ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 24
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 24:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:2
  • +Ivk 25:2, 15
  • +Ivk 23:26

Ivyakozwe 24:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:2; 55:21; Img 26:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 192

Ivyakozwe 24:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 192

Ivyakozwe 24:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:11; Ivk 16:20; 17:6
  • +Lk 23:2; Ivk 19:40
  • +Mt 2:23; Ivk 28:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 192

Ivyakozwe 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 192

Ivyakozwe 24:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Ivk 8:37, akajambo k’epfo.

Ivyakozwe 24:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:15

Ivyakozwe 24:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:26

Ivyakozwe 24:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 25:8
  • +Ivk 21:28

Ivyakozwe 24:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 25:7

Ivyakozwe 24:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:15; Ivk 3:13; 26:22; 2Tm 1:3
  • +Gus 18:18; Ivk 28:23; Rm 3:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2000, rup. 13-14

Ivyakozwe 24:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:6
  • +Yes 26:19; Dn 12:2; Mt 22:31; Yoh 5:28; 11:25; Ivh 20:12
  • +Lk 14:14; Heb 11:35
  • +Lk 23:43

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 30

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 13

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2020, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2015, rup. 6

    1/6/2014, rup. 10-11

    15/3/2012, rup. 11

    15/6/2006, rup. 6

    1/8/2001, rup. 31

    1/8/2000, rup. 13-14

    1/4/1999, rup. 28

    1/7/1998, rup. 30

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 77-79

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 72-73

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 297-298

    Iyo dupfuye, rup. 27

    Ubumenyi, rup. 185-186

    Urashobora Kubaho, rup. 170-172, 179-180

Ivyakozwe 24:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:5; Ivk 23:1; 1Kr 4:4; Heb 13:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 14-15

Ivyakozwe 24:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:29; 2Kr 8:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 169

Ivyakozwe 24:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:26

Ivyakozwe 24:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:30; 25:16

Ivyakozwe 24:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:6; 28:20

Ivyakozwe 24:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:24
  • +Ivk 9:2; 19:9
  • +Ivk 23:26

Ivyakozwe 24:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 27:3

Ivyakozwe 24:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:24
  • +Ivk 16:1
  • +Mt 10:18; 1Pt 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 194-195

Ivyakozwe 24:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:17; 3:22
  • +Gl 5:23; 2Pt 1:6
  • +Mt 12:18; Yoh 16:8; 2Kr 5:10; Ivh 20:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 194-195

Ivyakozwe 24:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:8; Gus 16:19; Zb 26:10; Img 17:23; Yes 5:23
  • +Mr 6:20

Ivyakozwe 24:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 29:25; Lk 23:25; Ivk 25:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 195

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 24:1Ivk 23:2
Ivyak. 24:1Ivk 25:2, 15
Ivyak. 24:1Ivk 23:26
Ivyak. 24:2Zb 12:2; 55:21; Img 26:28
Ivyak. 24:3Ivk 23:26
Ivyak. 24:5Mt 5:11; Ivk 16:20; 17:6
Ivyak. 24:5Lk 23:2; Ivk 19:40
Ivyak. 24:5Mt 2:23; Ivk 28:22
Ivyak. 24:6Ivk 21:28
Ivyak. 24:101Pt 3:15
Ivyak. 24:11Ivk 21:26
Ivyak. 24:12Ivk 25:8
Ivyak. 24:12Ivk 21:28
Ivyak. 24:13Ivk 25:7
Ivyak. 24:14Kv 3:15; Ivk 3:13; 26:22; 2Tm 1:3
Ivyak. 24:14Gus 18:18; Ivk 28:23; Rm 3:21
Ivyak. 24:15Ivk 23:6
Ivyak. 24:15Yes 26:19; Dn 12:2; Mt 22:31; Yoh 5:28; 11:25; Ivh 20:12
Ivyak. 24:15Lk 14:14; Heb 11:35
Ivyak. 24:15Lk 23:43
Ivyak. 24:16Dn 6:5; Ivk 23:1; 1Kr 4:4; Heb 13:18
Ivyak. 24:17Ivk 11:29; 2Kr 8:4
Ivyak. 24:18Ivk 21:26
Ivyak. 24:19Ivk 23:30; 25:16
Ivyak. 24:21Ivk 23:6; 28:20
Ivyak. 24:22Ivk 23:24
Ivyak. 24:22Ivk 9:2; 19:9
Ivyak. 24:22Ivk 23:26
Ivyak. 24:23Ivk 27:3
Ivyak. 24:24Ivk 23:24
Ivyak. 24:24Ivk 16:1
Ivyak. 24:24Mt 10:18; 1Pt 3:15
Ivyak. 24:25Rm 1:17; 3:22
Ivyak. 24:25Gl 5:23; 2Pt 1:6
Ivyak. 24:25Mt 12:18; Yoh 16:8; 2Kr 5:10; Ivh 20:12
Ivyak. 24:26Kv 23:8; Gus 16:19; Zb 26:10; Img 17:23; Yes 5:23
Ivyak. 24:26Mr 6:20
Ivyak. 24:27Img 29:25; Lk 23:25; Ivk 25:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 24:1-27

Ivyakozwe

24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abagabo b’inararibonye bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu, uwitwa Teritulo, hanyuma barega+ Paulo kuri buramatari+. 2 Ahamagawe, Teritulo atangura kumwagiriza, ati:

“Kubera ko dufise amahoro menshi+ biciye kuri wewe be n’uko hari ibiriko biratunganywa busha muri iri hanga biciye ku gutegekanya ibintu kwawe, 3 mu bihe vyose n’ahantu hose turavyakirana ugukenguruka kwinshi, Nyakwubahwa+ Felisi. 4 Mugabo kugira singufatire cane, ndakwinginze utwumve gatoyi mu kumera neza kwawe. 5 Kuko twasanze uyu mugabo ari ikiza+, avyura imigumuko+ mu Bayuda bose kw’isi yose, akaba na kizigenza w’umuce w’idini w’Abanyanazareti+, 6 akaba kandi ari umuntu yagerageje guhumanya urusengero+, tukaba twamufashe. 7* —— 8 Wewe ubwawe mu kumusambisha urashobora kumenya ivy’ivyo vyose tumwagiriza avyivugiye.”

9 Kuri ivyo Abayuda na bo nyene biyunga kuri ico gitero, bemeza yuko ivyo ari ko biri. 10 Paulo na we, aho buramatari amuhereye ikimenyetso akoresheje umutwe mu kumwemerera kuvuga, yishura ati:

“Kubera nzi neza yuko umaze imyaka myinshi uri umucamanza w’iri hanga, bitumye mvuga ivyanje ata ngorane mu kwiregura+, 11 narirya wewe ushoboye kumenya yuko kuri jewe ata misi irenze cumi n’ibiri irahaca kuva nduze gusenga+ i Yeruzalemu; 12 kandi ntibansanze mu rusengero+ ndiko mparira n’umuntu n’umwe canke ntera akagwi+ guhundara hamwe, haba mu masinagogi canke mu gisagara hose. 13 Eka ntibashobora no kwemeza+ imbere yawe ivyo banyagiriza ubu nyene. 14 Mugabo ico nkwemereye coco ni iki: nk’uko ya nzira bita ‘umuce w’idini’ iri, ni ko ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje igikorwa ceranda+, nk’uko nemera ibintu vyose biri mw’Itegeko+ kandi vyanditswe mu Bahanuzi; 15 kandi ndafise icizigiro+ ku Mana, ari na co cizigiro aba na bo nyene bafise, yuko hagiye kubaho izuka+ ry’abagororotsi+ n’abatari abagororotsi+. 16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu. 17 Nuko haciye imyaka itari mike ndashika kugira ngo nzanire ihanga ryanje imfashanyo y’aboro, n’amashikanwa+. 18 Igihe nari kuri ivyo, bansanze mu rusengero mpumanuwe nk’uko bisabwa+, mugabo ata sinzi canke uruhagarara. Mugabo hari Abayuda bamwe bo mu ntara ya Aziya 19 bari bakwiye kuba bahari imbere yawe bakanyagiriza nimba hoba hari ico bandega+. 20 Canke na ho, abari ng’aha nibivugire ubwabo ikibi babonye igihe nari mpagaze imbere y’Inama Nkuru, 21 atari iri jambo rimwe nasemereye mpagaze muri bo, nti: ‘Izuka ry’abapfuye ni ryo ndiko ncirwako urubanza uno musi imbere yanyu+.’”

22 Ariko Felisi+, kubera yari azi neza ivy’iyo Nzira+, ashira abo bantu ku kindi gihe, avuga ati: “Aho Lisiyasi+ komanda wa gisirikare azomanukira hose, nzofata ingingo kuri ivyo bintu biberekeye.” 23 Hanyuma ategeka intwazangabo yuko uwo muntu aguma acunzwe mugabo agatezurirwa gatoyi mu kubohwa kwiwe, be n’uko atobuza umuntu n’umwe mu biwe kumukorera+.

24 Haciye imisi mikeyi Felisi+ arashika ari kumwe na Durusila umugore wiwe, akaba yari Umuyudakazi+, hanyuma atumako Paulo maze aramwumviriza ku bijanye n’ukwemera Kristu Yezu+. 25 Mugabo avuze ibijanye n’ubugororotsi+ n’ukwigumya+ be n’ivy’uguca imanza+ kuzoza, Felisi agira ubwoba, yishura ati: “Ubu nugende, mugabo ninaronka umwanya ubereye nzosubira ngutumeko.” 26 Ariko ico gihe nyene yari yizigiye ko Paulo amuha amahera+. Ni co catumye anarushirizaho kumutumako kenshi, akayaga na we+. 27 Mugabo haheze imyaka ibiri, Felisi asubirirwa na Porusiyo Fesito; hanyuma kubera ko Felisi yipfuza kwitonesha+ ku Bayuda, asiga Paulo aboshwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika