ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 29
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 29:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:7
  • +2Sm 5:9
  • +Lw 23:2; 2Ng 8:13

Yesaya 29:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:53, 55
  • +Yes 51:19; Int 1:4
  • +Yes 9:19; Yr 15:14; 17:4; Zf 1:7

Yesaya 29:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:11; 25:1; Yr 39:1; Ezk 4:2; 21:22

Yesaya 29:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:25; Yes 51:23
  • +Yes 8:19

Yesaya 29:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:19; 14:22; 21:9
  • +Yes 13:11
  • +Yb 21:18; Zb 1:4; 35:5; Yes 17:13
  • +Yes 47:9; 48:3

Yesaya 29:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10; Yr 50:25; Nah 1:3

Yesaya 29:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:14; Zk 14:2
  • +Yes 29:2

Yesaya 29:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:20
  • +Yes 10:12; Yr 51:24

Yesaya 29:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 1:5
  • +Yes 6:9
  • +Yr 51:7
  • +Yr 25:27

Yesaya 29:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:23; Yes 6:10; Ivk 28:27; Rm 11:8
  • +1Sm 9:9; Yr 14:14; 27:15
  • +Yes 9:16
  • +Mik 3:7

Yesaya 29:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:16; Dn 12:4; Ivh 5:1
  • +Dn 12:9; Mt 11:25; 13:11

Yesaya 29:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:1; Yr 3:10; 5:2; Mr 7:6
  • +Mt 15:8
  • +Mt 15:9; Mr 7:8; Kl 2:22

Yesaya 29:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:21; Hab 1:5
  • +Yr 8:9; Yoh 9:39; Ivk 28:26; Rm 1:28; 1Kr 1:19

Yesaya 29:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:1
  • +Yb 24:15; Ezk 8:12; Yoh 3:20; 1Kr 4:5
  • +Zb 73:11; 94:7

Yesaya 29:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:9; 64:8; Rm 9:21
  • +Yr 18:6
  • +Zb 94:9; Yes 45:9; Rm 9:20

Yesaya 29:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:1; 41:19
  • +Yes 32:15

Yesaya 29:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:5
  • +Yes 42:16; Lk 4:18; Ivk 26:18; Ivh 3:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232-233, 235

Yesaya 29:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:11; Zf 2:3; Mt 5:5
  • +Yes 41:16

Yesaya 29:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:5
  • +Yes 28:14; Yr 9:23
  • +Yr 18:18; Mik 2:1; Lk 6:7; 20:20

Yesaya 29:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:15; Lk 11:54
  • +Am 5:10
  • +Ezk 13:19; Mal 3:5

Yesaya 29:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:7; Mik 7:20
  • +Yw 2:27

Yesaya 29:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:21; 45:11
  • +Lw 10:3; 22:32; Mt 6:9
  • +Yes 5:16
  • +Yes 8:13; Hs 3:5; Ivh 15:4; 19:5

Yesaya 29:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:10; Img 4:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 29:1Yes 29:7
Yes. 29:12Sm 5:9
Yes. 29:1Lw 23:2; 2Ng 8:13
Yes. 29:2Gus 28:53, 55
Yes. 29:2Yes 51:19; Int 1:4
Yes. 29:2Yes 9:19; Yr 15:14; 17:4; Zf 1:7
Yes. 29:32Bm 24:11; 25:1; Yr 39:1; Ezk 4:2; 21:22
Yes. 29:4Zb 44:25; Yes 51:23
Yes. 29:4Yes 8:19
Yes. 29:5Yes 13:19; 14:22; 21:9
Yes. 29:5Yes 13:11
Yes. 29:5Yb 21:18; Zb 1:4; 35:5; Yes 17:13
Yes. 29:5Yes 47:9; 48:3
Yes. 29:61Sm 2:10; Yr 50:25; Nah 1:3
Yes. 29:7Yr 25:14; Zk 14:2
Yes. 29:7Yes 29:2
Yes. 29:8Zb 73:20
Yes. 29:8Yes 10:12; Yr 51:24
Yes. 29:9Hab 1:5
Yes. 29:9Yes 6:9
Yes. 29:9Yr 51:7
Yes. 29:9Yr 25:27
Yes. 29:10Zb 69:23; Yes 6:10; Ivk 28:27; Rm 11:8
Yes. 29:101Sm 9:9; Yr 14:14; 27:15
Yes. 29:10Yes 9:16
Yes. 29:10Mik 3:7
Yes. 29:11Yes 8:16; Dn 12:4; Ivh 5:1
Yes. 29:11Dn 12:9; Mt 11:25; 13:11
Yes. 29:13Yes 48:1; Yr 3:10; 5:2; Mr 7:6
Yes. 29:13Mt 15:8
Yes. 29:13Mt 15:9; Mr 7:8; Kl 2:22
Yes. 29:14Yes 28:21; Hab 1:5
Yes. 29:14Yr 8:9; Yoh 9:39; Ivk 28:26; Rm 1:28; 1Kr 1:19
Yes. 29:15Yes 30:1
Yes. 29:15Yb 24:15; Ezk 8:12; Yoh 3:20; 1Kr 4:5
Yes. 29:15Zb 73:11; 94:7
Yes. 29:16Yes 45:9; 64:8; Rm 9:21
Yes. 29:16Yr 18:6
Yes. 29:16Zb 94:9; Yes 45:9; Rm 9:20
Yes. 29:17Yes 35:1; 41:19
Yes. 29:17Yes 32:15
Yes. 29:18Yes 35:5
Yes. 29:18Yes 42:16; Lk 4:18; Ivk 26:18; Ivh 3:18
Yes. 29:19Zb 37:11; Zf 2:3; Mt 5:5
Yes. 29:19Yes 41:16
Yes. 29:20Yes 29:5
Yes. 29:20Yes 28:14; Yr 9:23
Yes. 29:20Yr 18:18; Mik 2:1; Lk 6:7; 20:20
Yes. 29:21Mt 22:15; Lk 11:54
Yes. 29:21Am 5:10
Yes. 29:21Ezk 13:19; Mal 3:5
Yes. 29:22Neh 9:7; Mik 7:20
Yes. 29:22Yw 2:27
Yes. 29:23Yes 43:21; 45:11
Yes. 29:23Lw 10:3; 22:32; Mt 6:9
Yes. 29:23Yes 5:16
Yes. 29:23Yes 8:13; Hs 3:5; Ivh 15:4; 19:5
Yes. 29:24Zb 94:10; Img 4:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 29:1-24

Yesaya

29 “Aragowe Ariyeli+, Ariyeli ca gisagara Dawidi yakambikamwo+! Nimwongere umwaka ku wundi; imisi mikuru+ nikurakuranwe. 2 Nzobwirizwa gutuma Ariyeli bimugora+, habe ukugandara n’ugucura intimba+, kandi kuri jewe azotegerezwa gucika nk’iziko ry’igicaniro ry’Imana+. 3 Nzotegerezwa gukambika ku mpande zose ngo nkurwanye, kandi nzotegerezwa kugusugereza n’uruzitiro rw’ibisonga, nongere nduze ivyo kwuririrako mu kugusugereza+. 4 Uzotegerezwa kuja hasi ku buryo uvugira kw’isi, kandi ivyo uvuga bizokwumvikanira hasi, nk’aho biva mu mukungugu+. Ijwi ryawe riva kw’isi rizocika nk’iry’uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu, kandi ivyo uvuga bizojwigira biva mu mukungugu+. 5 Isinzi ry’abo utazi rizocika nk’intumo inoze+, isinzi ry’intwazamukazo+ na ryo nk’umuguruka uhita+. Kandi bizotegerezwa kuba mu kanya isase, bukwi na bukwi+. 6 Yehova nyen’ingabo azokwitwararika hariko n’umuturagaro n’ukunyiganyiga n’ijwi rikomeye, umuyaga w’ikirura n’igihuhusi, n’urubeya rw’umuriro urigata+.”

7 Kandi bizobwirizwa kuba nka kurya kwo mu ndoto, mw’iyerekwa ryo mw’ijoro, ku bijanye n’isinzi ry’amahanga yose ariko ararwanya Ariyeli+, emwe, abamurwanya bose, n’iminara y’ukumusugereza be n’abatuma bimugora+. 8 Egome, bizotegerezwa kuba nk’iyo uwushonje arose ariko ararya, maze akikangura akumva inda igaragara+; kandi bizomera nk’iyo uwunyotewe arose ariko aranywa, maze akikangura akumva arushe, agadutse; ukwo ni ko bizogendera isinzi ry’amahanga yose ariko ararwanya umusozi Siyoni+.

9 Nimuhatebe, mwumirwe+; nimwihume amaso, muhumishwe+. Bāborewe+, ariko bataborejwe n’umuvinyu; bagiye baradandabagirana, ariko atari kubera inzoga iboreza+.

10 Kuko mwebwe Yehova yabasutseko impwemu y’itiro rirerire+; arahuma amaso yanyu, ari bo ba bahanuzi+, kandi yapfutse imitwe yanyu+, ari bo ba babonyi+. 11 Kandi kuri mwebwe iyerekwa ry’ikintu cose riba nk’amajambo y’igitabu kirumije kidomweko ikidodo+, ico baha umuntu azi inyandiko, bati: “Turagusavye ubisome n’ijwi ryumvikana,” na we akabwirizwa kuvuga ati: “Nta vyo nshoboye, kuko kirumije kidomweko ikidodo+”, 12 maze ico gitabu kigategerezwa guhabwa uwutazi kwandika, hakagira uwuvuga ati: “Turagusavye ubisome n’ijwi ryumvikana,” na we akabwirizwa kuvuga ati: “Sinzi kwandika na gato.”

13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+, 14 ndi hano rero, Umwe azokwongera gukorera aba bantu ivy’agatangaza+, mu buryo bw’agatangaza, akoresheje ikintu c’agatangaza; ubukerebutsi bw’inkerebutsi zabo butegerezwa guhona, n’ugutegera kw’abanyabwenge kuzokwihisha+.”

15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?” 16 Ewe bugorame bwanyu! None umubumvyi afatwe nk’ibumba+? None icahinguwe kivuge ku vyerekeye uwagihinguye ngo: “Ntiyampinguye+”? Mbega icabumbwe kirubahuka kikavuga ku vyerekeye uwakibumvye ngo: “Nta gutegera yerekanye+”?

17 Mbega ntihasigaye akanya gato cane Libani igahindurwa umurima w’ivyamwa+, nya murima w’ivyamwa na wo ugafatwa nk’ikibira+? 18 Kandi kuri uwo musi ibipfamatwi ntibizobura kwumva amajambo y’igitabu+, kandi mu muzimagiza no mu mwiza amaso y’impumyi azobona+. 19 Abatekereza+ ntibazobura kwongereza umunezero bafise muri Yehova ubwiwe, mbere n’aboro mu bantu bazonezerwa mu Mweranda wa Isirayeli+, 20 kuko intwazamukazo itegerezwa gushika kw’iherezo ryayo+, n’umwirasi agahera+, n’abo bose baguma barikanuye ku bwo gukora ikibi+ bakarandurwa, 21 abinjiza umuntu mu gicumuro biciye kw’ijambo ryiwe+, n’abatega umutego uwukangira mw’irembo+, n’abahindira ku ruhande umugororotsi bakoresheje ivyiyumviro ata co bimaze+.

22 Ibi rero ni vyo Yehova abwiye inzu ya Yakobo, umwe yacungura Aburahamu+: “Yakobo ubu ntazomaramara, eka no mu maso hiwe ubu ntihazobenjuka+; 23 kuko niyabona abana biwe, igikorwa c’amaboko yanje, hagati muri we+, bazokweza izina ryanje+, kandi ntibazobura kweza Umweranda wa Yakobo+, kandi Imana ya Isirayeli bazoyigirira akoba+. 24 Abahuba mu mutima wabo bazomenya vy’ukuri ugutegera, mbere n’abidoga bazokwiga inyigisho+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika