ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 138
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 138:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:1; 86:12
  • +Zb 82:1; 119:46; Yoh 10:34; 1Kr 8:5

Zaburi 138:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 3:3; 1Ng 16:1; Zb 5:7; 28:2; Dn 6:10
  • +Zb 44:8; 54:6; 115:1; Yoh 17:6
  • +Zb 66:20; 115:1; 136:1
  • +Zb 71:22
  • +Yes 40:8; 1Pt 1:25
  • +Zb 56:10; Yes 42:21; Heb 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2006, rup. 19

    1/9/2006, rup. 16

Zaburi 138:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:6; 77:1
  • +Zb 29:11; Yes 12:2; 41:10; Zk 10:12; 1Pt 5:10

Zaburi 138:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:15; Yes 49:23

Zaburi 138:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:3
  • +1Bm 8:11; Zb 57:5; 104:31

Zaburi 138:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:8; Zb 113:6; Img 3:34; Lk 1:52; 1Pt 5:5
  • +Yb 40:11; Yes 2:11; 57:15; Yak 4:6

Zaburi 138:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:20
  • +Zb 64:7
  • +Zb 60:5

Zaburi 138:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 57:2; Fp 1:6
  • +Zb 100:5; 103:17
  • +Yb 10:8; 14:15; Zb 71:18; 1Pt 4:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 138:1Zb 9:1; 86:12
Zab. 138:1Zb 82:1; 119:46; Yoh 10:34; 1Kr 8:5
Zab. 138:21Sm 3:3; 1Ng 16:1; Zb 5:7; 28:2; Dn 6:10
Zab. 138:2Zb 44:8; 54:6; 115:1; Yoh 17:6
Zab. 138:2Zb 66:20; 115:1; 136:1
Zab. 138:2Zb 71:22
Zab. 138:2Yes 40:8; 1Pt 1:25
Zab. 138:2Zb 56:10; Yes 42:21; Heb 6:17
Zab. 138:3Zb 18:6; 77:1
Zab. 138:3Zb 29:11; Yes 12:2; 41:10; Zk 10:12; 1Pt 5:10
Zab. 138:4Zb 102:15; Yes 49:23
Zab. 138:5Yes 60:3
Zab. 138:51Bm 8:11; Zb 57:5; 104:31
Zab. 138:61Sm 2:8; Zb 113:6; Img 3:34; Lk 1:52; 1Pt 5:5
Zab. 138:6Yb 40:11; Yes 2:11; 57:15; Yak 4:6
Zab. 138:7Zb 71:20
Zab. 138:7Zb 64:7
Zab. 138:7Zb 60:5
Zab. 138:8Zb 57:2; Fp 1:6
Zab. 138:8Zb 100:5; 103:17
Zab. 138:8Yb 10:8; 14:15; Zb 71:18; 1Pt 4:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 138:1-8

Zaburi

Ni izaburi ya Dawidi.

138 Nzoguhaya n’umutima wanje wose+.

Imbere y’izindi mana, nzoguhibongoreza+.

 2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,

Kandi nzohaya izina ryawe+,

Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.

Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.

 3 Ku musi nahamagara, waranyishuye+;

Watanguye kuntinyura mu mutima wanje ukoresheje inkomezi+.

 4 Abami bose bo mw’isi bazoguhaya, ewe Yehova+,

Kuko bazoba bumvise amajambo y’akanwa kawe.

 5 Kandi bazoririmba inzira za Yehova+,

Kuko ubuninahazwa bwa Yehova buhambaye+.

 6 Kuko Yehova ari hejuru, yamara arabona uwuciye bugufi+;

Ariko uwiduza amumenyera kure gusa+.

 7 Ninaramuka ngendeye hagati mu marushwa, uzonzigamira ubuzima+.

Kubera ishavu ry’abansi banje, uzotuma ukuboko kwawe+,

Kandi ukuryo kwawe kuzonkiza+.

 8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.

Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.

Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika