ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 39
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 39:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:1
  • +2Bm 25:2; Yr 52:4

Yeremiya 39:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:4; Yr 52:7; Ezk 33:21

Yeremiya 39:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “umukuru w’abakozi bo ku kirimba; umukuru w’abasuku.”

  • *

    Canke, “umukuru w’abanyamageza (kamenyi; uwuragurira ku nyenyeri); umukuru w’abahambaye.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:15

Yeremiya 39:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:25
  • +2Bm 25:4
  • +Gus 1:7

Yeremiya 39:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:4; 38:18
  • +Yos 5:10; Yr 52:8
  • +2Bm 23:33; 25:6, 21; Yr 52:26
  • +Yos 13:5; Abc 3:3; 2Bm 17:24
  • +Yr 52:9

Yeremiya 39:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:7; Yr 52:10
  • +Gus 28:34; Yes 13:16
  • +Yr 21:7; 34:19

Yeremiya 39:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:7; Yr 52:11; Ezk 12:13

Yeremiya 39:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9; 2Ng 36:19; Yes 5:9; Yr 38:18
  • +2Bm 25:10; Neh 1:3; Yr 52:14

Yeremiya 39:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 52:12
  • +2Bm 25:20; Yr 40:1
  • +2Bm 25:11

Yeremiya 39:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 52:16
  • +2Bm 25:12

Yeremiya 39:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 40:4
  • +Img 16:7; 21:1

Yeremiya 39:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:20; Yr 40:1; 52:12

Yeremiya 39:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 38:28
  • +2Bm 25:22; Yr 40:5; 41:2
  • +2Ng 34:20; Yr 26:24
  • +2Bm 22:8

Yeremiya 39:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:2; 36:5; 37:21

Yeremiya 39:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 38:7
  • +2Ng 36:21; Dn 9:12
  • +Zb 91:8

Yeremiya 39:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:1; 50:15; 91:14
  • +2Sm 24:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2012, rup. 31

Yeremiya 39:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:9; 45:5
  • +1Ng 5:20; Zb 37:3, 40; 84:12; Yr 17:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2012, rup. 31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 39:1Ezk 24:1
Yer. 39:12Bm 25:2; Yr 52:4
Yer. 39:22Bm 25:4; Yr 52:7; Ezk 33:21
Yer. 39:3Yr 1:15
Yer. 39:4Gus 28:25
Yer. 39:42Bm 25:4
Yer. 39:4Gus 1:7
Yer. 39:5Yr 32:4; 38:18
Yer. 39:5Yos 5:10; Yr 52:8
Yer. 39:52Bm 23:33; 25:6, 21; Yr 52:26
Yer. 39:5Yos 13:5; Abc 3:3; 2Bm 17:24
Yer. 39:5Yr 52:9
Yer. 39:62Bm 25:7; Yr 52:10
Yer. 39:6Gus 28:34; Yes 13:16
Yer. 39:6Yr 21:7; 34:19
Yer. 39:72Bm 25:7; Yr 52:11; Ezk 12:13
Yer. 39:82Bm 25:9; 2Ng 36:19; Yes 5:9; Yr 38:18
Yer. 39:82Bm 25:10; Neh 1:3; Yr 52:14
Yer. 39:9Yr 52:12
Yer. 39:92Bm 25:20; Yr 40:1
Yer. 39:92Bm 25:11
Yer. 39:10Yr 52:16
Yer. 39:102Bm 25:12
Yer. 39:12Yr 40:4
Yer. 39:12Img 16:7; 21:1
Yer. 39:132Bm 25:20; Yr 40:1; 52:12
Yer. 39:14Yr 38:28
Yer. 39:142Bm 25:22; Yr 40:5; 41:2
Yer. 39:142Ng 34:20; Yr 26:24
Yer. 39:142Bm 22:8
Yer. 39:15Yr 32:2; 36:5; 37:21
Yer. 39:16Yr 38:7
Yer. 39:162Ng 36:21; Dn 9:12
Yer. 39:16Zb 91:8
Yer. 39:17Zb 41:1; 50:15; 91:14
Yer. 39:172Sm 24:14
Yer. 39:18Yr 21:9; 45:5
Yer. 39:181Ng 5:20; Zb 37:3, 40; 84:12; Yr 17:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 39:1-18

Yeremiya

39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.

2 Mu mwaka ugira cumi na rimwe wa Zedekiya, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira icenda w’ukwo kwezi, baca igihengeri mu mpome z’igisagara+. 3 Nuko abaganwa bose b’umwami wa Babiloni barinjira, bicara mw’Irembo ryo Hagati+, ari bo Nerigali-sharezeri, Samugari-nebo, Sarisekimu, Rabusarisi*, Nerigali-sharezeri Rabumagi* n’abaganwa bose b’umwami wa Babiloni basigaye.

4 Zedekiya umwami wa Yuda n’abarwanyi bose ngo bababone, baca barahunga+, basohoka igisagara mw’ijoro baciye mu nzira y’umurima w’umwami+, baciye mw’irembo riri hagati y’uruhome rugizwe na zibiri; baguma basohoka baciye mu nzira ya Araba+. 5 Mugabo inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kuboma inyuma+, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamuduganira Nebukadirezari umwami wa Babiloni i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+. 6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+. 7 Ahumisha amaso ya Zedekiya+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, kugira ngo amujane i Babiloni.

8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+. 9 Amasigarira y’abantu bari basigaye mu gisagara, n’abari bataye bakomoka bakishikana kuri we, n’amasigarira y’abantu bari basigaye, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima+ abajana mu bunyagano i Babiloni+.

10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+.

11 Vyongeye, Nebukadirezari umwami wa Babiloni atanga itegeko ku bijanye na Yeremiya biciye kuri Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima ati: 12 “Mutore, umugumizeko amaso, kandi ntihagire ikintu kibi umugirira+. Mugabo uko azokubwira abe ari ko uzomugirira+.”

13 Nuko Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima, na Nebushazibani Rabusarisi, na Nerigali-sharezeri Rabumagi n’abantu bakurubakuru bose b’umwami wa Babiloni batuma intumwa; 14 egome, batuma gutora Yeremiya mu Kigo c’Abarinzi+ maze bamushikiriza Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, kugira ngo amujane mu nzu yiwe, kugira abe hagati mu bantu.

15 Nuko ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya igihe yari apfungiwe mu Kigo c’Abarinzi+, riti: 16 “Genda ubwire Ebedi-meleki+ Umunyetiyopiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ehe ngira nshitse kuri iki gisagara amajambo yanje kugira ndagiteze ivyago atari ukugira ngo ndakigirire neza+, kandi azorangukira imbere yawe kuri uwo musi+.”’

17 “‘Kandi nzokurokora kuri uwo musi+,’ ni ko Yehova avuze, ‘ntuzotangwa mu kuboko kw’abagabo utinya+.’

18 “‘Kuko nzogukiza ata kabuza, ntuzogwishwa n’inkota; ntuzobura kunyaga amagara yawe+, kuko wanyizigiye+,’ ni ko Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika