ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 25
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 7:2

Itanguriro 25:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:28; Kv 2:15; Gh 22:4; 31:2; Abc 6:2
  • +1Ng 1:32; Yb 2:11

Itanguriro 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:1
  • +Yr 25:23; Ezk 27:20

Itanguriro 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:6
  • +1Ng 1:33

Itanguriro 25:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:36; Img 13:22; Heb 1:2

Itanguriro 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 21:3
  • +It 21:14; Yoh 8:35; Gl 4:30
  • +Abc 6:3

Itanguriro 25:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2010, rup. 13

Itanguriro 25:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:29; Img 9:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2016, rup. 12

Itanguriro 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 23:9; 49:30

Itanguriro 25:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 23:19

Itanguriro 25:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:19; 26:13
  • +It 16:14

Itanguriro 25:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:10
  • +Gl 4:24

Itanguriro 25:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:3; Yes 60:7
  • +Zb 120:5; Yr 49:28; Ezk 27:21
  • +1Ng 1:29

Itanguriro 25:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:30
  • +Yb 2:11; 6:19
  • +1Ng 1:31

Itanguriro 25:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:54; Neh 8:16
  • +It 17:20; Zb 117:1

Itanguriro 25:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:8

Itanguriro 25:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:11; 1Sm 15:7
  • +It 16:7
  • +It 16:12

Itanguriro 25:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:2; Mt 1:2

Itanguriro 25:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:23
  • +Gus 26:5

Itanguriro 25:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:29
  • +1Sm 1:5
  • +2Sm 21:14; 2Ng 33:13; Lk 1:13

Itanguriro 25:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:10
  • +1Sm 1:10

Itanguriro 25:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:15; Ums 11:5
  • +It 36:31; Gh 20:14
  • +It 27:29; Gus 2:4
  • +2Sm 8:14; Mal 1:2; Rm 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 28

    15/10/2003, rup. 29

Itanguriro 25:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:27

Itanguriro 25:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:11; 2Bm 1:8; Zk 13:4
  • +It 27:32; 36:9; Mal 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 14

Itanguriro 25:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 12:3
  • +It 27:36; Ivk 7:14

Itanguriro 25:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:3
  • +Zb 37:37
  • +Heb 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2013, rup. 27

    15/10/2003, rup. 28

Itanguriro 25:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:6, 46

Itanguriro 25:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:1; Gus 2:4; Mal 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 20

Itanguriro 25:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 43:33; Gus 21:17; 1Ng 5:1

Itanguriro 25:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:22; Heb 6:16
  • +Heb 12:16

Itanguriro 25:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:32
  • +Yb 21:15; 34:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 25:1Rm 7:2
Ita. 25:2It 37:28; Kv 2:15; Gh 22:4; 31:2; Abc 6:2
Ita. 25:21Ng 1:32; Yb 2:11
Ita. 25:31Bm 10:1
Ita. 25:3Yr 25:23; Ezk 27:20
Ita. 25:4Yes 60:6
Ita. 25:41Ng 1:33
Ita. 25:5It 24:36; Img 13:22; Heb 1:2
Ita. 25:62Ng 21:3
Ita. 25:6It 21:14; Yoh 8:35; Gl 4:30
Ita. 25:6Abc 6:3
Ita. 25:8It 35:29; Img 9:11
Ita. 25:9It 23:9; 49:30
Ita. 25:10It 23:19
Ita. 25:11It 17:19; 26:13
Ita. 25:11It 16:14
Ita. 25:12It 16:10
Ita. 25:12Gl 4:24
Ita. 25:13It 36:3; Yes 60:7
Ita. 25:13Zb 120:5; Yr 49:28; Ezk 27:21
Ita. 25:131Ng 1:29
Ita. 25:151Ng 1:30
Ita. 25:15Yb 2:11; 6:19
Ita. 25:151Ng 1:31
Ita. 25:161Ng 6:54; Neh 8:16
Ita. 25:16It 17:20; Zb 117:1
Ita. 25:17It 25:8
Ita. 25:18It 2:11; 1Sm 15:7
Ita. 25:18It 16:7
Ita. 25:18It 16:12
Ita. 25:19It 22:2; Mt 1:2
Ita. 25:20It 22:23
Ita. 25:20Gus 26:5
Ita. 25:21Gus 4:29
Ita. 25:211Sm 1:5
Ita. 25:212Sm 21:14; 2Ng 33:13; Lk 1:13
Ita. 25:22Rm 9:10
Ita. 25:221Sm 1:10
Ita. 25:23Zb 139:15; Ums 11:5
Ita. 25:23It 36:31; Gh 20:14
Ita. 25:23It 27:29; Gus 2:4
Ita. 25:232Sm 8:14; Mal 1:2; Rm 9:12
Ita. 25:24It 38:27
Ita. 25:25It 27:11; 2Bm 1:8; Zk 13:4
Ita. 25:25It 27:32; 36:9; Mal 1:3
Ita. 25:26Hs 12:3
Ita. 25:26It 27:36; Ivk 7:14
Ita. 25:27It 27:3
Ita. 25:27Zb 37:37
Ita. 25:27Heb 11:9
Ita. 25:28It 27:6, 46
Ita. 25:30It 36:1; Gus 2:4; Mal 1:4
Ita. 25:31It 43:33; Gus 21:17; 1Ng 5:1
Ita. 25:33It 14:22; Heb 6:16
Ita. 25:33Heb 12:16
Ita. 25:341Kr 15:32
Ita. 25:34Yb 21:15; 34:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 25:1-34

Itanguriro

25 Vyongeye, Aburahamu yongera kwabira umugore, uno akaba yitwa Ketura+. 2 Mu nyuma amuvyarira Zimurani na Yokishani na Medani na Midiyani+ na Ishibaki na Shuwa+.

3 Yokishani na we avyara Sheba+ na Dedani+.

Bene Dedani na bo baba Ashurimu na Letushimu na Leyumimu.

4 Bene Midiyani na bo bari Efa+ na Eferi na Hanoki na Abida na Eludaya+.

Abo bose bari bene Ketura.

5 Mu nyuma Aburahamu aha Izahaki ikintu cose yari afise+, 6 mugabo abahungu b’incoreke Aburahamu yari afise, abaha ingabirano+. Maze akiri muzima, abarungika kure ya Izahaki umuhungu wiwe+, amaja mu buseruko, mu gihugu c’Ubuseruko+. 7 Iyi ni yo misi y’imyaka ubuzima bwa Aburahamu bwamaze, iyo yabayeho: imyaka ijana na mirongo irindwi n’itanu. 8 Maze Aburahamu aracikana, apfa yisaziye neza, ashaje kandi aheze akanyota, ahamvya ab’iwabo+. 9 Nuko Izahaki na Ishimayeli abahungu biwe bamuhamba mw’isenga ry’i Makipela, mw’itongo rya Efuroni umuhungu wa Zohari Umuheti riri imbere ya Mamure+, 10 rya tongo Aburahamu yari yaraguze na bene Heti. Aho ni ho Aburahamu yahambwe, be na Sara umugore wiwe+. 11 Inyuma y’urupfu rwa Aburahamu, Imana ibandanya guhezagira Izahaki umuhungu wiwe+, kandi Izahaki yaba hafi ya Beyeri-lahayi-royi+.

12 Kandi aka ni ko kahise ka Ishimayeli+ mwene Aburahamu, uwo Hagari Umunyamisirikazi, wa musukukazi wa Sara, yavyariye Aburahamu+.

13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+ 14 na Mishima na Duma na Masa, 15 Hadadi+ na Tema+, Yeturi, Nafishi na Kedema+. 16 Abo ni bo bene Ishimayeli, kandi ayo ni yo mazina yabo hakurikijwe ibigo vyabo kandi hakurikijwe amakambi yabo azitijwe impome+: abakuru cumi na babiri nk’uko imiryango yabo iri+. 17 Iyi ni yo myaka y’ubuzima bwa Ishimayeli: imyaka ijana na mirongo itatu n’indwi. Nuko aracikana, arapfa, hanyuma ahamvya ab’iwabo+. 18 Nuko batangura kugenda barashinga ikambi kuva i Havila+ hafi ya Shuri+, ahari imbere ya Misiri, gushika i Ashuri. Aba imbere ya bene wabo bose+.

19 Kandi aka ni ko kahise ka Izahaki mwene Aburahamu+.

Aburahamu yavyaye Izahaki. 20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore. 21 Nuko Izahaki aguma yinginga Yehova canecane ku bw’umugore wiwe+, kuko yari ingumba+; Yehova yemera rero kwingingwa ku bwa Izahaki+, maze Rebeka umugore wiwe aribungenga. 22 Nuko abana bari mu nda yiwe batangura kunyinyana+, ku buryo avuga ati: “Nimba uku ari ko biri, none mbereyeho iki?” Aca aja gusiguza Yehova+. 23 Yehova amubwira rero ati: “Hari amahanga abiri mu nda yawe+, kandi amahanga abiri avuye imbere muri wewe azotandukana+; ihanga rimwe rizokomera kuruta iryo rindi hanga+, kandi Bukuru azokorera Butoyi+.”

24 Amaherezo imisi yiwe yo kwibaruka irakwira, kandi ehe mu nda yiwe hari amahasa+. 25 Maze uwa mbere arasohoka atukura hose nk’impuzu y’ibango y’ubwoya+; nuko bamwita Esawu+. 26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka.

27 Nya bana barakura, Esawu acika umugabo azi guhiga+, umugabo w’ishamba, mugabo Yakobo acika umugabo atagirako umugayo+, aba mu mahema+. 28 Izahaki yakunda Esawu kuko yama amuronsa akanyama k’ishamba arya, mu gihe Rebeka we yakunda Yakobo+. 29 Igihe kimwe Yakobo ariko arateka isupu, Esawu araza avuye mw’ishamba, kandi yari arushe. 30 Nuko Esawu abwira Yakobo ati: “Ndakwinginze, nyarutsa, umpe utwo mira kuri ivyo bitukura, ivyo nyene bitukura, kuko ndushe!” Ni co catumye yitwa Edomu+. 31 Yakobo na we avuga ati: “Banza ungurisheko uburenganzira bwawe bw’imfura+!” 32 Esawu na we abandanya ati: “Ehe karabaye ngira mpfe, none uburenganzira bw’imfura bumariye iki?” 33 Maze Yakobo yongerako ati: “Banza undahire+!” Nuko aramurahira kandi agurisha kuri Yakobo uburenganzira bwiwe bw’imfura+. 34 Yakobo araheza aha Esawu umukate n’isupu y’inkore, uno na we atangura kurya no kunywa+. Maze arahaguruka arigira. Ukwo ni ko Esawu yasuzuguye uburenganzira bwiwe bw’imfura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika