ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:20; Gus 15:21; Mal 1:8

Gusubira mu vyagezwe 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:23; 13:6; Abc 2:20

Gusubira mu vyagezwe 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:19; Yr 8:2; Ezk 8:16
  • +Yr 7:18; 19:5

Gusubira mu vyagezwe 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:14; Yoh 7:51

Gusubira mu vyagezwe 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:10

Gusubira mu vyagezwe 17:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “bivuye mu kanwa.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 35:30; Mt 18:16; Yoh 8:17; 2Kr 13:1; 1Tm 5:19; Heb 10:28
  • +Gus 19:15

Gusubira mu vyagezwe 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:9
  • +Gus 13:5; 1Kr 5:13

Gusubira mu vyagezwe 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:17
  • +Gh 35:11
  • +1Bm 3:28; Yes 1:17; Yr 5:28
  • +1Bm 3:16
  • +Gus 12:5; Zb 122:2, 5

Gusubira mu vyagezwe 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:17; 21:5; Hg 2:11; Mal 2:7
  • +1Sm 7:16
  • +Gus 19:17; 21:5

Gusubira mu vyagezwe 17:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 2:7
  • +Gus 5:32; 12:32; Yos 1:7; Img 4:27

Gusubira mu vyagezwe 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:13; Img 11:2; Hs 4:4
  • +Heb 10:28
  • +Gus 13:5; 1Kr 5:13

Gusubira mu vyagezwe 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:31; Gus 13:11; 19:20

Gusubira mu vyagezwe 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:1; Yos 1:3; Zb 44:2
  • +1Sm 8:5, 20; 10:19

Gusubira mu vyagezwe 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 9:17; 10:24; 16:12

Gusubira mu vyagezwe 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:1; 2Sm 8:4; Zb 20:7; Img 21:31
  • +Yes 31:1; 36:9; Ezk 17:15

Gusubira mu vyagezwe 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:3; Neh 13:26
  • +Yb 31:24; Zb 62:10; 1Tm 6:9

Gusubira mu vyagezwe 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:9, 26; 2Bm 22:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 20

Gusubira mu vyagezwe 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 34:18
  • +Gus 11:18; Zb 1:2; 119:97

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 8-12

    1/10/2000, rup. 17

Gusubira mu vyagezwe 17:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “kurehura imisi yiwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 15:17; 2Ng 32:25; Zb 131:1; Mr 10:42; 1Pt 5:5
  • +Gus 5:32; 1Sm 13:13; 1Bm 15:5
  • +Img 10:27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 17:1Lw 22:20; Gus 15:21; Mal 1:8
Gus. 17:2Gus 4:23; 13:6; Abc 2:20
Gus. 17:3Gus 4:19; Yr 8:2; Ezk 8:16
Gus. 17:3Yr 7:18; 19:5
Gus. 17:4Gus 13:14; Yoh 7:51
Gus. 17:5Gus 13:10
Gus. 17:6Gh 35:30; Mt 18:16; Yoh 8:17; 2Kr 13:1; 1Tm 5:19; Heb 10:28
Gus. 17:6Gus 19:15
Gus. 17:7Gus 13:9
Gus. 17:7Gus 13:5; 1Kr 5:13
Gus. 17:8Gus 1:17
Gus. 17:8Gh 35:11
Gus. 17:81Bm 3:28; Yes 1:17; Yr 5:28
Gus. 17:81Bm 3:16
Gus. 17:8Gus 12:5; Zb 122:2, 5
Gus. 17:9Gus 19:17; 21:5; Hg 2:11; Mal 2:7
Gus. 17:91Sm 7:16
Gus. 17:9Gus 19:17; 21:5
Gus. 17:11Mal 2:7
Gus. 17:11Gus 5:32; 12:32; Yos 1:7; Img 4:27
Gus. 17:12Zb 19:13; Img 11:2; Hs 4:4
Gus. 17:12Heb 10:28
Gus. 17:12Gus 13:5; 1Kr 5:13
Gus. 17:13Gh 15:31; Gus 13:11; 19:20
Gus. 17:14Gus 7:1; Yos 1:3; Zb 44:2
Gus. 17:141Sm 8:5, 20; 10:19
Gus. 17:151Sm 9:17; 10:24; 16:12
Gus. 17:16Gus 20:1; 2Sm 8:4; Zb 20:7; Img 21:31
Gus. 17:16Yes 31:1; 36:9; Ezk 17:15
Gus. 17:171Bm 11:3; Neh 13:26
Gus. 17:17Yb 31:24; Zb 62:10; 1Tm 6:9
Gus. 17:18Gus 31:9, 26; 2Bm 22:8
Gus. 17:192Ng 34:18
Gus. 17:19Gus 11:18; Zb 1:2; 119:97
Gus. 17:201Sm 15:17; 2Ng 32:25; Zb 131:1; Mr 10:42; 1Pt 5:5
Gus. 17:20Gus 5:32; 1Sm 13:13; 1Bm 15:5
Gus. 17:20Img 10:27
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 17:1-20

Gusubira mu vyagezwe

17 “Ntuze ushikanire kw’ikimazi Yehova Imana yawe ishūri canke intama iri n’agahonzi, ikintu cose kimeze nabi; kuko ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe+.

2 “Hagati muri wewe, muri kimwe mu bisagara vyawe Yehova Imana yawe agira aguhe, nihasangwa umugabo canke umugore afise akamenyero ko gukora ikibi mu maso ya Yehova Imana yawe agahonyanga isezerano ryiwe+, 3 maze akagenda agasenga izindi mana kandi akazunamira, canke akunamira izuba canke ukwezi canke ingabo zose zo mu majuru+, ikintu ntategetse+, 4 kandi ukaba wabibwiwe, ukaba wavyumvise, kandi ukaba warondeye witonze, maze nya kintu kikemezwa ko ari ukuri+, ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe muri Isirayeli, 5 uze usohore hanze ku marembo yawe uyo mugabo canke uyo mugore yakoze ico kintu kibi, egome, nya mugabo canke nya mugore, umutere amabuye, apfe+. 6 Uwupfa akwiye kwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntazokwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe n’icabona kimwe+. 7 Ukuboko kwa nya vyabona ni kwo gukwiye kuza ubwa mbere kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.

8 “Mu marembo yawe nihagira ikibazo co gufatirwa ingingo y’ubutungane kikubera akataraboneka birenze+, aho amaraso yasheshwe+, ahavyutse imburano+, canke hakaba hakozwe ivy’ubukazi, canke habaye amatati+, uze uhaguruke uduge ahantu Yehova Imana yawe azotora+, 9 uje ku baherezi+, Abalewi, no ku mucamanza+ azoba akora muri iyo misi, ubariritse, na bo baze bagushikirize ijambo ry’ingingo y’ubutungane+. 10 Maze uze ukore wisunze ijambo bazogushikiririza aho hantu Yehova azotora; kandi uze ube maso ukore wisunze ivyo bagutegetse vyose. 11 Uko itegeko bazokwereka riri, uko ingingo y’ubutungane bazokubwira iri, ni ko ukwiye gukora+. Ntuze ukevye ngo uve kw’ijambo bazogushikiriza, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+. 12 Umuntu azogira inyifato y’ukwita imbere mu kutumviriza umuherezi ahagaze ng’aho ngo akorere Yehova Imana yawe, canke mu kutumviriza uwo mucamanza+, uyo muntu azotegerezwa gupfa+; utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+. 13 Maze abantu bose bazovyumva batinye+, kandi ntibazokwongera kwita imbere.

14 “Niwateba ukinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, kandi ukaba wacigaruriye kandi wakibayemwo+, maze ukaba uvuze uti: ‘Reka nishirireho umwami wo kunganza, cokimwe n’amahanga yose ankikuje+’; 15 uze wishirireho umwami Yehova Imana yawe azotora akuganze+. Umwami avuye muri bene wanyu ni we ukwiye kwishiriraho ngo akuganze. Ntuzokwemererwa kwishiriraho umunyamahanga atari mwene wanyu ngo akuganze. 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’ 17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+. 18 Kandi, niyafata icicaro ciwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, aze yiyandikire mu gitabu ikopi y’iri tegeko afatiye ku rijejwe abaherezi, Abalewi+.

19 “Ritegerezwa kugumana na we, kandi ategerezwa gusoma muri ryo imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kugira yige gutinya Yehova Imana yiwe ngo agumye amajambo yose y’iri tegeko n’izi ngingo nyobozi, mu kubikora+; 20 kugira ngo umutima wiwe ntiwishire hejuru ya bene wabo+ kandi ntakevye ngo ave kw’ibwirizwa ngo akebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ashobore kurambira* ku bwami bwiwe+, we hamwe n’abahungu biwe hagati ya Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika