ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 37
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 37:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:3
  • +Ezk 3:14; Ivh 21:10
  • +Ivh 11:9

Ezekiyeli 37:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 37:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2016, rup. 29-30

Ezekiyeli 37:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:39; 1Sm 2:6; Rm 4:17; 2Kr 1:9

Ezekiyeli 37:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:7; Zb 104:30; Ezk 37:14

Ezekiyeli 37:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:11
  • +Yw 2:27

Ezekiyeli 37:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 37:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2016, rup. 29-31

Ezekiyeli 37:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2016, rup. 29-31

Ezekiyeli 37:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:7
  • +Zb 104:30

Ezekiyeli 37:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2016, rup. 29-31

Ezekiyeli 37:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 36:10
  • +Zb 141:7; Yes 49:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2016, rup. 29-30

Ezekiyeli 37:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:14; Ivh 11:11
  • +Ezk 11:17; 20:42; 36:24; Am 9:14

Ezekiyeli 37:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 126:2; Ezk 37:6

Ezekiyeli 37:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:15; Ezk 36:27; 37:5
  • +Gh 23:19; Ezk 36:36

Ezekiyeli 37:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 17:2; Ezk 37:19
  • +2Ng 15:9; 30:11
  • +1Bm 12:20
  • +1Bm 11:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 31-32

Ezekiyeli 37:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:13; Yr 3:18; 50:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 31-32

Ezekiyeli 37:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:9

Ezekiyeli 37:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:4; Zk 10:6

Ezekiyeli 37:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:3

Ezekiyeli 37:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Yes 11:12; Yr 16:15; 23:3; Am 9:14

Ezekiyeli 37:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:18; Hs 1:11
  • +It 49:10; Zb 2:6; Yes 9:6; Yr 23:5; Lk 1:32
  • +Ezk 37:16; Zk 10:6

Ezekiyeli 37:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:18; Ezk 11:18; 20:43; Hs 14:8; Zk 13:2
  • +Lw 20:7
  • +It 17:7; Yr 31:33; Ezk 36:28

Ezekiyeli 37:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:5; 30:9; Hs 3:5; Lk 1:32
  • +Yoh 10:16; 1Pt 5:4
  • +Zb 25:9
  • +Gus 30:10
  • +Yr 32:39; Ezk 36:27

Ezekiyeli 37:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:3; Ezk 28:25
  • +Yw 3:20
  • +Yes 60:21; Am 9:15
  • +Ezk 34:24; Lk 1:32; Yoh 12:34

Ezekiyeli 37:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 34:25
  • +Yes 55:3; Yr 32:40
  • +Yr 30:19; Zk 8:5; Heb 6:14
  • +Lw 26:11; 2Kr 6:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 27-28

Ezekiyeli 37:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 21:3
  • +Lw 26:12; Ezk 11:20; 36:28; 43:7; Hs 2:23

Ezekiyeli 37:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 36:23
  • +Ezk 20:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 37:1Ezk 1:3
Ezk. 37:1Ezk 3:14; Ivh 21:10
Ezk. 37:1Ivh 11:9
Ezk. 37:2Ezk 37:11
Ezk. 37:3Gus 32:39; 1Sm 2:6; Rm 4:17; 2Kr 1:9
Ezk. 37:5It 2:7; Zb 104:30; Ezk 37:14
Ezk. 37:6Ivh 11:11
Ezk. 37:6Yw 2:27
Ezk. 37:7Ezk 37:10
Ezk. 37:9Ivh 11:7
Ezk. 37:9Zb 104:30
Ezk. 37:10Ivh 11:11
Ezk. 37:11Ezk 36:10
Ezk. 37:11Zb 141:7; Yes 49:14
Ezk. 37:12Yes 66:14; Ivh 11:11
Ezk. 37:12Ezk 11:17; 20:42; 36:24; Am 9:14
Ezk. 37:13Zb 126:2; Ezk 37:6
Ezk. 37:14Yes 32:15; Ezk 36:27; 37:5
Ezk. 37:14Gh 23:19; Ezk 36:36
Ezk. 37:16Gh 17:2; Ezk 37:19
Ezk. 37:162Ng 15:9; 30:11
Ezk. 37:161Bm 12:20
Ezk. 37:161Bm 11:31
Ezk. 37:17Yes 11:13; Yr 3:18; 50:4
Ezk. 37:18Ezk 12:9
Ezk. 37:19Yr 50:4; Zk 10:6
Ezk. 37:20Ezk 12:3
Ezk. 37:21Gus 30:3; Yes 11:12; Yr 16:15; 23:3; Am 9:14
Ezk. 37:22Yr 3:18; Hs 1:11
Ezk. 37:22It 49:10; Zb 2:6; Yes 9:6; Yr 23:5; Lk 1:32
Ezk. 37:22Ezk 37:16; Zk 10:6
Ezk. 37:23Yes 2:18; Ezk 11:18; 20:43; Hs 14:8; Zk 13:2
Ezk. 37:23Lw 20:7
Ezk. 37:23It 17:7; Yr 31:33; Ezk 36:28
Ezk. 37:24Yr 23:5; 30:9; Hs 3:5; Lk 1:32
Ezk. 37:24Yoh 10:16; 1Pt 5:4
Ezk. 37:24Zb 25:9
Ezk. 37:24Gus 30:10
Ezk. 37:24Yr 32:39; Ezk 36:27
Ezk. 37:25Yr 30:3; Ezk 28:25
Ezk. 37:25Yw 3:20
Ezk. 37:25Yes 60:21; Am 9:15
Ezk. 37:25Ezk 34:24; Lk 1:32; Yoh 12:34
Ezk. 37:26Ezk 34:25
Ezk. 37:26Yes 55:3; Yr 32:40
Ezk. 37:26Yr 30:19; Zk 8:5; Heb 6:14
Ezk. 37:26Lw 26:11; 2Kr 6:16
Ezk. 37:27Ivh 21:3
Ezk. 37:27Lw 26:12; Ezk 11:20; 36:28; 43:7; Hs 2:23
Ezk. 37:28Ezk 36:23
Ezk. 37:28Ezk 20:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 37:1-28

Ezekiyeli

37 Ukuboko kwa Yehova kwabaye kuri jewe+, ku buryo anzana ndi mu mpwemu ya Yehova+, antereka hagati mu kiyaya c’umubande, kandi cari cuzuye amagufa+. 2 Araheza ancisha iruhande yayo hirya no hino, kandi ehe: yari menshi cane ku buringanire bwa nya kiyaya, kandi ehe: yari yumye cane+. 3 Na we atangura kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, mbega aya magufa yoba mazima?” Nanje nti: “Mukama Segaba Yehova, wewe ubwawe urabizi neza+.” 4 Abandanya kumbwira ati: “Vuga ubuhanuzi kuri aya magufa, uyabwire uti: ‘Emwe mwa magufa yumye, nimwumve ijambo rya Yehova:

5 “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye aya magufa: “Ehe ndabazanyemwo impemu, kandi muzoba bazima ata kabuza+. 6 Ndabashirako imitsi, ndabazaneko inyama, ndabomekeko urukoba, ndabashiremwo impemu, kandi muzoba bazima ata kabuza+; kandi muzomenya yuko jewe ndi Yehova+.”’”

7 Ndaheza mvuga ubuhanuzi nk’uko nari ntegetswe+. Nkivuga ubuhanuzi hatangura kuza ijwi, maze haba ukubomborana, amagufa atangura kwēgērana, igufa rikēgēra igufa ryaryo. 8 Maze ngize ntya, mbona haza kuri yo imitsi n’inyama, n’urukoba rutangura kwomekwa hejuru kuri yo. Mugabo ku bijanye n’impemu, nta zari muri yo.

9 Abandanya kumbwira ati: “Bwira ubuhanuzi umuyaga. Vuga ubuhanuzi, ewe mwana w’umuntu, ubwire umuyaga uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nuze, ewe muyaga, uvuye kuri ya miyaga ine, uhuhutire kuri aba bantu bishwe+, kugira ngo babe bazima+.”’”

10 Ndaheza mvuga ubuhanuzi nk’uko yari antegetse; maze impemu ziyazamwo, atangura kuba mazima, ahagarara ku birenge vyayo+, emwe, ari inteko za gisirikare nyinshi, nyinshi cane.

11 Abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, ku bijanye n’aya magufa, ni inzu ya Isirayeli yose uko ingana+. Ehe bavuga ngo: ‘Amagufa yacu yarumye, n’icizigiro cacu carazimanganye+. Twaratandukanijwe n’abandi dusigara ukwacu.’ 12 Vuga rero ubuhanuzi, ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe nduguruye imva zanyu, kandi nzobaduza ndabakure mu mva zanyu+, emwe bantu banje, ndabazane ku butaka bwa Isirayeli+. 13 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninugurura imva zanyu, ninabaduza nkabakura mu mva zanyu, emwe bantu banje+.”’ 14 ‘Nzoshira impwemu yanje muri mwebwe+, kandi muzoba bazima ata kabuza; nzobashira ku butaka bwanyu muhagerere; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova navuze kandi ko nabikoze,’ ni ko Yehova avuze+.”

15 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 16 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitorere agakoni+ ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yuda be na bene Isirayeli, bagenziwe+.’ Utore akandi gakoni ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yozefu, agakoni ka Efurayimu+, be n’inzu ya Isirayeli yose, bagenziwe+.’ 17 Nutume twegērana kamwe n’akandi, tukubere agakoni kamwe; kandi turi bucike vy’ukuri agakoni kamwe gusa mu kuboko kwawe+. 18 Kandi abana b’igisata cawe nibatangura kukubwira ngo: ‘Mbega ntutubwira ico ivyo bintu bisobanura kuri wewe+?’, 19 ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ntoye agakoni ka Yozefu kari mu kuboko kwa Efurayimu, be n’imiryango ya Isirayeli, bagenziwe, ndayishire kuri ko, ni ukuvuga ku gakoni ka Yuda, kandi nzotugira vy’ukuri agakoni kamwe+, na two tuzocika agakoni kamwe mu kuboko kwanje.”’ 20 Kandi udukoni wandikako tuzobe turi mu kuboko kwawe mu maso yabo+.

21 “Kandi ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ntoye bene Isirayeli ndabakuye mu mahanga bagiyemwo, kandi nzobakoraniriza hamwe ndabakuye hirya no hino, ndabazane ku butaka bwabo+. 22 Nzobagira vy’ukuri ihanga rimwe mu gihugu+, ku misozi ya Isirayeli, kandi umwami umwe ni we azobabera umwami bose+; ntibazobandanya kuba amahanga abiri canke ngo bongere kuba abagabuwe mu bwami bubiri+. 23 Ntibazokwongera kwihumanisha ibigirwamana vyabo vy’umwanda n’ibintu vyabo bisesemye be n’ibigabitanyo vyabo vyose+; kandi nzobakiza koko bave mu bibanza vyabo vyose babamwo, ivyo bacumuriyemwo, ndabahumanure+, kandi bazoba abantu banje koko, nanje mbe Imana yabo+.

24 “‘“Umusavyi wanje Dawidi azoba umwami abaganza+, kandi bose bazogira umwungere umwe+; bazogendera mu ngingo zanje z’ubutungane+, bagumye ivyagezwe vyanje+, babishitse koko+. 25 Bazokwibera vy’ukuri ku butaka nahaye umusavyi wanje, ubwo nahaye Yakobo, aho ba sogokuruza banyu babaye+, kandi bazobwiberako vy’ukuri+, bo n’abana babo be n’abana b’abana babo gushika igihe kitagira urugero+, kandi Dawidi umusavyi wanje azoba umukuru wabo gushika igihe kitagira urugero+.

26 “‘“Kandi nzogirana na bo isezerano ry’amahoro+; isezerano ryamaho igihe kitagira urugero ni ryo rizoba kumwe na bo+. Kandi nzobashiraho, ndabagwize+, nshire aheranda hanje hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+. 27 Itaberenakulo* yanje izoba vy’ukuri hejuru yabo+; nzoba koko Imana yabo, na bo babe abantu banje+. 28 Kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova+ ndiko ndeza Isirayeli, aheranda hanje nihaba hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika