ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 64
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 64:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:1
  • +Zb 31:15

Zaburi 64:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:6; 109:2
  • +Lk 23:18

Zaburi 64:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:18; 30:14
  • +Zb 11:2; 58:7; Yr 9:8

Zaburi 64:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:8
  • +1Sm 18:11; 2Sm 15:14

Zaburi 64:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 22:6
  • +Img 1:11; Mt 26:4
  • +Zb 10:11; 59:7; 94:7; Ezk 8:12

Zaburi 64:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:11; Dn 6:4
  • +Zb 140:5; Mt 26:59
  • +Zb 5:9; Yr 17:9

Zaburi 64:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:23; Zb 7:12
  • +1Bm 22:34; 1Ng 10:3

Zaburi 64:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:13; Mal 2:8; Rm 14:21
  • +Img 18:7; Lk 19:22
  • +Yr 18:16; Ivh 18:10

Zaburi 64:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:34
  • +Zb 145:6; Yr 50:28; 51:10
  • +1Sm 5:12; Zb 107:43; Hs 14:9

Zaburi 64:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:11; 58:10; 68:3; Fp 4:4
  • +1Kr 1:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2018, rup. 29-31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 64:1Zb 55:1
Zab. 64:1Zb 31:15
Zab. 64:2Zb 56:6; 109:2
Zab. 64:2Lk 23:18
Zab. 64:3Img 12:18; 30:14
Zab. 64:3Zb 11:2; 58:7; Yr 9:8
Zab. 64:4Zb 10:8
Zab. 64:41Sm 18:11; 2Sm 15:14
Zab. 64:5Gh 22:6
Zab. 64:5Img 1:11; Mt 26:4
Zab. 64:5Zb 10:11; 59:7; 94:7; Ezk 8:12
Zab. 64:6Zb 35:11; Dn 6:4
Zab. 64:6Zb 140:5; Mt 26:59
Zab. 64:6Zb 5:9; Yr 17:9
Zab. 64:7Gus 32:23; Zb 7:12
Zab. 64:71Bm 22:34; 1Ng 10:3
Zab. 64:8Img 12:13; Mal 2:8; Rm 14:21
Zab. 64:8Img 18:7; Lk 19:22
Zab. 64:8Yr 18:16; Ivh 18:10
Zab. 64:9Gh 16:34
Zab. 64:9Zb 145:6; Yr 50:28; 51:10
Zab. 64:91Sm 5:12; Zb 107:43; Hs 14:9
Zab. 64:10Zb 32:11; 58:10; 68:3; Fp 4:4
Zab. 64:101Kr 1:31
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 64:1-10

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

64 Ewe Mana, niwumve ijwi ryanje mu maganya yanje+.

Ese wozigama ubuzima bwanje ukabukiza inguvu ziteye ubwoba z’umwansi+.

 2 Ese wompisha ikiyago c’akabanga c’inkozi z’ikibi+,

Ukampisha uruhagarara rw’abakora ibibabaza+,

 3 Abakarihije ururimi rwabo nk’inkota+,

Bagatumbereza umwampi wabo, imvugo irura+,

 4 Ngo barase uwutagirako umugayo bari ahantu hihishije+.

Bukwi na bukwi baramurasa, kandi ntibatinya+.

 5 Bumira ku mvugo mbi+;

Bavuga ivyo kunyegeza imitego+.

Bavuze ngo: “Ni nde ayibona+?”

 6 Baguma baserangura ibintu bitagororotse+;

Banyegeje umugambi w’urwenge useranguwe neza+,

Kandi imbere muri umwe wese, egome, umutima wiwe, hashika kure ibwina+.

 7 Mugabo Imana izobarasa umwampi bukwi na bukwi+.

Vyabaviriyemwo ibikomere+,

 8 Kandi baratsitaza umuntu+.

Mugabo ururimi rwabo ni bo ubwabo rugirira nabi+.

Ababitegereza bose bazozunza umutwe+,

 9 Kandi abantu bakuwe mw’ivu bose bazotinya+;

Bazoyaga igikorwa c’Imana+,

Kandi ntibazobura gutahura igikorwa cayo bimwe vyimbitse+.

10 Umugororotsi azonezerwa muri Yehova kandi azohungira koko muri we+;

Kandi ab’umutima ugororotse bose bazokwirata+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika