ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 29
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 29:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:15; Yr 24:1

Yeremiya 29:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:8; 2Ng 36:9; Yr 22:24; 27:20; 28:4
  • +2Bm 24:12; Yr 22:26
  • +2Bm 24:14
  • +2Bm 24:16

Yeremiya 29:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:8; Yr 26:24; 39:14; Ezk 8:11
  • +2Bm 24:18; 2Ng 36:11

Yeremiya 29:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:41; Yr 24:5

Yeremiya 29:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:28

Yeremiya 29:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:28; 9:7

Yeremiya 29:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 6:10; 7:23; 1Tm 2:2

Yeremiya 29:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14; 23:21; 27:14; Ef 5:6
  • +Gus 13:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1996, rup. 5

Yeremiya 29:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:21; 28:15

Yeremiya 29:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:21; Ezr 1:1; Yr 27:22; Dn 9:2; Zk 1:12; 7:5
  • +Gus 30:3; Ezr 2:1; Yr 24:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2012, rup. 23-24

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2011, rup. 26-27

    Yeremiya, rup. 162

Yeremiya 29:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 23:13; Zb 33:11; 40:5
  • +Zf 3:15
  • +Yr 31:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 6

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 2

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 14

Yeremiya 29:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:17; Yes 30:19; Dn 9:3; Yoh 9:31

Yeremiya 29:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:40; 1Bm 8:47; Mt 7:7
  • +Gus 4:29; 30:2; 1Bm 8:48; Yr 24:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 114-115

Yeremiya 29:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:7; Yes 55:6
  • +Gus 30:4; Yes 49:25; Yr 23:3; 30:3; Ezk 39:28; Yw 3:1
  • +Zb 126:1; Hs 6:11; Am 9:14; Zf 3:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 114-115

Yeremiya 29:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:2; 28:1
  • +2Bm 24:14

Yeremiya 29:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 24:10
  • +Gus 28:53; Yr 15:2
  • +Gus 28:61; Yr 34:17
  • +Yr 24:2, 8

Yeremiya 29:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:25; 2Ng 29:8; Yr 15:4; 24:10; 34:17
  • +Gus 29:24; 1Bm 9:8; 2Ng 7:21; Zb 44:11; Yr 24:9; 25:9; Int 2:15

Yeremiya 29:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:13; 25:4; 32:33
  • +Yr 6:19; 26:5; Ivk 28:27

Yeremiya 29:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:14
  • +Yr 24:5; Mik 4:10

Yeremiya 29:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14; 29:8; Int 2:14; 2Pt 2:1
  • +Yr 52:27

Yeremiya 29:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:20; Yes 65:15
  • +Dn 3:6

Yeremiya 29:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:14
  • +Yr 7:9; Hs 4:2
  • +Yr 27:15
  • +Img 5:21; Yr 16:17; 23:24; Mal 3:5; Heb 4:13

Yeremiya 29:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:31

Yeremiya 29:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:8; 2Ng 32:17; Neh 6:5
  • +2Bm 25:18; Yr 21:1; 29:29; 37:3; 52:24

Yeremiya 29:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:32; 4:16; Yr 20:1
  • +2Bm 9:11; Hs 9:7
  • +2Ng 16:10; Yr 20:2; Ivk 16:24

Yeremiya 29:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:1
  • +1Sm 10:6; 19:20; Yr 43:2

Yeremiya 29:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:5

Yeremiya 29:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:18; Yr 21:1; 52:24

Yeremiya 29:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:14; Yr 29:20
  • +Yr 14:14; 23:21; 28:15; Ezk 13:8; 2Pt 2:1

Yeremiya 29:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:24
  • +Kv 20:5; 34:7; Yr 20:6
  • +1Sm 2:30
  • +Img 12:19
  • +Yr 28:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 29:12Bm 24:15; Yr 24:1
Yer. 29:22Bm 24:8; 2Ng 36:9; Yr 22:24; 27:20; 28:4
Yer. 29:22Bm 24:12; Yr 22:26
Yer. 29:22Bm 24:14
Yer. 29:22Bm 24:16
Yer. 29:32Bm 22:8; Yr 26:24; 39:14; Ezk 8:11
Yer. 29:32Bm 24:18; 2Ng 36:11
Yer. 29:4Gus 28:41; Yr 24:5
Yer. 29:5Yr 29:28
Yer. 29:6It 1:28; 9:7
Yer. 29:7Ezr 6:10; 7:23; 1Tm 2:2
Yer. 29:8Yr 14:14; 23:21; 27:14; Ef 5:6
Yer. 29:8Gus 13:3
Yer. 29:9Yr 23:21; 28:15
Yer. 29:102Ng 36:21; Ezr 1:1; Yr 27:22; Dn 9:2; Zk 1:12; 7:5
Yer. 29:10Gus 30:3; Ezr 2:1; Yr 24:6
Yer. 29:11Yb 23:13; Zb 33:11; 40:5
Yer. 29:11Zf 3:15
Yer. 29:11Yr 31:17
Yer. 29:12Zb 10:17; Yes 30:19; Dn 9:3; Yoh 9:31
Yer. 29:13Lw 26:40; 1Bm 8:47; Mt 7:7
Yer. 29:13Gus 4:29; 30:2; 1Bm 8:48; Yr 24:7
Yer. 29:14Gus 4:7; Yes 55:6
Yer. 29:14Gus 30:4; Yes 49:25; Yr 23:3; 30:3; Ezk 39:28; Yw 3:1
Yer. 29:14Zb 126:1; Hs 6:11; Am 9:14; Zf 3:20
Yer. 29:16Yr 22:2; 28:1
Yer. 29:162Bm 24:14
Yer. 29:17Lw 26:33; Yr 24:10
Yer. 29:17Gus 28:53; Yr 15:2
Yer. 29:17Gus 28:61; Yr 34:17
Yer. 29:17Yr 24:2, 8
Yer. 29:18Lw 26:33; Gus 28:25; 2Ng 29:8; Yr 15:4; 24:10; 34:17
Yer. 29:18Gus 29:24; 1Bm 9:8; 2Ng 7:21; Zb 44:11; Yr 24:9; 25:9; Int 2:15
Yer. 29:19Yr 7:13; 25:4; 32:33
Yer. 29:19Yr 6:19; 26:5; Ivk 28:27
Yer. 29:202Bm 24:14
Yer. 29:20Yr 24:5; Mik 4:10
Yer. 29:21Yr 14:14; 29:8; Int 2:14; 2Pt 2:1
Yer. 29:21Yr 52:27
Yer. 29:22Gus 29:20; Yes 65:15
Yer. 29:22Dn 3:6
Yer. 29:23Yr 23:14
Yer. 29:23Yr 7:9; Hs 4:2
Yer. 29:23Yr 27:15
Yer. 29:23Img 5:21; Yr 16:17; 23:24; Mal 3:5; Heb 4:13
Yer. 29:24Yr 29:31
Yer. 29:251Bm 21:8; 2Ng 32:17; Neh 6:5
Yer. 29:252Bm 25:18; Yr 21:1; 29:29; 37:3; 52:24
Yer. 29:26Gh 3:32; 4:16; Yr 20:1
Yer. 29:262Bm 9:11; Hs 9:7
Yer. 29:262Ng 16:10; Yr 20:2; Ivk 16:24
Yer. 29:27Yr 1:1
Yer. 29:271Sm 10:6; 19:20; Yr 43:2
Yer. 29:28Yr 29:5
Yer. 29:292Bm 25:18; Yr 21:1; 52:24
Yer. 29:312Bm 24:14; Yr 29:20
Yer. 29:31Yr 14:14; 23:21; 28:15; Ezk 13:8; 2Pt 2:1
Yer. 29:32Yr 29:24
Yer. 29:32Kv 20:5; 34:7; Yr 20:6
Yer. 29:321Sm 2:30
Yer. 29:32Img 12:19
Yer. 29:32Yr 28:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 29:1-32

Yeremiya

29 Aya ni yo majambo y’ikete Yeremiya umuhanuzi yarungitse ari i Yeruzalemu, arirungikiye amasigarira y’abagabo b’inararibonye b’abajanywe ari inyagano, n’abaherezi, n’abahanuzi, n’abantu bose, abo Nebukadinezari yari yaratwaye mu bunyagano i Babiloni abakuye i Yeruzalemu+, 2 inyuma  y’aho  Yekoniya+ umwami, n’umugore w’iteka+, n’abakozi bo ku kirimba, abaganwa ba Yuda n’aba Yeruzalemu+, n’abahinguzi b’utugenegene, n’abubatsi b’ibibambazi+ baviriye i Yeruzalemu. 3 Ryarungikanywe Elasa mwene Shafani+ na Gemariya mwene Hilikiya, abo Zedekiya+ umwami wa Yuda yatumye i Babiloni kuri Nebukadinezari umwami wa Babiloni, rikaba ryavuga riti:

4 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, abwiye abajanywe ari inyagano bose, abo natumye baja mu bunyagano+ i Babiloni bavuye i Yeruzalemu, 5 ati: ‘Nimwubake amazu muyabemwo, kandi mutere imirima murye ivyo yamye+. 6 Nimwabire abagore muvyare abahungu n’abakobwa+; nimusabire abahungu banyu abagore mwongere mushingire abakobwa banyu, kugira bavyare abahungu n’abakobwa; mugwirire hiyo, ntimube inkehwa. 7 Vyongeye, murondere amahoro y’igisagara mujamwo muri inyagano, mugisabire kuri Yehova, kuko nicaba mu mahoro namwe muzogira amahoro+. 8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Abahanuzi banyu bari muri mwebwe n’abaraguzi banyu ntibabahende+, kandi ntimwumvirize indoto zabo barota+. 9 Kuko ‘bababwira ubuhanuzi mu kinyoma mw’izina ryanje. Sinabatumye+,’ ni ko Yehova avuze.”’”

10 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Imyaka mirongo irindwi niyarangira muri i Babiloni, nzobitaho+, kandi nzoshitsa kuri mwebwe ijambo ryanje ryiza mu kubagarukana aha hantu+.’

11 “‘Kuko jewe nzi neza ivyiyumviro ndabiyumvirako+,’ ni ko Yehova avuze, ‘ivyiyumviro vy’amahoro, atari ivy’ivyago+, kugira ngo ndabahe kazoza n’icizigiro+. 12 Muzompamagara koko, muze, maze munsenge, nanje nzobumviriza+.’

13 “‘Muzondondera koko mundonke+, kuko muzondondera n’umutima wanyu wose+. 14 Nanje nzoreka mundonke+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Nzokwegeranya umugwi w’imbohe wanyu, ndabakoranirize hamwe ndabakuye mu mahanga yose n’ahantu hose nabashwiragirije+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzobagarukana ahantu nabakuye nkabajana mu bunyagano+.’

15 “Mugabo mwavuze muti: ‘Yehova yaduhagurukirije abahanuzi i Babiloni.’

16 “Kuko ibi ari vyo Yehova abwiye umwami yicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ n’abantu bose baba muri iki gisagara, bene wanyu batajanye namwe mu bunyagano+, 17 ati: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabarungikire inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, kandi nzobagira nk’insukoni zituritse zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+.”’

18 “‘Nzobakurikiza inkota n’ikigoyi n’ikiza, kandi nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+, babe umuvumo n’akajoreza n’abo kuvugiriza agahwa n’iceyi mu mahanga yose nzobashwiragirizamwo ata kabuza+, 19 kubera ko batumvirije amajambo yanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘ayo nabarungikiye nkoresheje abasavyi banje abahanuzi, nkazinduka kare nkabatuma+.’

“‘Mugabo ntimwumvirije+,’ ni ko Yehova avuze.

20 “Nayo mwebwe, nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe mwese abajanywe mu bunyagano+, abo narungitse i Babiloni bavuye i Yeruzalemu+. 21 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze kuri Ahabu mwene Kolaya kandi abwiye Zedekiya mwene Mayaseya, abababwira ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje+: ‘Ehe ngira ndabatange mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, na we azobicira mu maso yanyu+. 22 Kandi umugwi wose w’abajanywe mu bunyagano ba Yuda bari i Babiloni uzokura kuri bo umuvumo, bavuge bati: “Yehova arakakugira nka Zedekiya na Ahabu+, abo umwami wa Babiloni yataze ku muriro+!” 23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+.

“‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”

24 “Shemaya+ w’i Nehelamu na we uze umubwire uti: 25 ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ko warungikiye amakete+ mw’izina ryawe abantu bose bari i Yeruzalemu, na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, n’abaherezi bose, uti: 26 ‘Yehova ubwiwe yakugize umuherezi mu kibanza ca Yehoyada umuherezi, kugira ngo ube umucungezi mukuru w’inzu ya Yehova+ ku muntu uwo ari we wese yasaze+ kandi yifata nk’umuhanuzi, kandi umushire mu mpatane z’ibiti no mu mpatane zifata umutwe n’amaboko+; 27 kubera iki none utahambariye Yeremiya w’i Anatoti+, uwuriko yifata nk’umuhanuzi kuri mwebwe+? 28 Kuko ico ari co catumye adutumako i Babiloni ngo: “Burabandanya! Nimwubake amazu muyabemwo; nimutere imirima murye ivyo yamye+, . . .”’”’”

29 Nuko Zefaniya+ umuherezi atangura gusomera iryo kete mu matwi ya Yeremiya umuhanuzi.

30 Maze ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya riti: 31 “Tuma ku bajanywe mu bunyagano bose+ uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze kuri Shemaya w’i Nehelamu: “Ko Shemaya yababwiye ubuhanuzi, kandi jewe ntamutumye, akagerageza kubizigiza ikinyoma+, 32 ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira niteho ivya Shemaya+ w’i Nehelamu n’uruvyaro rwiwe+.’

“‘“‘Ntazoronka umuntu azoba hagati muri aba bantu+; kandi ntazokwitegereza iciza ngira nkorere abantu banje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko yavuze ivy’ukugarariza Yehova bimwe vyeruye+.’”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika