ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 27:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:3; Zb 36:9; 43:3; 119:105
  • +Kv 15:2; Zb 68:19
  • +Zb 23:4
  • +Zb 62:6; Yes 12:2; Fp 4:13
  • +Zb 36:1; Rm 8:31; Heb 13:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 22-23

Zaburi 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:4; 22:16
  • +Zb 18:40
  • +Zb 18:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 23-24

Zaburi 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:6
  • +2Ng 20:15
  • +2Ng 32:7
  • +Zb 84:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 23-24

Zaburi 27:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:42
  • +Yr 29:13; Dn 9:3; Mt 7:7
  • +Zb 15:1; 23:6; 65:4; Lk 2:37
  • +Zb 16:11; 50:2; 63:2; 90:17
  • +1Sm 3:3; 1Ng 16:1; Zb 26:8; Heb 12:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 15-16

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 28-29

    15/7/2012, rup. 24

    1/2/2007, rup. 22

Zaburi 27:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:20; 32:7; 57:1; Zf 2:3
  • +Zb 61:4; 119:114
  • +Zb 40:2

Zaburi 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:9; Zb 3:3
  • +Zb 107:22; Heb 13:15
  • +Ef 5:19

Zaburi 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 4:1; 130:2
  • +Zb 5:2; 119:58

Zaburi 27:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 24:6; 105:4; Zf 2:3
  • +Zb 63:1

Zaburi 27:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:17; 143:7; Yes 59:2
  • +Yes 50:1
  • +1Sm 7:12; Zb 46:1
  • +Zb 38:21; 88:1

Zaburi 27:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:8; Mt 10:21
  • +Yes 40:11; 49:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2012, rup. 30-31

    15/7/2012, rup. 24-26

    1/1/1998, rup. 4-5

Zaburi 27:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:36; Zb 25:4; 86:11; Yes 30:20; 54:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 26

Zaburi 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:8; 35:25; 41:2, 11
  • +Zb 35:11; Mt 26:59; Ivk 6:11
  • +Ivk 9:1

Zaburi 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 33:30; Yr 11:19; Ezk 26:20

Zaburi 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:3
  • +Zb 31:24; Yes 40:31
  • +Zb 62:5; 130:5; Rm 15:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2006, rup. 26-27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 27:1Yb 29:3; Zb 36:9; 43:3; 119:105
Zab. 27:1Kv 15:2; Zb 68:19
Zab. 27:1Zb 23:4
Zab. 27:1Zb 62:6; Yes 12:2; Fp 4:13
Zab. 27:1Zb 36:1; Rm 8:31; Heb 13:6
Zab. 27:2Zb 14:4; 22:16
Zab. 27:2Zb 18:40
Zab. 27:2Zb 18:38
Zab. 27:3Zb 3:6
Zab. 27:32Ng 20:15
Zab. 27:32Ng 32:7
Zab. 27:3Zb 84:12
Zab. 27:4Lk 10:42
Zab. 27:4Yr 29:13; Dn 9:3; Mt 7:7
Zab. 27:4Zb 15:1; 23:6; 65:4; Lk 2:37
Zab. 27:4Zb 16:11; 50:2; 63:2; 90:17
Zab. 27:41Sm 3:3; 1Ng 16:1; Zb 26:8; Heb 12:16
Zab. 27:5Zb 31:20; 32:7; 57:1; Zf 2:3
Zab. 27:5Zb 61:4; 119:114
Zab. 27:5Zb 40:2
Zab. 27:62Sm 7:9; Zb 3:3
Zab. 27:6Zb 107:22; Heb 13:15
Zab. 27:6Ef 5:19
Zab. 27:7Zb 4:1; 130:2
Zab. 27:7Zb 5:2; 119:58
Zab. 27:8Zb 24:6; 105:4; Zf 2:3
Zab. 27:8Zb 63:1
Zab. 27:9Zb 69:17; 143:7; Yes 59:2
Zab. 27:9Yes 50:1
Zab. 27:91Sm 7:12; Zb 46:1
Zab. 27:9Zb 38:21; 88:1
Zab. 27:10Zb 69:8; Mt 10:21
Zab. 27:10Yes 40:11; 49:15
Zab. 27:111Bm 8:36; Zb 25:4; 86:11; Yes 30:20; 54:13
Zab. 27:12Zb 31:8; 35:25; 41:2, 11
Zab. 27:12Zb 35:11; Mt 26:59; Ivk 6:11
Zab. 27:12Ivk 9:1
Zab. 27:13Yb 33:30; Yr 11:19; Ezk 26:20
Zab. 27:14Zb 25:3
Zab. 27:14Zb 31:24; Yes 40:31
Zab. 27:14Zb 62:5; 130:5; Rm 15:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 27:1-14

Zaburi

Ni izaburi ya Dawidi.

27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.

Ni nde nzotinya+?

Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.

Ni nde nzogirira ubwoba+?

 2 Igihe inkozi z’ikibi zari zegereye zimpiga ngo zirye inyama zanje+,

Abo bakaba ari abarwanizi banje be n’abansi banje ubwanje+,

Bo ubwabo baratsitaye baragwa+.

 3 Naho ikambi yoshinga ihema ngo intere+,

Umutima wanje ntuzotinya+.

Naho hovyuka intambara yo kuntera+,

N’ico gihe nyene nzoguma nizigiye+.

 4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,

Ni co nzorondera+,

Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,

Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+

No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+.

 5 Kuko azonyegeza mu bwikingo bwiwe ku musi w’ivyago+;

Azompisha ahihishije h’ihema ryiwe+;

Azonshira hejuru ku gitandara+.

 6 Maze umutwe wanje uzoba hejuru cane y’abansi banje irya n’ino yanje+;

Kandi kw’ihema ryiwe nzoshikana ibimazi vy’akaruru k’umunezero+;

Nzoririmba nongere mpibongoreze Yehova+.

 7 Niwumve, Yehova we, igihe mpamagara n’ijwi ryanje+,

Ungirire ubutoni kandi unyishure+.

 8 Ku bikwerekeye umutima wanje wavuze uti: “Nimurondere mu maso hanje+.”

Mu maso hawe, ewe Yehova, nzoharondera+.

 9 Ntumpishe mu maso hawe+.

Ntiwigizeyo umusavyi wawe washavuye+.

Numbere imfashanyo+.

Ntumpebe, ntunte, ewe Mana y’ubukiriro bwanje+!

10 Hamwe data na mama bonta+,

Yehova ubwiwe yonyitorera+.

11 Nyigisha inzira yawe, Yehova we+,

Unyobore mu munyuro w’ukugororoka, kubera abansi banje.

12 Ntunshire mu maboko y’abarwanizi banje ngo bangire uko bagomba+;

Kuko ivyabona vy’ikinyoma bimpagurukiye+,

Be n’uwusuka ubukazi+.

13 Iyo ntaba nizeye kubona ukumera neza kwa Yehova mu gihugu c’abazima+...!

14 Niwizigire Yehova+; gira umutima rugabo kandi umutima wawe ukomere+.

Egome, niwizigire Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika