ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 69
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 69:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:akajambo k’intangamarara

Zaburi 69:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 144:7; Int 3:54; Yon 2:5; Ivh 12:15

Zaburi 69:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:2; 88:6; Yr 38:6
  • +Zb 32:6; Yon 2:3

Zaburi 69:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:6; 22:2
  • +Zb 25:21; 119:82, 123; Yes 38:14

Zaburi 69:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:19; Lk 23:22; Yoh 15:25
  • +Zb 35:12; 109:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 11

    1/6/2006, rup. 11

Zaburi 69:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 16:17

Zaburi 69:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:3; 35:26
  • +Zb 24:10
  • +Yes 49:23
  • +Zb 72:18; Ivk 13:17

Zaburi 69:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:6; 44:22; Yr 15:15; Mt 5:11
  • +Yes 50:6; 53:3; Mt 26:67; 27:29

Zaburi 69:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:13; Zb 31:11; Mt 26:56; Yoh 1:11; 7:5
  • +1Sm 17:28; Mik 7:6

Zaburi 69:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:10; Zb 119:139; Mt 21:12; Mr 11:15; Yoh 2:17
  • +Img 27:11; Rm 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2010, rup. 8-9

Zaburi 69:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:13; 109:24
  • +Zb 102:8

Zaburi 69:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:7; Zb 44:14; Yr 24:9

Zaburi 69:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 23:2
  • +Yb 30:9; Mr 15:19

Zaburi 69:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 5:7
  • +Yes 49:8; 55:6; 2Kr 6:2
  • +Zb 68:20

Zaburi 69:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:2; Int 3:55
  • +Zb 25:19; 35:19
  • +Zb 144:7

Zaburi 69:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:2
  • +Gh 16:33; Zb 16:10

Zaburi 69:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:7; 63:3; 109:21
  • +Zb 25:16; 86:16

Zaburi 69:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:9; 102:2
  • +Zb 31:9; 40:13; 70:1

Zaburi 69:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 6:23
  • +Yos 7:9

Zaburi 69:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:6; Yes 53:3; Heb 12:2
  • +Yoh 8:49

Zaburi 69:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:10
  • +Zb 142:4; 2Tm 4:16
  • +Yb 19:14

Zaburi 69:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:34; Mr 15:23
  • +Mt 27:48; Mr 15:36; Lk 23:36; Yoh 19:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 15

Zaburi 69:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:9
  • +1Pt 2:8

Zaburi 69:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:9; Yoh 12:40; Ivk 28:26; 2Kr 3:14
  • +Gus 28:65; Ezk 29:7; Rm 11:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 10

Zaburi 69:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:35; 1Ts 2:16; Ivh 16:1
  • +Zb 21:9

Zaburi 69:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:8; Yr 7:12; Mt 23:38; 24:2
  • +Ivk 1:20

Zaburi 69:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:9; Zb 109:16; Yes 53:4; Zk 1:15

Zaburi 69:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:17; Yes 13:11; 2Tm 4:14
  • +Yes 26:10

Zaburi 69:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:33; Ivh 22:19
  • +Ezk 13:9; Fp 4:3; Ivh 3:5; 13:8

Zaburi 69:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:22
  • +Zb 18:3

Zaburi 69:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:7
  • +Zb 34:3; 50:23

Zaburi 69:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:13
  • +Hs 14:2

Zaburi 69:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:2
  • +Zb 22:26

Zaburi 69:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:17; 102:17; Yes 66:2; Lk 4:18
  • +Zb 107:10; 146:7; Yes 61:1; Zk 9:11; Ivk 5:19; 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2008, rup. 12

Zaburi 69:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:1; 96:11; 148:1; Yes 44:23; 49:13
  • +Zb 148:7

Zaburi 69:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:18; Yes 14:32; 44:26
  • +Yr 33:10; Ezk 36:35
  • +Yr 33:11

Zaburi 69:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:28; Yes 61:9; 66:22
  • +Zb 91:14; Yak 1:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 69:akajambo k’intangamararaZb 45:akajambo k’intangamarara
Zab. 69:1Zb 144:7; Int 3:54; Yon 2:5; Ivh 12:15
Zab. 69:2Zb 40:2; 88:6; Yr 38:6
Zab. 69:2Zb 32:6; Yon 2:3
Zab. 69:3Zb 6:6; 22:2
Zab. 69:3Zb 25:21; 119:82, 123; Yes 38:14
Zab. 69:4Zb 35:19; Lk 23:22; Yoh 15:25
Zab. 69:4Zb 35:12; 109:3
Zab. 69:5Yr 16:17
Zab. 69:6Zb 25:3; 35:26
Zab. 69:6Zb 24:10
Zab. 69:6Yes 49:23
Zab. 69:6Zb 72:18; Ivk 13:17
Zab. 69:7Zb 22:6; 44:22; Yr 15:15; Mt 5:11
Zab. 69:7Yes 50:6; 53:3; Mt 26:67; 27:29
Zab. 69:8Yb 19:13; Zb 31:11; Mt 26:56; Yoh 1:11; 7:5
Zab. 69:81Sm 17:28; Mik 7:6
Zab. 69:91Bm 19:10; Zb 119:139; Mt 21:12; Mr 11:15; Yoh 2:17
Zab. 69:9Img 27:11; Rm 15:3
Zab. 69:10Zb 35:13; 109:24
Zab. 69:10Zb 102:8
Zab. 69:111Bm 9:7; Zb 44:14; Yr 24:9
Zab. 69:12Lk 23:2
Zab. 69:12Yb 30:9; Mr 15:19
Zab. 69:13Heb 5:7
Zab. 69:13Yes 49:8; 55:6; 2Kr 6:2
Zab. 69:13Zb 68:20
Zab. 69:14Zb 69:2; Int 3:55
Zab. 69:14Zb 25:19; 35:19
Zab. 69:14Zb 144:7
Zab. 69:15Yes 43:2
Zab. 69:15Gh 16:33; Zb 16:10
Zab. 69:16Zb 36:7; 63:3; 109:21
Zab. 69:16Zb 25:16; 86:16
Zab. 69:17Zb 27:9; 102:2
Zab. 69:17Zb 31:9; 40:13; 70:1
Zab. 69:18Yb 6:23
Zab. 69:18Yos 7:9
Zab. 69:19Zb 22:6; Yes 53:3; Heb 12:2
Zab. 69:19Yoh 8:49
Zab. 69:20Zb 42:10
Zab. 69:20Zb 142:4; 2Tm 4:16
Zab. 69:20Yb 19:14
Zab. 69:21Mt 27:34; Mr 15:23
Zab. 69:21Mt 27:48; Mr 15:36; Lk 23:36; Yoh 19:29
Zab. 69:22Rm 11:9
Zab. 69:221Pt 2:8
Zab. 69:23Yes 6:9; Yoh 12:40; Ivk 28:26; 2Kr 3:14
Zab. 69:23Gus 28:65; Ezk 29:7; Rm 11:10
Zab. 69:24Mt 23:35; 1Ts 2:16; Ivh 16:1
Zab. 69:24Zb 21:9
Zab. 69:251Bm 9:8; Yr 7:12; Mt 23:38; 24:2
Zab. 69:25Ivk 1:20
Zab. 69:262Ng 28:9; Zb 109:16; Yes 53:4; Zk 1:15
Zab. 69:27Zb 109:17; Yes 13:11; 2Tm 4:14
Zab. 69:27Yes 26:10
Zab. 69:28Kv 32:33; Ivh 22:19
Zab. 69:28Ezk 13:9; Fp 4:3; Ivh 3:5; 13:8
Zab. 69:29Zb 109:22
Zab. 69:29Zb 18:3
Zab. 69:30Zb 28:7
Zab. 69:30Zb 34:3; 50:23
Zab. 69:31Zb 50:13
Zab. 69:31Hs 14:2
Zab. 69:32Zb 34:2
Zab. 69:32Zb 22:26
Zab. 69:33Zb 10:17; 102:17; Yes 66:2; Lk 4:18
Zab. 69:33Zb 107:10; 146:7; Yes 61:1; Zk 9:11; Ivk 5:19; 12:7
Zab. 69:34Zb 19:1; 96:11; 148:1; Yes 44:23; 49:13
Zab. 69:34Zb 148:7
Zab. 69:35Zb 51:18; Yes 14:32; 44:26
Zab. 69:35Yr 33:10; Ezk 36:35
Zab. 69:35Yr 33:11
Zab. 69:36Zb 102:28; Yes 61:9; 66:22
Zab. 69:36Zb 91:14; Yak 1:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 69:1-36

Zaburi

Ku muyobozi, ku Malisi+. Ni izaburi ya Dawidi.

69 Nkiza Mana, kuko amazi yaje agashika no ku buzima bwanje+.

 2 Ndanyitse mu rwondo rugera kure, ahatagira aho guhagarara+.

Ninjiye mu mazi maremare,

Kandi umugezi utemba urankukumuye+.

 3 Narushe no gusemerera+;

Umuhogo wanje wasaraye.

Amaso yanje yagwabiye ndindiriye Imana yanje+.

 4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.

Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.

Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.

 5 Ewe Mana, wewe ubwawe waramenye ubupfu bwanje,

Kandi ukwagirwa n’icaha kwanje ntiwakunyegejwe+.

 6 Ese abakwizigira batomaramara kubera jewe+,

Ewe Mukama Segaba, Yehova nyen’ingabo+!

Ese abakurondera batoteterwa kubera jewe+,

Ewe Mana ya Isirayeli+!

 7 Kuko nikoreye iceyi kubera wewe+,

Agateterwe kampfutse mu maso+.

 8 Nsigaye ninubwa na bene wacu+,

Nkaba n’umunyamahanga kuri bene mama+.

 9 Kuko umwete w’inzu yawe wandiye+,

Kandi ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+.

10 Natanguye kurira hariko n’ukwisonzesha kwanje+,

Mugabo vyamviriyemwo iceyi+.

11 Igihe nagira igunira icambarwa canje,

Nacitse iciro ry’umugani kuri bo+.

12 Abicaye mw’irembo batanguye kurazwa ishinga nanje+,

Kandi ni je nari indirimbo z’abanywi b’inzoga iboreza+.

13 Nayo jewe, isengesho ryanje naritura wewe, ewe Yehova+,

Ku gihe cemerwa, ewe Mana+!

Mu bwinshi bw’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe nunyishurane ukuri kw’ubukiriro bwawe+.

14 Ndokora unkure mu rwondo, kugira ngo sinyike+.

Ese norokorwa ngakizwa abanyanka+ be n’amazi maremare+.

15 Ese umugezi utemba w’amazi utonkukumura+,

Canke ngo ibwina hamire,

Canke ngo iriba rindumanirizeko akanwa karyo+.

16 Nunyishure, Yehova we, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore+.

Nk’uko imbabazi zawe ari indiri, nuhindukirire aho ndi+,

17 Kandi ntuhishe mu maso hawe umusavyi wawe+.

Kubera ko ngeze habi, nunyishure ningoga+.

18 Egera ubuzima bwanje, ubuhabuze+;

Nuncungure kubera abansi banje+.

19 Wewe ubwawe waramenye iceyi canje n’ibimaramare vyanje n’agateterwe kanje+.

Abanyanka bose bari imbere yawe+.

20 Iceyi cavunye umutima wanje, kandi igikomere ntigikira+.

Naguma nizigiye ko hagira uwunyumvira ikibabarwe, mugabo ntihaboneka n’umwe+;

Naguma nizigiye ko haba abahoza, mugabo sinaronka n’umwe+.

21 Mugabo bampaye igiterwa c’ubumara ngo kimbere ibifungurwa+,

Bagerageza kunywesha inkarihe ngo banzimye inyota+.

22 Imeza yabo nibe umutego imbere yabo+,

Icotumye bamererwa neza na co kibe umushibuka+.

23 Amaso yabo nacure umwiza kugira ngo ntibabone+;

Nutume amafyinga yabo anyoganyoga nantaryo+.

24 Nubasukeko imisibo yawe+,

Ishavu ryawe rirurumba ribahamvye+.

25 Ikambi yabo izitijwe uruhome nicike umusaka+;

Mu mahema yabo ntihaboneke uwuhaba+.

26 Kuko umuntu wewe ubwawe wakubise ari we bakurikiranye+,

Imibabaro y’abo watobekeranije ikaba ari yo baguma badonda.

27 Ongera ikosa kw’ikosa ryabo+,

Kandi ntibinjire mu bugororotsi bwawe+.

28 Nibahanagurwe mu gitabu c’abazima+,

Kandi ntibandikwemwo hamwe n’abagororotsi+.

29 Mugabo jewe ndi umurushwa kandi ndasasatwa+.

Ewe Mana, ubukiriro bwawe nibunkingire+.

30 Nzoshemeza izina ry’Imana n’ururirimbo+,

Kandi nzoyininaharisha ugukenguruka+.

31 Ivyo kandi bizohimbara Yehova kuruta ishūri+,

Kuruta ikimasa c’amahembe, gisatuye ikinono+.

32 Abatekereza ntibazobura kubibona; bazonezerwa+.

Mwebwe murondera Imana, umutima wanyu nubandanye kubaho+.

33 Kuko Yehova yumviriza aboro+,

Kandi ntazogenda asuzuguye imbohe ziwe+.

34 Ijuru n’isi nibimushemeze+,

Ibiyaga n’ibigendera muri vyo vyose+.

35 Kuko Imana ubwayo izokiza Siyoni+,

Yubake ibisagara vya Yuda+;

Kandi ntibazobura kwiberayo, bahigarurire+.

36 Uruvyaro rw’abasavyi bayo ruzohatorana+,

Kandi abakunda izina ryayo ni bo bazohaba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika