ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hagayi 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hagayi 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 4:24; Zk 1:1
  • +Ezr 5:1; 6:14
  • +1Ng 3:19; Ezr 3:2; 5:2; Mt 1:12
  • +1Ng 3:17; Lk 3:27
  • +Ezr 1:8; 5:14
  • +Zk 3:1; 6:11
  • +1Ng 6:15

Hagayi 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 1:3; 2Bm 6:17
  • +Ezr 4:4, 23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 3

    15/4/2006, rup. 21-22

    1/1/1997, rup. 18

Hagayi 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:2
  • +Yr 26:18; 52:13; Dn 9:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2006, rup. 21-22

Hagayi 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 19:30; Zb 119:59; Int 3:40; Mal 2:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2006, rup. 22, 27

Hagayi 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:38; Am 4:9
  • +Lw 26:26; Ezk 4:16
  • +Ums 5:6; Yak 4:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2007, rup. 8-9

    15/4/2006, rup. 22

Hagayi 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hg 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2001, rup. 9

Hagayi 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 2:8; Ezr 3:7
  • +Ezr 5:2; 6:15; Zk 1:16
  • +1Bm 9:3; 2Ng 7:16
  • +Kv 29:43; Zb 29:9; Yes 60:13

Hagayi 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 17:11; Hs 8:7
  • +Yes 40:7; Mal 2:2
  • +Yb 10:2; 1Kr 11:31; Yak 4:1; Ivh 3:19
  • +Neh 10:39; Hg 1:4; Fp 2:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2006, rup. 27-28

Hagayi 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:19; Gus 28:23; 1Bm 8:35

Hagayi 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:7; Hs 2:8
  • +Gus 28:20; Yw 1:11

Hagayi 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:2
  • +1Ng 6:15
  • +Yr 7:23; Heb 3:7
  • +Ezr 5:1; 6:14
  • +Zb 112:1; Img 1:7; Ums 12:13; Ivk 9:31; Heb 12:28

Hagayi 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:15; Yes 44:26
  • +Yr 1:17; 2Kr 5:20
  • +2Ng 15:2; Zb 46:7; Yes 8:10; Rm 8:31

Hagayi 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:1, 5; Zk 4:6; Fp 2:13
  • +Zk 3:6; 6:13
  • +Ezr 5:2; Zk 6:15; Heb 13:21

Hagayi 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hg 1:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hag. 1:1Ezr 4:24; Zk 1:1
Hag. 1:1Ezr 5:1; 6:14
Hag. 1:11Ng 3:19; Ezr 3:2; 5:2; Mt 1:12
Hag. 1:11Ng 3:17; Lk 3:27
Hag. 1:1Ezr 1:8; 5:14
Hag. 1:1Zk 3:1; 6:11
Hag. 1:11Ng 6:15
Hag. 1:21Sm 1:3; 2Bm 6:17
Hag. 1:2Ezr 4:4, 23
Hag. 1:4Yr 26:18; 52:13; Dn 9:17
Hag. 1:42Sm 7:2
Hag. 1:5Abc 19:30; Zb 119:59; Int 3:40; Mal 2:2
Hag. 1:6Gus 28:38; Am 4:9
Hag. 1:6Lw 26:26; Ezk 4:16
Hag. 1:6Ums 5:6; Yak 4:2
Hag. 1:7Hg 1:5
Hag. 1:82Ng 2:8; Ezr 3:7
Hag. 1:8Ezr 5:2; 6:15; Zk 1:16
Hag. 1:81Bm 9:3; 2Ng 7:16
Hag. 1:8Kv 29:43; Zb 29:9; Yes 60:13
Hag. 1:9Yes 17:11; Hs 8:7
Hag. 1:9Yes 40:7; Mal 2:2
Hag. 1:9Yb 10:2; 1Kr 11:31; Yak 4:1; Ivh 3:19
Hag. 1:9Neh 10:39; Hg 1:4; Fp 2:21
Hag. 1:10Lw 26:19; Gus 28:23; 1Bm 8:35
Hag. 1:11Yes 24:7; Hs 2:8
Hag. 1:11Gus 28:20; Yw 1:11
Hag. 1:12Ezr 5:2
Hag. 1:121Ng 6:15
Hag. 1:12Yr 7:23; Heb 3:7
Hag. 1:12Ezr 5:1; 6:14
Hag. 1:12Zb 112:1; Img 1:7; Ums 12:13; Ivk 9:31; Heb 12:28
Hag. 1:132Ng 36:15; Yes 44:26
Hag. 1:13Yr 1:17; 2Kr 5:20
Hag. 1:132Ng 15:2; Zb 46:7; Yes 8:10; Rm 8:31
Hag. 1:14Ezr 1:1, 5; Zk 4:6; Fp 2:13
Hag. 1:14Zk 3:6; 6:13
Hag. 1:14Ezr 5:2; Zk 6:15; Heb 13:21
Hag. 1:15Hg 1:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Hagayi 1:1-15

Hagayi

1 Mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo umwami+, mu kwezi kugira gatandatu, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, biciye kuri Hagayi+ ijambo rya Yehova riza kuri Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+, buramatari wa Yuda+, no kuri Yosuwa+ mwene Yehozadaki+ umuherezi mukuru, riti:

2 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo*+ avuze: ‘Aba bantu bavuze bati: “Igihe ntikiragera, igihe c’uko inzu ya Yehova yubakwa+.”’”

3 Ijambo rya Yehova ribandanya kuza biciye kuri Hagayi umuhanuzi, riti: 4 “Mbega ubu ni igihe c’uko mwebwe mwibera mu mazu yanyu yometseko imbaho+ kandi iyi nzu ari umusaka+? 5 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Nimushire umutima ku nzira zanyu+. 6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”

7 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Nimushire umutima ku nzira zanyu+.’

8 “‘Nimuduge ku musozi, muzane imbaho+ maze mwubake iyo nzu+, kugira ngo mpimbarwe na yo+ nongere ninahazwe+,’ ni ko Yehova avuze.”

9 “‘Mwari mwiteze vyinshi, mugabo ehe habonetse bike+; mwarabizanye i muhira, nanje ndabihuha+—kubera iki+?’, ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. ‘Kubera inzu yanje ari umusaka, namwe mukaguma mwiruka, umwe wese aronderera inzu yiwe bwite+. 10 Ni co gituma amajuru yagumije ikime cayo hejuru yanyu, n’isi ikagumya umwimbu wayo+. 11 Nagumye mpamagara uruzuba ngo ruze kw’isi, ku misozi, ku ntete, ku muvinyu mushasha+, ku mavuta, ku vyo ubutaka bwokwamye, ku muntu yakuwe mw’ivu, ku gitungwa no ku vyo amaboko acumukurira vyose+.’”

12 Nuko Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli, na Yosuwa mwene Yehozadaki+ umuherezi mukuru, n’amasigarira yose y’ico gisata, bumviriza ijwi rya Yehova Imana yabo+, n’amajambo ya Hagayi+ umuhanuzi, kuko Yehova Imana yabo yari yamutumye; maze abantu batangura gutinya kubera Yehova+.

13 Hagayi intumwa+ ya Yehova yongera kubwira abantu nk’uko nyene yari yatumwe na Yehova+, ati: “‘Ndi kumwe namwe+,’ ni ko Yehova avuze.”

14 Maze Yehova akabura impwemu+ ya Zerubabeli mwene Sheyalutiyeli, buramatari wa Yuda, n’impwemu ya Yosuwa+ mwene Yehozadaki umuherezi mukuru, be n’impwemu y’amasigarira yose y’ico gisata; nuko batangura kwinjira no gukora igikorwa mu nzu ya Yehova nyen’ingabo Imana yabo+. 15 Hari ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwezi kugira gatandatu, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+ umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika