ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 65
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 65:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:4; Yes 55:6
  • +Hs 2:23
  • +Rm 9:30; 10:20; Ef 2:12
  • +Hs 1:10; Zk 2:11; 1Pt 2:10
  • +Yes 45:22

Yesaya 65:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:27; Neh 9:29; Yes 1:2; Yr 5:23; 6:28; Zk 7:11; Ivk 7:51
  • +Zb 36:4; Yr 5:31; 35:15
  • +Yes 55:7; 59:7; Yr 18:12; Mt 15:19; Yak 1:14

Yesaya 65:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:16; 2Bm 17:17; 22:17; Yr 32:29, 30
  • +Lw 17:5; Yes 1:29; 66:17
  • +2Ng 34:25; Yr 44:3

Yesaya 65:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 19:16; Gus 18:11
  • +Lw 11:7; Gus 14:8; Yes 66:17
  • +Lw 11:4; Gus 14:3

Yesaya 65:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 18:9, 11
  • +Zb 101:5; Img 16:5; Lk 18:14
  • +Gus 29:20

Yesaya 65:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:8; Mal 3:16
  • +Zb 50:3; Yes 43:13; Yr 5:9
  • +Zb 50:21; Yr 16:18; Ezk 11:21; Yw 3:4
  • +Zb 79:12

Yesaya 65:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Lw 26:39; Mt 23:35
  • +Ezk 20:28
  • +1Bm 22:43; 2Bm 12:3
  • +Zb 79:12; 1Ts 2:16

Yesaya 65:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 9:13
  • +Yr 30:11; Mt 24:22
  • +It 18:18; Yw 2:14
  • +Am 9:8; Rm 9:27

Yesaya 65:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 37:21; Rm 11:5
  • +It 35:12; Yes 60:21; Ezk 36:8; Ob 17
  • +Yes 61:7
  • +Zf 3:20

Yesaya 65:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 33:9
  • +Gus 28:2; Yes 35:2
  • +Yos 7:24; Hs 2:15
  • +Zb 24:6; Yes 55:6

Yesaya 65:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “Igihamana.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:25; 1Ng 28:9; Yes 1:4
  • +2Ng 28:24; 34:25
  • +Gus 32:17; 1Kr 10:20
  • +Kv 20:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 27-28

Yesaya 65:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:25; Gus 28:22; Ezk 6:13
  • +Gus 28:63; Ezk 9:6
  • +2Ng 36:15; Img 1:24; Yes 50:2; 66:4
  • +2Ng 36:16; Yr 7:13; Zk 7:11; Mt 22:3
  • +2Ng 36:12; Yes 1:16; Yr 16:17
  • +Img 1:29; Yes 66:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 27-28

Yesaya 65:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:10; 37:25; Mal 3:18; Lk 16:25
  • +Zb 37:19; Am 8:11
  • +Yes 49:10
  • +Lk 16:24
  • +Yes 61:7; 66:14
  • +Yes 66:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 234-235

Yesaya 65:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:14; Yr 31:12
  • +Mt 8:12; 24:51; Lk 13:28

Yesaya 65:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:16; Mt 25:41
  • +Yes 62:2; Yr 33:16; Rm 9:26

Yesaya 65:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:18; Zb 72:17; Yr 4:2
  • +Gus 6:13; Yr 4:2; 12:16
  • +Yes 12:1; Yr 31:12; Zf 3:15

Yesaya 65:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 4:3; 5:2; Yes 32:1; 51:16; Lk 12:32; Rm 8:20; Ivh 14:1
  • +It 12:3; Zb 37:29; Yes 49:8; Mt 25:34; Yoh 10:16; 2Pt 3:13; Ivh 7:9
  • +Zb 37:10
  • +Ivh 21:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    2/2017, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2012, rup. 19

    1/10/2008, rup. 8-9

    1/5/2000, rup. 9-11, 14

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 111, 301

Yesaya 65:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 67:3
  • +Zb 96:10; 98:1
  • +Yes 51:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 9-10

Yesaya 65:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 62:4; Yr 32:41
  • +Yes 25:8; Yr 31:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 9-10

Yesaya 65:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 8:12; Int 2:21; Hs 13:16
  • +Yr 6:11; Int 5:14
  • +Ums 8:12; Yes 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 16

Yesaya 65:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:4; Am 9:14
  • +Yes 62:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232, 236-237

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 9

    1/5/2000, rup. 16-17

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

Yesaya 65:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:12, 14; Ivh 21:4
  • +1Kr 15:58

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2018, rup. 5

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232, 236-237

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 16

    1/5/2000, rup. 16-17

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

Yesaya 65:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:4; Gus 28:4; Yes 55:1, 2
  • +Kv 23:26; Yes 33:24; 54:13
  • +Yes 61:9; Zk 10:9
  • +Yes 59:21; 66:22; Yr 32:39

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 17

Yesaya 65:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 91:15
  • +Yes 58:9; Lk 12:30; Rm 8:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 17

Yesaya 65:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 2:18
  • +Yes 11:6
  • +Yes 35:9
  • +It 3:14; Rm 16:20
  • +Yes 2:4; 11:9
  • +Mik 4:2; Zk 8:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 9-10

    1/5/2000, rup. 17-18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 65:1Zb 105:4; Yes 55:6
Yes. 65:1Hs 2:23
Yes. 65:1Rm 9:30; 10:20; Ef 2:12
Yes. 65:1Hs 1:10; Zk 2:11; 1Pt 2:10
Yes. 65:1Yes 45:22
Yes. 65:2Gus 31:27; Neh 9:29; Yes 1:2; Yr 5:23; 6:28; Zk 7:11; Ivk 7:51
Yes. 65:2Zb 36:4; Yr 5:31; 35:15
Yes. 65:2Yes 55:7; 59:7; Yr 18:12; Mt 15:19; Yak 1:14
Yes. 65:3Gus 32:16; 2Bm 17:17; 22:17; Yr 32:29, 30
Yes. 65:3Lw 17:5; Yes 1:29; 66:17
Yes. 65:32Ng 34:25; Yr 44:3
Yes. 65:4Gh 19:16; Gus 18:11
Yes. 65:4Lw 11:7; Gus 14:8; Yes 66:17
Yes. 65:4Lw 11:4; Gus 14:3
Yes. 65:5Lk 18:9, 11
Yes. 65:5Zb 101:5; Img 16:5; Lk 18:14
Yes. 65:5Gus 29:20
Yes. 65:6Zb 56:8; Mal 3:16
Yes. 65:6Zb 50:3; Yes 43:13; Yr 5:9
Yes. 65:6Zb 50:21; Yr 16:18; Ezk 11:21; Yw 3:4
Yes. 65:6Zb 79:12
Yes. 65:7Kv 20:5; Lw 26:39; Mt 23:35
Yes. 65:7Ezk 20:28
Yes. 65:71Bm 22:43; 2Bm 12:3
Yes. 65:7Zb 79:12; 1Ts 2:16
Yes. 65:8Abc 9:13
Yes. 65:8Yr 30:11; Mt 24:22
Yes. 65:8It 18:18; Yw 2:14
Yes. 65:8Am 9:8; Rm 9:27
Yes. 65:9Ezk 37:21; Rm 11:5
Yes. 65:9It 35:12; Yes 60:21; Ezk 36:8; Ob 17
Yes. 65:9Yes 61:7
Yes. 65:9Zf 3:20
Yes. 65:10Yes 33:9
Yes. 65:10Gus 28:2; Yes 35:2
Yes. 65:10Yos 7:24; Hs 2:15
Yes. 65:10Zb 24:6; Yes 55:6
Yes. 65:11Gus 29:25; 1Ng 28:9; Yes 1:4
Yes. 65:112Ng 28:24; 34:25
Yes. 65:11Gus 32:17; 1Kr 10:20
Yes. 65:11Kv 20:3
Yes. 65:12Lw 26:25; Gus 28:22; Ezk 6:13
Yes. 65:12Gus 28:63; Ezk 9:6
Yes. 65:122Ng 36:15; Img 1:24; Yes 50:2; 66:4
Yes. 65:122Ng 36:16; Yr 7:13; Zk 7:11; Mt 22:3
Yes. 65:122Ng 36:12; Yes 1:16; Yr 16:17
Yes. 65:12Img 1:29; Yes 66:3
Yes. 65:13Zb 34:10; 37:25; Mal 3:18; Lk 16:25
Yes. 65:13Zb 37:19; Am 8:11
Yes. 65:13Yes 49:10
Yes. 65:13Lk 16:24
Yes. 65:13Yes 61:7; 66:14
Yes. 65:13Yes 66:5
Yes. 65:14Yes 24:14; Yr 31:12
Yes. 65:14Mt 8:12; 24:51; Lk 13:28
Yes. 65:15Yes 66:16; Mt 25:41
Yes. 65:15Yes 62:2; Yr 33:16; Rm 9:26
Yes. 65:16It 22:18; Zb 72:17; Yr 4:2
Yes. 65:16Gus 6:13; Yr 4:2; 12:16
Yes. 65:16Yes 12:1; Yr 31:12; Zf 3:15
Yes. 65:17Ezr 4:3; 5:2; Yes 32:1; 51:16; Lk 12:32; Rm 8:20; Ivh 14:1
Yes. 65:17It 12:3; Zb 37:29; Yes 49:8; Mt 25:34; Yoh 10:16; 2Pt 3:13; Ivh 7:9
Yes. 65:17Zb 37:10
Yes. 65:17Ivh 21:4
Yes. 65:18Zb 67:3
Yes. 65:18Zb 96:10; 98:1
Yes. 65:18Yes 51:11
Yes. 65:19Yes 62:4; Yr 32:41
Yes. 65:19Yes 25:8; Yr 31:12
Yes. 65:202Bm 8:12; Int 2:21; Hs 13:16
Yes. 65:20Yr 6:11; Int 5:14
Yes. 65:20Ums 8:12; Yes 3:11
Yes. 65:21Yr 31:4; Am 9:14
Yes. 65:21Yes 62:8
Yes. 65:22Zb 92:12, 14; Ivh 21:4
Yes. 65:221Kr 15:58
Yes. 65:23Lw 26:4; Gus 28:4; Yes 55:1, 2
Yes. 65:23Kv 23:26; Yes 33:24; 54:13
Yes. 65:23Yes 61:9; Zk 10:9
Yes. 65:23Yes 59:21; 66:22; Yr 32:39
Yes. 65:24Zb 91:15
Yes. 65:24Yes 58:9; Lk 12:30; Rm 8:26
Yes. 65:25Hs 2:18
Yes. 65:25Yes 11:6
Yes. 65:25Yes 35:9
Yes. 65:25It 3:14; Rm 16:20
Yes. 65:25Yes 2:4; 11:9
Yes. 65:25Mik 4:2; Zk 8:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 65:1-25

Yesaya

65 “Abatari babajije ivyanje+ nararetse barandondera+ . Nararetse ndaronkwa n’abatari bandondeye+. Nabwiye ihanga ritariko ryambaza izina ryanje+ nti: ‘Ndi hano, ndi hano+!’

2 “Nirirwa nsanziye amaboko igisata c’abantu b’akagagazo+, abagendera mu nzira itari nziza+, bagakurikira ivyiyumviro vyabo+; 3 igisata kigizwe n’abantu bama bambabaza+ imbonankubone, bagashikanira ibimazi mu mirima+ bakongera bagafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+ ku matafari, 4 bakicara hagati mu mva+, bakanarara mbere mu tururi tw’inderetsi, bakarya inyama z’ingurube+, mbere umufa w’ibihumanye+ ukaba mu vyombo vyabo; 5 abavuga ngo: ‘Guma aho uri. Ntunyegēre, kuko ntabura kukwandukiza ubweranda+.’ Abo ni umwotsi mu mazuru yanje+, umuriro waka bukarinda bwira+.

6 “Raba! Biranditswe imbere yanje+. Sinzoguma ninumiye+, mugabo nzotanga impera+; mbere nzotanga impera mu gikiriza cabo+, 7 ku bw’amakosa yabo no ku bw’amakosa ya ba sekuruza babo, icarimwe+,” ni ko Yehova avuze. “Kubera ko bafumbishirije umwotsi w’ibimazi ku misozi, bakansigira iceyi+ ku mirambi+, imbere ya vyose nzobagerera rero impembo mu gikiriza cabo+.”

8 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nk’uko nyene umuvinyu mushasha+ usangwa mu musoko w’inzabibu, umuntu akavuga koko ati: ‘Ntuwonone+, kuko muri wo hari umuhezagiro+,’ ni ko nzogirira abasavyi banje kugira ngo sindabageseze bose+. 9 Nzozana uruvyaro ndarukuye muri Yakobo+, muri Yuda na ho nkureyo uwuzotorana imisozi yanje+; abo natoye ntibazobura kuhigarurira+, kandi abasavyi banje ni ho bazoba+. 10 Sharoni+ hazocika koko itongo ryo kuragiramwo intama+, ikiyaya co hasi ca Akori+ na co gicike ahantu inka ziruhukira, ku bw’abantu banje bazoba bandondeye+.

11 “Mugabo mwebwe muri abaheba Yehova+, mukibagira umusozi wanje mweranda+, mugatunganiriza imeza imana y’Umugisha*+, mukuzuriza imana Rugenibishika umuvinyu uvanze+. 12 Nanje nzobagenera kurigatwa n’inkota+, mwese mwunamire gukererwa+; kubera ko nahamagaye+ ntimwitabe; naravuze ntimwumviriza+; mwagumye mukora ivyari bibi mu maso yanje+, muhitamwo ikintu kitampimbara+.”

13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Abasavyi banje bazorya+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+. Raba! Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota+. Raba! Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+. 14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+. 15 Muzoshiraho izina ryanyu ngo ribe iryo kurahirwa n’abo natoye, kandi Umukama Segaba Yehova azobica vy’ukuri umwumwe+, mugabo abasavyi biwe azobita irindi zina+; 16 ku buryo uwo wese azokwihesha umuhezagiro mw’isi azowihesha biciye kuri ya Mana y’ukwizera+, uwo wese arahira indahiro mw’isi na we akazorahira ya Mana y’ukwizera+; kubera ko amarushwa ya kera azokwibagirwa vy’ukuri no kubera ko azohishwa vy’ukuri amaso yanje+.

17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+. 18 Mugabo nimwigine+, munezererwe ibihe bidahera ivyo ndiko ndarema+. Kuko ehe ndiko ndema Yeruzalemu ibe imvo yo kunezerwa, n’abantu bayo babe imvo yo kwigina+. 19 Nzonezererwa Yeruzalemu, nigine abantu banje+; kandi iwe ntihazosubira kwumvikana urwamo rw’amarira canke urwamo rw’akaruru k’amaborogo+.”

20 “Ntihazokwongera kuba umwana yonka wo ng’aho amara imisi mikeyi+, canke umutama adakwiza imisi yiwe+; kuko umuntu azopfa ari nk’agahungu, naho azoba afise imyaka ijana; nayo umucumuzi, naho azoba afise imyaka ijana azohamagarirwako akabi+. 21 Emwe, bazokwubaka amazu bayiberemwo+; emwe, bazotera imirima y’imizabibu birire ivyamwa vyayo+. 22 Ntibazokwubaka ngo uwundi ayibemwo; ntibazotera ngo uwundi abirye. Kuko imisi y’abantu banje izoba nk’imisi y’igiti+; kandi abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c’amaboko yabo+. 23 Ntibazocumukurira ubusa+, eka ntibazovyarira ivyago+; kuko ari uruvyaro rugizwe n’abahezagiwe ba Yehova+, hamwe n’abazobamukako+. 24 Kandi uku ni ko bizoba vy’ukuri: batarasemerera, jewe nzobishura+; bakiriko baravuga, jewe nzokwumva+.

25 “Ibingira+ n’umwagazi w’intama bizorishanya+, kandi intambwe izorya ubwatsi nk’ishūri+; nayo inzoka, umukungugu ni wo uzoba indya zayo+. Nta nabi bizokora+ canke ngo bigire ico vyononye ku musozi wanje mweranda iyo uva ukagera+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika