ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 24
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 24:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:23
  • +Lw 10:1
  • +Kv 28:1
  • +Gh 3:2

1 Ngoma 24:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:23
  • +Gh 26:61
  • +Gh 16:39

1 Ngoma 24:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:8
  • +2Sm 8:17
  • +1Kr 14:33

1 Ngoma 24:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:33; 18:18; Ivk 1:26
  • +Mt 26:3

1 Ngoma 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:3; 2Ng 34:13
  • +1Bm 2:35
  • +2Sm 8:17
  • +2Sm 19:11; 1Bm 1:7
  • +1Ng 23:24
  • +Lw 10:12; Gh 16:39
  • +1Ng 6:3

1 Ngoma 24:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 11:10

1 Ngoma 24:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:5

1 Ngoma 24:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 9:25; 2Ng 23:18
  • +Lk 1:8, 23
  • +2Bm 11:9; 1Kr 14:40

1 Ngoma 24:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:18
  • +1Ng 23:16; 26:24

1 Ngoma 24:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 23:17

1 Ngoma 24:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:27
  • +1Ng 23:18

1 Ngoma 24:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:58; 1Ng 15:9
  • +1Ng 23:19; 26:31

1 Ngoma 24:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 23:20

1 Ngoma 24:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:11; Kv 6:19
  • +1Ng 6:19
  • +1Ng 23:21

1 Ngoma 24:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 23:22

1 Ngoma 24:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:47
  • +1Ng 23:23
  • +1Ng 23:11

1 Ngoma 24:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 18:10; 1Ng 25:8; Img 16:33; Ivk 1:26
  • +1Ng 26:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 24:1Kv 6:23
1 Ngo. 24:1Lw 10:1
1 Ngo. 24:1Kv 28:1
1 Ngo. 24:1Gh 3:2
1 Ngo. 24:2Kv 6:23
1 Ngo. 24:2Gh 26:61
1 Ngo. 24:2Gh 16:39
1 Ngo. 24:31Ng 6:8
1 Ngo. 24:32Sm 8:17
1 Ngo. 24:31Kr 14:33
1 Ngo. 24:5Img 16:33; 18:18; Ivk 1:26
1 Ngo. 24:5Mt 26:3
1 Ngo. 24:61Bm 4:3; 2Ng 34:13
1 Ngo. 24:61Bm 2:35
1 Ngo. 24:62Sm 8:17
1 Ngo. 24:62Sm 19:11; 1Bm 1:7
1 Ngo. 24:61Ng 23:24
1 Ngo. 24:6Lw 10:12; Gh 16:39
1 Ngo. 24:61Ng 6:3
1 Ngo. 24:7Neh 11:10
1 Ngo. 24:10Lk 1:5
1 Ngo. 24:191Ng 9:25; 2Ng 23:18
1 Ngo. 24:19Lk 1:8, 23
1 Ngo. 24:192Bm 11:9; 1Kr 14:40
1 Ngo. 24:20Kv 6:18
1 Ngo. 24:201Ng 23:16; 26:24
1 Ngo. 24:211Ng 23:17
1 Ngo. 24:22Gh 3:27
1 Ngo. 24:221Ng 23:18
1 Ngo. 24:23Gh 26:58; 1Ng 15:9
1 Ngo. 24:231Ng 23:19; 26:31
1 Ngo. 24:241Ng 23:20
1 Ngo. 24:26It 46:11; Kv 6:19
1 Ngo. 24:261Ng 6:19
1 Ngo. 24:261Ng 23:21
1 Ngo. 24:281Ng 23:22
1 Ngo. 24:301Ng 6:47
1 Ngo. 24:301Ng 23:23
1 Ngo. 24:301Ng 23:11
1 Ngo. 24:31Yos 18:10; 1Ng 25:8; Img 16:33; Ivk 1:26
1 Ngo. 24:311Ng 26:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 24:1-31

1 Ngoma

24 Nuko bene Aroni bagaburwa mu mice. Bene Aroni bari Nadabu+ na Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+. 2 Ariko Nadabu na Abihu+ bapfa imbere ya se+; nta bahungu bari bararonse, mugabo Eleyazari+ na Itamari babandanya gukora ari abaherezi. 3 Dawidi, na Zadoki+ wo muri bene Eleyazari, na Ahimeleki+ wo muri bene Itamari, babagabura mu mice ku bw’ibanga ryabo mu gikorwa cabo+. 4 Mugabo bene Eleyazari bari bafise abakuru benshi kurusha bene Itamari. Nuko barabagabanganya ku buryo bene Eleyazari baronka cumi na batandatu ngo babe abakuru b’amazu ya ba sekuru, bene Itamari na bo baronka umunani ngo babe abakuru b’amazu ya ba sekuru yabo.

5 Vyongeye, babagabanganya biciye ku bupfindo+, bano kumwe na bariya, kuko hategerezwa kubaho abakuru b’ahantu heranda+ n’abakuru bakorera Imana y’ukuri mu bahungu ba Eleyazari no mu bahungu ba Itamari. 6 Maze Shemaya mwene Netaneli, umunyamabanga+ w’Abalewi, abandikira imbere y’umwami n’abaganwa n’imbere ya Zadoki+ umuherezi na Ahimeleki+ mwene Abiyatari+ n’imbere y’abakuru ba ba se b’abaherezi n’ab’Abalewi+, hagatorwa inzu ya ba sekuru imwe ku bwa Eleyazari+ hagatorwa n’imwe ku bwa Itamari+.

7 Nuko ubupfindo burasohoka: ubwa mbere buba ubwa Yehoyaribu+; ubugira kabiri buba ubwa Yedaya, 8 ubugira gatatu buba ubwa Harimu, ubugira kane buba ubwa Seworimu, 9 ubugira gatanu buba ubwa Malikiya, ubugira gatandatu buba ubwa Miyamini, 10 ubugira indwi buba ubwa Hakozi, ubugira umunani buba ubwa Abiya+, 11 ubugira icenda buba ubwa Yeshuwa, ubugira cumi buba ubwa Shekaniya, 12 ubugira cumi na rimwe buba ubwa Eliyashibu, ubugira cumi na kabiri buba ubwa Yakimu, 13 ubugira cumi na gatatu buba ubwa Hupa, ubugira cumi na kane buba ubwa Yeshebeyabu, 14 ubugira cumi na gatanu buba ubwa Biliga, ubugira cumi na gatandatu buba ubwa Imeri, 15 ubugira cumi n’indwi buba ubwa Heziri, ubugira cumi n’umunani buba ubwa Hapizezi, 16 ubugira cumi n’icenda buba ubwa Petahiya, ubugira mirongo ibiri buba ubwa Yehezikeli, 17 ubugira mirongo ibiri na rimwe buba ubwa Yakini, ubugira mirongo ibiri na kabiri buba ubwa Gamuli, 18 ubugira mirongo ibiri na gatatu buba ubwa Delaya, ubugira mirongo ibiri na kane buba ubwa Mayaziya.

19 Ayo ni yo yari amabanga+ yabo ku bw’igikorwa+ cabo, kugira ngo binjire mu nzu ya Yehova, hakurikijwe uburenganzira bwabo+ bwatanzwe n’ukuboko kwa Aroni sekuruza wabo, nk’uko Yehova Imana ya Isirayeli yari yaramutegetse.

20 Muri bene Lewi bari basigaye: muri bene Amuramu+ hari Shubayeli+; muri bene Shubayeli hari Yehideya; 21 kuri Rehabiya+: muri bene Rehabiya hari Ishiya umukuru; 22 mu Bizihari+ hari Shelomoti+; muri bene Shelomoti hari Yahati; 23 bene Heburoni+: Yeriya+ umukuru, Amariya uwugira kabiri, Yahaziyeli uwugira gatatu na Yekameyamu uwugira kane. 24 Bene Uziyeli: Mika; muri bene Mika+ hari Shamiri. 25 Mwene wabo na Mika yari Ishiya; muri bene Ishiya hari Zekariya.

26 Bene Merari+ bari Mahili+ na Mushi+; bene Yayaziya: Beno. 27 Bene Merari: Kuri Yayaziya hari Beno na Shohamu na Zakuri na Iburi. 28 Kuri Mahili hari Eleyazari, uwutaronse abahungu+. 29 Kuri Kishi: bene Kishi: Yerahimeyeli. 30 Bene Mushi bari Mahili+ na Ederi na Yerimoti+.

Abo ni bo bari abahungu b’Abalewi hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo. 31 Na bo nyene bapfinda ubupfindo+ neza na neza nk’uko bene wabo abahungu ba Aroni bagize imbere ya Dawidi umwami n’imbere ya Zadoki na Ahimeleki n’imbere y’abakuru b’amazu ya ba sekuru b’abaherezi n’ab’Abalewi. Na ho ku bijanye n’amazu ya ba sekuru+, umukuru yafatwa cokimwe na mwene wabo mutoyi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika