ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 66
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 66:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4; 113:6; 148:13
  • +Mt 5:35; Ivk 7:49
  • +2Ng 6:18; Ivk 17:24
  • +1Ng 28:2; Ivk 7:48

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1998, rup. 3

Yesaya 66:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; Yes 40:26; Ivk 7:50
  • +2Bm 22:19; Zb 34:18; Mt 5:11; Lk 18:14
  • +Ezr 9:4; Zb 119:161; Ivk 16:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

Yesaya 66:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:8; Yes 1:11
  • +Lw 11:27
  • +Gus 14:8; Yes 65:4; 66:17
  • +Lw 2:2
  • +1Sm 15:23; Yes 1:13
  • +Abc 5:8; Zb 81:12; Yr 14:10

Yesaya 66:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15; Img 1:31; 2Ts 2:11
  • +Img 10:24
  • +Img 1:24; Yes 50:2; Yr 7:13
  • +2Bm 21:9; Yes 65:3; Rm 1:28; Heb 4:11

Yesaya 66:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 10:3; Yes 66:2; Yr 36:16; Hab 3:16
  • +Yoh 16:2; Gl 2:4; 2Ts 2:3
  • +Yoh 17:11; Yak 2:7
  • +Yes 5:19; 29:13
  • +Yes 60:14; 65:14
  • +Yes 65:13; Yr 17:13, 18

Yesaya 66:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 3:1; 1Pt 4:17
  • +Gus 32:35; Yes 59:18

Yesaya 66:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:1; Gl 4:26
  • +Zb 33:12

Yesaya 66:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 64:4
  • +1Kr 2:9
  • +Yes 27:6; 65:9
  • +Yes 54:7; Yr 30:20
  • +Yes 10:20; Yr 23:8; Zk 8:12; Rm 11:26; 1Pt 2:9
  • +Mt 24:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 26

    1/11/2010, rup. 27-28

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 233

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 184

Yesaya 66:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:14; Yes 37:3

Yesaya 66:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:43; Yes 44:23; Rm 15:10
  • +Zb 26:8; 84:2; 122:6; 137:6
  • +Ezk 9:4

Yesaya 66:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:8; Yr 3:15; Yw 3:18

Yesaya 66:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:3; Yes 9:7; 48:18
  • +Yes 54:3; 60:3; Hg 2:7
  • +Yes 60:16
  • +Yes 60:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2018, rup. 13-14

Yesaya 66:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:3
  • +Yes 44:28; 65:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2018, rup. 13-14

Yesaya 66:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 10:7
  • +Img 3:8; 17:22
  • +Yes 26:19; Hs 14:5
  • +Yes 65:13; Mal 3:18
  • +Yes 59:18; 65:12

Yesaya 66:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:24; Zb 11:6; 21:9; 97:3
  • +Zb 50:3; Yr 25:32
  • +Gh 16:35; 2Ts 1:8

Yesaya 66:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:2
  • +Yes 34:5; Yr 25:33; Ezk 38:21; Yw 3:14; Ivh 19:18

Yesaya 66:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:29; 65:3
  • +Lw 11:7; Gus 14:8; Yes 65:4
  • +Lw 11:29

Yesaya 66:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:28; 59:6; Am 5:12
  • +Gus 31:21; Yes 55:7; Mik 2:1
  • +Zb 86:9; Yes 2:2; Mt 25:32; Ivh 7:9
  • +Ezk 39:21

Yesaya 66:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:3
  • +Yes 4:2; Mt 24:31
  • +It 10:4; Zb 72:10
  • +It 10:13
  • +It 10:2; Ezk 27:13
  • +Yes 49:1
  • +Mal 1:11
  • +Yes 60:3; Rm 15:12; Ivh 7:9

Yesaya 66:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Yes 11:16; 43:6; 54:3; 60:4; Mt 24:31
  • +Yes 60:9; Rm 12:1; 1Pt 2:5
  • +Yes 60:6
  • +Yes 11:9; Zk 1:17; Ivh 14:1
  • +Gh 7:13

Yesaya 66:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:2; 5:2; Yes 65:17; 2Pt 3:13
  • +Ezr 1:3; 2:64; Ivh 21:1
  • +Yes 65:18
  • +Yes 65:23
  • +Zb 94:14; Yr 31:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 8-9

    1/5/2000, rup. 14-15

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 301

Yesaya 66:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 86:9; Zk 14:16; Mal 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 31

    1/5/2000, rup. 14-15

Yesaya 66:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 58:10; Ezk 39:12
  • +Yes 14:11; 34:10; Mt 3:12; 25:41; Mr 9:48; 2Ts 1:9
  • +Zb 139:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 27

    1/5/2000, rup. 14, 15-16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 66:1Zb 11:4; 113:6; 148:13
Yes. 66:1Mt 5:35; Ivk 7:49
Yes. 66:12Ng 6:18; Ivk 17:24
Yes. 66:11Ng 28:2; Ivk 7:48
Yes. 66:2It 1:1; Yes 40:26; Ivk 7:50
Yes. 66:22Bm 22:19; Zb 34:18; Mt 5:11; Lk 18:14
Yes. 66:2Ezr 9:4; Zb 119:161; Ivk 16:29
Yes. 66:3Img 15:8; Yes 1:11
Yes. 66:3Lw 11:27
Yes. 66:3Gus 14:8; Yes 65:4; 66:17
Yes. 66:3Lw 2:2
Yes. 66:31Sm 15:23; Yes 1:13
Yes. 66:3Abc 5:8; Zb 81:12; Yr 14:10
Yes. 66:4Gus 28:15; Img 1:31; 2Ts 2:11
Yes. 66:4Img 10:24
Yes. 66:4Img 1:24; Yes 50:2; Yr 7:13
Yes. 66:42Bm 21:9; Yes 65:3; Rm 1:28; Heb 4:11
Yes. 66:5Ezr 10:3; Yes 66:2; Yr 36:16; Hab 3:16
Yes. 66:5Yoh 16:2; Gl 2:4; 2Ts 2:3
Yes. 66:5Yoh 17:11; Yak 2:7
Yes. 66:5Yes 5:19; 29:13
Yes. 66:5Yes 60:14; 65:14
Yes. 66:5Yes 65:13; Yr 17:13, 18
Yes. 66:6Mal 3:1; 1Pt 4:17
Yes. 66:6Gus 32:35; Yes 59:18
Yes. 66:7Yes 54:1; Gl 4:26
Yes. 66:7Zb 33:12
Yes. 66:8Yes 64:4
Yes. 66:81Kr 2:9
Yes. 66:8Yes 27:6; 65:9
Yes. 66:8Yes 54:7; Yr 30:20
Yes. 66:8Yes 10:20; Yr 23:8; Zk 8:12; Rm 11:26; 1Pt 2:9
Yes. 66:8Mt 24:31
Yes. 66:9It 18:14; Yes 37:3
Yes. 66:10Gus 32:43; Yes 44:23; Rm 15:10
Yes. 66:10Zb 26:8; 84:2; 122:6; 137:6
Yes. 66:10Ezk 9:4
Yes. 66:11Zb 36:8; Yr 3:15; Yw 3:18
Yes. 66:12Zb 72:3; Yes 9:7; 48:18
Yes. 66:12Yes 54:3; 60:3; Hg 2:7
Yes. 66:12Yes 60:16
Yes. 66:12Yes 60:4
Yes. 66:13Yes 51:3
Yes. 66:13Yes 44:28; 65:18
Yes. 66:14Zk 10:7
Yes. 66:14Img 3:8; 17:22
Yes. 66:14Yes 26:19; Hs 14:5
Yes. 66:14Yes 65:13; Mal 3:18
Yes. 66:14Yes 59:18; 65:12
Yes. 66:15Gus 4:24; Zb 11:6; 21:9; 97:3
Yes. 66:15Zb 50:3; Yr 25:32
Yes. 66:15Gh 16:35; 2Ts 1:8
Yes. 66:16Yr 15:2
Yes. 66:16Yes 34:5; Yr 25:33; Ezk 38:21; Yw 3:14; Ivh 19:18
Yes. 66:17Yes 1:29; 65:3
Yes. 66:17Lw 11:7; Gus 14:8; Yes 65:4
Yes. 66:17Lw 11:29
Yes. 66:18Yes 37:28; 59:6; Am 5:12
Yes. 66:18Gus 31:21; Yes 55:7; Mik 2:1
Yes. 66:18Zb 86:9; Yes 2:2; Mt 25:32; Ivh 7:9
Yes. 66:18Ezk 39:21
Yes. 66:19Ezr 1:3
Yes. 66:19Yes 4:2; Mt 24:31
Yes. 66:19It 10:4; Zb 72:10
Yes. 66:19It 10:13
Yes. 66:19It 10:2; Ezk 27:13
Yes. 66:19Yes 49:1
Yes. 66:19Mal 1:11
Yes. 66:19Yes 60:3; Rm 15:12; Ivh 7:9
Yes. 66:20Gus 30:3; Yes 11:16; 43:6; 54:3; 60:4; Mt 24:31
Yes. 66:20Yes 60:9; Rm 12:1; 1Pt 2:5
Yes. 66:20Yes 60:6
Yes. 66:20Yes 11:9; Zk 1:17; Ivh 14:1
Yes. 66:20Gh 7:13
Yes. 66:22Ezr 3:2; 5:2; Yes 65:17; 2Pt 3:13
Yes. 66:22Ezr 1:3; 2:64; Ivh 21:1
Yes. 66:22Yes 65:18
Yes. 66:22Yes 65:23
Yes. 66:22Zb 94:14; Yr 31:36
Yes. 66:23Zb 86:9; Zk 14:16; Mal 1:11
Yes. 66:24Zb 58:10; Ezk 39:12
Yes. 66:24Yes 14:11; 34:10; Mt 3:12; 25:41; Mr 9:48; 2Ts 1:9
Yes. 66:24Zb 139:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 66:1-24

Yesaya

66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”

2 “Ibi bintu vyose rero ukuboko kwanje kwarabikoze, ku buryo ivyo vyose vyabayeho+,” ni ko Yehova avuze. “Uyu rero ni we nzokwitegereza: umuntu w’umurushwa, adogombwa mu mutima+, ajugumizwa n’ijambo ryanje+.

3 “Uwukerera ishūri ameze nk’uwica umuntu+. Uwushikana intama bwa kimazi ameze nk’uwuvuna imbwa izosi+. Uwushikana ituro, emwe, ameze nk’uwushikana amaraso y’ingurube+! Uwushikiriza icibutso c’imibavu ya olibani+ ameze nk’uwuhezagira akoresheje amajambo y’ivy’amageza+. Ni bo kandi bahisemwo inzira zabo bwite, umutima wabo ugahimbarwa n’ibintu vyabo bisesemye+. 4 Nanje nzohitamwo uburyo bunyuranye bwo kubafata nabi+; kandi nzobateza ibibaca ivutu+; kuko nahamagaye ntihagire n’umwe yitaba; naravuze, ntihagira n’umwe yumviriza+; bagumye bakora ivyari bibi mu maso yanje, bahitamwo ikitampimbara+.”

5 Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe abajugumizwa n’ijambo ryiwe+: “Bene wanyu babanka+, bakabaca babahoye izina ryanje+, bavuze ngo: ‘Yehova naninahazwe+!’ Emwe, azoseruka mugire umunezero+, kandi ni bo bazomaramazwa+.”

6 Hari urwamo rw’intureka ruva mu gisagara, urwamo ruva mu rusengero+! Ni urwamo rwa Yehova ariko yishura abansi biwe ivyo bakwiriye+.

7 Imbere y’uko umugore atangura kuja mu bubabare bw’ibise, yaravyaye+. Imbere y’uko ashikirwa n’imisonga y’ukwibaruka, yibarutse umwana w’umuhungu+. 8 Ni nde yumvise ikintu nk’ico+? Ni nde yabonye ibintu nk’ivyo+? Mbega igihugu+ covyarwa mu bubabare bw’ibise mu musi umwe+? Canke, ihanga+ ryovukira rimwe+? Kuko Siyoni yagiye mu bubabare bw’ibise yongera iribaruka abana bayo.

9 “Nayo jewe, mbega notuma igitereko ciyugurura sintume haba ukwibaruka+?” ni ko Yehova avuga. “Canke, mbega ndatuma haba ukugomba kwibaruka mugabo nkugara vy’ukuri igitereko?” ni ko Imana yawe ivuze.

10 Nimuhimbarwe hamwe na Yeruzalemu, munezeranwe+, mwese abamukunda+! Nimwiginane na we rwose, mwese abaguma bamugandariye+; 11 kuko muzokwonka mugahaga koko ibere ry’ukwirurwa na we kwuzuye; kuko muzonunuza imoko ryiwe ry’ubuninahazwa bwiwe mugasoserwa+. 12 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ndamuhe amahoro ameze nk’uruzi+, n’ubuninahazwa bw’amahanga bumeze nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka+, kandi ntimuzobura kwonka+. Muzotwarwa ku kiyunguyungu, babakuyakuyire ku mavi+. 13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+. 14 Muzobibona koko, kandi umutima wanyu ntuzobura kwigina+, n’amagufa yanyu+ akanaga nk’ivyatsi biremvye+. Kandi ukuboko kwa Yehova ntikuzobura kumenyeshwa abasavyi biwe+, mugabo ntazobura gusiba abansi biwe+.”

15 “Kuko ehe Yehova ubwiwe aje nk’umuriro+, imikogote yiwe ikaba imeze nk’umuyaga w’ikirura+, kugira ngo yishure ishavu ryiwe akoresheje ubushangashirwe, n’uguhambara kwiwe akoresheje imbeya z’umuriro+. 16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+. 17 Abiyeza kandi bakihumanura kugira baje mu mirima+ inyuma y’umuntu ari hagati na hagati, bakarya inyama z’ingurube+ be n’ikintu gishisha, mbere na ya mbeba isimbagurika+, bose hamwe bazoshika kw’iherezo ryabo,” ni ko Yehova avuze. 18 “Ku bijanye n’ibikorwa vyabo+ n’ivyiyumviro vyabo+, ndaje kugira ngo nkoranirize hamwe amahanga yose n’indimi zose+; kandi bazotegerezwa kuza, babone ubuninahazwa bwanje+.”

19 “Nzoshira ikimenyetso hagati yabo+, bamwe mu bacitse kw’icumu ndabarungike mu mahanga+: i Tarushishi+, i Puli n’i Ludi+ mu bafozi b’umuheto, Tubali na Yavani+, amazinga ya kure+, abatumvise inkuru zinyerekeye canke ngo babone ubuninahazwa bwanje+; kandi ntibazobura kuvuga ubuninahazwa bwanje mu mahanga+. 20 Emwe, bazozana bene wanyu bose babakuye mu mahanga yose+, babe ituro rihabwa Yehova+, babazanye ku mafarasi no mu mikogote no mu bireruzo bipfutse, ku nyumpu no ku ngamiya z’ingore zinyaruka+, gushika ku musozi wanje mweranda+, Yeruzalemu,” ni ko Yehova avuze, “nk’iyo bene Isirayeli bazanye ituro mu combo kidahumanye, mu nzu ya Yehova+.”

21 “Kandi nzotora bamwe muri bo babe abaherezi, babe Abalewi,” ni ko Yehova avuze.

22 “Kuko, nk’uko amajuru mashasha+ n’isi nshasha+ ndiko ndakora bihagaze imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze, “ni ko n’uruvyaro rwanyu+ be n’izina ryanyu bizoguma bihagaze+.”

23 “Kandi uku ni ko bizoba koko: guhera ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi, no guhera kw’isabato gushika ku yindi, ikiri n’umubiri cose kizoza kwunama imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze. 24 “Emwe, bazosohoka, bitegereze imivyimba y’abantu bahora bangabitanyako+; kuko inyo zabo zitazopfa, n’umuriro wabo ntuzime+; kandi bazotegerezwa gucika ikintu gisesemye ku kiri n’umubiri cose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika