ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zefaniya 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zefaniya 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:1; Yr 1:2
  • +2Bm 21:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 3

Zefaniya 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:16; Yes 6:11; Yr 6:8; Mik 7:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 3

Zefaniya 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 4:3
  • +Yr 4:25; 12:4; Hs 4:3
  • +Ezk 7:19; 14:3
  • +Ezk 14:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 3

Zefaniya 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:12; Yes 14:27; Yr 7:30
  • +Gh 25:3; Abc 2:13; 2Ng 28:2; Yr 11:17
  • +2Bm 23:5; Hs 10:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 3-4, 8

Zefaniya 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:12; 2Ng 33:3; Yr 19:13; 32:29
  • +1Bm 18:21; 2Bm 17:33; Mt 6:24
  • +Yes 48:1; Hs 4:15
  • +Yos 23:7; 1Bm 11:33; Yr 49:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 3-4

Zefaniya 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 15:11; Yes 1:4; 9:17; Yr 2:13; Heb 3:12; 10:38
  • +Zb 14:2; Yes 43:22; Rm 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 3-4

Zefaniya 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:8; Hab 2:20; Zk 2:13
  • +Yes 13:6; 2Pt 3:10
  • +Yes 34:6; Yr 46:10; Ezk 39:17; Ivh 19:17
  • +1Sm 16:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 4-5

Zefaniya 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:7; Yes 24:21; Yr 39:6
  • +2Bm 10:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 11

    1/3/2001, rup. 5

Zefaniya 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 5:21; Neh 5:15

Zefaniya 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 33:14; Neh 3:3; 12:39
  • +2Ng 34:22
  • +2Ng 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 5-6

Zefaniya 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:8; 25:34; Yw 1:5; Yak 5:1
  • +Neh 3:31; Ivh 18:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 5-6

Zefaniya 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 12:14; Yes 26:21; Am 9:2; Heb 4:13; Ivh 2:23
  • +Yes 56:12; Yr 48:11
  • +Zb 10:13; 14:1; 94:7; 2Pt 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 178

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 11

    1/3/2001, rup. 6

Zefaniya 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:11; Yr 5:17; Hab 2:7
  • +Am 5:11
  • +Gus 28:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 6

Zefaniya 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 4:1
  • +Yw 2:1; Ivk 2:20; Ivh 6:17
  • +Hab 2:3
  • +Yes 66:6; Heb 12:26
  • +Yes 33:7; Yr 48:41; Yw 1:15; Ivh 6:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 11

    15/12/2006, rup. 15

    1/3/2001, rup. 6

Zefaniya 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:7; Lk 21:25; Ivh 6:17
  • +Yw 2:2; Am 5:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 6-7

Zefaniya 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:19
  • +Yes 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 6-7

Zefaniya 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:28; Yes 59:10
  • +Yes 24:5; Dn 9:5
  • +Zb 79:3; Ivh 14:20
  • +Zb 83:10; Yr 9:22; 16:4; 25:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 7

Zefaniya 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:4; Yes 2:20; Ezk 7:19; Yak 5:1
  • +Gus 32:22; Yr 7:20; Zf 3:8
  • +Yr 4:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 7-8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zef. 1:12Bm 22:1; Yr 1:2
Zef. 1:12Bm 21:18
Zef. 1:22Bm 22:16; Yes 6:11; Yr 6:8; Mik 7:13
Zef. 1:3Hs 4:3
Zef. 1:3Yr 4:25; 12:4; Hs 4:3
Zef. 1:3Ezk 7:19; 14:3
Zef. 1:3Ezk 14:13
Zef. 1:4Kv 15:12; Yes 14:27; Yr 7:30
Zef. 1:4Gh 25:3; Abc 2:13; 2Ng 28:2; Yr 11:17
Zef. 1:42Bm 23:5; Hs 10:5
Zef. 1:52Bm 23:12; 2Ng 33:3; Yr 19:13; 32:29
Zef. 1:51Bm 18:21; 2Bm 17:33; Mt 6:24
Zef. 1:5Yes 48:1; Hs 4:15
Zef. 1:5Yos 23:7; 1Bm 11:33; Yr 49:1
Zef. 1:61Sm 15:11; Yes 1:4; 9:17; Yr 2:13; Heb 3:12; 10:38
Zef. 1:6Zb 14:2; Yes 43:22; Rm 3:11
Zef. 1:7Zb 76:8; Hab 2:20; Zk 2:13
Zef. 1:7Yes 13:6; 2Pt 3:10
Zef. 1:7Yes 34:6; Yr 46:10; Ezk 39:17; Ivh 19:17
Zef. 1:71Sm 16:5
Zef. 1:82Bm 25:7; Yes 24:21; Yr 39:6
Zef. 1:82Bm 10:22
Zef. 1:92Bm 5:21; Neh 5:15
Zef. 1:102Ng 33:14; Neh 3:3; 12:39
Zef. 1:102Ng 34:22
Zef. 1:102Ng 3:1
Zef. 1:11Yr 4:8; 25:34; Yw 1:5; Yak 5:1
Zef. 1:11Neh 3:31; Ivh 18:11
Zef. 1:12Ums 12:14; Yes 26:21; Am 9:2; Heb 4:13; Ivh 2:23
Zef. 1:12Yes 56:12; Yr 48:11
Zef. 1:12Zb 10:13; 14:1; 94:7; 2Pt 3:4
Zef. 1:13Yes 6:11; Yr 5:17; Hab 2:7
Zef. 1:13Am 5:11
Zef. 1:13Gus 28:30
Zef. 1:14Mal 4:1
Zef. 1:14Yw 2:1; Ivk 2:20; Ivh 6:17
Zef. 1:14Hab 2:3
Zef. 1:14Yes 66:6; Heb 12:26
Zef. 1:14Yes 33:7; Yr 48:41; Yw 1:15; Ivh 6:16
Zef. 1:15Yr 30:7; Lk 21:25; Ivh 6:17
Zef. 1:15Yw 2:2; Am 5:18
Zef. 1:16Yr 4:19
Zef. 1:16Yes 2:15
Zef. 1:17Gus 28:28; Yes 59:10
Zef. 1:17Yes 24:5; Dn 9:5
Zef. 1:17Zb 79:3; Ivh 14:20
Zef. 1:17Zb 83:10; Yr 9:22; 16:4; 25:33
Zef. 1:18Img 11:4; Yes 2:20; Ezk 7:19; Yak 5:1
Zef. 1:18Gus 32:22; Yr 7:20; Zf 3:8
Zef. 1:18Yr 4:27
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Zefaniya 1:1-18

Zefaniya

1 Ng’iri ijambo rya Yehova ryaje kuri Zefaniya mwene Kushi, Kushi mwene Gedaliya, Gedaliya mwene Amariya, Amariya mwene Hezekiya, mu misi ya Yosiya+ mwene Amoni+ umwami wa Yuda:

2 “Nzoherengeteza ata kabuza ikintu cose ku buringanire bw’ubutaka,” ni ko Yehova avuze+.

3 “Nzoherengeteza umuntu yakuwe mw’ivu be n’igikoko+. Nzoherengeteza ikiremwa kiguruka co mu kirere n’amafi yo mu kiyaga+, n’ibitsitaza hamwe n’ababisha+; kandi nzorandura abantu ku buringanire bw’ubutaka+,” ni ko Yehova avuze. 4 “Nzoramvura ukuboko kwanje nkubite Yuda be n’ababa i Yeruzalemu bose+, kandi aha hantu nzoharandura abasigaye ba Bayali+, izina ry’abaherezi b’imana z’inyamahanga be n’abaherezi+, 5 be n’abunamira ingabo zo mu majuru bibereye ku bisenge+, n’abunama+ bakarahira indahiro Yehova+ bakongera bakarahira indahiro bazirahira Malikamu+, 6 be n’abasubira inyuma bakareka gukurikira Yehova+, bakaba kandi batarondeye Yehova canke ngo bamusiguze+.”

7 Ceceka imbere y’Umukama Segaba Yehova+; kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kuko Yehova yateguye ikimazi+; yejeje+ abatumire biwe.

8 “Uku ni ko bizoba ku musi w’ikimazi ca Yehova: nzokwitaho ivy’abaganwa, n’ivy’abana b’umwami+, n’ivy’abo bose bambara ivyambarwa binyamahanga+. 9 Kandi kuri uwo musi nzokwitaho ivy’umuntu wese yurira ku mukiruruko, abuzuza inzu ya ba shebuja ubukazi n’ubuhendanyi+. 10 Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova avuze, “hazokwumvikana induru ivuye kw’Irembo ry’Amafi+, n’umuborogo uvuye mu gice ca kabiri c’igisagara+, n’urwamo rw’ugusenyuka gukomeye ruvuye mu mirambi+. 11 Nimuboroge+, yemwe ababa i Makiteshi, kuko abantu bose b’abacuruza banumijwe+; abapima ifeza bose baranduwe.

12 “Kandi uku ni ko bizoba ico gihe: nzoseranguza i Yeruzalemu amatara+, niteho ivy’abantu biyegeraniriza ku rutere+, bakavuga mu mutima wabo ngo: ‘Yehova nta ciza azokora, kandi nta kibi azokora+.’ 13 Kandi ubutunzi bwabo buzoba ubwo gusahurwa n’inzu zabo zibe izo kugirwa igiharabuga+. Bazokwubaka amazu, ariko ntibazoyabamwo+; bazotera imirima y’imizabibu, ariko ntibazonywa umuvinyu wayo+.

14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+. 15 Uwo musi ni umusi w’uburake, umusi w’amarushwa n’umubabaro mwinshi+, umusi w’ikirura n’imisaka, umusi w’umwiza n’umuzimagiza+, umusi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya, 16 umusi w’inzamba n’ikimenyetso c’ukugabisha+, ukaba uzozira ibisagara bikingijwe ibihome be n’iminara miremire yo ku mfuruka+. 17 Kandi nzoteza abantu amarushwa, bagende koko nk’impumyi+; kuko Yehova ari we bacumuyeko+. Amaraso yabo azoseswa vy’ukuri nk’umukungugu+, amara yabo na yo nk’amayezi+. 18 Yaba ifeza yabo canke inzahabu yabo, ntibizoshobora kubarokora ku musi w’uburake bwa Yehova+; ariko isi yose izorigatwa n’umuriro w’umwete wiwe+, kuko azotikiza ababa kw’isi bose, emwe, bimwe biteye ubwoba+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika