ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 40
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 40:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:15; 33:13; Yes 45:9; Ivh 4:8
  • +Yb 13:3; 23:4; 31:35; Rm 9:19

Yobu 40:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:6; Yb 42:6; Zb 51:4
  • +Abc 18:19; Yb 29:9; Zb 39:9; Img 30:32

Yobu 40:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:1

Yobu 40:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:3
  • +Yb 42:4

Yobu 40:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:4; Rm 3:4

Yobu 40:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:6; Zb 89:13; 1Kr 10:22
  • +Yb 37:4; Zb 29:3

Yobu 40:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:10; 24:14
  • +Zb 83:18
  • +1Ng 16:27; Zb 8:1
  • +Zb 104:1

Yobu 40:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:49; 90:11; Yr 30:23

Yobu 40:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:28; Zb 18:27; Img 15:25; Yes 2:11; Dn 4:37

Yobu 40:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:14; 55:15

Yobu 40:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “imvubu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:30; Zb 104:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 16

Yobu 40:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 16

Yobu 40:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:24

Yobu 40:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 16

Yobu 40:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 68:30; Yes 19:6
  • +Yb 8:11

Yobu 40:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 3:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 40:2Yb 21:15; 33:13; Yes 45:9; Ivh 4:8
Yobu 40:2Yb 13:3; 23:4; 31:35; Rm 9:19
Yobu 40:4Ezr 9:6; Yb 42:6; Zb 51:4
Yobu 40:4Abc 18:19; Yb 29:9; Zb 39:9; Img 30:32
Yobu 40:6Yb 38:1
Yobu 40:7Yb 38:3
Yobu 40:7Yb 42:4
Yobu 40:8Zb 51:4; Rm 3:4
Yobu 40:9Kv 15:6; Zb 89:13; 1Kr 10:22
Yobu 40:9Yb 37:4; Zb 29:3
Yobu 40:10Yes 2:10; 24:14
Yobu 40:10Zb 83:18
Yobu 40:101Ng 16:27; Zb 8:1
Yobu 40:10Zb 104:1
Yobu 40:11Zb 78:49; 90:11; Yr 30:23
Yobu 40:122Sm 22:28; Zb 18:27; Img 15:25; Yes 2:11; Dn 4:37
Yobu 40:13Zb 49:14; 55:15
Yobu 40:15It 1:30; Zb 104:14
Yobu 40:16Yes 40:26
Yobu 40:19Zb 104:24
Yobu 40:20Zb 104:14
Yobu 40:21Zb 68:30; Yes 19:6
Yobu 40:21Yb 8:11
Yobu 40:23Yos 3:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 40:1-24

Yobu

40 Maze Yehova yishura Yobu ati:

 2 “Mbega uwutorana amahinyu yohirahira akanigana na Mushoboravyose+?

Uwukangira Imana ubwiwe navyishure+.”

 3 Yobu araheza yishura Yehova ati:

 4 “Raba! Nsigaye ndi umuntu atagira ikintu kinini amaze+.

Mbega nkwishure iki?

Nshize ukuboko ku munwa+.

 5 Navuze rimwe, kandi sinishura;

Na kabiri, kandi nta co nongerako.”

 6 Yehova araheza yishurira Yobu mu kirura c’umuyaga+ ati:

 7 “Enda kenyera mu kiyunguyungu, nk’umuntu w’umugabo+;

Ndakubaza, nawe umbwire+.

 8 Vy’ukuri, wohindura ubusa ubutungane bwanje?

Mbega wonyita umubisha kugira ngo ube mu kuri+?

 9 Canke woba ufise ukuboko nk’ukw’Imana y’ukuri+,

Kandi ugashobora gutuma haba umuturagaro biciye kw’ijwi nk’iryayo+?

10 Enda niwisharize, wambare ubukuru+ n’ubukiruruke+;

Niwambare iteka+ n’ubwiza bwakaka+.

11 Ugupfundūka kw’ishavu ryawe kwuzuye uburake nikwisese+,

Maze ubone uwibona wese umumanure.

12 Nubone uwibona wese, umucishe bugufi+,

Uhonyangire hasi ababisha harya nyene bari.

13 Nubanyegeze hamwe mu mukungugu+,

Mu maso habo uhabohere ahantu hinyegeje,

14 Nanje, jewe nyene, ndagukeza,

Kuko ukuryo kwawe gushoboye kugukiza.

15 Ehe ng’iyi Behemoti* nakoze kimwe na wewe.

Irya+ ivyatsi bitoto cokimwe n’ishūri.

16 Ehe ububasha bwayo buri mu mafyinga hayo,

Inguvu zayo zikora+ na zo zikaba mu mitsi y’inda yayo.

17 Iheta umurizo wayo nk’isederi;

Imitsi y’amatako yayo irasobanganye.

18 Amagufa yayo ni ingegene z’imiheha z’umujumpu;

Amagufa yayo akomeye ni nk’inkoni z’icuma gicuze.

19 Ni yo ntango y’inzira z’Imana;

Uwayihinguye+ arashobora kwigiza hafi inkota yiwe.

20 Kuko imisozi iyironsa umwimbu wayo+,

Kandi ibikoko vyose vyo mu gahinga ni ho bikinira.

21 Munsi y’uduti tw’amarebe tw’amahwa ni ho yiryamira,

Ahantu hihishije h’amarenga+ be n’ahantu hajaga+.

22 Uduti tw’amarebe tw’amahwa tuguma tuyikingirije igitutu catwo;

Ibiti vy’imyarava vyo mu mwonga birayikikuza.

23 Iyo uruzi ruhumaganye, ntiyiruka yataye umutwe.

Igumana umutima mu nda, naho Yorodani+ rwoyivubira ku munwa.

24 Hari uwoyifata ibona?

Hari uwoyitobora izuru akoresheje imitego?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika