ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 24
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 24:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:1; Yr 39:1; 52:4

Ezekiyeli 24:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 17:12; Lk 8:10
  • +Yr 1:13; Ezk 11:3

Ezekiyeli 24:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 11:7

Ezekiyeli 24:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 39:6; Ezk 34:16
  • +Ezk 24:10

Ezekiyeli 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:16; Ezk 22:3; Mik 7:2; Mt 23:35
  • +Ezk 11:7, 9
  • +Yw 3:3; Ob 11; Nah 3:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 14

Ezekiyeli 24:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:19; Yr 2:34
  • +Lw 17:13; Gus 12:16; Yes 26:21

Ezekiyeli 24:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35; Zb 94:1
  • +2Bm 24:4; Yr 16:17

Ezekiyeli 24:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Nah 3:1; Hab 2:12; Mt 23:37
  • +Yes 30:33

Ezekiyeli 24:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:10; 32:29; Ezk 22:15
  • +Ezk 24:6

Ezekiyeli 24:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:3; 6:29

Ezekiyeli 24:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 20:6; 2Ng 36:14; Ezk 22:9; 2Pt 2:7
  • +Yb 9:4
  • +Ezk 5:13; 8:18

Ezekiyeli 24:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 23:19
  • +Zb 33:9
  • +Yr 13:14
  • +Ezk 5:11; 9:10
  • +1Sm 15:29
  • +Yes 3:11; Ezk 16:43; Mt 16:27; Rm 2:6

Ezekiyeli 24:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:6
  • +Ezk 24:18, 21; Hs 4:9
  • +Gus 13:8

Ezekiyeli 24:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “amasandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 16:5
  • +Lw 10:6
  • +2Sm 15:30
  • +Mik 3:7
  • +Yr 16:7

Ezekiyeli 24:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:9; 37:18

Ezekiyeli 24:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:7; 79:1; Yr 7:14; Int 1:10; 2:7; Ezk 9:7
  • +Zb 96:6
  • +Zb 27:4; 84:1
  • +2Ng 36:17; Yr 6:11; 9:21; Ezk 23:25

Ezekiyeli 24:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 3:7
  • +Yr 16:7; Ezk 24:17

Ezekiyeli 24:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 27:15; Zb 78:64
  • +Lw 26:39; Ezk 4:17; 33:10
  • +Yes 59:11

Ezekiyeli 24:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:18; 20:3; Ezk 4:3
  • +Yes 46:10
  • +Zb 9:16; Yr 17:15; Ezk 25:5

Ezekiyeli 24:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:16
  • +Gus 28:32; Yr 11:22

Ezekiyeli 24:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 33:21

Ezekiyeli 24:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:15
  • +Ezk 3:26; 33:22; Lk 1:20
  • +Ezk 12:3
  • +Ezk 6:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 13-14

    1/12/2003, rup. 29

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 24:22Bm 25:1; Yr 39:1; 52:4
Ezk. 24:3Ezk 17:12; Lk 8:10
Ezk. 24:3Yr 1:13; Ezk 11:3
Ezk. 24:4Ezk 11:7
Ezk. 24:5Yr 39:6; Ezk 34:16
Ezk. 24:5Ezk 24:10
Ezk. 24:62Bm 21:16; Ezk 22:3; Mik 7:2; Mt 23:35
Ezk. 24:6Ezk 11:7, 9
Ezk. 24:6Yw 3:3; Ob 11; Nah 3:10
Ezk. 24:71Bm 21:19; Yr 2:34
Ezk. 24:7Lw 17:13; Gus 12:16; Yes 26:21
Ezk. 24:8Gus 32:35; Zb 94:1
Ezk. 24:82Bm 24:4; Yr 16:17
Ezk. 24:9Nah 3:1; Hab 2:12; Mt 23:37
Ezk. 24:9Yes 30:33
Ezk. 24:11Yr 21:10; 32:29; Ezk 22:15
Ezk. 24:11Ezk 24:6
Ezk. 24:12Yr 5:3; 6:29
Ezk. 24:13Abc 20:6; 2Ng 36:14; Ezk 22:9; 2Pt 2:7
Ezk. 24:13Yb 9:4
Ezk. 24:13Ezk 5:13; 8:18
Ezk. 24:14Gh 23:19
Ezk. 24:14Zb 33:9
Ezk. 24:14Yr 13:14
Ezk. 24:14Ezk 5:11; 9:10
Ezk. 24:141Sm 15:29
Ezk. 24:14Yes 3:11; Ezk 16:43; Mt 16:27; Rm 2:6
Ezk. 24:16Gus 13:6
Ezk. 24:16Ezk 24:18, 21; Hs 4:9
Ezk. 24:16Gus 13:8
Ezk. 24:17Yr 16:5
Ezk. 24:17Lw 10:6
Ezk. 24:172Sm 15:30
Ezk. 24:17Mik 3:7
Ezk. 24:17Yr 16:7
Ezk. 24:19Ezk 12:9; 37:18
Ezk. 24:21Zb 74:7; 79:1; Yr 7:14; Int 1:10; 2:7; Ezk 9:7
Ezk. 24:21Zb 96:6
Ezk. 24:21Zb 27:4; 84:1
Ezk. 24:212Ng 36:17; Yr 6:11; 9:21; Ezk 23:25
Ezk. 24:22Mik 3:7
Ezk. 24:22Yr 16:7; Ezk 24:17
Ezk. 24:23Yb 27:15; Zb 78:64
Ezk. 24:23Lw 26:39; Ezk 4:17; 33:10
Ezk. 24:23Yes 59:11
Ezk. 24:24Yes 8:18; 20:3; Ezk 4:3
Ezk. 24:24Yes 46:10
Ezk. 24:24Zb 9:16; Yr 17:15; Ezk 25:5
Ezk. 24:25Ezk 24:16
Ezk. 24:25Gus 28:32; Yr 11:22
Ezk. 24:26Ezk 33:21
Ezk. 24:27Zb 51:15
Ezk. 24:27Ezk 3:26; 33:22; Lk 1:20
Ezk. 24:27Ezk 12:3
Ezk. 24:27Ezk 6:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 24:1-27

Ezekiyeli

24 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako mu mwaka ugira icenda, mu kwezi kugira cumi, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, riti: 2 “Mwana w’umuntu, niwiyandikire izina ry’uyu musi, uyu musi nyene. Umwami wa Babiloni yitaye kuri Yeruzalemu uyu musi nyene+. 3 Tunganya imvugo y’akagani ku vyerekeye ya nzu y’ingarariji+, uvuge ku biberekeye uti:

“‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Shirako ya nkono y’umunwa munini; yishireko, uyisukemwo n’amazi+. 4 Yegeranirizemwo ibipande+, igipande ciza cose, itako n’urutugu; yuzuze mbere n’amagufa mezameza. 5 Nihatorwe intama nziza kuruta izindi+, kandi munsi ya nya nkono urundeyo ingegene mu muzingi. Togotesha ibipande vyayo, uteke n’amagufa yayo hagati muri yo+.”’”

6 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kiragowe ca gisagara c’ibikorwa vy’ugusesa amaraso+, ya nkono y’umunwa munini, ingese zayo zikaba ziri muri yo, zikaba zitayivuyemwo! Kurayo ibipande biri muri yo, kimwe ku kindi+; ntihagire ubupfindo ipfindirwako+. 7 Kuko amaraso yaco ari neza na neza hagati muri co+. Cayashize hejuru ku rutare hakayangana kandi hagaragara. Nticayasutse hasi, ngo apfukwe n’umukungugu+. 8 Kugira ngo mvyure ubushangashirwe ku bwo guhōra+, nashize amaraso yaco hejuru ku rutare hakayangana kandi hagaragara, ngo ntapfukwe+.’

9 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kiragowe ca gisagara c’ibikorwa vy’ugusesa amaraso+! Nanje rero ikirundo c’inkwi ngira ndakigire kinini+. 10 Gwiza ingegene. Cana umuriro. Togotesha inyama zishe zinoge. Suka umufa wose, amagufa na yo ashuhe cane. 11 Yitereke ku makara yayo igaragara kugira ngo ishuhe; umujumpu wayo utegerezwa kurungura, kandi ubuhumane bwayo butegerezwa kuyagira hagati muri yo+. Ingese zayo nizitokombere+. 12 Erega ni ukuruhira ubusa! Yarateye uburuhe, mugabo ingese zayo nyinshi ntiziyivamwo+. Yiterere mu muriro n’ingese zayo!’

13 “‘Mu buhumane bwawe habayemwo ubushirasoni+. Ni co gituma nabwirijwe kuguhumanura, mugabo ntiwahumanutse ubuhumane bwawe+. Ntuzokwongera kuba uwuhumanutse gushika ntururuje ubushangashirwe bwanje ku bikwerekeye+. 14 Jewe Yehova ndavuze+. Ivyo bizoba ata kabuza+, kandi nzogira ico nkoze. Sinzobifata minenegwe+, eka sinzokwumva akagongwe+ canke ngo nicuze+. Bazogucira koko urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nk’uko kandi ivyo ukora biri,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

15 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 16 “Mwana w’umuntu, ehe ngira nkwake ca kintu gihimbaye+ mu maso yawe biciye ku cago+; ntiwikubite ku gikiriza canke ngo urire canke ngo amosozi yawe adengere+. 17 Nunihe udakurako umunwa. Ntugandarire abapfuye+. Niwizingireko icambarwa cawe co mu mutwe+, wambare inkweto* zawe ku birenge+. Ntupfuke ubwanwa bwo haruguru+, kandi nturye umukate w’abantu+.”

18 Maze mu gitondo mbwira abantu, amaherezo ku mugoroba umugore wanje arapfa. Nuko mu gitondo nkora nk’uko nari nategetswe. 19 Hanyuma abantu baguma bambaza bati: “Mbega ivyo bintu uriko urakora ntutubwira ingene bitwerekeye+?” 20 Nanje ndababwira nti: “Ijambo rya Yehova ryanjeko, riti: 21 ‘Bwira inzu ya Isirayeli uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira mpumanye aheranda hanje+, ubwishime bw’inkomezi zanyu+, ca kintu gihimbara amaso yanyu+ kikaba n’ico umutima wanyu ugirira impuhwe; kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu mwasize inyuma, bazogwishwa n’inkota+. 22 Namwe muzobwirizwa kugira nk’uko nagize. Ntimuzopfuka ubwanwa bwo haruguru+, kandi ntimuzorya umukate w’abantu+. 23 Ibitambara vyanyu vyo mu mutwe bizoba ku mitwe yanyu, inkweto zanyu na zo zibe ku birenge vyanyu. Ntimuzokwikubitagura canke ngo murire+; muzobwirizwa kuborera mu makosa yanyu+, kandi ntimuzobura kuniha, umwe wese anihira uwundi+. 24 Kandi Ezekiyeli yababereye imburizi+. Muzokora ibihwanye n’ivyo yakoze vyose. Nivyashika+, muzobwirizwa rero kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova+.’”’”

25 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega ku musi nzobaka iboma ryabo, ca kintu ciza bigina, ca kintu gihimbara amaso yabo+ kikaba n’ico umutima wabo wipfuza, abahungu babo n’abakobwa babo+, mbega 26 kuri uwo musi si ho uwucitse kw’icumu azoza kuri wewe kugira ngo atume amatwi yumva+? 27 Kuri uwo musi akanwa kawe kazoteranurirwa uwo yacitse kw’icumu+, uvuge, ntusubire kuba ikiragi+; uzobabera koko imburizi+, kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika