ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:24
  • +Img 3:3; 2Kr 3:3
  • +Am 3:14

Yeremiya 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:7; 1Bm 14:23; 2Bm 16:4; 2Ng 24:18; 33:3; Zb 78:58; Yes 1:29; Yr 2:20; Ezk 6:13; 20:28

Yeremiya 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:13; Yr 15:13
  • +Lw 26:30; Ezk 6:3

Yeremiya 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:8; Int 5:2
  • +Gus 28:48; Neh 9:28; Yr 16:13
  • +Gus 29:27; Yes 5:25; Yr 15:14; Nah 1:6

Yeremiya 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:2; 31:1
  • +2Ng 32:8; Yes 31:3
  • +2Bm 16:7; Ezk 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

Yeremiya 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 7:2
  • +Gus 29:23; Yb 39:6; Zf 2:9

Yeremiya 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:8; 125:1; 146:5; Img 16:20; Yes 26:3; 30:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

Yeremiya 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:3; 92:12
  • +Yr 14:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    9/2019, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 28

    15/3/2011, rup. 14

    1/3/2009, rup. 16-17

Yeremiya 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:5; 8:21; Img 28:26; Yes 44:20; 59:13; Yak 1:14, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 43-45

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2004, rup. 10-11

    1/11/2001, rup. 20

    1/8/2001, rup. 20

    1/3/2000, rup. 30

Yeremiya 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:7; 1Ng 28:9; Zb 139:23; Img 17:3; 21:2; Rm 8:27
  • +Zb 7:9
  • +Zb 62:12; Yr 32:19; Rm 2:6
  • +Yes 3:10; Mik 7:13; Rm 6:21; Gl 6:7; Ivh 2:23; 22:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 9

Yeremiya 17:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:20; Yes 1:23; Yr 5:27; Yak 5:4
  • +Zb 55:23
  • +Lk 12:20

Yeremiya 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:21
  • +2Ng 2:5; Yes 6:1

Yeremiya 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:4; Yr 14:8; 50:7
  • +Zb 97:7
  • +Zb 73:27; Yes 1:28
  • +Zb 36:9; Yr 2:13; Ivh 22:1

Yeremiya 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:39; Zb 6:2
  • +Zb 60:5; Yr 15:20
  • +Gus 10:21; Zb 109:1

Yeremiya 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:19; 2Pt 3:4

Yeremiya 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 88:15
  • +Zb 59:16

Yeremiya 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:4; Yr 15:15; 20:11
  • +Zb 25:2
  • +Yr 18:23
  • +Yr 16:18

Yeremiya 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 8:3; Yr 7:2

Yeremiya 17:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:1; Img 1:21; Yr 19:3; 22:2

Yeremiya 17:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:9
  • +Gh 15:32; Neh 13:19

Yeremiya 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:10; 23:12; Lw 23:3
  • +Kv 31:13; Ezk 20:12

Yeremiya 17:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:24; 11:10; Ezk 20:13
  • +Img 29:1; Yes 48:4
  • +Img 1:3; 5:12; Zf 3:7

Yeremiya 17:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:13
  • +Yr 17:21
  • +Kv 34:21; Gus 5:12

Yeremiya 17:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:4
  • +Zb 132:11

Yeremiya 17:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:44
  • +Yr 33:13
  • +Gus 1:7
  • +Zk 7:7
  • +Lw 1:3
  • +Ezr 3:3
  • +Lw 2:1
  • +Lw 2:2
  • +Zb 50:23; 107:22; 116:17; Yr 33:11; Heb 13:15

Yeremiya 17:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:16
  • +Yr 21:14; Int 4:11; Am 1:4
  • +2Bm 25:9; 2Ng 36:19; Yr 39:8; 52:13
  • +2Bm 22:17; Ezk 20:47

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 17:1Yb 19:24
Yer. 17:1Img 3:3; 2Kr 3:3
Yer. 17:1Am 3:14
Yer. 17:2Abc 3:7; 1Bm 14:23; 2Bm 16:4; 2Ng 24:18; 33:3; Zb 78:58; Yes 1:29; Yr 2:20; Ezk 6:13; 20:28
Yer. 17:32Bm 24:13; Yr 15:13
Yer. 17:3Lw 26:30; Ezk 6:3
Yer. 17:4Yes 49:8; Int 5:2
Yer. 17:4Gus 28:48; Neh 9:28; Yr 16:13
Yer. 17:4Gus 29:27; Yes 5:25; Yr 15:14; Nah 1:6
Yer. 17:5Yes 30:2; 31:1
Yer. 17:52Ng 32:8; Yes 31:3
Yer. 17:52Bm 16:7; Ezk 6:9
Yer. 17:62Bm 7:2
Yer. 17:6Gus 29:23; Yb 39:6; Zf 2:9
Yer. 17:7Zb 34:8; 125:1; 146:5; Img 16:20; Yes 26:3; 30:18
Yer. 17:8Zb 1:3; 92:12
Yer. 17:8Yr 14:1
Yer. 17:9It 6:5; 8:21; Img 28:26; Yes 44:20; 59:13; Yak 1:14, 26
Yer. 17:101Sm 16:7; 1Ng 28:9; Zb 139:23; Img 17:3; 21:2; Rm 8:27
Yer. 17:10Zb 7:9
Yer. 17:10Zb 62:12; Yr 32:19; Rm 2:6
Yer. 17:10Yes 3:10; Mik 7:13; Rm 6:21; Gl 6:7; Ivh 2:23; 22:12
Yer. 17:11Img 28:20; Yes 1:23; Yr 5:27; Yak 5:4
Yer. 17:11Zb 55:23
Yer. 17:11Lk 12:20
Yer. 17:12Yr 14:21
Yer. 17:122Ng 2:5; Yes 6:1
Yer. 17:13Zb 22:4; Yr 14:8; 50:7
Yer. 17:13Zb 97:7
Yer. 17:13Zb 73:27; Yes 1:28
Yer. 17:13Zb 36:9; Yr 2:13; Ivh 22:1
Yer. 17:14Gus 32:39; Zb 6:2
Yer. 17:14Zb 60:5; Yr 15:20
Yer. 17:14Gus 10:21; Zb 109:1
Yer. 17:15Yes 5:19; 2Pt 3:4
Yer. 17:17Zb 88:15
Yer. 17:17Zb 59:16
Yer. 17:18Zb 35:4; Yr 15:15; 20:11
Yer. 17:18Zb 25:2
Yer. 17:18Yr 18:23
Yer. 17:18Yr 16:18
Yer. 17:19Neh 8:3; Yr 7:2
Yer. 17:20Zb 49:1; Img 1:21; Yr 19:3; 22:2
Yer. 17:21Gus 4:9
Yer. 17:21Gh 15:32; Neh 13:19
Yer. 17:22Kv 20:10; 23:12; Lw 23:3
Yer. 17:22Kv 31:13; Ezk 20:12
Yer. 17:23Yr 7:24; 11:10; Ezk 20:13
Yer. 17:23Img 29:1; Yes 48:4
Yer. 17:23Img 1:3; 5:12; Zf 3:7
Yer. 17:24Gus 11:13
Yer. 17:24Yr 17:21
Yer. 17:24Kv 34:21; Gus 5:12
Yer. 17:25Yr 22:4
Yer. 17:25Zb 132:11
Yer. 17:26Yr 32:44
Yer. 17:26Yr 33:13
Yer. 17:26Gus 1:7
Yer. 17:26Zk 7:7
Yer. 17:26Lw 1:3
Yer. 17:26Ezr 3:3
Yer. 17:26Lw 2:1
Yer. 17:26Lw 2:2
Yer. 17:26Zb 50:23; 107:22; 116:17; Yr 33:11; Heb 13:15
Yer. 17:27Neh 13:16
Yer. 17:27Yr 21:14; Int 4:11; Am 1:4
Yer. 17:272Bm 25:9; 2Ng 36:19; Yr 39:8; 52:13
Yer. 17:272Bm 22:17; Ezk 20:47
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 17:1-27

Yeremiya

17 “Igicumuro ca Yuda candikishijwe agasáruzo k’icuma+. Gisarujwe isonga rya diyama ku gisate c’umutima wabo+, no ku mahembe y’ibicaniro vyabo+, 2 mu gihe abahungu babo bibuka ibicaniro vyabo n’ibikingi vyeranda vyabo iruhande y’igiti gitotahaye, ku mirambi ikirurutse+, 3 ku misozi yo mu gahinga. Ibintu vyawe, amatunga yawe yose, nzobitanga bisahurwe+, ibibanza vyawe bikirurutse ndabitange kubera igicumuro mu turere twawe twose+. 4 Kandi warekuye intoranwa yawe nari naraguhaye, egome, uyirekura bikwiviriyeko+. Nzotuma rero ukorera abansi bawe mu gihugu utamenye+; kuko mwadometswe nk’umuriro mw’ishavu ryanje+. Uzoguma waka gushika igihe kitagira urugero.”

5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+. 6 Azoba vy’ukuri nk’igiti c’inyakamwe mu kiyaya c’ubugaragwa kandi iciza nicaza ntazobibona+; mugabo azoba koko ahantu hagadutse mu gahinga, mu gihugu c’umunyu ata wukibamwo+. 7 Arahezagiwe umuntu w’umugabo yizigira Yehova, Yehova akaba ari umwizero wiwe+. 8 Azoba vy’ukuri nk’igiti gitewe iruhande y’amazi, gishora imizi yaco iruhande y’umugende w’amazi; ubushuhe nibwaza ntazobibona, mugabo urubabi rwiwe ruzoba urutotahaye+. Mu mwaka w’uruzuba+ ntazogira amaganya, canke ngo areke kwama ivyamwa.

9 “Umutima ni umuhemu kuruta ikindi kintu cose kandi ni mubi cane+. Ni nde yowumenya? 10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+. 11 Uwurondera ubutunzi atabigiranye ubutungane+ ameze nk’inkware yegeranije amagi itataye. Acagatije imisi yiwe, azobusiga+, kandi kw’iherezo ryiwe azoba imburabwenge+.”

12 Hari intebe y’ubwami ininahaye iri iyo hejuru kuva mu ntango+; ni co kibanza c’aheranda hacu+. 13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+. 14 Nkiza, Yehova we, nanje ndakira+. Ndokora, nanje ndarokoka+; kuko uri ishemezo ryanje+.

15 Ehe! Hari abambwira ngo: “Ijambo rya Yehova riri hehe+? Ndakwinginze rize.” 16 Mugabo jewe, sinihutiye kureka kuba umwungere agukurikira, kandi sinahahamiye umusi mubi rwose. Wewe urazi ivyo iminwa yanje yavuze; vyabereye imbere y’amaso yawe. 17 Ntumbere ikintu gitera ubwoba+. Uri ubuhungiro bwanje ku musi w’ivyago+. 18 Abampama nibamaramare+, mugabo jewe simaramare+. Nibabe ari bo bacika ivutu, mugabo jewe sincike ivutu. Nubazaneko umusi w’ivyago+, kandi ubavunagure basenyuke kabiri+.

19 Ibi ni vyo Yehova ambwiye: “Genda, uhagarare mw’irembo ry’abana b’abantu, iryo abami ba Yuda bacamwo mu kwinjira no mu gusohoka, uhagarare no mu marembo yose ya Yeruzalemu+. 20 Ubabwire uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda na Yuda yose namwe mwese ababa i Yeruzalemu, mwinjirana muri aya marembo+. 21 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimwiyubare ubwanyu+, kandi ntihagire umutwaro mutwara ku musi w’isabato ngo muwinjize muwucishije mu marembo ya Yeruzalemu+. 22 Ntihagire umutwaro mukura mu mihana yanyu ku musi w’isabato; kandi ntihagire igikorwa mukora+. Mubwirizwa kweza umusi w’isabato, nk’uko nategetse ba sogokuruza banyu+; 23 mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+; maze bakomantaza izosi+ ryabo kugira ntibumve no kugira ntibemere gutozwa indero+.”’

24 “‘“Kandi nimwangamburukira vy’ukuri+,” ni ko Yehova avuze, “ntihagire umutwaro mwinjiza muwucishije mu marembo y’iki gisagara ku musi w’isabato+ kandi mukeza umusi w’isabato mu kutagira igikorwa mukora kuri wo+, 25 mu marembo y’iki gisagara hazokwinjirana rero abami kumwe n’abaganwa+, baze baricara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, bagendera mu mukogote no ku mafarasi, bo n’abaganwa babo, abagabo ba Yuda n’ababa i Yeruzalemu; kandi iki gisagara kizobamwo koko abantu gushika igihe kitagira urugero. 26 Abantu bazoza vy’ukuri bavuye mu bisagara vya Yuda no mu micungararo ya Yeruzalemu no mu gihugu ca Benyamini+ no mu ntara yo hasi+ no mu karere k’imisozi+ n’i Negebu+, bazanye ishikanwa riturirwa uko ryakabaye+, n’ikimazi+, n’ishikanwa ry’intete+, n’imibavu ya olibani+, bazanye n’ikimazi c’ugukenguruka, babizane mu nzu ya Yehova+.

27 “‘“Mugabo nimutangamburukira mu kweza umusi w’isabato no mu kudatwara umutwaro+, ariko mukawinjirana muciye mu marembo ya Yeruzalemu ku musi w’isabato, nzodomeka rero umuriro mu marembo yiwe+, maze urigate koko iminara yo kubamwo ya Yeruzalemu+, kandi ntuzozima+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika