ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 18
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 19:1

Yeremiya 18:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:9; Rm 9:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1999, rup. 32

Yeremiya 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    4/2017, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1999, rup. 32

Yeremiya 18:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:10; 12:14; 25:9; 45:4; Am 9:8; Yon 3:4

Yeremiya 18:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:33; Yr 7:3; Ezk 18:21; 33:11; Yon 3:5
  • +Zb 106:45; Yr 26:3; Yw 2:13; Yon 3:10; 4:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    4/2017, rup. 3

    Yeremiya, rup. 151

Yeremiya 18:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:18; 32:41; Am 9:11

Yeremiya 18:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 125:5

Yeremiya 18:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 26:3; Mik 2:3
  • +2Bm 17:13; Yes 1:16; Yr 7:3; 26:13; Ezk 18:23; Ivk 26:20

Yeremiya 18:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:25; Rm 2:5; Heb 3:13
  • +Gus 29:19; Yr 7:24

Yeremiya 18:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:13; 5:30

Yeremiya 18:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Shelegi” ni ibintu vy’ibivunjivunji vyera cane bigwa nk’imvura.

Yeremiya 18:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:19; 3:21; 13:25; 16:19; 17:13
  • +Gus 32:21; Yes 41:29; Yr 10:15
  • +Mal 2:8
  • +Yr 6:16

Yeremiya 18:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 19:8; 49:13; Ezk 6:14
  • +Gus 29:24; 1Bm 9:8; Int 2:15; Mik 6:16
  • +Gus 28:37; Zb 44:14

Yeremiya 18:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 48:7; Yr 13:24
  • +Gus 31:17; Yr 2:27

Yeremiya 18:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:11; Yr 11:19
  • +Lw 10:11; Mal 2:7
  • +1Bm 22:24
  • +Zb 52:2; Img 18:21

Yeremiya 18:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:16; Neh 4:4

Yeremiya 18:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:5
  • +Zb 35:7; 57:6; Ums 10:8
  • +Zb 106:23; Ezk 22:30

Yeremiya 18:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:10; Yr 11:22
  • +Yr 12:3
  • +Gus 32:25; Int 5:3
  • +2Ng 36:17; Yr 9:21

Yeremiya 18:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:26
  • +Zb 38:12; 64:5; 140:5

Yeremiya 18:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:32; Yr 11:19
  • +Zb 35:4; 59:5; 109:14
  • +Yr 11:20; 15:15; Rm 2:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 18:2Yr 19:1
Yer. 18:4Yes 45:9; Rm 9:20
Yer. 18:6Rm 9:21
Yer. 18:7Yr 1:10; 12:14; 25:9; 45:4; Am 9:8; Yon 3:4
Yer. 18:81Bm 8:33; Yr 7:3; Ezk 18:21; 33:11; Yon 3:5
Yer. 18:8Zb 106:45; Yr 26:3; Yw 2:13; Yon 3:10; 4:2
Yer. 18:9Yr 30:18; 32:41; Am 9:11
Yer. 18:10Zb 125:5
Yer. 18:11Yr 26:3; Mik 2:3
Yer. 18:112Bm 17:13; Yes 1:16; Yr 7:3; 26:13; Ezk 18:23; Ivk 26:20
Yer. 18:12Yr 2:25; Rm 2:5; Heb 3:13
Yer. 18:12Gus 29:19; Yr 7:24
Yer. 18:13Yr 2:13; 5:30
Yer. 18:15Yr 2:19; 3:21; 13:25; 16:19; 17:13
Yer. 18:15Gus 32:21; Yes 41:29; Yr 10:15
Yer. 18:15Mal 2:8
Yer. 18:15Yr 6:16
Yer. 18:16Lw 26:33; Yr 19:8; 49:13; Ezk 6:14
Yer. 18:16Gus 29:24; 1Bm 9:8; Int 2:15; Mik 6:16
Yer. 18:16Gus 28:37; Zb 44:14
Yer. 18:17Zb 48:7; Yr 13:24
Yer. 18:17Gus 31:17; Yr 2:27
Yer. 18:18Zb 21:11; Yr 11:19
Yer. 18:18Lw 10:11; Mal 2:7
Yer. 18:181Bm 22:24
Yer. 18:18Zb 52:2; Img 18:21
Yer. 18:192Bm 19:16; Neh 4:4
Yer. 18:20Zb 109:5
Yer. 18:20Zb 35:7; 57:6; Ums 10:8
Yer. 18:20Zb 106:23; Ezk 22:30
Yer. 18:21Zb 109:10; Yr 11:22
Yer. 18:21Yr 12:3
Yer. 18:21Gus 32:25; Int 5:3
Yer. 18:212Ng 36:17; Yr 9:21
Yer. 18:22Yr 6:26
Yer. 18:22Zb 38:12; 64:5; 140:5
Yer. 18:23Zb 37:32; Yr 11:19
Yer. 18:23Zb 35:4; 59:5; 109:14
Yer. 18:23Yr 11:20; 15:15; Rm 2:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 18:1-23

Yeremiya

18 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti: 2 “Haguruka, umanuke ku nzu y’umubumvyi+, aho ni ho nzokwumvishiriza amajambo yanje.”

3 Nuko manuka ku nzu y’umubumvyi, nsanga ariko akorera igikorwa ku makurudumu y’umubumvyi. 4 Maze icombo yariko akora mw’ibumba cononekarira mu kuboko kwa nya mubumvyi; nuko arahindukira, agikoramwo ikindi combo, nk’uko yabona ko bibereye mu maso yiwe gukora+.

5 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako riti: 6 “‘Mbega sinshoboye kubagirira nk’uwu mubumvyi, ga yewe nzu ya Isirayeli?’, ni ko Yehova avuze. ‘Raba, nka kurya kw’ibumba mu kuboko kw’umubumvyi, ni ko muri mu kuboko kwanje, ewe nzu ya Isirayeli+! 7 Igihe ico ari co cose novuga ku bijanye n’ihanga no ku bijanye n’ubwami kugira ndarirandure, ndarisiturire hasi, ndarihonye+, 8 maze iryo hanga rigahindukira koko rikava mu bubi bwaryo niyamirije+, nzokwicuza rero ku bijanye n’ivyago nari niyumviriye kurishitsako+. 9 Mugabo igihe ico ari co cose novuga ku bijanye n’ihanga no ku bijanye n’ubwami kugira ngo ndaryubake no kugira ngo ndariteragire+, 10 maze rigakora koko ibibi mu maso yanje mu kutagamburuka ijwi ryanje+, nzokwicuza rero ku bijanye n’iciza nari nibwiye ko nzokora ku neza yaryo.’

11 “Ubu rero, ndakwinginze ubwire abagabo ba Yuda n’ababa i Yeruzalemu uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ndiko ndababumbira ivyago kandi ndiko niyumvira iciyumviro co kubagirira nabi+. Enda nimuhindukire, umwe wese ave mu nzira yiwe mbi, inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu mubigire vyiza+.”’”

12 Na bo bavuga bati: “Ni ivy’ubusa+! Kuko tuzokurikira ivyiyumviro vyacu, kandi tuzoshitsa umwe wese akagagazo k’umutima wiwe mubi+.”

13 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ndabinginze mubaze mu mahanga. Ni nde yumvise ibintu nk’ivyo? Umwigeme w’isugi wa Isirayeli yarakoze ikintu giteye ikinya arimonogoza+. 14 Mbega shelegi* y’i Libani yokamangana ikava ku gitandara co mu gahinga? Canke amazi y’ahandi apfutse kandi atemba, mbega yokama? 15 Kuko abantu banje banyibagiye+ mu buryo bw’uko bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi ikintu kitagira akamaro+, no mu buryo bw’uko batsitaza abantu mu nzira zabo+, iminyuro ya kera+, kugira ngo bagendere mu mabarabara, inzira itaringaniye, 16 kugira ngo igihugu cabo bakigire akajoreza+, kibe ico kuvugiriza agahwa gushika igihe kitagira urugero+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azogitamarira ajongorotse yongere azunze umutwe+. 17 Nzobashwiragiza imbere y’umwansi nk’aho noba nkoresheje umuyaga wo mu buseruko+. Ku musi w’icago cabo nzobereka umugongo, sinzobereka mu maso+.”

18 Nuko bavuga bati: “Nimuze twiyumvire ivyiyumviro vyo kugirira nabi Yeremiya+, kuko itegeko ritazova ku muherezi+ canke ngo impanuro ive ku muntu w’inkerebutsi canke ngo ijambo rive ku muhanuzi+. Nimuze tumukubitishe ururimi+, kandi ntihagire na rimwe mu majambo yiwe twumviriza.”

19 Nunyumvirize, ewe Yehova, kandi wumvirize ijwi ry’abandwanya+. 20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+. 21 Ku bw’ivyo, abana babo nubatange ku kigoyi+, nubatange ku bubasha bw’inkota+; abagore babo nibabe abagore bahekuwe, be n’abapfakazi+. Kandi abagabo babo nibabe abishwe n’ikiza cica, imisore yabo na yo ibe iyasasitswe n’inkota mu rugamba+. 22 Akaruru nikumvikane mu mazu yabo, niwabazanako giturumbuka akagwi k’abambuzi+. Kuko bimvye icobo kugira bamfate, kandi banyegeje imitego ngo ifate ibirenge vyanje+.

23 Mugabo wewe, ewe Yehova, urazi neza inama yabo yose bangiriye ngo banyice+. Ntupfuke ikosa ryabo, kandi ntuhanagure ico gicumuro cabo ngo kive imbere yawe; mugabo nibatsitare imbere yawe+. Mu gihe c’ishavu ryawe, nubahagurukire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika