ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:22; 47:4; Ezk 26:3; 27:2; Yw 3:4; Am 1:9; Zk 9:4
  • +2Ng 9:21; Zb 48:7; Yes 2:16; Ezk 27:25
  • +Ezk 27:3
  • +It 10:4; Yr 2:10; Ezk 27:6; Dn 11:30

Yesaya 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 27:8

Yesaya 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:18
  • +Ezk 27:33; 28:4; Yw 3:5

Yesaya 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:15; Ezk 27:8
  • +Yr 47:4

Yesaya 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:1, 16
  • +Ezk 26:15; 27:35; 28:19

Yesaya 23:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:24; Zb 94:2
  • +Ezk 28:2

Yesaya 23:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:24; 46:10
  • +Dn 4:37; Yak 4:6
  • +Yb 12:21; Zb 107:40

Yesaya 23:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:1
  • +Ezk 26:14, 17

Yesaya 23:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; Ezk 27:34
  • +Ezk 26:5, 15

Yesaya 23:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:13
  • +It 10:15
  • +Ezk 27:6; Dn 11:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2007, rup. 17

Yesaya 23:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:31; Yes 13:19; 47:1; Hab 1:6
  • +2Bm 17:24; Yes 10:12; 30:31; Nah 3:18; Zf 2:13
  • +Yes 13:21
  • +Ezk 26:8
  • +Ezk 26:9
  • +Ezk 26:12

Yesaya 23:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:1

Yesaya 23:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:11; 27:3, 6

Yesaya 23:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 7:10; Yr 30:14

Yesaya 23:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 1:7
  • +Nah 3:4

Yesaya 23:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:18
  • +Yb 27:17; Ums 2:26
  • +Yes 60:5; 61:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 23:1Yr 25:22; 47:4; Ezk 26:3; 27:2; Yw 3:4; Am 1:9; Zk 9:4
Yes. 23:12Ng 9:21; Zb 48:7; Yes 2:16; Ezk 27:25
Yes. 23:1Ezk 27:3
Yes. 23:1It 10:4; Yr 2:10; Ezk 27:6; Dn 11:30
Yes. 23:2Ezk 27:8
Yes. 23:3Yr 2:18
Yes. 23:3Ezk 27:33; 28:4; Yw 3:5
Yes. 23:4It 10:15; Ezk 27:8
Yes. 23:4Yr 47:4
Yes. 23:5Yes 19:1, 16
Yes. 23:5Ezk 26:15; 27:35; 28:19
Yes. 23:8Gus 29:24; Zb 94:2
Yes. 23:8Ezk 28:2
Yes. 23:9Yes 14:24; 46:10
Yes. 23:9Dn 4:37; Yak 4:6
Yes. 23:9Yb 12:21; Zb 107:40
Yes. 23:10Yes 23:1
Yes. 23:10Ezk 26:14, 17
Yes. 23:11Zb 46:6; Ezk 27:34
Yes. 23:11Ezk 26:5, 15
Yes. 23:12Ezk 26:13
Yes. 23:12It 10:15
Yes. 23:12Ezk 27:6; Dn 11:30
Yes. 23:13It 11:31; Yes 13:19; 47:1; Hab 1:6
Yes. 23:132Bm 17:24; Yes 10:12; 30:31; Nah 3:18; Zf 2:13
Yes. 23:13Yes 13:21
Yes. 23:13Ezk 26:8
Yes. 23:13Ezk 26:9
Yes. 23:13Ezk 26:12
Yes. 23:14Yes 23:1
Yes. 23:15Yr 25:11; 27:3, 6
Yes. 23:16Img 7:10; Yr 30:14
Yes. 23:17Mik 1:7
Yes. 23:17Nah 3:4
Yes. 23:18Gus 23:18
Yes. 23:18Yb 27:17; Ums 2:26
Yes. 23:18Yes 60:5; 61:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 23:1-18

Yesaya

23 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Tiro+: Nimuboroge, mwa meri z’i Tarushishi+! Kuko hanyazwe ntihasubire kuba ikivuko, ntihasubire kuba aho kwinjira+. Babihishuriwe bivuye mu gihugu ca Kitimu+. 2 Nimucereze, yemwe ababa mu gihugu co ku nkengera y’amazi! Abadandaza b’i Sidoni+, abajabuka ikiyaga—barakwuzuye. 3 Kandi ku mazi menshi habaye imbuto y’i Shihori+, umwimbu wa Nili, ivyo yinjiza; kandi vyacitse inyungu y’amahanga+.

4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.” 5 Nko kuri ya nkuru yerekeye Misiri+, ni ko abantu bazogira ububabare bukaze ku nkuru ya Tiro+. 6 Nimujabuke mushike i Tarushishi; nimuboroge, yemwe ababa mu gihugu co ku nkengera y’amazi! 7 Mbega iki ni ca gisagara canyu camye cigina kuva mu misi ya kera, kuva mu bihe vyaco vya mbere? Ibirenge vyaco vyahora bigishikana kure ngo cibereyo ari kavamahanga.

8 Ni nde yafatiye iyo ngingo+ Tiro, wa mutanzi w’ingori, abadandaza biwe bakaba bari abaganwa, abacuruza biwe bakaba bari abantu b’iteka bo kw’isi+?

9 Yehova nyen’ingabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo+, kugira ngo ubwishime bw’ubwiza bwose buhumanywe+, kugira ngo abantu b’iteka bo kw’isi bakengerwe+.

10 Jabuka igihugu cawe nk’uruzi Nili, ewe mukobwa wa Tarushishi+! Nta kibanza c’imeri kikiriho+. 11 Yaramvuye ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga; yateye ubwami guhagarika umutima+. Yehova ubwiwe yatanze itegeko kuri Fenisiya, ngo ibihome vyayo bikomeye bisenyagurwe+. 12 Kandi avuga ati: “Ntuzopfa usubiye kwigina+, ewe mpahazwa, mukobwa w’isugi wa Sidoni+! Haguruka, ujabuke ushike i Kitimu+. Mbere no ng’aho nta karuhuko uzoronka.”

13 Raba! Igihugu c’Abakaludaya+. Ico ni co gisata—si Ashuri+—ni bo bahagize ah’ingenzi zama mu bugaragwa+. Bahagaritse iminara yabo y’ugusugereza+; bakovye iminara yaho yo kubamwo, isigara iri amenya+; hagizwe ibihomvagurike bivungagurika+.

14 Boroge, mwa meri z’i Tarushishi, kuko igihome gikomeye canyu kinyazwe+.

15 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Tiro izobwirizwa kwibagirwa imyaka mirongo irindwi+, nk’imisi y’umwami umwe. Imyaka mirongo irindwi niyahera, Tiro bizoyigendera nka kurya kwo mu ruririmbo rw’umumaraya: 16 “Tora inanga, uzunguruke igisagara, ewe mumaraya yibagiwe+! Basha umurya; gwiza indirimbo zawe, ubone kwibukwa.”

17 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba imyaka mirongo irindwi niyahera: Yehova azokwitaho ivya Tiro, isubire ku ngero yayo+, ikorane ubumaraya n’ubwami bwose bwo mw’isi ku buringanire bw’ubutaka+. 18 Kandi inyungu yayo n’ingero+ yayo bizocika ikintu ceranda kuri Yehova. Ntibizorundanywa canke ngo bibikwe, kuko ingero yayo izoba iy’ababa imbere ya Yehova+, kugira ngo barye bahage, bambare baberwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika