ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezira 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 6:14; Neh 2:1
  • +Ezr 7:6; Neh 8:2; 12:26
  • +1Ng 6:14
  • +2Bm 22:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 19

Ezira 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:12
  • +Neh 11:11

Ezira 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:11
  • +1Ng 6:10; 2Ng 31:10
  • +1Ng 6:7

Ezira 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:6
  • +1Ng 6:51
  • +1Ng 6:5

Ezira 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:4
  • +Kv 6:25; Gh 25:11; Abc 20:28
  • +Kv 6:23; Gh 3:32; Gus 10:6; Yos 14:1; 1Ng 24:1
  • +Kv 7:1; 28:1
  • +Heb 5:4

Ezira 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 8:1, 4
  • +Gus 4:5; 5:1; 28:1
  • +Neh 1:11; 2:8

Ezira 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 8:15
  • +Ezr 8:18
  • +1Ng 6:32
  • +1Ng 9:22, 26
  • +1Ng 9:2; Ezr 7:24; 8:20
  • +Ezr 6:14

Ezira 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 8:22

Ezira 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:6; 2Ng 19:3; Zb 78:8
  • +Zb 1:2; 19:7
  • +Gus 5:1; 17:10
  • +Gus 33:10; Mal 2:7
  • +Gus 12:1
  • +Img 29:4; Yes 1:17; Zk 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 20

    1/11/2001, rup. 14-16

    1/10/2000, rup. 23

    1/3/2000, rup. 29

Ezira 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 7:6

Ezira 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 6:14; Neh 2:1
  • +Dn 2:37
  • +Ezr 5:11
  • +Ezr 5:7

Ezira 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:17
  • +Est 9:30
  • +Gus 30:3; Ezr 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 20

Ezira 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 1:14
  • +Ezr 6:1
  • +Gus 17:18; 2Bm 22:8
  • +Ezr 5:8; Dn 2:47

Ezira 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 6:4; Zb 68:29
  • +Zb 9:11; 76:2; 135:21

Ezira 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 8:25
  • +Ezr 1:6

Ezira 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:5
  • +Lw 1:10
  • +Gh 28:3
  • +Gh 15:4
  • +Lw 23:13
  • +Gus 12:6
  • +1Bm 11:36

Ezira 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:7
  • +Ezr 7:26
  • +Ef 5:17

Ezira 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:7; 8:30
  • +Yr 3:17

Ezira 7:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 6:4, 8

Ezira 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 6:12; Ums 8:4
  • +Ezr 6:8
  • +Yos 1:4; 1Bm 4:24; Ezr 4:20
  • +Ezr 7:6; Neh 8:2

Ezira 7:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Koro imwe yangana n’amalitiro 220.

  • *

    Bati imwe yangana n’amalitiro 22.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:24
  • +1Bm 4:22; Ezk 45:14
  • +Ezk 45:11
  • +Gh 15:5
  • +Kv 27:20; Lw 2:1
  • +Lw 2:13

Ezira 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:4
  • +Ef 6:6; Kl 3:23
  • +Ezr 1:2; Yes 40:22
  • +It 12:3; Ezr 6:10; Yes 60:12

Ezira 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:36
  • +Ezr 2:40
  • +1Ng 15:16
  • +Ezr 2:42
  • +1Ng 9:2; Ezr 2:58
  • +Neh 5:4
  • +Ezr 4:20

Ezira 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 2:6; Yak 1:5
  • +Kv 18:22; Gus 16:18; 2Ng 19:8
  • +2Ng 17:9; Neh 8:3; Mal 2:7; Mt 13:52

Ezira 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:8
  • +Ezr 6:11
  • +It 4:11
  • +Kv 22:6

Ezira 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:11
  • +Ezr 6:22; Img 21:1
  • +Yes 60:13

Ezira 7:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:9; Neh 1:11
  • +Ezr 7:14; Est 1:14
  • +Ezr 8:18; Neh 2:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezr. 7:1Ezr 6:14; Neh 2:1
Ezr. 7:1Ezr 7:6; Neh 8:2; 12:26
Ezr. 7:11Ng 6:14
Ezr. 7:12Bm 22:8
Ezr. 7:21Ng 6:12
Ezr. 7:2Neh 11:11
Ezr. 7:31Ng 6:11
Ezr. 7:31Ng 6:10; 2Ng 31:10
Ezr. 7:31Ng 6:7
Ezr. 7:41Ng 6:6
Ezr. 7:41Ng 6:51
Ezr. 7:41Ng 6:5
Ezr. 7:51Ng 6:4
Ezr. 7:5Kv 6:25; Gh 25:11; Abc 20:28
Ezr. 7:5Kv 6:23; Gh 3:32; Gus 10:6; Yos 14:1; 1Ng 24:1
Ezr. 7:5Kv 7:1; 28:1
Ezr. 7:5Heb 5:4
Ezr. 7:6Neh 8:1, 4
Ezr. 7:6Gus 4:5; 5:1; 28:1
Ezr. 7:6Neh 1:11; 2:8
Ezr. 7:7Ezr 8:15
Ezr. 7:7Ezr 8:18
Ezr. 7:71Ng 6:32
Ezr. 7:71Ng 9:22, 26
Ezr. 7:71Ng 9:2; Ezr 7:24; 8:20
Ezr. 7:7Ezr 6:14
Ezr. 7:9Ezr 8:22
Ezr. 7:10Gus 30:6; 2Ng 19:3; Zb 78:8
Ezr. 7:10Zb 1:2; 19:7
Ezr. 7:10Gus 5:1; 17:10
Ezr. 7:10Gus 33:10; Mal 2:7
Ezr. 7:10Gus 12:1
Ezr. 7:10Img 29:4; Yes 1:17; Zk 7:9
Ezr. 7:11Ezr 7:6
Ezr. 7:12Ezr 6:14; Neh 2:1
Ezr. 7:12Dn 2:37
Ezr. 7:12Ezr 5:11
Ezr. 7:12Ezr 5:7
Ezr. 7:13Ezr 5:17
Ezr. 7:13Est 9:30
Ezr. 7:13Gus 30:3; Ezr 1:3
Ezr. 7:14Est 1:14
Ezr. 7:14Ezr 6:1
Ezr. 7:14Gus 17:18; 2Bm 22:8
Ezr. 7:14Ezr 5:8; Dn 2:47
Ezr. 7:15Ezr 6:4; Zb 68:29
Ezr. 7:15Zb 9:11; 76:2; 135:21
Ezr. 7:16Ezr 8:25
Ezr. 7:16Ezr 1:6
Ezr. 7:17Lw 1:5
Ezr. 7:17Lw 1:10
Ezr. 7:17Gh 28:3
Ezr. 7:17Gh 15:4
Ezr. 7:17Lw 23:13
Ezr. 7:17Gus 12:6
Ezr. 7:171Bm 11:36
Ezr. 7:182Bm 22:7
Ezr. 7:18Ezr 7:26
Ezr. 7:18Ef 5:17
Ezr. 7:19Ezr 1:7; 8:30
Ezr. 7:19Yr 3:17
Ezr. 7:20Ezr 6:4, 8
Ezr. 7:21Ezr 6:12; Ums 8:4
Ezr. 7:21Ezr 6:8
Ezr. 7:21Yos 1:4; 1Bm 4:24; Ezr 4:20
Ezr. 7:21Ezr 7:6; Neh 8:2
Ezr. 7:221Bm 16:24
Ezr. 7:221Bm 4:22; Ezk 45:14
Ezr. 7:22Ezk 45:11
Ezr. 7:22Gh 15:5
Ezr. 7:22Kv 27:20; Lw 2:1
Ezr. 7:22Lw 2:13
Ezr. 7:23Zb 119:4
Ezr. 7:23Ef 6:6; Kl 3:23
Ezr. 7:23Ezr 1:2; Yes 40:22
Ezr. 7:23It 12:3; Ezr 6:10; Yes 60:12
Ezr. 7:24Ezr 2:36
Ezr. 7:24Ezr 2:40
Ezr. 7:241Ng 15:16
Ezr. 7:24Ezr 2:42
Ezr. 7:241Ng 9:2; Ezr 2:58
Ezr. 7:24Neh 5:4
Ezr. 7:24Ezr 4:20
Ezr. 7:25Img 2:6; Yak 1:5
Ezr. 7:25Kv 18:22; Gus 16:18; 2Ng 19:8
Ezr. 7:252Ng 17:9; Neh 8:3; Mal 2:7; Mt 13:52
Ezr. 7:26Gus 4:8
Ezr. 7:26Ezr 6:11
Ezr. 7:26It 4:11
Ezr. 7:26Kv 22:6
Ezr. 7:27Gus 1:11
Ezr. 7:27Ezr 6:22; Img 21:1
Ezr. 7:27Yes 60:13
Ezr. 7:28Ezr 9:9; Neh 1:11
Ezr. 7:28Ezr 7:14; Est 1:14
Ezr. 7:28Ezr 8:18; Neh 2:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Ezira 7:1-28

Ezira

7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+, 2 Hilikiya mwene Shalumu+, Shalumu mwene Zadoki, Zadoki mwene Ahitubu+, 3 Ahitubu mwene Amariya+, Amariya mwene Azariya+, Azariya mwene Merayoti+, 4 Merayoti mwene Zerahiya+, Zerahiya mwene Uzi+, Uzi mwene Buki+, 5 Buki mwene Abishuwa+, Abishuwa mwene Finehasi+, Finehasi mwene Eleyazari+, Eleyazari mwene Aroni+ umukuru w’abaherezi+⁠—​ 6 uwo Ezira araduga avuye i Babiloni; yari umwimuzi w’umuhanga+ mu bijanye n’itegeko rya Musa+, iryo Yehova Imana ya Isirayeli yari yaratanze, ku buryo umwami amuha ivyo yasavye vyose akurikije ukuboko kwa Yehova Imana yiwe kwari kuri we+.

7 Nuko bamwe muri bene Isirayeli no mu baherezi+, n’Abalewi+, n’abaririmvyi+, n’abarinzi b’amarembo+, n’Abanetinimu+, baduga i Yeruzalemu mu mwaka ugira indwi wa Aritazeruzi+ umwami. 8 Amaherezo ashika i Yeruzalemu mu kwezi kugira gatanu, ni ukuvuga mu mwaka ugira indwi w’umwami. 9 Kuko ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere, we ubwiwe yashinze ivyo kuduga avuye i Babiloni, maze ashika i Yeruzalemu ku musi wa mbere w’ukwezi kugira gatanu, akurikije ukuboko kwiza kw’Imana kwari kuri we+. 10 Kuko Ezira yari yarateguriye+ umutima wiwe gusuzuma itegeko rya Yehova+, kurikurikiza+ no kwigisha+ muri Isirayeli ingingo nyobozi+ be n’ubutungane+.

11 Ng’iyi ikopi y’ikete Umwami Aritazeruzi yahaye Ezira umuherezi, wa mwimuzi+, umwimuzi w’amajambo yo mu mabwirizwa ya Yehova akaba n’umwimuzi w’ingingo nyobozi ziwe zashiriweho Isirayeli:

12 “Aritazeruzi+, umwami w’abami+, kuri Ezira umuherezi, umwimuzi w’itegeko ry’Imana y’amajuru+: Gira amahoro y’umusesekara+! Ubu rero 13 ntanze itegeko+: mu karere ntwara+, umuntu wese wo mu bantu ba Isirayeli n’abaherezi babo n’Abalewi babo agomba kujana nawe i Yeruzalemu, nagende+. 14 Kubera ko itegeko ryarungitswe rivuye imbere y’umwami n’abajanama biwe indwi+ kugira ngo hagirwe itohoza+ ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu buryo buhuye n’itegeko+ ry’Imana yawe+ riri mu kuboko kwawe, 15 no kugira ngo hajanwe ifeza n’inzahabu umwami n’abajanama biwe bahaye babikunze+ Imana ya Isirayeli iba i Yeruzalemu+, 16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzosanga mu ntara y’ubutware yose ya Babiloni hamwe n’ingabirano y’abantu+ n’iy’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo+ iri i Yeruzalemu; 17 ayo mahera rero uzoce buno nyene uyagura amashūri+, impfizi z’intama+, imyagazi y’intama+ n’amashikanwa yayo y’intete+ n’amashikanwa yayo y’ikinyobwa+ uheze ubishikane ku gicaniro c’inzu y’Imana yanyu+ iri i Yeruzalemu+.

18 “Kandi ifeza n’inzahabu bisigaye+, wewe na bene wanyu muze mubikoreshe ico muzobona ko kibereye+, mukurikije ivyo Imana yanyu igomba+. 19 Ivyombo+ uhawe ku bw’igikorwa c’inzu y’Imana yawe uze ubishikane vyose imbere y’Imana i Yeruzalemu+. 20 Ibisigaye mu bintu vya nkenerwa vy’inzu y’Imana yawe ubwirizwa gutanga, uze ubitange ubikuye mu nzu y’amatunga y’umwami+.

21 “Nanje ubwanje, jewe Aritazeruzi umwami, mpaye itegeko+ abanyabigega+ bose bari hakurya ya rwa Ruzi+, yuko ikintu cose Ezira+ umuherezi, wa mwimuzi w’itegeko ry’Imana y’amajuru, azobasaba kizokorwa bidatevye, 22 ahabwe no gushika kw’italanto ijana+ z’ifeza n’ingero ijana za koro*+ z’ingano n’ingero ijana za bati*+ z’umuvinyu+ n’ingero ijana za bati z’amavuta+, n’umunyu+ utagira urugero. 23 Ikintu cose gitegetswe+ n’Imana y’amajuru kize gikoranwe umwete+ ku bw’inzu y’Imana y’amajuru+, kugira ngo akarere umwami atwara n’abahungu biwe ntibirakirwe+. 24 Namwe mumenyeshejwe yuko uwo ari we wese mu baherezi+ n’Abalewi+, abacuraranzi+, abarinzi b’imiryango+, Abanetinimu+, n’abakozi b’iyi nzu y’Imana, bitemewe kumutangisha ikori canke ikibuguro+ canke itagisi ry’inzira+.

25 “Nawe Ezira, wisunze ubukerebutsi+ bw’Imana yawe buri mu kuboko kwawe, nugene ibisongerezi vy’abacamanza n’abacamanza kugira ngo bagume bacira imanza+ abantu bose bari hakurya ya rwa Ruzi, egome, abazi amategeko y’Imana yawe bose; kandi uwutayazi wese muze muyamwigishe+. 26 Nayo umuntu wese atazokurikiza itegeko ry’Imana yawe+ n’itegeko ry’umwami, aze ashitsweko urubanza bidatevye, rwaba urwo gupfa+ canke urwo kwomorwa+, canke urwo gutanga amande y’amahera+ canke urwo gufungwa.”

27 Hahezagirwe Yehova Imana ya ba sogokuruza bacu+, we yashize ikintu nk’ico mu mutima+ w’umwami, kugira ngo asharize+ inzu ya Yehova iri i Yeruzalemu! 28 Kandi yarangiriye ubuntu bwuzuye urukundo+ imbere y’umwami n’abajanama+ biwe no ku baganwa bakomeye b’umwami bose. Nanje narikomeje nk’uko ukuboko+ kwa Yehova Imana yanje kwari kuri jewe, maze ntangura kwegeranya muri Isirayeli abakuru kugira badugane nanje.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika