
Yer. 26:8Zb 37:32; Am 5:10
Yer. 26:9Zb 78:60
Yer. 26:10Yr 38:4
Yer. 26:102Bm 15:35; 2Ng 27:3; Yr 36:10
Yer. 26:11Yr 18:20; Mt 26:66
Yer. 26:11Yr 26:2; 38:4
Yer. 26:12Yr 1:17
Yer. 26:13Yr 7:3; 35:15
Yer. 26:13Zb 103:10; Yr 18:8; 36:3; Ezk 18:32; Yon 3:9
Yer. 26:14Yos 9:25; Yr 38:5
Yer. 26:142Sm 15:26
Yer. 26:15Gh 35:33; Gus 19:10; Img 6:17
Yer. 26:15Yr 1:17; 26:2
Yer. 26:16Yr 36:19
Yer. 26:16Img 16:7; Yr 38:9
Yer. 26:16Yak 5:10
Yer. 26:17Ivk 5:34
Yer. 26:18Mik 1:1
Yer. 26:18Mik 1:14
Yer. 26:182Ng 29:1
Yer. 26:18Zb 79:1
Yer. 26:18Yr 9:11
Yer. 26:18Mik 3:12
Yer. 26:192Ng 32:26
Yer. 26:19Kv 32:14; 2Sm 24:16
Yer. 26:19Gh 35:33; Ivk 5:39
Yer. 26:20Yos 15:60; 18:14; 1Sm 7:2
Yer. 26:212Bm 23:34; 2Ng 36:5
Yer. 26:212Ng 16:10
Yer. 26:211Bm 19:3; Img 29:25; Mt 10:28
Yer. 26:222Bm 22:12; Yr 36:12
Yer. 26:23Yr 2:30; Mt 23:31; 1Ts 2:15
Yer. 26:242Bm 22:12; 2Ng 34:20; Yr 39:14; 40:5
Yer. 26:242Bm 22:10
Yer. 26:241Bm 18:4; Ivk 23:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 26:1-24

Yeremiya

26 Mu ntango y’ingoma ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, iri jambo riza rivuye kuri Yehova riti: 2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Hagarara mu kigo c’inzu ya Yehova+, uvuge ku bijanye n’ibisagara vyose vya Yuda biza kwunama mu nzu ya Yehova amajambo yose ngutegeka kubabwira+. Ntihagire ijambo ukuramwo+. 3 Hari aho bokwumviriza maze bagahindukira, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi+, nanje sinzobura kwicuza ku bijanye n’ivyago niyumvira kubashitsako kubera ububi bw’ibikorwa vyabo+. 4 Ubabwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimutanyumviriza ngo mugendere mw’itegeko ryanje+ nabashize imbere+, 5 ngo mwumvirize amajambo y’abasavyi banje abahanuzi, abo ndabatumako, egome, nkazinduka nkabatuma, abo mutumvirije+, 6 nanje iyi nzu nzoyigira nk’iy’i Shilo+, n’iki gisagara ndakigire umuvumo ku mahanga yose yo kw’isi+.’”’”

7 Maze abaherezi n’abahanuzi n’abantu bose bumva Yeremiya avugira ayo majambo mu nzu ya Yehova+. 8 Nuko Yeremiya arangije kuvuga ibintu vyose Yehova yari yamutegetse kubwira abantu bose, abaherezi n’abahanuzi n’abantu bose baca baramufata, bavuga bati: “Ntugenda udapfuye+. 9 Kubera iki uvuze ubuhanuzi mw’izina rya Yehova ngo: ‘Iyi nzu izoba nk’iy’i Shilo+, kandi iki gisagara kizotikizwa ku buryo ata muntu azokibamwo’?” Nuko abantu bose baguma bakoranira kuri Yeremiya mu nzu ya Yehova.

10 Mu nyuma abaganwa ba Yuda bumva ayo majambo, maze baraduga bavuye ku nzu y’umwami, baja ku nzu ya Yehova+, bicara mu bwinjiriro bw’irembo rishasha rya Yehova+. 11 Abaherezi n’abahanuzi batangura kubwira abaganwa n’abantu bose bati: “Uyu mugabo akwiriye urubanza rwo gupfa+, kuko yavuze ubuhanuzi ku bijanye n’iki gisagara nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu bwite+.”

12 Yeremiya aca abwira abaganwa bose n’abantu bose ati: “Yehova ni we yantumye kuvuga ku bijanye n’iyi nzu no ku bijanye n’iki gisagara amajambo yose y’ubuhanuzi mwumvise+. 13 Nuko rero inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu mubigire vyiza+, kandi mugamburuke ijwi rya Yehova Imana yanyu, Yehova na we azokwicuza ku bijanye n’ivyago yabavuzeko+. 14 Nayo jewe, ehe ndi mu kuboko kwanyu+. Nimungire nk’uko mubona ari vyiza kandi nk’uko mubona bibereye mu maso yanyu+. 15 Gusa mumenye neza ko nimwanyica, muzoba mwishizeko amaraso y’intungane mukaba muyashize no kuri iki gisagara no ku bakibamwo+, kuko mu vy’ukuri Yehova yantumye kuri mwebwe kuvugira mu matwi yanyu ayo majambo yose+.”

16 Maze abaganwa+ n’abantu bose babwira abaherezi n’abahanuzi bati: “Uyu mugabo ntakwiriye urubanza rwo gupfa+, kuko yatubwiye mw’izina rya Yehova Imana yacu+.”

17 Vyongeye, bamwe mu bagabo b’inararibonye b’igihugu barahaguruka, batangura kubwira ishengero ryose ry’abantu+ bati: 18 “Mika+ w’i Moresheti+ yaravuga ubuhanuzi mu misi ya Hezekiya umwami wa Yuda+, maze abwira abantu bose bo muri Yuda ati: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Siyoni izorimwa nk’umurima+, Yeruzalemu na yo icike ibirundo vy’ibihomvagurike+, kandi umusozi w’Inzu uzoba ibibanza bikirurutse vy’ikibira+.”’ 19 Hari aho none Hezekiya umwami wa Yuda n’abo muri Yuda bose barondeye kumwica? Mbega ntiyatinye Yehova agatakambira* Yehova+, ku buryo Yehova yicuza ku bijanye n’ivyago yari yaravuze kuri bo+? Turiko twikwegera rero ivyago bikomeye+.

20 “Hariho kandi umugabo yavuga ubuhanuzi mw’izina rya Yehova, na we akaba yari Uriya mwene Shemaya w’i Kiriyati-yeyarimu+. Yaguma avuga ubuhanuzi kuri iki gisagara no kuri iki gihugu nk’uko amajambo yose ya Yeremiya ari. 21 Nuko Umwami Yehoyakimu+ n’abagabo b’abanyenkomezi biwe bose n’abaganwa bose bumva amajambo yiwe, maze umwami atangura kurondera kumwica+. Uriya avyumvise, aca aratinya+ hanyuma arahunga, ashika mu Misiri. 22 Mugabo Umwami Yehoyakimu atuma abagabo mu Misiri, ari bo Elinatani mwene Akibori+ n’abandi bagabo bajanye na we mu Misiri. 23 Nuko bakura Uriya mu Misiri, bamuzanira Umwami Yehoyakimu, na we aca amwicisha inkota+, aterera umuvyimba wiwe mw’itongo ry’abapfuye ry’abantu nyarucari.”

24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika