ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 94
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 94:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35; Yes 35:4; Yr 50:28; Nah 1:2; Rm 12:19; 1Ts 4:6; 2Ts 1:6; Heb 10:30
  • +Zb 80:1

Zaburi 94:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Zb 7:6; 50:6; Ivk 17:31; Rm 14:4
  • +Yb 40:11; Zb 31:23; 1Pt 5:5

Zaburi 94:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:10
  • +Zb 73:3

Zaburi 94:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:7
  • +Zb 31:18; 73:9; 144:15

Zaburi 94:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:4
  • +Yr 10:21; 50:11

Zaburi 94:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “uduhungu tutagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:23; 10:2
  • +Yr 7:6

Zaburi 94:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Ya” ni impfunyapfunyo y’izina “Yehova.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:11; 59:7; Ezk 8:12
  • +Zb 73:11; Yes 29:15

Zaburi 94:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:10; 73:22; 92:6; Img 12:1
  • +Img 1:22

Zaburi 94:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:17; Kv 4:11; Zb 55:19; 69:33
  • +Zb 34:15; Img 20:12

Zaburi 94:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:5; Yes 10:12
  • +Yb 35:11; Zb 25:8; Yes 28:26; Yoh 6:45

Zaburi 94:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:19; 3:20

Zaburi 94:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:71; Img 3:11; 1Kr 11:32; Heb 12:6
  • +Zb 19:8; Img 2:6; Yes 54:13

Zaburi 94:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:20; Hab 3:16
  • +Zb 55:23; 2Pt 2:9

Zaburi 94:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:22; Zb 37:28; Rm 11:1; Heb 13:5
  • +Gus 32:9

Zaburi 94:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:9

Zaburi 94:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:15
  • +Neh 5:7; Yoh 7:51

Zaburi 94:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 118:13; 124:2; 2Kr 1:10
  • +Zb 13:3; Ums 9:5

Zaburi 94:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:16; 121:3
  • +1Sm 2:9; Zb 37:24; 117:2; Int 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

Zaburi 94:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:12; Fp 4:6
  • +Zb 71:21; 86:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 13

    15/3/2003, rup. 9

    1/9/2001, rup. 31

Zaburi 94:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 5:8
  • +1Bm 21:10; Zb 58:2; Yes 10:1; Dn 3:5; 6:7; Ivk 5:28

Zaburi 94:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:3
  • +Kv 23:7; 1Bm 21:19; Img 17:15; Ivk 7:58

Zaburi 94:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:9
  • +Zb 18:2; 62:7

Zaburi 94:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 7:10; Zb 7:16; Img 2:22; 5:22; 2Ts 1:6
  • +1Sm 26:10; Zb 7:15; Img 26:27
  • +Zb 12:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 94:1Gus 32:35; Yes 35:4; Yr 50:28; Nah 1:2; Rm 12:19; 1Ts 4:6; 2Ts 1:6; Heb 10:30
Zab. 94:1Zb 80:1
Zab. 94:2It 18:25; Zb 7:6; 50:6; Ivk 17:31; Rm 14:4
Zab. 94:2Yb 40:11; Zb 31:23; 1Pt 5:5
Zab. 94:3Zb 74:10
Zab. 94:3Zb 73:3
Zab. 94:4Zb 59:7
Zab. 94:4Zb 31:18; 73:9; 144:15
Zab. 94:5Zb 14:4
Zab. 94:5Yr 10:21; 50:11
Zab. 94:6Yes 1:23; 10:2
Zab. 94:6Yr 7:6
Zab. 94:7Zb 10:11; 59:7; Ezk 8:12
Zab. 94:7Zb 73:11; Yes 29:15
Zab. 94:8Zb 49:10; 73:22; 92:6; Img 12:1
Zab. 94:8Img 1:22
Zab. 94:9It 21:17; Kv 4:11; Zb 55:19; 69:33
Zab. 94:9Zb 34:15; Img 20:12
Zab. 94:10Zb 9:5; Yes 10:12
Zab. 94:10Yb 35:11; Zb 25:8; Yes 28:26; Yoh 6:45
Zab. 94:111Kr 1:19; 3:20
Zab. 94:12Zb 119:71; Img 3:11; 1Kr 11:32; Heb 12:6
Zab. 94:12Zb 19:8; Img 2:6; Yes 54:13
Zab. 94:13Yes 26:20; Hab 3:16
Zab. 94:13Zb 55:23; 2Pt 2:9
Zab. 94:141Sm 12:22; Zb 37:28; Rm 11:1; Heb 13:5
Zab. 94:14Gus 32:9
Zab. 94:15Zb 19:9
Zab. 94:162Bm 10:15
Zab. 94:16Neh 5:7; Yoh 7:51
Zab. 94:17Zb 118:13; 124:2; 2Kr 1:10
Zab. 94:17Zb 13:3; Ums 9:5
Zab. 94:18Zb 38:16; 121:3
Zab. 94:181Sm 2:9; Zb 37:24; 117:2; Int 3:22
Zab. 94:19Yr 20:12; Fp 4:6
Zab. 94:19Zb 71:21; 86:17
Zab. 94:20Ums 5:8
Zab. 94:201Bm 21:10; Zb 58:2; Yes 10:1; Dn 3:5; 6:7; Ivk 5:28
Zab. 94:21Zb 59:3
Zab. 94:21Kv 23:7; 1Bm 21:19; Img 17:15; Ivk 7:58
Zab. 94:22Zb 59:9
Zab. 94:22Zb 18:2; 62:7
Zab. 94:23Est 7:10; Zb 7:16; Img 2:22; 5:22; 2Ts 1:6
Zab. 94:231Sm 26:10; Zb 7:15; Img 26:27
Zab. 94:23Zb 12:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 94:1-23

Zaburi

94 Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, wewe Yehova+,

Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, nusayangane+!

 2 Haguruka, ewe Mucamanza w’isi+!

Subiriza mu nkoko abibona+.

 3 Ababisha bazogeza ryari ga Yehova+,

Ababisha bazogeza ryari kwigina+?

 4 Baguma badudubiza amajambo, baguma bavuga bashirukanya+;

Abakora ibibabaza bose baguma biyemera+.

 5 Abantu bawe, ewe Yehova, baguma babajanjagura+,

Intoranwa yawe bakaguma bayiteza amarushwa+.

 6 Umupfakazi na kavamahanga barica+,

Impfuvyi* bagacisha ku buhomba+.

 7 Baguma bavuga ngo: “Ya* ntabibona+;

Imana ya Yakobo ntitahura+.”

 8 Nimutahure, mwa mburabwenge bo mu bantu+;

Nayo mwebwe ibijuju, muzogira ugutahura kwimbitse ryari+?

 9 Mbega Umwe abadika ugutwi, ntashobora kwumva+?

Canke Umwe abumba ijisho, ntashobora kwitegereza+?

10 Umwe akosora amahanga, ntashobora gukangira+,

Mbere Umwe yigisha abantu ubumenyi+?

11 Yehova arazi ivyiyumviro vy’abantu, ko ari nk’impemu zisohotse+.

12 Hahiriwe umuntu w’umugabo ukosora, ewe Ya+,

Uwo wigisha ivyo mw’itegeko ryawe+,

13 Kugira ngo umuhe impore mu misi y’ivyago+,

Gushika umubisha yimbiwe icobo+.

14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,

Eka ntazota intoranwa yiwe+.

15 Kuko ingingo y’ubutungane izosubira ku bugororotsi+,

Kandi ab’umutima ugororotse bose bazoyisunga.

16 Ni nde azohagurukira inkozi z’ikibi ngo abandwanirize+?

Ni nde azohagarara ngo andwanirize abakora ibibabaza+?

17 Iyo Yehova atamfasha+,

Mu kanya isase ubuzima bwanje bwari guca buja kuba mu gacerere+.

18 Igihe navuga nti: “Ikirenge canje ntikizobura kugenda kidandabagirana+,”

Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, ewe Yehova, bwagumye bunshigikiye+.

19 Igihe ivyiyumviro vyanje bidurumbanya vyaba vyinshi muri jewe+,

Ivyo wiruza vyaciye bitangura gukuyakuya umutima wanje+.

20 Mbega intebe y’ubwami iteza amarushwa izokwunga urunani nawe+

Mu gihe itegura ivyago ikoresheje ingingo zishinzwe+?

21 Bagaba ibitero bikaze ku buzima bw’umugororotsi+,

Amaraso y’intungane bakayita amabisha+.

22 Mugabo Yehova azocika ahantu hakirurutse hanje hatagira inkomanzi+,

Imana yanje icike igitandara c’ubuhungiro bwanje+.

23 Kandi izobasubizako ibibabaza vyabo+,

Ibanumye ikoresheje ivyago ubwabo bategura+.

Yehova Imana yacu azobanumya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika