ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:2; Gus 23:21; Abc 11:30; 1Sm 1:11; Ums 5:4

Abalewi 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:16

Abalewi 27:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:7, 11; 12:8; 14:21
  • +Gh 3:6; 2Bm 12:4
  • +Lk 21:2; 2Kr 8:12

Abalewi 27:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:3; Gh 18:9

Abalewi 27:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:25; Gus 14:7
  • +Mal 1:11
  • +Lw 10:10; Gh 3:6; Ezk 44:23

Abalewi 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:15; 6:6

Abalewi 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:16; 6:5; 22:14; 27:19

Abalewi 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:12

Abalewi 27:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:13

Abalewi 27:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ingero ya homeri yangana n’amalitiro nka 220.

  • *

    Sayiri ni igiterwa kimeze nk’ingano.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:34
  • +Ezk 45:11; Hs 3:2

Abalewi 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:10, 50

Abalewi 27:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:15, 16, 27

Abalewi 27:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:13

Abalewi 27:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:9; Ezk 44:29
  • +Gh 18:14

Abalewi 27:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:10, 25

Abalewi 27:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:12, 18
  • +Lw 27:9

Abalewi 27:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:28

Abalewi 27:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ingero ya gera yangana n’amagarama 0,57.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:13; Gh 3:47; 18:16; Ezk 45:12

Abalewi 27:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:2; Gh 18:17
  • +Kv 22:30; Gus 15:19

Abalewi 27:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:21
  • +Lw 27:13

Abalewi 27:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:20; Gus 7:25, 26; Yos 6:17; 7:1; 1Sm 15:3
  • +Gh 18:14

Abalewi 27:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 21:2; 1Sm 15:18
  • +1Sm 15:33

Abalewi 27:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:20; 28:22; Gh 18:21, 26; Gus 12:6; 14:22; 2Ng 31:5; Neh 13:12; Mal 3:10; Lk 11:42; Heb 7:5

Abalewi 27:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:13

Abalewi 27:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 33:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 9

Abalewi 27:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:10

Abalewi 27:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:46; Gus 4:45
  • +Kv 3:1; Gh 1:1; Yoh 1:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 27:2Gh 6:2; Gus 23:21; Abc 11:30; 1Sm 1:11; Ums 5:4
Lew. 27:6Gh 18:16
Lew. 27:8Lw 5:7, 11; 12:8; 14:21
Lew. 27:8Gh 3:6; 2Bm 12:4
Lew. 27:8Lk 21:2; 2Kr 8:12
Lew. 27:9Lw 2:3; Gh 18:9
Lew. 27:11Lw 20:25; Gus 14:7
Lew. 27:11Mal 1:11
Lew. 27:11Lw 10:10; Gh 3:6; Ezk 44:23
Lew. 27:12Lw 5:15; 6:6
Lew. 27:13Lw 5:16; 6:5; 22:14; 27:19
Lew. 27:14Lw 27:12
Lew. 27:15Lw 27:13
Lew. 27:16Ivk 4:34
Lew. 27:16Ezk 45:11; Hs 3:2
Lew. 27:17Lw 25:10, 50
Lew. 27:18Lw 25:15, 16, 27
Lew. 27:19Lw 27:13
Lew. 27:21Gus 22:9; Ezk 44:29
Lew. 27:21Gh 18:14
Lew. 27:22Lw 25:10, 25
Lew. 27:23Lw 27:12, 18
Lew. 27:23Lw 27:9
Lew. 27:24Lw 25:28
Lew. 27:25Kv 30:13; Gh 3:47; 18:16; Ezk 45:12
Lew. 27:26Kv 13:2; Gh 18:17
Lew. 27:26Kv 22:30; Gus 15:19
Lew. 27:27Gus 15:21
Lew. 27:27Lw 27:13
Lew. 27:28Kv 22:20; Gus 7:25, 26; Yos 6:17; 7:1; 1Sm 15:3
Lew. 27:28Gh 18:14
Lew. 27:29Gh 21:2; 1Sm 15:18
Lew. 27:291Sm 15:33
Lew. 27:30It 14:20; 28:22; Gh 18:21, 26; Gus 12:6; 14:22; 2Ng 31:5; Neh 13:12; Mal 3:10; Lk 11:42; Heb 7:5
Lew. 27:31Lw 27:13
Lew. 27:32Yr 33:13
Lew. 27:33Lw 27:10
Lew. 27:34Lw 26:46; Gus 4:45
Lew. 27:34Kv 3:1; Gh 1:1; Yoh 1:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 27:1-34

Abalewi

27 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Umuntu niyagira indagano idasanzwe+ mu gushikanira Yehova umuntu hisunzwe agaciro kagereranijwe, 3 kandi ako gaciro kagereranijwe kakabwirizwa kuba ak’uw’igitsina-gabo afise imyaka iva ku mirongo ibiri gushika ku mirongo itandatu, nya gaciro kaze kabe shekeli mirongo itanu z’ifeza hisunzwe shekeli y’ahantu heranda. 4 Mugabo nimba ari uw’igitsina-gore, nya gaciro kaze kabe shekeli mirongo itatu. 5 Nimba na ho imyaka afise iva kuri itanu gushika kuri mirongo ibiri, ku w’igitsina-gabo kaze kabe shekeli mirongo ibiri, ku w’igitsina-gore na ho shekeli cumi. 6 Nimba na ho imyaka afise iva ku kwezi kumwe gushika ku myaka itanu, ku w’igitsina-gabo agaciro kagereranijwe kaze kabe shekeli zitanu+ z’ifeza, ku w’igitsina-gore na ho kabe shekeli zitatu z’ifeza.

7 “‘Nimba imyaka afise iva kuri mirongo itandatu kuduga, nimba ari uw’igitsina-gabo, agaciro kagereranijwe kaze kabe shekeli cumi na zitanu, ku w’igitsina-gore na ho shekeli cumi. 8 Mugabo nimba abaye mworo cane ku buryo atoronka nya gaciro kagereranijwe+, aze ahagarike nya muntu imbere y’umuherezi, umuherezi na we amushireko agaciro ko kugereranya+. Umuherezi azomushirako agaciro ko kugereranya hisunzwe ivyo nyene kuragana ashoboye kuronka+.

9 “‘Nimba na ho ari igikoko nka kimwe umuntu ashikiriza mu gushikanira Yehova, ikintu cose mu vyo yoha Yehova kizocika ikintu ceranda+. 10 Ntiyoshobora kugisubiriza, canke ngo agikabe, ciza na kibi canke kibi na ciza. Mugabo aramutse agikavye, igikoko akagikaba n’ikindi, ubwaco rero kizocika ikintu ceranda, eka n’ikigikabwe nyene. 11 Kandi nimba ari igikoko gihumanye+ ico ari co cose nka kimwe umuntu atoshobora gushikiriza mu gushikanira Yehova+, aze agihagarike imbere y’umuherezi+. 12 Umuherezi na we aze agishireko agaciro ko kugereranya, amenyeshe ko ari ciza canke kibi. Uko agaciro kagereranijwe+ n’umuherezi kari, ni ko bikwiye kuba. 13 Mugabo nimba koko ashaka kukigaruza, aze atange ica gatanu+ caco ciyongereye kuri nya gaciro kagereranijwe.

14 “‘Umuntu niyeza inzu yiwe bwa kintu ceranda ahaye Yehova, umuherezi aze agereranye agaciro kayo, amenyeshe ko ari nziza canke mbi+. Uko umuherezi agereranije agaciro kayo, ni ko ikwiye kurihwa. 15 Mugabo nimba nyene kuyeza ashaka kugaruza inzu yiwe, aze atange ica gatanu c’amahera y’agaciro kagereranijwe ciyongereyeko+, ibone kuba rwiwe.

16 “‘Nimba igipande c’itongo umuntu yigabira+ ari co yereje Yehova, agaciro kaco gategerezwa rero kugereranywa bivanye n’urugero rw’imbuto zohaterwa: nimba ari homeri*+ y’imbuto ya sayiri*, kazoba shekeli mirongo itanu z’ifeza. 17 Nimba yejeje itongo ryiwe kuva ku mwaka wa Yubile+ kubandanya, ikiguzi caryo kizokwisunga agaciro kagereranijwe. 18 Nimba na ho itongo ryiwe aryejeje inyuma ya Yubile, umuherezi aze amuharurire ikiguzi bivanye n’imyaka isigaye gushika ku mwaka wa Yubile ukurikira, kandi agaciro kagereranijwe kazogerurwa+. 19 Mugabo nimba nyene kuryeza ashaka koko kurigaruza, aze atange ica gatanu c’amahera y’agaciro kagereranijwe ciyongereyeko, ribone kuguma ari rwiwe+. 20 Aramutse atagaruje nya tongo, mugabo rikagurishwa ku wundi muntu, ntirizoshobora kwongera kugaruzwa. 21 Nya tongo niryarekurwa kuri Yubile, rize ricike ikintu ceranda kuri Yehova, ribe itongo rigizwe inyegu+. Rizokwegukira umuherezi+.

22 “‘Nimba yereje Yehova itongo yaguze ritari iryo mu bwatsi yigabira+, 23 umuherezi aze amuharurire urugero rw’agaciro karyo gushika ku mwaka wa Yubile, na we aze atange agaciro kagereranijwe, kuri uwo musi nyene+. Ni ikintu ceranda kuri Yehova+. 24 Mu mwaka wa Yubile nya tongo rizosubira ku wo bariguze, ku wo ryegukira+.

25 “‘Agaciro ako ari ko kose rero gakwiye kugereranywa muri shekeli y’ahantu heranda. Nya shekeli ikwiye kungana na gera* mirongo ibiri+.

26 “‘Ariko ic’uburiza co mu bikoko kivutse ari ic’uburiza ca Yehova+, nta muntu akwiye kuceza. Yaba ishūri canke intama, ni iya Yehova+. 27 Nimba na ho ari ico mu bikoko bihumanye+ kandi akaba ategerezwa kugicungura hisunzwe agaciro kagereranijwe, aze atange ica gatanu caco ciyongereyeko+. Mugabo nikitagaruzwa, kize kigurishwe hisunzwe agaciro kagereranijwe.

28 “‘Ariko nta kintu na kimwe cagizwe inyegu umuntu yoba yeguriye Yehova ku bwo gutikizwa+ kivuye mu vyiwe vyose gishobora kugurishwa, caba ico mu bantu canke mu bikoko canke mw’itongo yigabira, kandi nta kintu na kimwe cagizwe inyegu gishobora kugaruzwa+. Ni ikintu ceranda rwose kuri Yehova. 29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+.

30 “‘Kandi ic’icumi cose+ c’ivyo mw’itongo, kivuye ku mbuto yo mw’itongo no ku vyamye ku biti, ni ica Yehova. Ni ikintu ceranda kuri Yehova. 31 Kandi nimba umuntu ashaka kugaruza koko ico ari co cose ku c’icumi ciwe, azotanga ica gatanu caco ciyongereyeko+. 32 Nayo ic’icumi cose c’ubusho n’umukuku, ikintu cose giciye munsi y’inkoni y’inyobozo+, igitungwa kigira cumi kizocika ikintu ceranda kuri Yehova. 33 Ntakwiye gusuzuma ko ari ciza canke kibi, eka ntakwiye no kugikaba. Mugabo aramutse agikavye, ubwaco kize gicike ikintu ceranda+, n’ikigikabwe nyene. Nticoshobora kugaruzwa.’”

34 Ayo ni yo mabwirizwa+ Yehova yahaye Musa ngo abere amategeko bene Isirayeli, ku musozi Sinayi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika