ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 29
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 29:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:30
  • +Yes 19:1; Yr 25:19; 43:11; Ezk 31:2

Ezekiyeli 29:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:25; Ezk 31:18
  • +Zb 74:13; Yes 27:1; 30:7; 51:9
  • +Ezk 32:2
  • +Yes 10:13; Ezk 29:9

Ezekiyeli 29:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:28; Yes 37:29; Ezk 38:4

Ezekiyeli 29:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:21
  • +Yr 16:4; 25:33
  • +1Sm 17:44; Yr 7:33; 34:20; Ezk 32:4; 39:4; Ivh 19:18

Ezekiyeli 29:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:14; Rm 9:17
  • +2Bm 18:21; Yes 30:3; 31:3; 36:6; Ezk 17:17

Ezekiyeli 29:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:7
  • +Zb 118:8; 146:3; Yr 17:5
  • +Zb 69:23; Ezk 21:6

Ezekiyeli 29:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:14; Ezk 30:4
  • +Kv 12:12; Yr 7:20

Ezekiyeli 29:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:12; Ezk 30:7
  • +Ezk 29:3

Ezekiyeli 29:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:19
  • +Yes 19:7; Ezk 30:12
  • +Kv 14:2; Yr 44:1; 46:14
  • +Ezk 30:6

Ezekiyeli 29:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 31:12
  • +Ezk 32:13
  • +2Ng 36:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 8

Ezekiyeli 29:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:7
  • +Yr 46:19
  • +Ezk 30:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 8

Ezekiyeli 29:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:11
  • +Yes 19:22; Yr 46:26

Ezekiyeli 29:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:14; 1Ng 1:12; Ezk 30:14

Ezekiyeli 29:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:13
  • +Ezk 32:2; Dn 11:42

Ezekiyeli 29:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:2; 36:4; Yr 2:18; 37:5; Int 4:17; Hs 7:11
  • +Zb 79:8; Yes 64:9

Ezekiyeli 29:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:9; 27:6
  • +Ezk 26:7
  • +Ezk 26:17
  • +Yes 62:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 8-9

Ezekiyeli 29:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:10, 12
  • +Ezk 32:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 9

Ezekiyeli 29:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 9

Ezekiyeli 29:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10; Zb 132:17; Yr 23:5; Lk 1:69
  • +Zb 51:15; Ezk 3:27; 24:27; Lk 21:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 29:2Yr 44:30
Ezk. 29:2Yes 19:1; Yr 25:19; 43:11; Ezk 31:2
Ezk. 29:3Yr 46:25; Ezk 31:18
Ezk. 29:3Zb 74:13; Yes 27:1; 30:7; 51:9
Ezk. 29:3Ezk 32:2
Ezk. 29:3Yes 10:13; Ezk 29:9
Ezk. 29:42Bm 19:28; Yes 37:29; Ezk 38:4
Ezk. 29:5Kv 7:21
Ezk. 29:5Yr 16:4; 25:33
Ezk. 29:51Sm 17:44; Yr 7:33; 34:20; Ezk 32:4; 39:4; Ivh 19:18
Ezk. 29:6Kv 9:14; Rm 9:17
Ezk. 29:62Bm 18:21; Yes 30:3; 31:3; 36:6; Ezk 17:17
Ezk. 29:7Yr 37:7
Ezk. 29:7Zb 118:8; 146:3; Yr 17:5
Ezk. 29:7Zb 69:23; Ezk 21:6
Ezk. 29:8Yr 46:14; Ezk 30:4
Ezk. 29:8Kv 12:12; Yr 7:20
Ezk. 29:9Yr 43:12; Ezk 30:7
Ezk. 29:9Ezk 29:3
Ezk. 29:10Kv 7:19
Ezk. 29:10Yes 19:7; Ezk 30:12
Ezk. 29:10Kv 14:2; Yr 44:1; 46:14
Ezk. 29:10Ezk 30:6
Ezk. 29:11Ezk 31:12
Ezk. 29:11Ezk 32:13
Ezk. 29:112Ng 36:21
Ezk. 29:12Ezk 30:7
Ezk. 29:12Yr 46:19
Ezk. 29:12Ezk 30:23
Ezk. 29:13Ezk 29:11
Ezk. 29:13Yes 19:22; Yr 46:26
Ezk. 29:14It 10:14; 1Ng 1:12; Ezk 30:14
Ezk. 29:15Ezk 30:13
Ezk. 29:15Ezk 32:2; Dn 11:42
Ezk. 29:16Yes 30:2; 36:4; Yr 2:18; 37:5; Int 4:17; Hs 7:11
Ezk. 29:16Zb 79:8; Yes 64:9
Ezk. 29:18Yr 25:9; 27:6
Ezk. 29:18Ezk 26:7
Ezk. 29:18Ezk 26:17
Ezk. 29:18Yes 62:11
Ezk. 29:19Yr 43:10, 12
Ezk. 29:19Ezk 32:12
Ezk. 29:20Ezk 30:9, 10
Ezk. 29:211Sm 2:10; Zb 132:17; Yr 23:5; Lk 1:69
Ezk. 29:21Zb 51:15; Ezk 3:27; 24:27; Lk 21:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 29:1-21

Ezekiyeli

29 Mu mwaka ugira cumi, mu kwezi kugira cumi, ku musi ugira cumi na kabiri w’ukwo kwezi, ijambo rya Yehova ryanjeko, riti: 2 “Mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe kuri Farawo umwami wa Misiri+, uvuge ubuhanuzi bumwagiriza bukagiriza na Misiri yose uko ingana+. 3 Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, ewe Farawo, mwami wa Misiri+, wewe gikoko kinini amahero co mu kiyaga+ cigaramiye hagati mu migende yaco ya Nili+, wewe wavuze ngo: ‘Uruzi rwanje Nili ni urw’iwanje, kandi jewe, ni je narwishiriyeho+.’ 4 Nanje nzoshira ingobe mu mibangabanga yawe+, ntume amafi yo mu migende yawe ya Nili amata ku bigaragamba vyawe. Kandi nzokuduza ngukure hagati mu migende yawe ya Nili, n’amafi yose y’imigende yawe ya Nili amase ku bigaragamba vyawe. 5 Nzoguhebera kuba uw’agahinga, mwe n’amafi yose y’imigende yawe ya Nili+. Uzogwa ku gahinga+. Ntuzokwegeranywa canke ngo ukoranirizwe hamwe. Nzogutanga ngo ubere indya ibikoko vyo kw’isi n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere+. 6 Kandi ababa mu Misiri bose bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, kuko babereye inzu ya Isirayeli irenga, bwa cishimikizo+. 7 Barakwifadikije n’ukuboko, urajanjagurika+, ubasatura igitugu cose. Ngo bakwishimikize na ho, uravunika+, utuma amafyinga yabo yose anyoganyoga+.”

8 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkuzaneko inkota+, ndakuranduremwo icitwa umuntu yakuwe mw’ivu be n’igitungwa+. 9 Kandi igihugu ca Misiri kizocika igiharabuga be n’ikibanza catikijwe+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kuko yavuze ngo: ‘Uruzi Nili ni urwanje, kandi ni je narushizeho+.’ 10 Ehe rero ngira nkurwanye, ndwanye n’imigende yawe ya Nili+, kandi igihugu ca Misiri nzokigira ibibanza vyatikijwe, ahagadutse, igiharabuga+, kuva i Migidoli+ gushika i Siyeni+ no gushika ku rubibe rwa Etiyopiya. 11 Nta kirenge c’umuntu yakuwe mw’ivu kizohaca+ canke ikinono c’igitungwa+, kandi kizomara imyaka mirongo ine ata kikibamwo+. 12 Igihugu ca Misiri nzokigira igiharabuga hagati mu bihugu vyagizwe umusaka+; kandi ibisagara vyaco bizocika igiharabuga hagati mu bisagara vyatikijwe, kumara imyaka mirongo ine+; kandi nzosanzaza Abanyamisiri mu mahanga, ndabashwiragize mu bihugu+.”

13 “‘Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Imyaka mirongo ine niyahera+, nzokoraniriza hamwe Abanyamisiri ndabakuye mu bisata bazoba barasanzarijwemwo+, 14 ngarukane umugwi w’imbohe z’Abanyamisiri; kandi nzobagarukana mu gihugu ca Patirosi+, mu gihugu c’amamuko yabo, babereyo ubwami buciye bugufi. 15 Buzocika ubuciye bugufi kuruta ubundi bwami, kandi ntibuzokwongera kwiduza ku yandi mahanga+; nzobagira inkehwa ku buryo bataganza ayandi mahanga+. 16 Ntibuzokwongera kubera umwizero inzu ya Isirayeli+, ikosa rikibukirizwa biciye ku guhindukira bakabakurikira+. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova.”’”

17 Nuko mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi, mu kwezi kwa mbere, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, ijambo rya Yehova rinzako, riti: 18 “Mwana w’umuntu, Nebukadirezari+, umwami wa Babiloni, yakoresheje inteko ziwe za gisirikare igikorwa gikomeye co kurwanya Tiro+. Imitwe yose yaratobotse ubuhanza, ibitugu vyose biramyoka+. Mugabo ku vy’impembo+, nta mpembo yiwe n’iy’inteko ziwe za gisirikare yabonetse i Tiro ku bw’igikorwa yakoze mu kuharwanya.

19 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira mpe Nebukadirezari umwami wa Babiloni igihugu ca Misiri+, emwe, atware ubutunzi bwaho, ahasahure isahu ryinshi+, ahanyage iminyago myinshi; ni vyo bizobera impembo inteko ziwe za gisirikare.’

20 “‘Bwa ngero y’igikorwa yakoze mu kuharwanya, namuhaye igihugu ca Misiri, kuko ari je bakoreye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

21 “Kuri uwo musi, nzonagishiriza inzu ya Isirayeli ihembe+, nawe nguhe akaryo ko guteranura akanwa hagati muri bo+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika