ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 63
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 63:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:7; Yes 34:5
  • +Am 1:12
  • +Yes 45:19, 24
  • +Yes 25:9; 49:26

Yesaya 63:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 3:13; Ivh 14:20; 19:15

Yesaya 63:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:15
  • +Ivh 14:19
  • +1Sm 2:10; Yes 34:2; Mik 7:10
  • +2Bm 9:33

Yesaya 63:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:8; 35:4; 61:2

Yesaya 63:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:16
  • +Zb 44:3; 98:1; Yes 51:9; 52:10
  • +Zb 59:13; Yes 59:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 11

Yesaya 63:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 75:8; Yr 25:16; Ivh 14:10
  • +Yes 26:5

Yesaya 63:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:6; Zb 63:3; 107:8; 136:1
  • +Zb 78:12; 105:5
  • +1Bm 8:66; Zb 31:19
  • +Zb 51:1; Yes 55:7

Yesaya 63:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:7
  • +Kv 24:7
  • +Kv 14:30; Zb 106:21

Yesaya 63:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:7; Abc 10:16
  • +Kv 14:19; 23:20
  • +Gus 7:8; Zb 106:10
  • +Kv 19:4; Gus 1:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2018 rup. 8

Yesaya 63:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:7
  • +Zb 78:40; Ivk 7:51; Ef 4:30
  • +Lw 26:17; Gus 28:63; Yr 30:14
  • +Yr 21:5

Yesaya 63:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:30; Yes 51:10
  • +Zb 77:20
  • +Gh 11:17; Hg 2:5; Zk 4:6

Yesaya 63:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:6; 15:16
  • +Kv 14:21; Zb 78:13
  • +Kv 9:16; 14:17; Rm 9:17

Yesaya 63:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:9

Yesaya 63:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 22:4
  • +2Sm 7:23; Neh 9:10

Yesaya 63:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 26:15; Zb 80:14
  • +2Ng 30:27; Yes 57:15
  • +2Bm 19:31; Zk 8:2
  • +Yr 31:20
  • +Gus 4:31; Neh 9:17
  • +Gus 31:17

Yesaya 63:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:22; Gus 32:6; Yr 3:19
  • +Yes 41:14; 44:6; 54:5

Yesaya 63:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 2:30; Yos 11:20; Yes 6:10; Rm 9:18
  • +Zb 74:2; 80:14; 135:4

Yesaya 63:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:6; Gus 7:6
  • +2Ng 36:19; Yes 64:11; Int 1:10

Yesaya 63:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:10; 2Ng 7:14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 63:1Zb 137:7; Yes 34:5
Yes. 63:1Am 1:12
Yes. 63:1Yes 45:19, 24
Yes. 63:1Yes 25:9; 49:26
Yes. 63:2Yw 3:13; Ivh 14:20; 19:15
Yes. 63:3Int 1:15
Yes. 63:3Ivh 14:19
Yes. 63:31Sm 2:10; Yes 34:2; Mik 7:10
Yes. 63:32Bm 9:33
Yes. 63:4Yes 34:8; 35:4; 61:2
Yes. 63:5Yes 59:16
Yes. 63:5Zb 44:3; 98:1; Yes 51:9; 52:10
Yes. 63:5Zb 59:13; Yes 59:18
Yes. 63:6Zb 75:8; Yr 25:16; Ivh 14:10
Yes. 63:6Yes 26:5
Yes. 63:7Kv 20:6; Zb 63:3; 107:8; 136:1
Yes. 63:7Zb 78:12; 105:5
Yes. 63:71Bm 8:66; Zb 31:19
Yes. 63:7Zb 51:1; Yes 55:7
Yes. 63:8It 17:7
Yes. 63:8Kv 24:7
Yes. 63:8Kv 14:30; Zb 106:21
Yes. 63:9Kv 3:7; Abc 10:16
Yes. 63:9Kv 14:19; 23:20
Yes. 63:9Gus 7:8; Zb 106:10
Yes. 63:9Kv 19:4; Gus 1:31
Yes. 63:10Gus 9:7
Yes. 63:10Zb 78:40; Ivk 7:51; Ef 4:30
Yes. 63:10Lw 26:17; Gus 28:63; Yr 30:14
Yes. 63:10Yr 21:5
Yes. 63:11Kv 14:30; Yes 51:10
Yes. 63:11Zb 77:20
Yes. 63:11Gh 11:17; Hg 2:5; Zk 4:6
Yes. 63:12Kv 6:6; 15:16
Yes. 63:12Kv 14:21; Zb 78:13
Yes. 63:12Kv 9:16; 14:17; Rm 9:17
Yes. 63:13Zb 106:9
Yes. 63:14Yos 22:4
Yes. 63:142Sm 7:23; Neh 9:10
Yes. 63:15Gus 26:15; Zb 80:14
Yes. 63:152Ng 30:27; Yes 57:15
Yes. 63:152Bm 19:31; Zk 8:2
Yes. 63:15Yr 31:20
Yes. 63:15Gus 4:31; Neh 9:17
Yes. 63:15Gus 31:17
Yes. 63:16Kv 4:22; Gus 32:6; Yr 3:19
Yes. 63:16Yes 41:14; 44:6; 54:5
Yes. 63:17Gus 2:30; Yos 11:20; Yes 6:10; Rm 9:18
Yes. 63:17Zb 74:2; 80:14; 135:4
Yes. 63:18Kv 19:6; Gus 7:6
Yes. 63:182Ng 36:19; Yes 64:11; Int 1:10
Yes. 63:19Gus 28:10; 2Ng 7:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 63:1-19

Yesaya

63 Ni nde uyo aje ava i Edomu+, uw’impuzu z’amabara abengagira aje ava i Bozira+, uyo ateye iteka mu vyambarwa vyiwe, agendera mu bwinshi bw’inkomezi ziwe?

“Ni jewe, Umwe avuga mu bugororotsi+, Umwe agwije inkomezi ku bwo gukiza+.”

2 Kubera iki ivyambarwa vyawe bitukura, impuzu zawe na zo zigasa n’iz’uwuganisha ibirenge mu ruganiro rw’umuvinyu+?

3 “Ubwato bw’umuvinyu nabuganishijemwo ibirenge jenyene+, ata n’umwe turi kumwe wo mu bisata vy’abantu. Nagumye ndabaganisha ibirenge mw’ishavu ryanje+, nguma ndabakandagira mu bushangashirwe bwanje+. Amaraso yabo ataruka yaguma atarukira ku mpuzu zanje+, kandi ivyambarwa vyanje vyose naravyanduje. 4 Kuko umusi w’ukwihora uri mu mutima wanje+, kandi umwaka w’abacunguwe banje waje. 5 Nagumye nitegereza, mugabo ntihagira uwumfasha; ndajorerwa, mugabo ntihagira uwunshigikira+. Nuko ukuboko kwanje kundonsa ubukiriro+, kandi ubushangashirwe+ bwanje ni bwo bwanshigikiye. 6 Nagumye nkandagira ibisata vy’abantu mw’ishavu ryanje, ndababoreza ubushangashirwe bwanje+, nsesa amaraso yabo yataruka+.”

7 Nzovuga ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova+, amashemezo ya Yehova, nk’uko ivyo Yehova yatugiriye vyose biri+, egome, ukumera neza kwinshi yagiriye inzu ya Isirayeli+, ukwo yabagiriye nk’uko imbabazi ziwe ziri+, nk’uko kandi ibikorwa vyiwe vyinshi vy’ubuntu bwuzuye urukundo biri. 8 Yavuze kandi ati: “Ni ukuri, ni abantu banje+, abana batazohemuka+.” Ni co gituma ari bo yabereye Umukiza+. 9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.

10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+. 11 Maze batangura kwibuka imisi ya kera, na Musa umusavyi wiwe, ngo: “Ari hehe Umwe yabadugana abakuye mu kiyaga+ hamwe n’abungere b’umukuku wiwe+? Ari hehe Umwe yamushiramwo impwemu nyeranda yiwe+? 12 Ari hehe Umwe yatuma ukuboko kwiwe kwiza+ kugendera iburyo bwa Musa; Umwe yasatura amazi imbere yabo+ kugira ngo yiheshe izina ryamaho igihe kitagira urugero+; 13 Umwe yabacisha mu mazi asuriranya, ku buryo badatsitara, nka kurya kw’ifarasi mu gahinga+? 14 Nka kurya igikoko kimanuka mu kiyaya c’umubande, impwemu ya Yehova yaciye ituma baruhuka+.”

Ukwo ni ko wayoboye abantu bawe kugira ngo wiheshe izina ryiza+.

15 Niwitegereze uri mw’ijuru+, urabe uri ahantu hakirurutse uba h’ubweranda n’ubwiza+. Mbega umwete wawe+ n’ubushobozi bwawe bwuzuye, ukudobangana kw’amara yawe+ be n’imbabazi+ zawe, biri hehe? Vyanse kuza iyo ndi+. 16 Kuko uri Data+; naho Aburahamu yoba atatumenye, na Isirayeli ntatwemere, wewe, ewe Yehova, uri Data. Umucunguzi wacu wo kuva kera, ni ryo zina ryawe+. 17 Kubera iki ga Yehova, uguma utwangariza kure y’inzira zawe? Kubera iki ukomantaza umutima wacu ngo ntugutinye+? Nugaruke ku bw’abasavyi bawe, ku bw’imiryango y’intoranwa yawe+. 18 Igisata cawe ceranda+ camaze akanya gatoyi gusa kihagaba. Abarwanizi bacu barahonyanze aheranda hawe+. 19 Haheze igihe kirekire ducitse nk’abo utaganje, nk’abatitiriwe izina ryawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika