ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 31
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 31:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:2
  • +Zb 22:5; Yes 49:23; Rm 5:5; 10:11
  • +Zb 143:1

Zaburi 31:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:2; 130:2
  • +Zb 40:17; 70:1; Lk 18:8
  • +2Sm 22:3; Zb 18:2; 94:22
  • +Zb 71:3

Zaburi 31:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:2
  • +Zb 25:11; Yr 14:7
  • +Zb 23:3

Zaburi 31:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:15; 91:3; Mt 6:13
  • +Img 18:10

Zaburi 31:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 23:46; Ivk 7:59
  • +Zb 71:23
  • +Gus 32:4; Heb 6:18

Zaburi 31:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:8; Yon 2:8; 1Kr 8:4
  • +Zb 25:2

Zaburi 31:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 13:5
  • +Zb 9:13
  • +Zb 142:3; 1Kr 8:3; Gl 4:9

Zaburi 31:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:30; 1Sm 17:46
  • +Zb 4:1; 18:19

Zaburi 31:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 14:10
  • +Yb 17:7; Zb 6:7; 88:9
  • +Zb 6:2; 22:14

Zaburi 31:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 88:15; Img 15:13
  • +Zb 71:9
  • +Zb 106:43
  • +Zb 32:3; 102:3

Zaburi 31:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:7; Mt 10:22; 24:9; Lk 21:17
  • +Zb 22:6; 42:10; 102:8; Yes 53:4; Rm 15:3; 1Pt 4:14
  • +Yb 19:13; Zb 38:11
  • +Zb 88:8
  • +Mt 26:56; 2Tm 4:16

Zaburi 31:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 88:5
  • +Rm 9:22

Zaburi 31:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:10; Lk 23:2
  • +Zb 57:4; Yr 6:25
  • +Lk 22:2; 23:1
  • +Mt 27:1

Zaburi 31:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:4
  • +Zb 16:2; 43:5; Yoh 20:17

Zaburi 31:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:12
  • +Zb 142:6

Zaburi 31:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:25; Zb 67:1; 80:3; Rm 9:15
  • +Zb 6:4

Zaburi 31:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:2; 69:6; Yes 50:7; Mt 27:46
  • +Neh 4:4; 6:16; Zb 6:10; Yes 41:11; Yr 20:11
  • +1Sm 2:9; Zb 115:17; Ums 9:5

Zaburi 31:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:3; 63:11
  • +2Ng 32:16; Mt 10:25; Ivk 25:7
  • +Zb 94:4

Zaburi 31:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:1; Yes 63:7
  • +Yes 64:4; 1Kr 2:9
  • +Zb 126:2; Yes 26:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 274-276

Zaburi 31:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:5; 32:7; Ivk 3:19
  • +Zb 86:14
  • +Zb 64:3

Zaburi 31:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rs 4:14; 1Sm 25:39; Zb 68:19; Lk 1:68
  • +Zb 17:7
  • +1Sm 23:7

Zaburi 31:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 23:26
  • +Zb 88:16; Int 3:54; Yon 2:4
  • +2Ng 33:13; Zb 6:9; Img 15:29; Heb 5:7

Zaburi 31:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:12; 30:20; Zb 34:9
  • +1Sm 2:9; Zb 145:20
  • +2Sm 22:28; Yb 40:11; Zb 94:2; Yes 2:11; Yak 4:6; 1Pt 5:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 19-20

Zaburi 31:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:14; Yes 35:4
  • +It 49:18; Zb 62:1; 71:14; Int 3:21; Mik 7:7; Tt 2:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 31:1Zb 18:2
Zab. 31:1Zb 22:5; Yes 49:23; Rm 5:5; 10:11
Zab. 31:1Zb 143:1
Zab. 31:2Zb 71:2; 130:2
Zab. 31:2Zb 40:17; 70:1; Lk 18:8
Zab. 31:22Sm 22:3; Zb 18:2; 94:22
Zab. 31:2Zb 71:3
Zab. 31:32Sm 22:2
Zab. 31:3Zb 25:11; Yr 14:7
Zab. 31:3Zb 23:3
Zab. 31:4Zb 25:15; 91:3; Mt 6:13
Zab. 31:4Img 18:10
Zab. 31:5Lk 23:46; Ivk 7:59
Zab. 31:5Zb 71:23
Zab. 31:5Gus 32:4; Heb 6:18
Zab. 31:6Yr 10:8; Yon 2:8; 1Kr 8:4
Zab. 31:6Zb 25:2
Zab. 31:7Zb 13:5
Zab. 31:7Zb 9:13
Zab. 31:7Zb 142:3; 1Kr 8:3; Gl 4:9
Zab. 31:8Gus 32:30; 1Sm 17:46
Zab. 31:8Zb 4:1; 18:19
Zab. 31:9Img 14:10
Zab. 31:9Yb 17:7; Zb 6:7; 88:9
Zab. 31:9Zb 6:2; 22:14
Zab. 31:10Zb 88:15; Img 15:13
Zab. 31:10Zb 71:9
Zab. 31:10Zb 106:43
Zab. 31:10Zb 32:3; 102:3
Zab. 31:11Zb 6:7; Mt 10:22; 24:9; Lk 21:17
Zab. 31:11Zb 22:6; 42:10; 102:8; Yes 53:4; Rm 15:3; 1Pt 4:14
Zab. 31:11Yb 19:13; Zb 38:11
Zab. 31:11Zb 88:8
Zab. 31:11Mt 26:56; 2Tm 4:16
Zab. 31:12Zb 88:5
Zab. 31:12Rm 9:22
Zab. 31:13Yr 20:10; Lk 23:2
Zab. 31:13Zb 57:4; Yr 6:25
Zab. 31:13Lk 22:2; 23:1
Zab. 31:13Mt 27:1
Zab. 31:14Zb 56:4
Zab. 31:14Zb 16:2; 43:5; Yoh 20:17
Zab. 31:152Sm 7:12
Zab. 31:15Zb 142:6
Zab. 31:16Gh 6:25; Zb 67:1; 80:3; Rm 9:15
Zab. 31:16Zb 6:4
Zab. 31:17Zb 25:2; 69:6; Yes 50:7; Mt 27:46
Zab. 31:17Neh 4:4; 6:16; Zb 6:10; Yes 41:11; Yr 20:11
Zab. 31:171Sm 2:9; Zb 115:17; Ums 9:5
Zab. 31:18Zb 12:3; 63:11
Zab. 31:182Ng 32:16; Mt 10:25; Ivk 25:7
Zab. 31:18Zb 94:4
Zab. 31:19Zb 73:1; Yes 63:7
Zab. 31:19Yes 64:4; 1Kr 2:9
Zab. 31:19Zb 126:2; Yes 26:12
Zab. 31:20Zb 27:5; 32:7; Ivk 3:19
Zab. 31:20Zb 86:14
Zab. 31:20Zb 64:3
Zab. 31:21Rs 4:14; 1Sm 25:39; Zb 68:19; Lk 1:68
Zab. 31:21Zb 17:7
Zab. 31:211Sm 23:7
Zab. 31:221Sm 23:26
Zab. 31:22Zb 88:16; Int 3:54; Yon 2:4
Zab. 31:222Ng 33:13; Zb 6:9; Img 15:29; Heb 5:7
Zab. 31:23Gus 10:12; 30:20; Zb 34:9
Zab. 31:231Sm 2:9; Zb 145:20
Zab. 31:232Sm 22:28; Yb 40:11; Zb 94:2; Yes 2:11; Yak 4:6; 1Pt 5:5
Zab. 31:24Zb 27:14; Yes 35:4
Zab. 31:24It 49:18; Zb 62:1; 71:14; Int 3:21; Mik 7:7; Tt 2:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 31:1-24

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

31 Muri wewe, ewe Yehova, ni ho nahungiye+.

Ese ntokwigera maramara+!

Mu bugororotsi bwawe nunkize+.

 2 Ntega ugutwi+.

Nundokore ningoga+.

Numbere igihome gikomeye c’urubuyebuye+,

Inzu y’ibihome bikomeye yo kunkiza+.

 3 Kuko uri urutare rwanje n’igihome canje gikomeye+;

Kandi ku bw’izina ryawe+ uzonyobora, undongore+.

 4 Uzonkura mu rusenga banyegeje ngo rumfate+,

Kuko uri iboma ryanje+.

 5 Mu kuboko kwawe ni ho nshize impwemu yanje+.

Warancunguye+, ewe Yehova Mana y’inyakuri+.

 6 Ndanka koko abitaho ibigirwamana bitagira akamaro, bitagira mvura+;

Nayo jewe, Yehova ni we nizigira+.

 7 Nzonezererwa ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, bumpimbare+,

Kuko wabonye amarushwa yanje+;

Wamenye amagorwa y’umutima wanje+,

 8 Kandi ntiwantanze mu kuboko kw’umwansi+.

Watumye ibirenge vyanje bihagarara ahantu hagutse+.

 9 Ngirira ubutoni, Yehova we, kuko ngeze habi+.

Kubera umwikomo ijisho ryanje ribaye goyigoyi+, umutima wanje n’inda yanje+.

10 Kuko ubuzima bwanje burangiriye mu ntuntu+,

Imyaka yanje na yo ikarangirira mu kuniha+.

Kubera ikosa ryanje ububasha bwanje bwatsitaye+,

Kandi amagufa yanje ubwayo asigaye ari goyigoyi+.

11 Kuri abo bose banyanka+, nsigaye ndi iceyi+,

Ku babanyi banje na ho birarushiriza+,

Nsigara ndi agacavutu ku bo twari tuzinanyi+.

Bambonye hanze, barampunga+.

12 Cokimwe n’umuntu yapfuye agahanagurika mu mutima, nibagiwe+;

Nsigaye ndi nk’icombo cononekaye+;

13 Kuko numvise inkuru mbi ivugwa na benshi+,

Ivutu rigakwira impande zose+.

Iyo barundaniye hamwe nk’umuntu umwe ngo bandwanye+,

Bategura umugambi wo gukuraho ubuzima bwanje+.

14 Mugabo jewe, ni wewe nizigiye, ewe Yehova+!

Navuze nti: “Uri Imana yanje+.”

15 Ibihe vyanje biri mu kuboko kwawe+.

Nundokore unkize ukuboko kw’abansi banje be n’abankurikirana+.

16 Nutume mu maso hawe hakayanganira ku musavyi wawe+.

Nunkize kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+.

17 Ewe Yehova, ese ntomaramara, kuko nakwambaje+.

Ababisha nibamaramare+;

Bagume bacereje mu kuzimu+.

18 Iminwa y’ikinyoma nizibe+,

Imwe ivuga nabi umugororotsi+, ikavuga ishirukanya n’ubwibone n’agakengerwe+.

19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,

Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,

Imbere y’abana b’abantu+.

20 Uzobahisha ahihishije ho mu maso hawe+

Kure y’abantu birema akagwi+.

Uzobanyegeza mu rusago rwawe, kure y’ugutongana kw’indimi+.

21 Yehova nahezagirwe+,

Kuko yangiriye ubuntu bwuzuye urukundo+ bw’agatangaza mu gisagara kiri mu maganya+.

22 Nayo jewe, igihe nata umutwe navuze+ nti:

“Nta kabuza ndatikizwa mve mu maso yawe+.”

Ni ukuri warumvise ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe nagutabaza+.

23 Nimukunde Yehova, mwese intahemuka ziwe+!

Abizigirwa ni bo Yehova azigama+,

Yamara ahemba bimwe bihebuje uwo wese yerekana ubwibone+.

24 Nimugire umutima rugabo, kandi umutima wanyu ukomere+,

Yemwe abarindiriye Yehova mwese+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika