ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:4; 23:36
  • +2Bm 21:16; Yr 2:34; Hs 4:2; Mt 23:37
  • +Yes 58:1; Ezk 16:2, 51

Ezekiyeli 22:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:6
  • +Ezk 12:25; 2Pt 2:3
  • +2Bm 21:11; 23:24

Ezekiyeli 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:6; 2Bm 21:16; Zb 106:38; Ezk 23:37
  • +Lw 26:30
  • +Gus 28:37; 1Bm 9:7; 2Ng 7:20; Zb 79:4; 80:6; Yr 18:16; Ezk 5:14; 23:32; Dn 9:16

Ezekiyeli 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:4

Ezekiyeli 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:23; Ezk 19:1; Mik 3:1; Zf 3:3
  • +Mik 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2012, rup. 27

Ezekiyeli 22:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “agahungu katagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:16; Img 20:20
  • +Kv 22:21; Img 22:22
  • +Zb 82:3; 94:6; Yes 1:17; Yr 7:6; Zk 7:10; Mal 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2012, rup. 27

Ezekiyeli 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:30; Ezk 20:13; 23:38

Ezekiyeli 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:1; Lw 19:16
  • +Ezk 18:6
  • +Abc 20:6; Zb 26:10; Img 10:23; Yr 13:27; Ezk 16:27; 2Pt 2:7

Ezekiyeli 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:7; 20:11; Gus 27:20; 1Kr 5:1
  • +Lw 18:19; 20:18

Ezekiyeli 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:20; 20:10; Gus 22:22; Yr 5:8
  • +Lw 18:15; 20:12; Ezk 18:11
  • +Lw 20:17; Gus 27:22; 2Sm 13:1

Ezekiyeli 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:8; Gus 16:19; 27:25; Zb 26:9; Yes 1:23; Am 5:12
  • +Kv 22:25; Gus 23:19
  • +Lw 25:36; Ezk 18:13
  • +Img 1:19
  • +Lw 6:2
  • +Gus 32:18; Zb 106:21

Ezekiyeli 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 21:17
  • +Img 28:8
  • +Ezk 22:2

Ezekiyeli 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 21:7
  • +Yb 40:9; 1Kr 10:22
  • +Ezk 17:24

Ezekiyeli 22:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:27; 28:25; Ezk 12:15
  • +Yes 1:25; Ezk 23:27; Mal 3:3

Ezekiyeli 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:16; Ezk 6:7, 13

Ezekiyeli 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:22; Yr 6:28
  • +Img 17:3; Yes 48:10; Yr 6:29

Ezekiyeli 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:119; Img 25:4
  • +Mik 4:12; Mt 13:30

Ezekiyeli 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 28:2
  • +Yes 54:16; Yr 6:29
  • +Ezk 21:31

Ezekiyeli 22:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:24; Zb 21:9; Yes 30:33; Yr 21:12; Ezk 22:20
  • +Zb 68:2; 112:10

Ezekiyeli 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:8; Hs 5:10

Ezekiyeli 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:5

Ezekiyeli 22:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:31; 6:13; Hs 6:9
  • +Mik 3:5
  • +Mr 12:40; Lk 20:47
  • +Yak 5:4
  • +Yr 15:8

Ezekiyeli 22:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:8; Int 4:13; Mik 3:11; Zf 3:4; Mal 2:8
  • +Lw 20:3; 22:2
  • +Lw 10:10
  • +Ezk 44:23
  • +Lw 11:47; Ivk 10:14
  • +Ezk 20:13
  • +Ezk 36:20; Rm 2:24

Ezekiyeli 22:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 3:2; Zf 3:3
  • +Mt 21:13

Ezekiyeli 22:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:10; Ezk 13:10
  • +Ezk 21:29
  • +Gus 13:3; Yr 23:25; Int 2:14

Ezekiyeli 22:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:2; Yes 1:23; Yr 5:26; 7:9; 21:12; Mik 2:2
  • +Zb 62:10; Yes 3:14
  • +Kv 22:21; Lw 19:33
  • +Kv 23:9

Ezekiyeli 22:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:1
  • +Zb 106:23
  • +It 18:23; Kv 32:11

Ezekiyeli 22:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:20
  • +Yes 10:22; Nah 1:6
  • +Ezk 11:21; Rm 2:6; Gl 6:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 22:2Ezk 20:4; 23:36
Ezk. 22:22Bm 21:16; Yr 2:34; Hs 4:2; Mt 23:37
Ezk. 22:2Yes 58:1; Ezk 16:2, 51
Ezk. 22:3Ezk 24:6
Ezk. 22:3Ezk 12:25; 2Pt 2:3
Ezk. 22:32Bm 21:11; 23:24
Ezk. 22:4It 9:6; 2Bm 21:16; Zb 106:38; Ezk 23:37
Ezk. 22:4Lw 26:30
Ezk. 22:4Gus 28:37; 1Bm 9:7; 2Ng 7:20; Zb 79:4; 80:6; Yr 18:16; Ezk 5:14; 23:32; Dn 9:16
Ezk. 22:5Zb 79:4
Ezk. 22:6Yes 1:23; Ezk 19:1; Mik 3:1; Zf 3:3
Ezk. 22:6Mik 2:1
Ezk. 22:7Gus 27:16; Img 20:20
Ezk. 22:7Kv 22:21; Img 22:22
Ezk. 22:7Zb 82:3; 94:6; Yes 1:17; Yr 7:6; Zk 7:10; Mal 3:5
Ezk. 22:8Lw 19:30; Ezk 20:13; 23:38
Ezk. 22:9Kv 23:1; Lw 19:16
Ezk. 22:9Ezk 18:6
Ezk. 22:9Abc 20:6; Zb 26:10; Img 10:23; Yr 13:27; Ezk 16:27; 2Pt 2:7
Ezk. 22:10Lw 18:7; 20:11; Gus 27:20; 1Kr 5:1
Ezk. 22:10Lw 18:19; 20:18
Ezk. 22:11Lw 18:20; 20:10; Gus 22:22; Yr 5:8
Ezk. 22:11Lw 18:15; 20:12; Ezk 18:11
Ezk. 22:11Lw 20:17; Gus 27:22; 2Sm 13:1
Ezk. 22:12Kv 23:8; Gus 16:19; 27:25; Zb 26:9; Yes 1:23; Am 5:12
Ezk. 22:12Kv 22:25; Gus 23:19
Ezk. 22:12Lw 25:36; Ezk 18:13
Ezk. 22:12Img 1:19
Ezk. 22:12Lw 6:2
Ezk. 22:12Gus 32:18; Zb 106:21
Ezk. 22:13Ezk 21:17
Ezk. 22:13Img 28:8
Ezk. 22:13Ezk 22:2
Ezk. 22:14Ezk 21:7
Ezk. 22:14Yb 40:9; 1Kr 10:22
Ezk. 22:14Ezk 17:24
Ezk. 22:15Gus 4:27; 28:25; Ezk 12:15
Ezk. 22:15Yes 1:25; Ezk 23:27; Mal 3:3
Ezk. 22:16Zb 9:16; Ezk 6:7, 13
Ezk. 22:18Yes 1:22; Yr 6:28
Ezk. 22:18Img 17:3; Yes 48:10; Yr 6:29
Ezk. 22:19Zb 119:119; Img 25:4
Ezk. 22:19Mik 4:12; Mt 13:30
Ezk. 22:20Yb 28:2
Ezk. 22:20Yes 54:16; Yr 6:29
Ezk. 22:20Ezk 21:31
Ezk. 22:21Gus 4:24; Zb 21:9; Yes 30:33; Yr 21:12; Ezk 22:20
Ezk. 22:21Zb 68:2; 112:10
Ezk. 22:22Ezk 20:8; Hs 5:10
Ezk. 22:24Yes 10:5
Ezk. 22:25Yr 5:31; 6:13; Hs 6:9
Ezk. 22:25Mik 3:5
Ezk. 22:25Mr 12:40; Lk 20:47
Ezk. 22:25Yak 5:4
Ezk. 22:25Yr 15:8
Ezk. 22:26Yr 2:8; Int 4:13; Mik 3:11; Zf 3:4; Mal 2:8
Ezk. 22:26Lw 20:3; 22:2
Ezk. 22:26Lw 10:10
Ezk. 22:26Ezk 44:23
Ezk. 22:26Lw 11:47; Ivk 10:14
Ezk. 22:26Ezk 20:13
Ezk. 22:26Ezk 36:20; Rm 2:24
Ezk. 22:27Mik 3:2; Zf 3:3
Ezk. 22:27Mt 21:13
Ezk. 22:28Yes 30:10; Ezk 13:10
Ezk. 22:28Ezk 21:29
Ezk. 22:28Gus 13:3; Yr 23:25; Int 2:14
Ezk. 22:29Lw 6:2; Yes 1:23; Yr 5:26; 7:9; 21:12; Mik 2:2
Ezk. 22:29Zb 62:10; Yes 3:14
Ezk. 22:29Kv 22:21; Lw 19:33
Ezk. 22:29Kv 23:9
Ezk. 22:30Yr 5:1
Ezk. 22:30Zb 106:23
Ezk. 22:30It 18:23; Kv 32:11
Ezk. 22:31Yes 26:20
Ezk. 22:31Yes 10:22; Nah 1:6
Ezk. 22:31Ezk 11:21; Rm 2:6; Gl 6:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 22:1-31

Ezekiyeli

22 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+, uracira urubanza ca gisagara cagirwa n’amaraso+ kandi ukimenyeshe koko ibintu biteye ishishi vyaco vyose+? 3 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ewe wa gisagara gisesa amaraso+ hagati muri co gushika igihe caco gishitse+, kandi kikaba cakoze muri co ibigirwamana vy’umwanda kugira ngo gihumane+, 4 biciye ku maraso washeshe waragiriwe n’ikosa+, kandi biciye ku bigirwamana vyawe vy’umwanda wakoze, warahumanye+. Wigiza hafi imisi yawe, kandi uzoshika ku myaka yawe. Ni co gituma nzokugira iceyi ku mahanga be n’akamenyo ku bihugu vyose+. 5 Ibihugu biri hafi yawe n’ibiri kure yawe bizogutwengera mw’ijigo, yewe ufise izina rihumanye ukagwiza n’umuvurungano+! 6 Raba! Muri wewe habonetse abakuru+ ba Isirayeli, umwe wese akaba yihaye ukuboko kwiwe mu ntumbero yo gusesa amaraso+. 7 Muri wewe bakengereye ba se na ba nyina+. Hagati muri wewe bagiriye kavamahanga ivy’ubugunge+. Muri wewe bafashe nabi impfuvyi* n’umupfakazi+.”’”

8 “‘Wasuzuguye ibibanza vyanje vyeranda, uhumanya amasabato yanje+. 9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+. 10 Muri wewe bapfukuye ubwambure bwa se w’umuntu+; muri wewe batetereje umugore yahumanijwe n’ubutinyanka bwiwe+. 11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+. 12 Muri wewe bakiriye igiturire kugira ngo basese amaraso+. Wakiriye inyungu+, uguranira kwunguka+, kandi mu bukazi uguma wungukira+ kuri bagenzawe ukoresheje ubugunge+, nanje ukaba waranyibagiye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

13 “‘Kandi ehe nkubise ikiganza+ ku kindi kubera inyungu wungutse y’akarenganyo+, no kubera ibikorwa vyawe vy’ugusesa amaraso vyabonetse hagati muri wewe+. 14 Mbega umutima wawe uzoguma wihanganye+? Canke amaboko yawe azokuronsa inkomezi mu misi nzogira ico nkoze kuri wewe+? Jewe Yehova navuze, kandi nzogira ico nkoze+. 15 Nzogusanzaza mu mahanga, ngushwiragize mu bihugu+, kandi nzokuraho ubuhumane bwawe muri wewe+. 16 Ntuzobura guhumanirizwa imbere y’amaso y’amahanga, kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’”

17 Ijambo rya Yehova ribandanya kunzako, riti: 18 “Mwana w’umuntu, kuri jewe ab’inzu ya Isirayeli bacitse nk’inkamba+. Bose ni umujumpu n’ubutare bw’ibati n’icuma n’ubutare bw’isǎsu hagati mw’itanure. Bacitse inkamba nyinshi, iz’ifeza+.

19 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko mwese mwacitse nk’inkamba nyinshi+, ngira rero ndabegeranirize hamwe hagati muri Yeruzalemu+. 20 Nk’uko begeraniriza ifeza n’umujumpu n’icuma+ n’ubutare bw’isǎsu n’ubutare bw’ibati hagati mw’itanure, kugira ngo bihuhirweko+ umuriro ngo biyazwe+, ni ko nzobegeraniriza hamwe, mw’ishavu ryanje no mu bushangashirwe bwanje, kandi nzohuha ndabayaze. 21 Nzobakoranya, ndabahuhireko umuriro w’uburake bwanje+, muyagirizwe vy’ukuri hagati muri ico gisagara+. 22 Nk’uko ifeza iyagirizwa hagati mw’itanure, ni ko muzoyagirizwa hagati muri co; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova nabasutseko ubushangashirwe bwanje+.’”

23 Ijambo rya Yehova ribandanya kunzako, riti: 24 “Mwana w’umuntu, kibwire uti: ‘Uri igihugu kidahumanuwe, kitaguweko n’imvura ku musi w’imisibo+. 25 Hagati muri co hari umugambi mubi w’abahanuzi baco+, nk’intambwe iroha, itabagura ico icakiye+. Bararotsa umuntu vy’ukuri+. Baguma batwara itunga n’ibintu vy’agaciro+. Bagwije abapfakazi baco hagati muri co+. 26 Abaherezi baco bagiriye ivy’ubukazi itegeko ryanje+, kandi baguma bahumanya ibibanza vyanje vyeranda+. Ntibashize itandukaniro+ hagati y’ikintu ceranda n’igisanzwe+, kandi nta tandukaniro bamenyesheje hagati y’igihumanye n’ikidahumanye+, kandi bahishije amaso yabo amasabato yanje+, ndahumanywa hagati muri bo+. 27 Abaganwa baco hagati muri co bameze nk’amabingira atabagura ico acakiye, mu gusesa amaraso+, mu guhonya abantu ngo baronke inyungu y’akarenganyo+. 28 Abahanuzi baco babahomeye ivyo bintu bakoresheje ishwagara+, berekwa ikintu kitabaho+, babaragurira ikinyoma+, ngo: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze,” kandi Yehova ubwiwe atavuze. 29 Abanyagihugu bashishikaye umugambi w’ubugunge+, bashikura ibintu mu bwambuzi+, bafata nabi umurushwa n’umworo+, bagunga kavamahanga ata butungane+.’

30 “‘Nagumye ndondera muri bo uwusanasana uruhome rw’amabuye+, agahagarara mu gihengeri+ imbere yanje ku neza y’igihugu, kugira ngo sindagihonye+; ariko narabuze n’umwe. 31 Nzobasukako rero imisibo yanje+. Nzobatikiza n’umuriro w’uburake bwanje+. Inzira yabo nzoyibasubiza ku mutwe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika