ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yoweli 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:5; Ezk 33:3
  • +Zf 1:16
  • +Zk 8:3
  • +Am 3:6
  • +Zf 1:14; Mal 4:1

Yoweli 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:28; 13:16; Am 5:18
  • +Am 4:13; Zf 1:15
  • +Yw 1:6
  • +Kv 10:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2007, rup. 13

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 142-143

Yoweli 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 1:19
  • +Am 7:4
  • +It 2:8; 13:10; Yes 51:3

Yoweli 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 9:7

Yoweli 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 9:9
  • +Yes 5:24
  • +Img 30:27

Yoweli 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:21
  • +Nah 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 17

Yoweli 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 1:23
  • +Img 30:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 18-19

    1/5/1998, rup. 17

Yoweli 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3, 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 18-19

    1/5/1998, rup. 17

Yoweli 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3, 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 17-18

Yoweli 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:28; Yw 2:31; Mt 24:29; Lk 21:25; Ivk 2:20; Ivh 9:2
  • +Yes 13:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 18

Yoweli 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; Yes 42:13; Yr 25:30; Yw 3:16; Am 1:2
  • +Yw 2:25
  • +Yw 2:2
  • +Yr 30:7; Am 5:18; Zf 1:15
  • +Gh 24:23; Nah 1:6; Ivh 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 15, 18

Yoweli 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:1; Hs 12:6; 14:1
  • +1Sm 7:6; 2Ng 20:3
  • +Ezr 10:1; Yes 22:12; Yak 4:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 21-22

Yoweli 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:19; Zb 34:18; 51:17; Yes 57:15
  • +It 37:34; 2Sm 1:11
  • +Kv 34:6; Mik 7:19
  • +Gh 14:18; Yes 48:9; Mik 7:18; Nah 1:3
  • +Neh 9:17; Zb 86:15; 103:8; Yon 4:2
  • +Zb 106:45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 21-22

Yoweli 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 30:8; Yr 18:8; Yon 3:9; Zf 2:3
  • +Yes 65:8; Mik 7:20; Hg 2:19

Yoweli 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:1
  • +Yr 36:9; Yw 1:14
  • +2Ng 7:9

Yoweli 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:10
  • +Gus 29:11; 31:12; 2Ng 20:13

Yoweli 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 8:12; Mt 23:35
  • +Gus 28:37; Zb 44:14
  • +Gus 32:27; Zb 42:10; 79:10; 115:2; Mik 7:10

Yoweli 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 1:14; 8:2
  • +Gus 32:36; Zb 103:13; Yes 60:10; Int 3:22; Hs 11:8; Lk 15:20; Yak 5:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 23

Yoweli 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 62:8; Am 9:13; Mal 3:10
  • +Ezk 34:29; 36:15

Yoweli 2:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:14
  • +Ezk 47:18
  • +Gus 11:24; 34:2
  • +Yes 34:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3, 5

Yoweli 2:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 126:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 23-24

Yoweli 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:6
  • +Zb 65:12; Yes 30:23; Zk 8:12
  • +Zb 67:6; Yes 51:3; Ezk 34:27
  • +Am 9:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 23-24

Yoweli 2:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:7; Yes 12:6; 41:16; 61:10; Hab 3:18; Zk 10:7
  • +Lw 26:4
  • +Gus 11:14; Zk 10:1; Yak 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 23-24

Yoweli 2:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:10; Img 3:10; Am 9:13; Mal 3:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 23-24

Yoweli 2:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 1:4; Am 4:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3

Yoweli 2:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:5; Gus 6:11; Zb 22:26
  • +Gus 26:10
  • +Zb 13:6; 72:18; Yes 25:1
  • +Zb 37:19; Zf 3:11; Rm 5:5

Yoweli 2:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:11; Zb 46:5; Ezk 37:26
  • +Gus 4:35; 1Bm 8:60; Yes 45:5

Yoweli 2:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:15; 44:3; Ezk 39:29; Ivk 2:17
  • +Zk 12:10; Yoh 7:39; Ivk 10:45
  • +Ivk 21:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3, 5-7

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    10/2017, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2002, rup. 15

    1/5/1998, rup. 19-21

Yoweli 2:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3, 5-7

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2002, rup. 15

    1/5/1998, rup. 19-21

Yoweli 2:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:19
  • +Ivh 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20, 24-25

    1/1/1998, rup. 11-12

Yoweli 2:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:20
  • +Yes 13:10; Yw 3:15; Mt 24:29; Mr 13:24; Lk 21:25; Ivh 6:12
  • +Zf 1:14; Mal 4:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20, 24-25

    1/1/1998, rup. 11-12

    1/3/1997, rup. 24

Yoweli 2:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:15; Ivk 2:21; Rm 10:13
  • +Yes 46:13; Ob 17
  • +Yes 11:11; Yr 31:7; Mik 4:7; Rm 9:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    10/2017, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2007, rup. 13

    1/5/1998, rup. 19-25

    1/1/1998, rup. 11-12, 14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yow. 2:1Yr 4:5; Ezk 33:3
Yow. 2:1Zf 1:16
Yow. 2:1Zk 8:3
Yow. 2:1Am 3:6
Yow. 2:1Zf 1:14; Mal 4:1
Yow. 2:2Yr 4:28; 13:16; Am 5:18
Yow. 2:2Am 4:13; Zf 1:15
Yow. 2:2Yw 1:6
Yow. 2:2Kv 10:14
Yow. 2:3Yw 1:19
Yow. 2:3Am 7:4
Yow. 2:3It 2:8; 13:10; Yes 51:3
Yow. 2:4Ivh 9:7
Yow. 2:5Ivh 9:9
Yow. 2:5Yes 5:24
Yow. 2:5Img 30:27
Yow. 2:6Yr 8:21
Yow. 2:6Nah 2:10
Yow. 2:72Sm 1:23
Yow. 2:7Img 30:27
Yow. 2:10Yr 4:28; Yw 2:31; Mt 24:29; Lk 21:25; Ivk 2:20; Ivh 9:2
Yow. 2:10Yes 13:10
Yow. 2:11Zb 46:6; Yes 42:13; Yr 25:30; Yw 3:16; Am 1:2
Yow. 2:11Yw 2:25
Yow. 2:11Yw 2:2
Yow. 2:11Yr 30:7; Am 5:18; Zf 1:15
Yow. 2:11Gh 24:23; Nah 1:6; Ivh 6:17
Yow. 2:12Yr 4:1; Hs 12:6; 14:1
Yow. 2:121Sm 7:6; 2Ng 20:3
Yow. 2:12Ezr 10:1; Yes 22:12; Yak 4:9
Yow. 2:132Bm 22:19; Zb 34:18; 51:17; Yes 57:15
Yow. 2:13It 37:34; 2Sm 1:11
Yow. 2:13Kv 34:6; Mik 7:19
Yow. 2:13Gh 14:18; Yes 48:9; Mik 7:18; Nah 1:3
Yow. 2:13Neh 9:17; Zb 86:15; 103:8; Yon 4:2
Yow. 2:13Zb 106:45
Yow. 2:142Ng 30:8; Yr 18:8; Yon 3:9; Zf 2:3
Yow. 2:14Yes 65:8; Mik 7:20; Hg 2:19
Yow. 2:15Yw 2:1
Yow. 2:15Yr 36:9; Yw 1:14
Yow. 2:152Ng 7:9
Yow. 2:16Kv 19:10
Yow. 2:16Gus 29:11; 31:12; 2Ng 20:13
Yow. 2:172Ng 8:12; Mt 23:35
Yow. 2:17Gus 28:37; Zb 44:14
Yow. 2:17Gus 32:27; Zb 42:10; 79:10; 115:2; Mik 7:10
Yow. 2:18Zk 1:14; 8:2
Yow. 2:18Gus 32:36; Zb 103:13; Yes 60:10; Int 3:22; Hs 11:8; Lk 15:20; Yak 5:11
Yow. 2:19Yes 62:8; Am 9:13; Mal 3:10
Yow. 2:19Ezk 34:29; 36:15
Yow. 2:20Yr 1:14
Yow. 2:20Ezk 47:18
Yow. 2:20Gus 11:24; 34:2
Yow. 2:20Yes 34:3
Yow. 2:21Zb 126:3
Yow. 2:22Zb 65:12; Yes 30:23; Zk 8:12
Yow. 2:22Zb 67:6; Yes 51:3; Ezk 34:27
Yow. 2:22Am 9:14
Yow. 2:22Zb 36:6
Yow. 2:23Zb 28:7; Yes 12:6; 41:16; 61:10; Hab 3:18; Zk 10:7
Yow. 2:23Lw 26:4
Yow. 2:23Gus 11:14; Zk 10:1; Yak 5:7
Yow. 2:24Lw 26:10; Img 3:10; Am 9:13; Mal 3:10
Yow. 2:25Yw 1:4; Am 4:9
Yow. 2:26Lw 26:5; Gus 6:11; Zb 22:26
Yow. 2:26Gus 26:10
Yow. 2:26Zb 13:6; 72:18; Yes 25:1
Yow. 2:26Zb 37:19; Zf 3:11; Rm 5:5
Yow. 2:27Lw 26:11; Zb 46:5; Ezk 37:26
Yow. 2:27Gus 4:35; 1Bm 8:60; Yes 45:5
Yow. 2:28Yes 32:15; 44:3; Ezk 39:29; Ivk 2:17
Yow. 2:28Zk 12:10; Yoh 7:39; Ivk 10:45
Yow. 2:28Ivk 21:9
Yow. 2:29Ivk 2:18
Yow. 2:30Ivk 2:19
Yow. 2:30Ivh 9:2
Yow. 2:31Ivk 2:20
Yow. 2:31Yes 13:10; Yw 3:15; Mt 24:29; Mr 13:24; Lk 21:25; Ivh 6:12
Yow. 2:31Zf 1:14; Mal 4:5
Yow. 2:32Zb 50:15; Ivk 2:21; Rm 10:13
Yow. 2:32Yes 46:13; Ob 17
Yow. 2:32Yes 11:11; Yr 31:7; Mik 4:7; Rm 9:27
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Yoweli 2:1-32

Yoweli

2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi! 2 Ni umusi w’umwiza n’umuzimagiza+, umusi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya, nk’umuco w’umutwenzi utambitse ku misozi+.

“Hari igisata kigwiriye kandi gikomeye+; nta kimeze nka co cigeze kubaho kuva mu bihe vya kera bitagira urugero*+, kandi mu nyuma zaco nta kizokwongera kubaho gushika mu myaka izoza uko iyaruka rikurikira irindi. 3 Imbere yaco umuriro warigase+, inyuma yaco na ho urubeya ruratongora+. Imbere yaco igihugu kimeze nka wa murima wa Edeni+, mugabo inyuma yaco ni agahinga k’umusaka; emwe, nta na kimwe gicika kw’icumu.

4 “Gifise ishusho nk’iy’amafarasi, kandi baguma biruka nk’amafarasi y’imbangutsi+. 5 Baguma bikina amatavu ukamengo ni urwamo rw’imikogote ku masonga y’imisozi+, ukamengo ni urwamo rw’umuriro ururumba urigata ibishakara+. Ni nk’igisata gikomeye, gitonze urugamba+. 6 Ibisata vy’abantu bizogira ububabare bukaze kubera co+. Nayo mu maso ha bose, ntihazobura kujonjogora+.

7 “Biruka nk’abanyabubasha+. Burira uruhome nk’abarwanyi. Umwe wese muri bo ajana inzira ziwe bwite, kandi ntibahindura iminyuro yabo+. 8 Ntibasunikana. Baguma bagenda nk’umugabo ari mu nzira yiwe; bishitse bamwe bakagwa mu myampi, abandi ntibahagarara.

9 “Bitera mu gisagara. Biruka ku ruhome. Burira ku mazu. Binjirana mu madirisha nk’igisuma. 10 Imbere y’ico gisata igihugu kirahagaritse umutima, amajuru yatigise. Izuba n’ukwezi vyacuze umwiza+, inyenyeri na zo zidohora ukwakaka kwazo+. 11 Emwe, Yehova ubwiwe azokwumvikanisha ijwi ryiwe+ imbere y’inteko ziwe za gisirikare+, kuko ikambi yiwe igwiriye cane+. Kuko uwushitsa ijambo ryiwe ari uw’inkomezi; kuko umusi wa Yehova uhambaye+ kandi uteye ubwoba cane; kandi ni nde yowihanganira+?”

12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+. 13 Nimutantamure imitima yanyu+, si impuzu zanyu+; nimugaruke kuri Yehova Imana yanyu, kuko ari umunyempuhwe n’umunyembabazi+, ateba gushavura+ kandi agwije ubuntu bwuzuye urukundo+, na we ntazobura kwicuza kuri ivyo vyago+. 14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?

15 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+. Nimweze igihe co kwisonzesha+. Nimukoranye ikoraniro ry’agakūra+. 16 Nimukoranirize hamwe abantu. Nimweze ishengero+. Nimwegeranirize hamwe abatama. Nimukoranirize hamwe abana n’abonka+. Umukwe nasohoke ave mu cumba ciwe, n’umugeni ave mu cumba ciwe c’ubugeni.

17 “Hagati y’ibaraza n’igicaniro+, abaherezi, abasuku ba Yehova, nibarire bavuge bati: ‘Umvira akagongwe abantu bawe, Yehova we, kandi intoranwa yawe ntuyigire iceyi+, ngo amahanga abaganze. Kubera iki bokwirirwa baravugira mu bisata vy’abantu ngo: “Mbega Imana yabo iri he+?”’ 18 Yehova azogirira umwete igihugu ciwe+, agirire impuhwe abantu biwe+. 19 Kandi Yehova azokwishura abantu biwe ati: ‘Ehe ngira ndabarungikire intete n’umuvinyu mushasha n’amavuta, namwe ntimuzobura guhazwa na vyo+; kandi sinzokwongera kubagira iceyi mu mahanga+. 20 Umunyaburaruko+ nzomubakurako ndamushire kure yanyu, ndamushwiragirize koko mu gihugu kigadutse, ahantu h’igiharabuga, mu maso hiwe haraba ku kiyaga co mu buseruko+, igice ciwe c’inyuma na co kiraba ku kiyaga co mu burengero+. Kandi umuduhu umuvako uzoduga koko, umunuko umuvako na wo ugume uduga+; kuko vy’ukuri Imana izokora ikintu gikomeye mu vyo ikora.’

21 “Ntugire ubwoba, butaka we! Nunezerwe uhimbarwe; kuko vy’ukuri Yehova azokora ikintu gikomeye mu vyo akora+. 22 Ntimugire ubwoba, mwa bikoko vyo mu gahinga+, kuko amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga atazobura gutotahara+. Kuko igiti kizotanga koko ivyamwa vyaco+. Igiti c’umusukoni be n’umuzabibu ntibizobura gutanga inkomezi zavyo+. 23 Namwe bana ba Siyoni, nimunezerwe muhimbarwe muri Yehova Imana yanyu+; kuko atazobura kubaha imvura y’agatasi ku rugero rukwiriye+, kandi azobacuncuburirako imvura, imvura y’agatasi n’imvura y’impeshi, nko mu ntango+. 24 Emwe, imbuga z’ikubitiro zizokwuzura intete zisukuye, n’ibikono muganiramwo bisesekare umuvinyu mushasha n’amavuta+. 25 Nzobashumbusha ku myaka yariwe n’uruzige be n’uruzige rutagira amababa rwikwega hasi, n’inyenzi n’ikinyabwoya, za nteko zanje za gisirikare zikomeye nabarungikamwo+. 26 Emwe, muzorya, murye muhage+, kandi ntimuzobura gushemeza izina rya Yehova Imana yanyu+ yabakoreye ibintu vy’agatangaza gutyo+; kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero+. 27 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko ndi hagati muri Isirayeli+, be n’uko jewe ndi Yehova Imana yanyu kandi ko ata wundi ariho+. Kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero.

28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe. 29 Kandi nzosuka impwemu yanje mbere no ku basuku n’abasukukazi muri iyo misi+.

30 “Kandi nzotanga ibitangaza mu majuru+ no kw’isi, amaraso n’umuriro n’inkingi z’umwotsi+. 31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+. 32 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: umuntu wese yambaza izina rya Yehova azokira+; kuko ku musozi Siyoni be n’i Yeruzalemu hazoboneka abacitse kw’icumu+, nk’uko Yehova yavuze, no mu barokotse, abo Yehova ahamagara+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika