ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 34:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:11; Ivk 17:11; Ivh 2:7
  • +Yb 6:30

Yobu 34:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:14; 33:9
  • +Yb 27:2

Yobu 34:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:17

Yobu 34:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:3; Ezk 14:20; Yak 5:11
  • +Yb 15:16; Mt 5:39

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2006, rup. 15-16

Yobu 34:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:15; 4:14

Yobu 34:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:22; 35:3; Mal 3:14

Yobu 34:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:34
  • +It 18:25; 2Ng 19:7; Zb 92:15
  • +Gus 32:4; Rm 9:14; Heb 6:10

Yobu 34:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:9; Zb 62:12; Img 24:12; Yr 32:19; Ezk 33:20; Mt 16:27; Rm 2:6; 2Kr 5:10; Gl 6:7; 1Pt 1:17; Ivh 22:12

Yobu 34:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 8:3; Yak 1:13
  • +Zb 89:14; 97:2; 99:4; Rm 2:11

Yobu 34:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 27:3; Zb 104:29; Ums 12:7; Yes 42:5; Ivk 17:25

Yobu 34:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:19; Zb 146:4; Ums 3:20

Yobu 34:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:3
  • +It 18:25

Yobu 34:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:28; Img 17:26; Ums 8:4; 10:20

Yobu 34:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:17; 2Ng 19:7; Ivk 10:34; Rm 2:11; Gl 2:6; Ef 6:9
  • +Yb 31:15; Img 22:2

Yobu 34:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:19; Ivk 12:23
  • +Kv 12:29; Dn 5:30; Lk 12:20
  • +1Sm 25:38; Dn 2:34

Yobu 34:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:5; 2Ng 16:9; Yb 31:4; Img 5:21; 15:3; Yr 16:17; 32:19; 1Pt 3:12

Yobu 34:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:12; Yes 29:15; Yr 23:24; Am 9:3; Heb 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2017, rup. 10-11

Yobu 34:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:21
  • +Ezk 21:27; Dn 4:25

Yobu 34:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 7:2; 2Kr 11:15; Tt 1:16
  • +1Sm 4:17; Dn 5:30

Yobu 34:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:10

Yobu 34:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:8; 1Sm 15:11
  • +Zb 28:5; Yes 5:12

Yobu 34:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:23; Yb 35:9; Yak 5:4

Yobu 34:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:9; 30:7
  • +Hs 4:6

Yobu 34:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:16; 27:8
  • +1Bm 12:28; 2Bm 21:9

Yobu 34:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:7; Rm 3:23

Yobu 34:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:13

Yobu 34:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:10

Yobu 34:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 35:16; 38:2; 42:3

Yobu 34:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 5:11; 1Pt 1:7

Yobu 34:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 10:1; 19:6
  • +Yb 35:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 34:3Yb 12:11; Ivk 17:11; Ivh 2:7
Yobu 34:3Yb 6:30
Yobu 34:5Yb 29:14; 33:9
Yobu 34:5Yb 27:2
Yobu 34:6Yb 9:17
Yobu 34:7Yb 2:3; Ezk 14:20; Yak 5:11
Yobu 34:7Yb 15:16; Mt 5:39
Yobu 34:8Img 1:15; 4:14
Yobu 34:9Yb 9:22; 35:3; Mal 3:14
Yobu 34:10Yb 34:34
Yobu 34:10It 18:25; 2Ng 19:7; Zb 92:15
Yobu 34:10Gus 32:4; Rm 9:14; Heb 6:10
Yobu 34:111Ng 28:9; Zb 62:12; Img 24:12; Yr 32:19; Ezk 33:20; Mt 16:27; Rm 2:6; 2Kr 5:10; Gl 6:7; 1Pt 1:17; Ivh 22:12
Yobu 34:12Yb 8:3; Yak 1:13
Yobu 34:12Zb 89:14; 97:2; 99:4; Rm 2:11
Yobu 34:14Yb 27:3; Zb 104:29; Ums 12:7; Yes 42:5; Ivk 17:25
Yobu 34:15It 3:19; Zb 146:4; Ums 3:20
Yobu 34:172Sm 23:3
Yobu 34:17It 18:25
Yobu 34:18Kv 22:28; Img 17:26; Ums 8:4; 10:20
Yobu 34:19Gus 10:17; 2Ng 19:7; Ivk 10:34; Rm 2:11; Gl 2:6; Ef 6:9
Yobu 34:19Yb 31:15; Img 22:2
Yobu 34:20Zb 73:19; Ivk 12:23
Yobu 34:20Kv 12:29; Dn 5:30; Lk 12:20
Yobu 34:201Sm 25:38; Dn 2:34
Yobu 34:21It 6:5; 2Ng 16:9; Yb 31:4; Img 5:21; 15:3; Yr 16:17; 32:19; 1Pt 3:12
Yobu 34:22Zb 139:12; Yes 29:15; Yr 23:24; Am 9:3; Heb 4:13
Yobu 34:24Dn 2:21
Yobu 34:24Ezk 21:27; Dn 4:25
Yobu 34:25Hs 7:2; 2Kr 11:15; Tt 1:16
Yobu 34:251Sm 4:17; Dn 5:30
Yobu 34:26Gh 12:10
Yobu 34:27Kv 32:8; 1Sm 15:11
Yobu 34:27Zb 28:5; Yes 5:12
Yobu 34:28Kv 22:23; Yb 35:9; Yak 5:4
Yobu 34:29Zb 27:9; 30:7
Yobu 34:29Hs 4:6
Yobu 34:30Yb 13:16; 27:8
Yobu 34:301Bm 12:28; 2Bm 21:9
Yobu 34:31Dn 9:7; Rm 3:23
Yobu 34:32Img 28:13
Yobu 34:34Yb 34:10
Yobu 34:35Yb 35:16; 38:2; 42:3
Yobu 34:36Yak 5:11; 1Pt 1:7
Yobu 34:37Yb 10:1; 19:6
Yobu 34:37Yb 35:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 34:1-37

Yobu

34 Elihu abandanya kwishura, ati:

 2 “Umviriza amajambo yanje, yemwe bantu b’inkerebutsi;

Namwe abazi ibintu, ntega ugutwi.

 3 Kuko ugutwi gusuzuma amajambo+,

Nk’uko nyene amagage ahonja mu kurya+.

 4 Twihitiremwo urubanza;

Twimenyere hagati yacu iciza ico ari co.

 5 Kuko Yobu avuga ngo: ‘Ndi mu kuri koko+,

Ariko Imana ni yo yakebeje urubanza rwanje+.

 6 Mbega nobesha ku bijanye n’urubanza rwanje bwite?

Igikomere canje gikaze ntigikira naho ata kugabitanya kuhari+.’

 7 Ni nde muntu w’umugabo ameze nka Yobu+,

Agotomera agatwengo nk’amazi+?

 8 Ni ukuri ari mu nzira yo kwunga ubugenzi n’abakora ibintu bibabaza,

Mu nzira yo kugendana n’abantu b’ububisha+.

 9 Kuko avuga ngo: ‘Umuntu w’umugabo nta nyungu aronka+

Mu guhimbarwa n’Imana.’

10 Rero, yemwe bantu muri n’ugutahura+, nimunyumvirize.

Kirazira yuko Imana y’ukuri yogira ivy’ububisha+,

Yuko Mushoboravyose yorenganya+!

11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,

Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.

12 Emwe, ni ukuri Imana ntikora ivy’ububisha+,

Kandi Mushoboravyose ntagoreka urubanza+.

13 Ni nde yamushinze isi,

Kandi ni nde yamuragije ubutaka bwimbuka, mbere bwose uko bwakabaye?

14 Niyashira umutima wiwe ku muntu,

Impwemu y’uwo muntu n’impemu ziwe akavyiyegeranirizako+,

15 Ibiri n’umubiri vyose bizocikanira hamwe,

Kandi umuntu yakuwe mw’ivu azosubira mu mukungugu+.

16 Nimba rero ufise ugutegera, umviriza ibi;

Tega ugutwi ijwi ry’amajambo yanje.

17 None vy’ukuri uwanka ubutungane azoganza+?

Kandi nimba umunyabubasha agororotse, uzomwita umubisha+?

18 Mbega umuntu yobwira umwami ngo: ‘Uri imburakimazi’?

Akabwira abanyacubahiro ngo: ‘Muri ababisha+’?

19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwa

Kandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,

Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.

20 Bapfa nk’aka kanya+, mbere hagati mw’ijoro+;

Abantu barazungazunga bagahita,

Abanyabubasha bakanyika ata kuboko kubikoze+.

21 Kuko amaso yiwe ari ku nzira z’umuntu+,

Kandi intambuko ziwe zose arazibona.

22 Nta mwiza canke igitutu kizitanye biriho

Ngo abakora ibintu bibabaza binyegezeyo+.

23 Kuko adashingira igihe umuntu n’umwe

Co kurenguka imbere y’Imana mu rubanza.

24 Avunagura abanyabubasha+ ata tohoza,

Agahagurutsa abandi mu kibanza cabo+.

25 Arazi rero ibikorwa vyabo ivyo ari vyo+,

Kandi arabatembagaza mw’ijoro, bagafyonyagurika+.

26 Abakubita nk’ababisha

Akabakubitira ahantu hari abarorerezi+;

27 Kubera bakebeje ntibamukurikire+,

Kandi nta n’imwe mu nzira ziwe barimbūye+,

28 Ngo batume amaborogo y’umuntu mutoyi amushikira,

Gutyo akumva amaborogo y’abarushwa+.

29 Mu gihe ubwiwe atumye haba impore, ni nde none yomutsindisha?

Mu gihe ahishije mu maso hiwe+, ni nde yomwitegereza,

Vyaba bigiriwe ihanga+ canke umuntu, akaba ari cokimwe?

30 Kugira ngo umuhuni ntaganze+,

Ntihabe n’imitego+ y’abantu.

31 Nakare, mbega hari umuntu vy’ukuri yobwira Imana ati:

‘Ndarubonye, naho ata nabi nkora+;

32 Naho ata co mbona, ubwawe nunyigishe;

Nimba hari ikitagororotse nakoze,

Sinzosubira+’?

33 Mbega wibaza ko izobikosora kubera ko wanse urubanza,

Kubera ko ari wewe uhisemwo, atari jewe?

Emwe, ico uzi neza, kivuge.

34 Abagabo bari n’ugutahura+, ubwabo bazombwira,

Mbere n’umuntu w’umugabo w’inkerebutsi anyumviriza azombwira, ngo:

35 ‘Yobu avuga ata bumenyi+,

N’amajambo yiwe ayavuga ata gutahura kwimbitse agira.’

36 Dawe we, Yobu nagezwe gushika ku mpera

Kubera inyishu atanga mu bantu bakora ibibabaza+.

37 Kuko hejuru y’igicumuro ciwe yongerako umugararizo+;

Muri twebwe arakubita amashi ku yandi, akagwiza amajambo yiwe yo kuvuga nabi Imana y’ukuri+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika