ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 44
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 44:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 43:1
  • +Ezk 46:1

Ezekiyeli 44:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:10; Ezk 43:2

Ezekiyeli 44:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:16; Yes 32:1
  • +It 31:54; Gus 12:7; 1Kr 10:18
  • +Ezk 40:9; 46:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 24-25

Ezekiyeli 44:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:3; Ezk 3:23; 10:4
  • +It 17:3; Ezk 1:28

Ezekiyeli 44:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:46; 2Ng 11:16; Img 24:32; Ezk 40:4

Ezekiyeli 44:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:27; Yes 1:20; 30:9; Ezk 2:5
  • +Ezk 45:9; 1Pt 4:3

Ezekiyeli 44:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:25; Ivk 21:28
  • +Lw 21:6; Mal 1:7
  • +Lw 3:16
  • +Lw 17:11
  • +Lw 26:15; Gus 31:16; Yr 11:10; Heb 8:9

Ezekiyeli 44:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:2; Gh 18:3; Ivk 7:53
  • +1Ng 23:32

Ezekiyeli 44:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:16; Yw 3:17; Zk 14:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 114

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 23

Ezekiyeli 44:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:8; 2Ng 29:5; Neh 9:34; Yr 23:11; Ezk 8:12
  • +Ezk 48:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 18

Ezekiyeli 44:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:1
  • +2Ng 29:34
  • +Gh 16:9

Ezekiyeli 44:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 6:13
  • +Yes 9:16; Mal 2:8
  • +Gus 32:40; Zb 106:26

Ezekiyeli 44:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:3; 2Bm 23:9
  • +Ezk 32:30

Ezekiyeli 44:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:4; 1Ng 23:28, 32

Ezekiyeli 44:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:46; 43:19
  • +1Bm 2:35
  • +Ezk 44:10; 48:11
  • +Gus 10:8; Ezk 43:19
  • +Lw 3:16
  • +Lw 17:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 18

Ezekiyeli 44:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:6
  • +Ezk 41:22; Mal 1:7
  • +Gh 18:7

Ezekiyeli 44:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:39; 39:27; Lw 16:4; Ivh 19:8

Ezekiyeli 44:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:40; 39:28
  • +Kv 28:42

Ezekiyeli 44:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:10; Ezk 42:14
  • +Ezk 42:13
  • +Kv 30:29; Lw 6:27

Ezekiyeli 44:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:5; Gus 14:1
  • +1Kr 11:14

Ezekiyeli 44:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:9; Lk 1:15

Ezekiyeli 44:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:7
  • +Lw 21:14

Ezekiyeli 44:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:10; Ezk 22:26; Mal 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 11

    1/3/1999, rup. 24

Ezekiyeli 44:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:9
  • +1Ng 23:4; 2Ng 19:8
  • +Lw 23:2
  • +Yes 58:13; Ezk 22:26

Ezekiyeli 44:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:2

Ezekiyeli 44:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 19:12

Ezekiyeli 44:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:3; 8:14

Ezekiyeli 44:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:20; Gus 10:9; 18:1; Yos 13:14, 33; Ezk 45:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 24

Ezekiyeli 44:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:3; 6:18; 7:6; 1Kr 9:13; Heb 13:10
  • +Lw 27:21; Gh 18:14

Ezekiyeli 44:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:19; Gh 3:13; 18:12, 27; Gus 18:4; 2Ng 31:4, 10; Neh 10:35
  • +Gh 15:20; Neh 10:37
  • +Img 3:9; Mal 3:10

Ezekiyeli 44:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:31; Lw 22:8; Gus 14:21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 44:1Ezk 43:1
Ezk. 44:1Ezk 46:1
Ezk. 44:2Kv 24:10; Ezk 43:2
Ezk. 44:3Zb 45:16; Yes 32:1
Ezk. 44:3It 31:54; Gus 12:7; 1Kr 10:18
Ezk. 44:3Ezk 40:9; 46:2
Ezk. 44:4Yes 6:3; Ezk 3:23; 10:4
Ezk. 44:4It 17:3; Ezk 1:28
Ezk. 44:5Gus 32:46; 2Ng 11:16; Img 24:32; Ezk 40:4
Ezk. 44:6Gus 31:27; Yes 1:20; 30:9; Ezk 2:5
Ezk. 44:6Ezk 45:9; 1Pt 4:3
Ezk. 44:7Lw 22:25; Ivk 21:28
Ezk. 44:7Lw 21:6; Mal 1:7
Ezk. 44:7Lw 3:16
Ezk. 44:7Lw 17:11
Ezk. 44:7Lw 26:15; Gus 31:16; Yr 11:10; Heb 8:9
Ezk. 44:8Lw 22:2; Gh 18:3; Ivk 7:53
Ezk. 44:81Ng 23:32
Ezk. 44:9Zb 50:16; Yw 3:17; Zk 14:21
Ezk. 44:102Bm 23:8; 2Ng 29:5; Neh 9:34; Yr 23:11; Ezk 8:12
Ezk. 44:10Ezk 48:11
Ezk. 44:111Ng 26:1
Ezk. 44:112Ng 29:34
Ezk. 44:11Gh 16:9
Ezk. 44:12Ezk 6:13
Ezk. 44:12Yes 9:16; Mal 2:8
Ezk. 44:12Gus 32:40; Zb 106:26
Ezk. 44:13Gh 18:3; 2Bm 23:9
Ezk. 44:13Ezk 32:30
Ezk. 44:14Gh 18:4; 1Ng 23:28, 32
Ezk. 44:15Ezk 40:46; 43:19
Ezk. 44:151Bm 2:35
Ezk. 44:15Ezk 44:10; 48:11
Ezk. 44:15Gus 10:8; Ezk 43:19
Ezk. 44:15Lw 3:16
Ezk. 44:15Lw 17:6
Ezk. 44:16Ivh 1:6
Ezk. 44:16Ezk 41:22; Mal 1:7
Ezk. 44:16Gh 18:7
Ezk. 44:17Kv 28:39; 39:27; Lw 16:4; Ivh 19:8
Ezk. 44:18Kv 28:40; 39:28
Ezk. 44:18Kv 28:42
Ezk. 44:19Lw 6:10; Ezk 42:14
Ezk. 44:19Ezk 42:13
Ezk. 44:19Kv 30:29; Lw 6:27
Ezk. 44:20Lw 21:5; Gus 14:1
Ezk. 44:201Kr 11:14
Ezk. 44:21Lw 10:9; Lk 1:15
Ezk. 44:22Lw 21:7
Ezk. 44:22Lw 21:14
Ezk. 44:23Lw 10:10; Ezk 22:26; Mal 2:7
Ezk. 44:24Gus 17:9
Ezk. 44:241Ng 23:4; 2Ng 19:8
Ezk. 44:24Lw 23:2
Ezk. 44:24Yes 58:13; Ezk 22:26
Ezk. 44:25Lw 21:2
Ezk. 44:26Gh 19:12
Ezk. 44:27Lw 4:3; 8:14
Ezk. 44:28Gh 18:20; Gus 10:9; 18:1; Yos 13:14, 33; Ezk 45:4
Ezk. 44:29Lw 2:3; 6:18; 7:6; 1Kr 9:13; Heb 13:10
Ezk. 44:29Lw 27:21; Gh 18:14
Ezk. 44:30Kv 23:19; Gh 3:13; 18:12, 27; Gus 18:4; 2Ng 31:4, 10; Neh 10:35
Ezk. 44:30Gh 15:20; Neh 10:37
Ezk. 44:30Img 3:9; Mal 3:10
Ezk. 44:31Kv 22:31; Lw 22:8; Gus 14:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 44:1-31

Ezekiyeli

44 Maze angarukana kw’irembo ry’aheranda, rimwe ry’inyuma riraba mu buseruko+, kandi ryari ryugaye+. 2 Hanyuma Yehova ambwira ati: “Iri rembo rizoguma ryugaye. Ntirizokwugururwa, kandi nta muntu buntu azoryinjirana; kuko Yehova ubwiwe, Imana ya Isirayeli+, ari ryo yinjiranye, kandi rizoguma ryugaye. 3 Ariko umukuru+—kubera ko ari umukuru, we azoryicaramwo, kugira ngo arire umukate imbere ya Yehova+. Azokwinjirana mw’ibaraza ry’iryo rembo, kandi ni ho azosohokana+.”

4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+. 5 Maze Yehova ambwira ati: “Mwana w’umuntu, shirako umutima+ uboneshe amaso yawe, wumvishe amatwi yawe ivyo ngira nkubwire vyose ku bijanye n’ivyagezwe vyose vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’amategeko yayo yose, kandi ushire umutima ku rwinjiriro rw’iyo Nzu hamwe n’imiryango isohoka yose y’aheranda. 6 Kandi Bugarariji+, ari we nzu ya Isirayeli, umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ivyanyu biramaze, kubera ibintu vyanyu biteye ishishi, ewe nzu ya Isirayeli+, 7 kubona mwinjiza abanyamahanga b’umutima utagenyerewe be n’umubiri utagenyerewe+, kugira ngo baze aheranda hanje ngo bahahumanye, kandi ari inzu yanje; kubona mushikiriza umukate wanje+, ikinure+ n’amaraso+, kandi isezerano ryanje rikaguma rirengwa ku bijanye n’ibintu vyanyu vyose biteye ishishi+. 8 Eka ntimwitwararitse igikorwa mujejwe kijanye n’ibintu vyanje vyeranda+, canke ngo mushireho abandi ngo babe ari bo babitwararikira igikorwa canje mwajejwe aheranda hanje+.”’

9 “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nta munyamahanga w’umutima utagenyerewe be n’umubiri utagenyerewe azokwinjira aheranda hanje, ni ukuvuga umunyamahanga wese ari hagati ya bene Isirayeli+.”’

10 “‘Mugabo Abalewi bagiye kure yanje+ igihe Isirayeli, iyataye inzira ikayerera kure yanje, yata inzira igakurikira ibigirwamana vyayo vy’umwanda, na bo nyene bazokwikorera ikosa ryabo+. 11 Kandi bazoba abasuku aheranda hanje, mu bibanza vy’ugucungera amarembo ya ya Nzu, babe n’abasuku kuri iyo Nzu+. Ni bo bazokerera ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ikimazi ku bw’abantu+, kandi ni bo bazohagarara imbere yabo kugira ngo babakorere+. 12 Ko bagumye babakorera imbere y’ibigirwamana vyabo vy’umwanda+, bakabera inzu ya Isirayeli igitsitaza gishikana mw’ikosa+, ni co gituma ndugije ukuboko kwanje ngo ndabarwanye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kandi bazokwikorera ikosa ryabo. 13 Ntibazonyegēra ngo bankorere ari abaherezi canke ngo begere ibintu vyanje vyeranda na bimwe, ngo begere ibintu vyeranda rwose+; kandi bazokwikorera agateterwe kabo be n’ibintu vyabo biteye ishishi bakoze+. 14 Kandi sinzobura kubagira abajejwe kwitwararika ivy’iyo Nzu, ku bijanye n’igikorwa caho cose no ku bijanye n’ibikwiye gukorerwa muri yo vyose+.’

15 “‘Nayo abaherezi b’Abalewi+, bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa bajejwe c’aheranda hanje igihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera kure yanje+, abo ni bo bazonyegēra ngo bankorere, kandi bazohagarara imbere yanje+ kugira ngo banshikirize ikinure+ n’amaraso+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. 16 ‘Ni bo bazokwinjira aheranda hanje+, kandi ni bo bazokwegēra imeza yanje ngo bankorere+; bazokwitwararika igikorwa nabajeje+.

17 “‘Kandi nibinjira mu marembo y’ikigo c’indani, baze bambare impuzu z’ilino, kandi ntihaze hagire ubwoya bubagerako igihe bakorera mu marembo y’ikigo c’indani be n’indani ubwaho+. 18 Ibitambara vyo mu mutwe vy’ilino bizobe ari vyo biba ku mutwe wabo+, kandi amabutura y’ilino azobe ari yo aba ku mafyinga yabo+. Ntibaze bakenyere ivyotuma babira icuya. 19 Nibasohoka bakaja mu kigo c’inyuma, mu kigo c’inyuma aho abantu bari, baze bambure impuzu zabo bazoba bariko bakoramwo+, bazishire mu vyumba vy’uburiro+ vyeranda baheze bambare izindi mpuzu, boye kwezesha abantu impuzu zabo+. 20 Ntibaze biharanguze umutwe+, kandi umushatsi wo ku mutwe wabo ntibaze bawureke ngo urekere. Baze bagabanishe umushatsi wo ku mitwe yabo+. 21 Kandi ntihaze hagire abaherezi banywa icitwa umuvinyu igihe binjira mu kigo c’indani+. 22 Ntibaze babire umupfakazi canke umugore yahukanye+, ariko bashobora kwabira abigeme b’isugi bo mu ruvyaro rw’inzu ya Isirayeli+ canke umupfakazi asigwa n’umuherezi.’

23 “‘Baze bigishe abantu banje itandukaniro riri hagati y’iceranda n’igihumanye; baze babamenyeshe itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye+. 24 Kandi mu rubanza ni bo bazohagarara ngo baruce+; baze baruce rero bisunze ingingo zanje z’ubutungane+. Baze bagumye amategeko yanje n’ivyagezwe vyanje ku bijanye n’ibiringo vyanje vyose vy’imisi mikuru+, kandi baze beze amasabato yanje+. 25 Ntaze yinjire iw’umuntu yapfuye ngo ahumane, mugabo barashobora kwihumanya ku bwa ba se canke ba nyina canke abahungu babo canke abakobwa babo canke ku bwa bene wabo canke bashiki babo batigeze babīrwa+. 26 Inyuma y’ityororwa ryiwe, baze bamuharurire imisi indwi+. 27 Ku musi azokwinjira ahantu heranda, mu kigo c’indani, kugira ngo akorere ahantu heranda, aze ashikirize ishikanwa ryiwe ry’igicumuro+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

28 “‘Kandi iki ni co kizobabera intoranwa: ni jewe ntoranwa yabo+. Ntihaze hagire itongo mubaha muri Isirayeli: ni jewe tongo ryabo. 29 Ishikanwa ry’intete be n’ishikanwa ry’igicumuro be n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ni bo bazoyarya+. Kandi ikintu cose cagizwe inyegu muri Isirayeli kizoba rwabo+. 30 Ivya mbere vyo mu vyeze ubwa mbere vyose ku bintu vyose, be n’intererano yose y’ibintu vyose ivuye ku ntererano zanyu zose—bizokwegukira abaherezi+; kandi umushuzo w’amafu yanyu atanoze muze muwuhe umuherezi+, kugira ngo bitume umuhezagiro uruhukira ku nzu yawe+. 31 Abaherezi ntibaze barye umuvyimba n’umwe w’icamaze gupfa, canke ikiremwa na kimwe catabaguwe co mu biguruka canke co mu bitungwa+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika