ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 2:23
  • +Kv 12:16; Gus 23:25; Lk 6:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 76

Matayo 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 2:24; Lk 6:2
  • +Kv 20:10; 31:15; Gus 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 76

Matayo 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 21:6; Mr 2:25; Lk 6:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 76

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 18

    15/8/2002, rup. 11-12

Matayo 12:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:30; 40:23
  • +Lw 24:5, 9; Mr 2:26
  • +Kv 29:33; Lk 6:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 76

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 18

Matayo 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:9
  • +Yoh 7:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 76-77

Matayo 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:31, 32; Yoh 2:19

Matayo 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:23
  • +Hs 6:6; Mik 6:6; Mt 9:13

Matayo 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:21; Lw 25:4, 10; Mr 2:28; Lk 6:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 77

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2008, rup. 28

Matayo 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:1; Lk 6:6
  • +Mr 3:4; Lk 14:3; Yoh 9:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 78

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 23-25

Matayo 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:33
  • +Kv 23:4; Gus 22:4; Lk 14:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 78

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 23-25

Matayo 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:31

Matayo 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:10

Matayo 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:1; Mr 3:6; Lk 6:11; Yoh 5:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 78

Matayo 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:7; Lk 6:17

Matayo 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 8:4; Mr 3:12; 7:36

Matayo 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:1; Hg 2:23; Ivk 3:13
  • +Mt 3:17; 17:5
  • +Yes 61:1; Mr 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80

    Niwiyegereze, rup. 151-156

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 39-40

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 23-26

Matayo 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:2; 2Tm 2:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80

Matayo 12:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:28
  • +Hab 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2017, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 8

    1/10/2008, rup. 5

    15/6/2008, rup. 6

    1/8/1998, rup. 28-29

    Yezu ni inzira, rup. 80-81

Matayo 12:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:10; 42:4; Ivk 4:12; Rm 15:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80-81

Matayo 12:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:14
  • +Yoh 7:31

Matayo 12:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:22; Lk 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 113-114

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 11-12

Matayo 12:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 2:25
  • +Mr 3:24; Lk 11:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 11-12

Matayo 12:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 113-114

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 11-12

Matayo 12:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 103

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 114

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 12

Matayo 12:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:20; 1Yh 3:8

Matayo 12:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:24; Mr 3:27; Lk 11:22; 1Yh 4:4

Matayo 12:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:40; Lk 9:50

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 103

Matayo 12:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:28; Ivk 7:51; Heb 6:4, 6; 1Yh 5:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 103

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2007, rup. 19

    15/7/2007, rup. 17-18

Matayo 12:32

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 7:34; Yoh 7:12; 1Tm 1:13
  • +Mr 3:29; Lk 12:10; Heb 10:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 103

Matayo 12:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 7:17; Lk 6:43

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 104

Matayo 12:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:7; 23:33; Lk 3:7
  • +Yb 14:4
  • +Mt 15:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2008, rup. 12

    15/9/2003, rup. 10-11

Matayo 12:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:8
  • +Mt 13:52; Lk 6:45; Yak 3:6

Matayo 12:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 12:14; Rm 14:12; Yud 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 104

Matayo 12:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 13:3; Lk 19:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 104

Matayo 12:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:1; Mr 8:11; Yoh 2:18; 1Kr 1:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 104

Matayo 12:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:3; Mt 16:4; 17:17; Mr 8:38; Yak 4:4
  • +Lk 11:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 104

Matayo 12:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu mutima w’isi.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yon 1:17
  • +Mt 27:63
  • +Mt 16:21; 17:23; Lk 24:46
  • +Mt 27:60; Ef 4:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 104-105

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 17-18

Matayo 12:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:30
  • +Rm 2:27
  • +Yon 3:5

Matayo 12:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:1; 2Ng 9:1
  • +Mt 11:16; 12:6; Lk 11:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 83

Matayo 12:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:24

Matayo 12:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 5:8
  • +Lk 11:26; Yoh 5:14; Heb 6:4, 6; 2Pt 2:20
  • +Mr 8:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 105

Matayo 12:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:55; Mr 3:31; Yoh 2:12; Ivk 1:14; 1Kr 9:5; Gl 1:19

Matayo 12:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umwigisha, rup. 222-223

Matayo 12:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:35; Yoh 14:23; 15:14; 20:17; Rm 8:29; Heb 2:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 105

    Umwigisha, rup. 222-223

Matayo 12:50

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 105

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2010, rup. 4

    1/5/2003, rup. 8

    1/12/1998, rup. 12

    Umwigisha, rup. 222-223

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 12:1Mr 2:23
Mat. 12:1Kv 12:16; Gus 23:25; Lk 6:1
Mat. 12:2Mr 2:24; Lk 6:2
Mat. 12:2Kv 20:10; 31:15; Gus 5:14
Mat. 12:31Sm 21:6; Mr 2:25; Lk 6:3
Mat. 12:4Kv 25:30; 40:23
Mat. 12:4Lw 24:5, 9; Mr 2:26
Mat. 12:4Kv 29:33; Lk 6:4
Mat. 12:5Gh 28:9
Mat. 12:5Yoh 7:22
Mat. 12:6Lk 11:31, 32; Yoh 2:19
Mat. 12:7Mt 23:23
Mat. 12:7Hs 6:6; Mik 6:6; Mt 9:13
Mat. 12:8Kv 34:21; Lw 25:4, 10; Mr 2:28; Lk 6:5
Mat. 12:10Mr 3:1; Lk 6:6
Mat. 12:10Mr 3:4; Lk 14:3; Yoh 9:16
Mat. 12:11Kv 21:33
Mat. 12:11Kv 23:4; Gus 22:4; Lk 14:5
Mat. 12:12Mt 10:31
Mat. 12:13Lk 6:10
Mat. 12:14Mt 27:1; Mr 3:6; Lk 6:11; Yoh 5:18
Mat. 12:15Mr 3:7; Lk 6:17
Mat. 12:16Mt 8:4; Mr 3:12; 7:36
Mat. 12:18Yes 42:1; Hg 2:23; Ivk 3:13
Mat. 12:18Mt 3:17; 17:5
Mat. 12:18Yes 61:1; Mr 1:10
Mat. 12:19Yes 42:2; 2Tm 2:24
Mat. 12:20Mt 11:28
Mat. 12:20Hab 1:4
Mat. 12:21Yes 11:10; 42:4; Ivk 4:12; Rm 15:12
Mat. 12:23Lk 11:14
Mat. 12:23Yoh 7:31
Mat. 12:24Mr 3:22; Lk 11:15
Mat. 12:25Yoh 2:25
Mat. 12:25Mr 3:24; Lk 11:17
Mat. 12:27Mr 3:26
Mat. 12:28Lk 11:20; 1Yh 3:8
Mat. 12:29Yes 49:24; Mr 3:27; Lk 11:22; 1Yh 4:4
Mat. 12:30Mr 9:40; Lk 9:50
Mat. 12:31Mr 3:28; Ivk 7:51; Heb 6:4, 6; 1Yh 5:16
Mat. 12:32Lk 7:34; Yoh 7:12; 1Tm 1:13
Mat. 12:32Mr 3:29; Lk 12:10; Heb 10:26
Mat. 12:33Mt 7:17; Lk 6:43
Mat. 12:34Mt 3:7; 23:33; Lk 3:7
Mat. 12:34Yb 14:4
Mat. 12:34Mt 15:11
Mat. 12:35Yes 32:8
Mat. 12:35Mt 13:52; Lk 6:45; Yak 3:6
Mat. 12:36Ums 12:14; Rm 14:12; Yud 15
Mat. 12:37Img 13:3; Lk 19:22
Mat. 12:38Mt 16:1; Mr 8:11; Yoh 2:18; 1Kr 1:22
Mat. 12:39Yes 57:3; Mt 16:4; 17:17; Mr 8:38; Yak 4:4
Mat. 12:39Lk 11:29
Mat. 12:40Yon 1:17
Mat. 12:40Mt 27:63
Mat. 12:40Mt 16:21; 17:23; Lk 24:46
Mat. 12:40Mt 27:60; Ef 4:9
Mat. 12:41Lk 11:30
Mat. 12:41Rm 2:27
Mat. 12:41Yon 3:5
Mat. 12:421Bm 10:1; 2Ng 9:1
Mat. 12:42Mt 11:16; 12:6; Lk 11:31
Mat. 12:43Lk 11:24
Mat. 12:451Pt 5:8
Mat. 12:45Lk 11:26; Yoh 5:14; Heb 6:4, 6; 2Pt 2:20
Mat. 12:45Mr 8:12
Mat. 12:46Mt 13:55; Mr 3:31; Yoh 2:12; Ivk 1:14; 1Kr 9:5; Gl 1:19
Mat. 12:48Mr 3:33
Mat. 12:49Mr 3:35; Yoh 14:23; 15:14; 20:17; Rm 8:29; Heb 2:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 12:1-50

Matayo

12 Muri ico kiringo Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato+. Abigishwa biwe barasonza hanyuma batangura kumyoza uduhundo tw’intete, bararya+. 2 Abafarizayo ngo babibone bamubwira+ bati: “Ehe abigishwa bawe bariko bakora ibitemewe gukorwa kw’isabato+.” 3 Arababwira ati: “Mbega ntimwasomye ico Dawidi yakoze igihe we hamwe n’abantu bari kumwe na we basonza+? 4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+? 5 Canke ntimwasomye mw’Itegeko+, yuko ku masabato abaherezi mu rusengero bafata isabato nk’iyitari nyeranda, kandi bakaguma ata kibagira+? 6 Mugabo ndababwiye yuko ng’aha hari ikiruta urusengero+. 7 Ariko iyo muba mwaratahuye ico ibi bisobanura ngo: ‘Ico nshaka ni imbabazi+, si ibimazi+,’ ntimwari gutsindisha abatagira ikibagira. 8 Kuko Umwana w’umuntu ari Umukama w’isabato+.”

9 Amaze kuva aho hantu, aja mw’isinagogi yabo; 10 maze haza umugabo yanyunyutse ukuboko+! Nuko bamubaza bati: “Mbega biremewe gukiza kw’isabato?” Aho kwari ukugira ngo baronke ikirego bomurega+. 11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+? 12 Ku bw’ivyo vyose, ibaze ingene umuntu arusha agaciro intama+! Biremewe rero gukora ikintu ciza kw’isabato.” 13 Maze abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Na we arakuramvura, guca kurakira, gusubira kumera neza nk’ukundi+. 14 Mugabo Abafarizayo barasohoka, baja inama yo kumwica+. 15 Yezu abimenye, avayo. Vyongeye, abantu benshi baramukurikira, na we arabakiza bose+, 16 mugabo arabihanikiriza ngo ntibakwiragize ivyiwe+; 17 kugira haranguke ivyavuzwe biciye kuri Yesaya umuhanuzi, uwavuze ati:

18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co. 19 Ntazotongana+ canke ngo avuze urwamo, eka nta n’uwuzokwumva ijwi ryiwe mu mayira yagutse. 20 Ntazojanjagura irenga rimenetse, kandi ntazozimya urutambi ruyenga+, kugeza ashikanye ubutungane+ ku ntsinzi. 21 Egome, izina ryiwe ni ryo amahanga azokwizigira+.”

22 Maze bamuzanira umugabo yiziziwe n’idayimoni, w’impumyi akaba n’ikiragi; na we aramukiza, ku buryo nya mugabo w’ikiragi avuga akongera akabona. 23 Emwe, amasinzi yose agwa mu gahundwe koko, avuga+ ati: “Ubwo uyu ntiyoba ari wa Mwana wa Dawidi+?” 24 Abafarizayo ngo bavyumve, bavuga bati: “Uyo muntu ntiyirukana amadayimoni bidaciye kuri Beyezebuli, umutware w’amadayimoni+.” 25 Amenya ivyiyumviro vyabo+, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bucanyemwo bukirwanya burahona+, kandi igisagara cose canke inzu yose icanyemwo ikirwanya ntizorama. 26 Na Shetani nimba yirukana Shetani, yiciyemwo ibice arirwanya ubwiwe; none ubwami bwiwe buzorama gute? 27 Vyongeye, nimba nirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli+, abana banyu bo bayirukana biciye kuri nde? Ni co gituma bazoba abacamanza banyu. 28 Mugabo nimba nirukana amadayimoni biciye ku mpwemu y’Imana, ubwami bw’Imana rero bwabahwikiye+. 29 Canke umuntu yoshobora gute kwinjira mu nzu y’umuntu w’inguvu akanyaga ibintu atunze, atabanje kumuboha? Ni ho yobona gusahura inzu yiwe+. 30 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+.

31 “Ni co gituma ndababwiye nti: Igicumuro ico ari co cose n’ukurogota ukwo ari kwo kwose abantu bazobibabarirwa, mugabo uwurogota ku mpwemu ntazobibabarirwa+. 32 Nk’akarorero, uwo wese avuga nabi Umwana w’umuntu, azobibabarirwa+; mugabo uwo wese avuga nabi impwemu nyeranda, ntazobibabarirwa, habe namba, haba muri iki gihe* canke mu kizoza+.

33 “Nimutume igiti kiba ciza, n’ivyamwa vyaco mubigire vyiza, canke na ho mutume igiti kiba icaboze, n’ivyamwa vyaco ivyaboze; kuko igiti kimenyekanira ku vyamwa vyaco+. 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+. 35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+. 36 Ndababwiye yuko ijambo ryose ritagira akamaro abantu bavuga, bazoribazwa+ ku Musi w’Urubanza; 37 kuko amajambo yawe ari yo azotuma witwa umugororotsi, kandi amajambo yawe ni yo azogutsindisha+.”

38 Maze bamwe mu banditsi n’Abafarizayo basubizayo bati: “Mwigisha, dushaka kubona ikimenyetso kivuye kuri wewe+.” 39 Abishura ati: “Iyaruka ribi kandi ry’irisambanyi+ riguma rirondera ikimenyetso, mugabo nta kimenyetso rizohabwa atari ikimenyetso ca Yona umuhanuzi+. 40 Kuko nk’uko Yona+ yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini, ni ko n’Umwana w’umuntu+ azomara imisi itatu n’amajoro atatu+ mu nda y’isi*+. 41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona. 42 Wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azohagurutsanywa n’iri yaruka mu rubanza aritsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Salomo+.

43 “Iyo impwemu ihumanye ivuye mu muntu, ica ahantu hagadutse irondera aho kuruhukira, ntiharonke+. 44 Maze iravuga iti: ‘Reka nsubire mu nzu yanje navuyemwo’; kandi ishitse isanga ata kiyibamwo, mugabo ikubuye neza, isharije. 45 Maze iragenda igahitana izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha+, hanyuma zimaze gushika imbere muri nya nzu, zikahaba; maze ivya nyuma vy’uwo muntu bikunyuka kuruta ivya mbere+. Ukwo ni na ko bizogendera iri yaruka ribi+.”

46 Akiriko arabwira iryo sinzi, nyina wiwe na bene wabo+ bahagarara hanze barondera kuvugana na we. 47 Nuko umuntu umwe amubwira ati: “Ehe nyoko wawe na bene wanyu bahagaze hanze, barondera kuvugana nawe.” 48 Yishura uwubimubwiye ati: “Mbega mawe ni nde, kandi bene wacu ni bande+?” 49 Maze aramvura ukuboko akwerekeza ku bigishwa biwe, avuga ati: “Ng’aba mawe na bene wacu+! 50 Kuko uwo wese akora ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru, uwo ni we mwene wacu, na mushikanje, na mawe.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika